Ku nama : Ni igiki Président Domitien Ndayizeye azokorera abarundi niyatorwa ?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 сен 2024
  • #Burundi #Amatora
    Mu kiyago co ku nama co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2020, umutumire Président Domitien Ndayizeye akaba n'umu candidat w'urunani KIRA-BURUNDI mu matora y'umukuru w'igihugu, aratuyagira muri make ivyo abarundi bomwitegako niyaramuka atowe.

Комментарии • 96

  • @yvettenyamugisha5474
    @yvettenyamugisha5474 2 месяца назад +2

    Uyu mushingantahe ndamwikundira ubundi niwe yarakwiye kuyibora igihugu numugabo wijunja nijambo much love 💗 💗💗

  • @ndayikezalongin1886
    @ndayikezalongin1886 4 года назад +4

    Ndashima cane ingene Radio isanganiro ikora.
    Hama ndateye intege SE Ndayizeye.
    Uti bon courage, l'essentiel est de participer.
    Que vive la démocratie au Burundi !

  • @leonidasniyonzima7299
    @leonidasniyonzima7299 4 года назад +1

    Murakoze cane kwibibiganiro mushikiriza

  • @kamikazigenerose7882
    @kamikazigenerose7882 4 года назад +1

    Ndakunda président Ndayizeye Domicien kubera atarya umunwa avugisha ukuri

  • @lambertsindahera9610
    @lambertsindahera9610 Месяц назад

    Uyumugabo aravuga meza cane kuko ibiganiro nibyo bya mbere uyu yar impunzi mubushishozi biwe nisawa

  • @fidelitekarigirwamuyangwa973
    @fidelitekarigirwamuyangwa973 2 месяца назад

    Shaa uyu ndamkundaa yakozee nezaa

  • @arakazajucy4043
    @arakazajucy4043 2 месяца назад

    Nanje sindagikunda abaswera 😊

  • @somokichefuchefu200
    @somokichefuchefu200 4 года назад +1

    Irambire mutama 😍😍😍

  • @ingabireange2945
    @ingabireange2945 4 года назад +6

    Ça sent l'expérience, il a également des idées pertinentes et constructives. Dommage pour les blessures ethniques...(PS: Canke nuko ndumuhutu mfise...) Notre pays a besoin de connaître son histoire certes, mais d'écrire une nouvelle page, les trois ethnies doivent unir leur force pour bâtir le pays...(seulement trois ethnies, et dire qu'il y a des pays qui vont jusqu'à 80 ethnies, on devait pouvoir s'en sortir) on est fatigué de savoir qu'il y en a qui se considèrent inférieurs ou Supérieurs par rapport aux autres. On avancera jamais comme ça... acceptons notre passé, préparons et bâtissons l'avenir tous ensemble. Sinon on ne verra jamais cette paix et cette sécurité que tous les candidats prônent...

  • @gertrudekazoviyo384
    @gertrudekazoviyo384 4 года назад +8

    Uyu mu candidat yakwanikiye Jéro? Il est très profond dans ses idées en tout cas.

  • @nkundaberatv3877
    @nkundaberatv3877 4 года назад

    Avuzibintu bikomey cane vyotezimbere igihugu! Amacakubiri akwiye guhera abarundi tugakundana nihotuzoterimbere tugasangira twese ivyiza vyomugihugu nomukugitezimbere! Kandi ndizey kw'Imana izobidushoboza abarundi tukagera kuriyo maturité.

  • @ingabireange2945
    @ingabireange2945 4 года назад +3

    Rien à dire pour les journalistes...Bravo pour ce travail de qualité et de grande valeur depuis des années. Espérons que vous transmettrez votre professionnalisme aux jeunes journalistes...

  • @sindayiyves1577
    @sindayiyves1577 4 года назад

    I wish u well Mr Ndayizeye Domitian Ex President of Republic of Burundi u hv got very good views and thinkig to your citizens May God bless u

    • @bucindikapierreclaver429
      @bucindikapierreclaver429 4 года назад

      The problem of Africa is that those who have ideas have no power and those with power have no ideas.

  • @elyesekwizera3241
    @elyesekwizera3241 4 года назад +2

    Thx muzotumir evarist na gwas na domis

  • @kemassonlwangaisha9248
    @kemassonlwangaisha9248 4 года назад +3

    Mpejeje Kwumviriza Nyakwubahwa president Domitien Ndayizeye, nimba ivyo avuze azobishira mu ngiro afitiye imigambi myiza igihugu, bisigura ko yisiguye neza kuko yavuze ivyo yokora mugihe bo mutora, uko niko aba candidats bisigura kuko iyo atabikoze abanyagihugu turagaruka tukabimubaza, canke tukamwima iyindi mandat, nemeye cane politique yiwe y'imigendaranire n'ibindi bihugu, canke yo kubungabunga ubutunzi bw'igihugu, kuri jewe Domitien na Rwasa baratomoye gose ku migambi bafitiye igihugu, kuko batabikoze twobibabaza. La confrontation entre lui et Rwasa twoyishima cane, kuko Evaliste asa n'uwutinya cofrontation parceque en general nta projet de societe CNDD FDD bafise, bagira ibibaje mumutwe d'ou raba aho batugejeje, turi igihugu canyuma gikenye kwisi ariko iyo bariko bararata ivyo bagize umengo bipimira kuribo bonyene, iyo wakoze wipima ku bandi soit mwari mukenye kimwe ico gihe canke abakurusha gatoya, ariko birateye isoni kuba abanyuma mu butunzi kwisi, kandi igihugu mu myaka 15 kitigeze kija mu ntambara nimwe.

    • @Nyaburunga
      @Nyaburunga 4 года назад

      aho uremera pee ibigereranyo bikorwa n' abazungu?? Nokugira inama yo gusoma umwandiko witwa "Toutes les statistiques sur l' Afrique sont fausses" wanditswe na Jean-Paul Pougala. Uzoheza utahure ko ibigereranyo ahanini ari irementanya rikorwa mu ntumbero yo gutanga ishusho ryiza canke ribi ry' ikintu bitewe n' ico uwubikora agamije.

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 Месяц назад

    Uyu ni umusuma. Comment il peut expliquer sa richesse après 2 ans a la présidence

  • @mandelamugabe9288
    @mandelamugabe9288 4 года назад +3

    Domitien hamwe na Evariste ndayishimiye .mwoba mukoze

    • @bucindikapierreclaver429
      @bucindikapierreclaver429 4 года назад

      Evariste ntiyovyemera kuko ntiyongara Domitien ndakurahiye

    • @mandelamugabe9288
      @mandelamugabe9288 4 года назад

      Bucindika Pierre Claver 🤣🤣🤣🤣🤣🤣. Mwenibi biganiro biba bikwiye guca kuri télévision nationale kugire abanyagihugu bazotore umuntu afise imigambi myiza. Vyarantangaje kwumva DJ wa CNDD FDD avuga ngo ubu Ibigori vyumira mumirima. Namba tutaba mugihugu kimwe canke ugasanga barabira kuribirya his excelleny Ahora asarura. Muri rusanga abarundi barakanye kandi cane .

  • @innocentniyonkuru8978
    @innocentniyonkuru8978 4 года назад +1

    Umutama w'iteka,arengeye ubwoko,intara n'ibindi vyinshi bitandukanya abarundi.Komer'utsinde mutama.Muvaga kumwe na mutama Rwasa Agathon.Iman'ibahezagire,ibazigame !

    • @alicebitondo3183
      @alicebitondo3183 4 года назад

      Nibarekere abocavunye bagiteze imbere twironkere icotwirira abanyagihungu nico dushaka

    • @innocentniyonkuru8978
      @innocentniyonkuru8978 4 года назад +1

      @@alicebitondo3183 Abandi ntibavuge ?Ahubwo cabavunikiyemwo.Respect !

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 4 года назад

      💃💃💃💃💃💃💃🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️🏃🏻‍♀️

  • @sylvainhabimana4298
    @sylvainhabimana4298 4 года назад +1

    Cyakora uyu munyamakuru ni wise person pe. Ni umuhanga mubyo akora rwose.

  • @pierrenduwimana2799
    @pierrenduwimana2799 4 года назад +1

    Nanje vyukuri ndavye uko uburundi nabarundi bameze, ntakamaro kimigambwe 20 mugihugu. Imigambwe 2 yonyebe irakwiye mugihe igihugu cotwsrwa mu butungane ntangere. Igikuru mugihugu ni: UBUTUNGANE

  • @tubivugetalkspace1775
    @tubivugetalkspace1775 4 года назад +4

    I love Domitien.Très pragmatic

  • @osmanbowie3740
    @osmanbowie3740 4 года назад +1

    Amahoro, Umuyagankuba, Amabarabara, Uburimyi, Ubumenyi en premier lieu. Le reste viendra de soi et sans cesse . Vyose birashoboka abantu babishatse

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 4 года назад +1

    Kandiburya uyumutama Domitien Ndayizeye wosanga ntamenyako kiriyagihe yari umukuru wigihugu koyagira ijambo ryogutuma yubahwa na Buyoya kubera iriyamirwi yarwana yarimwishamba noneho Buyoya akabayibaza ko Domitien yobayarishigikiwe niriyamirwi yarwana irimwishamba!
    Agahavayibaza ngonukubera wenyenubwiwe yarigihangange kugitikiwe.

    • @bucindikapierreclaver429
      @bucindikapierreclaver429 4 года назад

      Admettons, none ubu hoho iyo migwi ari yo ifise igihugu ubona ibintu vyateye imbere canke ? Interrongeons les faits: Yabivuze neza,twari dukenye mugabo twari twifashe...I dollar rishitse kuri angahe,iyo urironse naho nyene, Amashure yarubatswe kandi ntawutobishima; mbega vyajanye n'akanovera k'indero gute?Narengana.N'umurundi uwari we wese arabibona,turagwaye.

    • @kidumuelie5879
      @kidumuelie5879 4 года назад

      Ivyavuga birumvikana ariko igihugu nibagihe Rwasa turabona yuko afise imigambi myiza yokutugeza kwiterambere hari hageze yuko dutora imigambi.

  • @dianekamariza9981
    @dianekamariza9981 4 года назад

    Ndakwemera muutama

  • @rosehakizimana8691
    @rosehakizimana8691 2 года назад

    Nyakwubahwa Domisio Ndayizeye n Umushingantahe w Ijunja n Ijambo ivyo
    Avuga vyose n Ukuri

  • @tradechaserz6534
    @tradechaserz6534 4 года назад

    My president!

  • @user-gb2nx1mj2c
    @user-gb2nx1mj2c Месяц назад

    Igihuguntigiterimbere atamahirilogifise inicambere icakabiri abenegihugu bategezwa kworoherezwa muvyobakora icagatutu kwubahana muvyodukora

  • @ericnijimbere8520
    @ericnijimbere8520 4 года назад

    Isanganiro ndabashimira cane.ahubwo muzoduhe audio hamwe Domitien yavuga kahise kiwe na cane cane 1972

  • @festusciza9078
    @festusciza9078 Месяц назад

    Iki kiganiro cabaye ryari?

  • @DieudonneeNdayishimiye-em5ve
    @DieudonneeNdayishimiye-em5ve 5 месяцев назад

    Uri intwari,garuka udutware.

  • @izidorbimana5485
    @izidorbimana5485 4 года назад

    Uyo muhumure arasobanuste n’ukuri

  • @fidelitekarigirwamuyangwa973
    @fidelitekarigirwamuyangwa973 2 месяца назад

    😂😂😂😂❤ngushaka kukwegera weye uko musma ker

  • @user-gb2nx1mj2c
    @user-gb2nx1mj2c Месяц назад

    Niwitozetuzogutora mutamaa

  • @pierrenduwimana2799
    @pierrenduwimana2799 4 года назад

    Ewe DOMISIYANO. NUKURI UKO NAVYUMVISE WEWE NTIWABAYE PRESIDENT NGUKORERE FRODEBU GUSA. NUKURI WARASETUKIYE ABARUNDI. IVYO NDABIKWEMEREYE. KANDI NAWE WOGIRA IMANA UGATSINDA AMATORA, NUKURI NZOGUSHIGIKIRA KUGIRA DUTEZE IMBERE IGIHUGU NSBANYAGIHUGU.

  • @jeanpierreniyungeko717
    @jeanpierreniyungeko717 Месяц назад

    Il est aussi très rancunier ! Je le connais !! C est un autre pb que mon pays a connu après Gustave, le grand mal burundais

  • @ngendakuriyomichel5718
    @ngendakuriyomichel5718 4 года назад

    Irambire mutama imana ikujimbere muvyo urimwo vyose

  • @tuyisengemelanie8021
    @tuyisengemelanie8021 4 года назад

    So mubyukuri imigambi yawe nimyiza ariko vrmt mbo hagezeko uruhuka ukaba wirira itunga ryawe kuko je mbambona uburundi bukeneye amaraso masha

  • @bayubaheaudace4471
    @bayubaheaudace4471 4 года назад

    Wapi man

  • @yveslaurentbizimana3035
    @yveslaurentbizimana3035 4 года назад

    murakoz radio isanganiro , domitien ninararibonye kandi yavugishije ukuri , na experience afise , kandi akemera aho ageza , raba uko yavuz kucorezo ca coronavirus, ukurikiranye abandi uko bavuze bitoza , biteye agahinda , ariko nifuza ko mubaza ivya commission CVR : imibiri yabantu bakuye hirya no hino mbega bizogenda gute ,bamwe nabahutu abandi ngo rindira commission ivuye hanze ibafashe , nkeneye kunva uko babivugako !!! ako mwarakibagiye

  • @miburoemile3690
    @miburoemile3690 4 года назад +1

    Uyo muzehe arashaje vrt naruhuke mumutwe yirire utwiwe. Yavuze ngo muri 2ans yatwaye yaciye amera imvi, mwumva atwaye 7ans atoca asara?

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 4 года назад +3

    Jewe mbona abarundi botora uwomusaza domisio ndayizeye. Abasaza nibo bashoboye. Ubutegetsi

  • @ndayihimbazejoel4241
    @ndayihimbazejoel4241 4 года назад +1

    Mugarukanee NAHIMANA Dieudonne....

  • @iga2023
    @iga2023 4 года назад

    Kukintu c'imigambwe myinshi idakenewe mu Burundi ndagushigikiye mutama. imigambwe niterane dufite mike tureke ivyo gusumira inda dutere imbere.

  • @solongeirkoz5605
    @solongeirkoz5605 4 года назад

    Kabisa ico gihe yatwara ndibuka ikiro c,ibiharage ca gurwa 250fb m ubu ni 3500fb

  • @Sensibilite
    @Sensibilite Год назад

    Président Domitien ngo ahanini uburundi bugwaye munda; nivyo , ariko muri domaine professionnel ndimwo; maze kumubona kenshi aja ahantu kwihereza (akaja mu nda) ariko abamucungiye umutekano na shoferi bagataba nimiburiburi banyoye amazi yo muri robinet! Biboneka ko bashonje, banyotewe caane! Si rimwe si kabiri! Ariko abandi bategetsi mbere batobato ababacungira umutekano n'abashoferi turabona ko babibuka. None ingwara ahanini ari munda; kuki atanagashitwa abahako? Kubesha kwiradiyo biroroshe mugabo bake tumubona, ntiyonywa akarya ingendanyi ziwe zishonje!!!

  • @KirangaHouston
    @KirangaHouston 4 года назад

    😃😃reka kumukwegera..

  • @kamikazigenerose7882
    @kamikazigenerose7882 4 года назад

    Ndashimiye abadushikirije iki kiganiro

  • @akarizafofo2664
    @akarizafofo2664 4 года назад

    Aratanga inyishu ziboneye kuvyo bamubaza!

  • @mandelamugabe9288
    @mandelamugabe9288 4 года назад +1

    Mwoshobora kuzoduhuriza Rwasa Agathon na Evariste ndayishimiye Canke Evariste ndayishimiye na ROHERO; mwoba mukoze cane

    • @tuyisabealine151
      @tuyisabealine151 4 года назад

      Gwasa na Ndayishimiye bahuye Gwasa yotsindwa kumajambo Neva afise amagambo meshi kimwe gusa Neva bimugora kwishurana ubwenke akunda gutukana Gwasa avuga make kandi yubwenge.

    • @mandelamugabe9288
      @mandelamugabe9288 4 года назад

      TUYISABE ALINE @ boca batuzanira Evariste na Domitien basi

    • @burundikugatumbatv16
      @burundikugatumbatv16 4 года назад

      Twibazako Neva yokweshura Rwasa uburyobwose bushoboka wewe uvuga ngo Rwasa yishura make ngwariko akomeye, kuko ahonakwumvise kowashatse kuvugako Rwasa atinya kuvugako amagorwa abarundi bagiye bagira ataruhara umukoroni yagiye aragira mugushigikira abagumutsi.
      Neva rero kubera avyubahuka akavugako umukoroni yagiye arenyegeza akariro mundryane zagiyeziraba kuribene Burundi ahorero nihuvuga kwatabwenge yishurana, aho uwutazoza atatobora ngwabivuge ntateze kuzotsinda amatora.

  • @rachelisamazing8918
    @rachelisamazing8918 4 года назад

    Nyuma yaba candidat bose muzotugarukanire Gnl Never murakoze

  • @brucembonicura86
    @brucembonicura86 4 года назад

    ewanaa. n'umunyamahoro uyu mutama

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 4 года назад

    ☆☆☆ uyu mutama nawe numva atoroshe nawe ☆☆☆ gusa ibintu vyimigambwe myishi ikwiye kuvaho iteza akajagari mu gihungu. Ruswa no gutunganiriza abenegihugu bije imbere. Amategeko ya mabarabara yigishwe gushasha nko hanze. Vyoba vyiza gusumba. Kuko umuntu wamaguru ntagaciro ahabwa kandi yishwe nta assurance ikurikirana imiryango asize.

  • @devotmahungu2597
    @devotmahungu2597 4 года назад

    Muburundii murateye imbere muri démocratie ino iwacu utangaje ko uri umu candidats gusa bahita bagufunga cangwa bakakwica

    • @jeanneigiraneza8367
      @jeanneigiraneza8367 4 года назад

      Dévot Mahungu iwanyu hehe ?

    • @Nyaburunga
      @Nyaburunga 4 года назад

      @@jeanneigiraneza8367 , ntiwumva ko ari Umunyarwanda, ahandi uzi havugwa ikirundi ni hehe?

  • @ManuelMinani
    @ManuelMinani 4 месяца назад

    😅

  • @chakapap2178
    @chakapap2178 4 года назад

    iki kiganiro ni kizimaa cne

  • @ladygalis6708
    @ladygalis6708 4 года назад +1

    Dukeneye abagifise amaraso mashasha....ntagishasha kuri Domitien

  • @guillaumerusengo9371
    @guillaumerusengo9371 4 года назад

    Vyama vyoroshe kwivuga! Jeremie Minani mwakoranye akubona ukundi! Kudashemeye!

  • @elysemarlyn3158
    @elysemarlyn3158 4 года назад

    Harakenewe ko ikibazo c’uburimyi mwibuka ku kibaza abatumire baje vyodufasha kubona imigambi yabo mu bisata bikomeye vy’igihugu
    Iki kiganiro ni ciza cane

  • @megatyres4795
    @megatyres4795 4 года назад

    Igihugu ntukorako muta wihangane

  • @ngundachris7598
    @ngundachris7598 4 года назад

    Mu Burundi nta retraite batanga?

  • @thereader2212
    @thereader2212 4 года назад

    Kagirimana nimangazine

  • @bullarbdi7969
    @bullarbdi7969 4 года назад

    Ariko bwana SE...kuber iki utagiz propagande ikwiye?ico bikoze nabarundi bake botahura ivyo vyiyunviro...dukeney kwirirwa turiruka mwibarabara...akajagari

    • @mutabazimichael8404
      @mutabazimichael8404 3 года назад

      Malheureusement c'est au dessus de sa volonté kuko CENI yemera qu'une période de 3 semaines de propagande. Ce qui profite plus aux partis avec le plus de moyens que ce avec la meilleur idéologie à partager.

  • @jonasminani2230
    @jonasminani2230 4 года назад

    Mutubarize ko birya bamuvugako ko avuye kubutegets yasize 500 fbu gusa mur présidence arivyo?

    • @bucindikapierreclaver429
      @bucindikapierreclaver429 4 года назад +3

      Bande babimuvugako ko jewe ata vyo ndumva kandi ndi umurundi?

    • @river7419
      @river7419 4 года назад

      Uwo numu ded yicura ivyo bariko biba igihugu cacu tutakironka nagakate kaburi gatondo na kayi

    • @jonasminani2230
      @jonasminani2230 4 года назад

      Mwahora mukaronka kuntwaro yande? Barakumenyerej nabi nyamba bataguha ivyo wakorey

    • @river7419
      @river7419 4 года назад

      @@jonasminani2230 duuuu pole sana, gire muvinyuma yabo ba hypocrite muhu!!ahandiho muzokebuka muriko mwica aba byaye eeh iyo nimburiiiiii

  • @eliudbahema3401
    @eliudbahema3401 4 года назад

    MUTUZANIRE RWASA NA EVARISTE.......NIKO IBINDI BIHUGU BIKORA MUBAZANE MUBABAZE IBIBAZO!!!!!!

  • @Martin-xf1bw
    @Martin-xf1bw 4 года назад

    Jewe ndashimiye Radio Isanganiro mw’itegura ry’ibi biganiro. Ni vyiza gutanga umwanywa ku mu Candidat wewe kugira ashikirize imigabo n’imigambi vy’iwe.
    Ku vyerekeye Candidat Domitien, sinamukunze kuko arigirisha! Ntavuga ukutri nkuko kuri. Uburorero bwose yatanze NTAFATIRO ku kijanye n’ibiba mu bihugu ! Yarariye ibitirire; baguma babirya, .... , mugabo ingorane ni ingene uburundi bwifashe turavye polique y’akarere n’amakungu!
    Turakeneye umutegetsi abona kandi yumva politique y’akarere n’amakungu!

  • @fatooismail2916
    @fatooismail2916 4 года назад

    Turagusavy uzosubire gutwar igihugu cacu ycu burundi

  • @pascaljohn2148
    @pascaljohn2148 4 года назад

    Kw'akubaza vyinshi kuvyo gukund'uburundi ga mutama Domitien,ntanz'akarorero mbega Se rugo yangaje bamwe mubo yar'ajejwe aba akunda umuryango wiwe?Kuruhande rwanje inyishu ni never,canke haba nagato.