Burundi: Icuka ca Politike kimeze gute mu gihe himirije amatora?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Ikiganiro ku nama co ku wa 25 Myandagaro

Комментарии • 24

  • @aishayy8897
    @aishayy8897 4 года назад +2

    Ubwo wamugorew urakomey nez kweli ww nimba ubon iwaw arinez aband sinez ngo ntavyomurumv ko a dd bahohoter aband kand babikor kumugaragar sha Allah akubabarir kimwe bamwig kuvug mukarek kubush urambabaj wamugorew ahowank kuvukukur kuber agaf ntacho

  • @pascalalfazaripl4638
    @pascalalfazaripl4638 4 года назад +1

    Haaaa-uyomufasonindamusetse.batumwanumugabwekwonona,Muteyisoni.tekerenankurikiye.

  • @michealntahomvukiye9860
    @michealntahomvukiye9860 4 года назад +3

    Uyu mufasoni nawe rero, nikinyoma ciwe, atayeko nijwi ryabagabo, kuvyimba mukuvuga kurusha nabandi bagabo batumiwe.

  • @Mkel890
    @Mkel890 4 года назад

    Jerome nabe ategura iyo introduction amenye ko ubu ari kuri CAMERA. ATARI KU RADIO GUSA.

  • @leopordnimbona3265
    @leopordnimbona3265 4 года назад

    Kunama ndagikunda ariko mugishirakomutevye sinziko arijew bigorakukibona ndacunviriza nkasanga nicakera cane muraberero muzemuraduha bishasha

  • @sylvainhabimana4298
    @sylvainhabimana4298 4 года назад

    Umuvuno mwafashe niwo mubi: urwo rwaruka mbere yo kuba urwumugambwe, ni urwigihugu. Nimuhane abakosheje bose, abo bayobozi bimigambwe bareke izo nvugo zabo zidahosha amakimbirane, mugihe bunva ko bose ari bezaaaa, ntibibaho aho abantu bateraniye

  • @chachaburundichachaburundi4814
    @chachaburundichachaburundi4814 4 года назад

    Uyumugabo ngo ajejwe umuteka
    Ivyanyutwarabihinyuye wew imis
    Yaweturikoturayiharura buratekera impambazawe

  • @mukeragabilodiana9391
    @mukeragabilodiana9391 4 года назад +1

    Itsinzi kuli CNL 👍

  • @jacksonniyikora1368
    @jacksonniyikora1368 4 года назад

    😂😂😂😂 ewe Burundi waragowe

  • @samsonnzoyisaba3765
    @samsonnzoyisaba3765 5 лет назад

    Ntibisanzwe kuko nigipolici cuburundi imvugo zabo zuzuyemwo politique

  • @bavugapaul9443
    @bavugapaul9443 4 года назад +2

    Mbega yemwe uyo.mugore nuyo mupolice izomvugo zabo zizobashikana he?yemwe uburundi buzokira butevye Ako bansumirinda ntibazohera

  • @elyesekwizera3241
    @elyesekwizera3241 4 года назад +1

    Inzeg zumutekan zikukir umugabw ur kubutegets

  • @kwizeraelize5517
    @kwizeraelize5517 5 лет назад +1

    Mbona abobagabo barenz ntibipfuz kwaband babaho Ariko ntamvura itahita twes turi bamw

  • @Mkel890
    @Mkel890 4 года назад

    NANSI NAWE AVUGA ARABA HASI NIBAZA KO ARIKO ARABESHA KUBERA ABA FNL NABA DD BAMA BARARWANA

  • @aishayy8897
    @aishayy8897 4 года назад

    Frodeb mwoh mugow rumw na CNL murek uyomugor yanik sha arambabaj arik bigiy guhinduk kk uburund imana nishobor kwemer ko abarund bangar mub murasezer

  • @jeanpaulmajambere9608
    @jeanpaulmajambere9608 5 лет назад

    Ariko abanyepolitique bacu we nihatari

  • @pascalalfazaripl4638
    @pascalalfazaripl4638 4 года назад

    Mbenkurikiye;nuyomufasoni-kotubazibonkarumwe.muricnided;ivyabotwagiratubirabe-iyabaseniatarigikorecho.cabo.arikobigiyekubarangirana.ikinyomakimarumusi-ntikimarumwaka.

  • @fellowyordyrabbi
    @fellowyordyrabbi 4 года назад

    Dushimire umunyamakuru kubona yatumiye équipes babiri kuri babiri...Abakinyi bahanganye neza ....twabony impande zabonetse.Nakamuna

  • @sylvainhabimana4298
    @sylvainhabimana4298 4 года назад

    Umuvuno mwafashe niwo mubi: urwo rwaruka mbere yo kuba urwumugambwe, ni urwigihugu. Nimuhane abakosheje bose, abo bayobozi bimigambwe bareke izo nvugo zabo zidahosha amakimbirane, mugihe bunva ko bose ari bezaaaa, ntibibaho aho abantu bateraniye