2024 Kellyna yari Princess wa Burundian Music Industrie....ariko ndatangaje ko 2025 izomusiga ari QUEEN wa Burundian Music Industrie muvyandike ahantu✍️
❤nciy nshk kuja en couple kugir ndonk uw nzoz ndayirrmbira 💔 reka mvug ko kellyna ar mubakobwa je nemera mukuririmba kwisi ub ur muri les 5 bambere abayikunze mumpe likes❤❤❤❤
From Tanzania🇹🇿 2nakupa vzur kellyna, ila ushauli wangu Fanya mpango uje TZ ufanye Interview na media za huku pia uwe unachanganya na kiswahili kwenye nyimbo zako utafka mbali, cc wa TZ tunapenda nyimbo zenu changamoto kubwa ni Kirundi hatukielewi!!
Abakunzi ba Kellyna n'abakunzi bumuziki uryoshe nkuyu mumpe like maze tuhatwike 🎉🔥🔥🔥🔥
Kubera Mon patron @Mistachampagne yatubwiye ariwewe mama wacu ndavuga twebwe ABA champagnards
Ndagusabiye gushikana 2M ✍🏼
Nimba uri champagnards shira like Kuriyi commantair s'il vous plaît 🙏🏽
Mukanshirirako Like 100 Ndemeye Ncampeba Urumogi🔥🏆🇨🇦
😂😂😂
Courage @Darcy_3P muri urwo rugendo rutoroshe. Nakoze like nabandi nibaze dukwize kare
Oya nturuhebe nigwiza
Iraryoshe Cyane nimumpe like abotuvyemeranya love ❤from ##Fabenice
Abemera ko kellyna ashoboye mumpe aka like
Much Love from Rwanda🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 indirimbo ni nziza cyane
❤❤❤❤❤❤❤ ndayikunzee san abayumvirje akarenga rimwee mumpe link👏👏
2024 Kellyna yari Princess wa Burundian Music Industrie....ariko ndatangaje ko 2025 izomusiga ari QUEEN wa Burundian Music Industrie muvyandike ahantu✍️
Abemera ko Kellyna asigaye ayoboye mubakobwa🇧🇮 mumpe like
Ndimuri LA CA icompuza nuyumukobwa harico nomwongorera
Wakwanza kuangalia huu wimbi nipe like zangu tena hongera sana kelly ❤🎉🎉🎉🎉
Abayikunze iyi heat mumpe like iyi ndirimbo itumye ngomba gufalling in love ❤️
Good song kbsa muntu wacu dukunda❤❤❤ ni🔥🔥🔥 🔥🔥🔥 irikwije kbsa
Umuriro urazakwaka kbsa dutemwo dutemwo natwe turi update🔥🔥🔥🔥
Ayayayaa shengewe 😢this song 🔥🔥
🥹❤️🙏🏼
Harahiye hamanuka ❤️ 🔥 🔥 🔥 🔥
Kellyna ndamukunda cyane Kandi avyumve ndanifuza ko twohura nkamusapotinga kabix kuko arantesa sana abo tuvyumva kumwe nibabinyerek
Iriba ndacayi feelingaa🔥🔥🔥
Good Vibes 🎉🎉 Ukoze umuti kubakundanye kbx❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Team Kellyna ✌️
Mba mbona abantu benshi basaba like,sinzi ico zibazanira,nanje ndasavye like ndabe kano gakino plz😏
Kellyna umwana wo muhira🚀🚀🚀
Wakoze iki ko mii ❤ unsaba wewe✍️ ✅
A work for her verry soon??????????
🎉nice song kellyna
Waoooo kellyna chr kure can nih ndakwifurij akajw rer sasa
Mumpe ashugwe yanje nimba mwemeza Kari good music🎉🎉🎉❤
Felicitation mukobwa
Woooaah nice song,go ahead .she's very interesting to me,you won everything in my heart!!!💕💓
❤❤❤❤❤❤uyu munsi ngiye nabura icitwazo pe Kellyna chapeau🙏🙏komera cn
Man this girl is something else 😎,ni mwiza , aririmb neza 🤗 , dans 2ans niwe azob afise i drapeau 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Courage courage. bandaniriza ngaho. Umuziki W'Uburundi nawo uraje uduge utere imbere. Ndabateye agatege
❤nciy nshk kuja en couple kugir ndonk uw nzoz ndayirrmbira 💔 reka mvug ko kellyna ar mubakobwa je nemera mukuririmba kwisi ub ur muri les 5 bambere abayikunze mumpe likes❤❤❤❤
Love from Bubanza🔥👏🏽
Oooo ma chr ikikigoma nicanje kbx kd inondi muri ukraine nabaho bariko baragi feelinga
Uruwacu kellyna bubanza nuhatwik pe tugir izina
Abayunvirije akarenga 10knje 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Lyrics of this song😍😍😍
Indirimbo nziza cne ifise nama video meza cne❤ polepole utatoboa kellyna
Kandi kakaririmbo kararyoshe😂😂😂❤❤❤❤❤
She's my Superstar ❤❤@shine from Indundi Culture 👌
Iyi ngoma iraryoshe vraiment.kellyna keep it vraiment urashoboye ndakurahiyeee .iyi ndurimbo iriko inkorera umuti pee
🔥🔥🔥🔥🔥🥰🥰
Mbega igisasu kirimbizi🎺🎷
Uricyiza ma besto ese uzoduh umutwiko ryari
Ino Korea IYO song ni nziza keep it up .wewe ndakunganisha na Bwiza wo murwanda❤
Kwa mjibu wa huu wimbo,pokea new subscriber.
❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌍🌍🌍🔥🔥🔥
Kameze neza 🔥🔥🔥courage
❤🙏🏼
Nyegera bébé erega nije nawe mwiriba ryurukundo it s my favorite part kellyna B3 you killed it🔥
Nice song kellyna🤗🤗 collabo yawe na gusto melanin boy yoba nziza cane mwese mufise amajambo meza ahuye vyoba vyiza👌
Courage imbere nihezaaaa
Viral 🎉🎉🎉🎉🥰
Warawaduhaye inde muko song nziza
Uririmba neza sana❤❤❤
From Tanzania🇹🇿 2nakupa vzur kellyna, ila ushauli wangu Fanya mpango uje TZ ufanye Interview na media za huku pia uwe unachanganya na kiswahili kwenye nyimbo zako utafka mbali, cc wa TZ tunapenda nyimbo zenu changamoto kubwa ni Kirundi hatukielewi!!
Egosha wabikozeneza Akira comment yawe witagatire kukwo nawe waduhaye isong nziza🎉🎉🎉
Kwenye waburundi gongeni hapa ila tuone wapenzi wa kelyna❤
Kbx aranyemeje kellyna courageuse nae urabizi kand kora ugere Aho abandi banyabubanza batageze imana imbere mupe na like dukomeze tuvuga kellyna hejuru kuri bubanza yacu❤️❤️🙏👍
Courage Mwiza ✍️🔥🙌🇧🇮💯indirimbo ni nziza
Nice song 🎉🎉🎉
The Best 😍 ❤
The wait is over
Imwe idusubiza murukundo iraje❤❤
Vrt ntakubesh urashoboy uyu mwaka niwew ❤❤❤❤
Wubahwe kl iyindirimbo irarenze,❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉aya yose niwewe kubikorwa vyza ukora💞💞
Naho ibintu vyumuzi ataho ndabiz, iy ngoma ni Hit❤❤❤
Irates 🔥🔥🔥🔥🔥
Shan wowe icyo nzicyo tuzakorana umuzigo kbx your vocal ni fresh kbc. Much love from Rwanda ❤❤❤❤
Uno mu Kellyna nakunda kumubona muza FACEBK sinarinzi ko atwika uko.courage ma ptite utafika naba MONIA (2) ntaco batanze
Nice song beautiful ❤️
Amajambo Ari muriyi ndirimbo nanje ubwanje ntayo mfise
Iyi ndirimbo ni hit, iyo uyigira nk Collabo na Fernando yari kuba Hit gsumba
Nje uyumwaka iyi niyo ndirimba igira 5 mumwaka wonse tugira tumare inryoheye Numvuriz burimusi @kellyna ndumufana wawe
Ewuana ibintu niburaya kl🎉🎉
Congratulations 🎉❤🔥🔥🔥✈️✈️✈️
❤❤❤🌅
Ubu rero wazawanyemeza respect 🎉🎉🎉🎉
Buj ndabona ibintu mumis ir mber bizob vyafash intumber kwer 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊👊
✌💏mood yanj yose hano kw iriba
Gotomera kw'iriba🔥🔥🔥🔥🔥🔥
She is Talented, she needs only Support and she Will Be Boss lady 🙎
Iyi song ibaye iy'umwaka wa 2024 muri buja fleva🔥🔥. Congratulations Kellyna. Wakoze umuti kabisa
Jewe ndanakwikundira apatifrom kuzikuririmba
Narindayirindirany igishik cinshi.iman imbere ibisigay bizokwikor God is protect you
This BOOOOMB💣 of Music deserves 1M in 1M
I mean (Million & Month)😂😂
NICE SONG 👌💯 and KEEP IT UP💯%
#LOVE_FROM_YOUR_FAN🤎🤍
Nice one👉👉🇷🇼🇷🇼🇷🇼🔥🔥
Iriba this is Amazing ❤❤
Turakwemera cne turagukurikirana mukajaga urakumbuw kandi
❤❤❤❤ my sister big UP Kure cane nihokwipfurijee❤
Approved😍❤ Ntitwowubanira let's take this song t anothr level❣
Urashoboy kellyna terimbere
Kellyna iriba ryanje nyegera bechouu❤❤❤
Nice song 🔥🔥
❤❤❤❤❤jew ub kur kizombaaa iy song izonyicaaa
Champagne sijaona comenti hit iyo
Nice one natwe twatay ubweng bakurek vrmt urarwenz
🎉🎉🎉kellyna hejuru kwiriba niho wibereye naje mur rugazi kanshikiriye 🎉🎉wirambire
Good music
Niwubahwe vlm
❤❤❤❤❤ ndagukunda
Ah daaa❤❤❤love from Burundian country skilledmusic257
Mwiriba ryurukundo ❤❤
Warayi inyuma titi song naros ch❤❤😂😂😂
Unajua nimekuelewa unaweza❤
Ur artist from Malawi 🇲🇼❤️❤️