Ikiyago n’abahoze ari abakuru b’igihugu
HTML-код
- Опубликовано: 2 авг 2023
- ☺️ Karibu dusangire ikiyago. Turikumwe na Prezida Ntibantunganya Sylvèstre hamwe na Ndayizeye Domitien bahoze batwara Uburundi.
Poritike, intwaro, ubutunzi, ibibazo bihanze urwaruka, biri mu vyo tuganira.
#YagaNawe
#poritike Развлечения
Ntiba simwemera par contre NDAYIZEYE❤❤❤ caane
Les sages de notre pays much love❤
Uyo ntibantunganya asigaye arumukunzi winda. Ntakuri kuri muriwe
NTIBANTUNGANYA WEEEE NUKURI IMBONEZA ZARIHO, MUGABO ABA CNDDFDD BABAHEJEJE BABICA. ARIKO, NTIBAZOBSMARA BARACARIHO BAKEYA. KANDI IGIHUGU KIZOTEBA KIRONKE UGITABARA. IMANA NTIYOKEENERA KO HOBURS IMBONEZA
Ikiganiro ciza caane , Imana yabarinze yarakoze,
I😮😅and
Bonne initiative 👌
Merciii YAGA, et si vous pouviez mettre autour d'une table, les 5 principaux partis du moment:
NDAYISHIMIYE et son CNDD-FDD face aux 5 principaux partis (Ntibantunganya yavuze) CNL, MSD, "Les frondeurs de "PPD-GIRA IJAMBO, FRODEBU, et UPRONA.
Izo sphères dominantes de la scène politique burundaise bicaranye bakunvikana agenda (imaginez-vous en LIVE ici) devant le peuple Burundais; amasezerano ya ARUSHA yoba akuweho n'amasezerano yo muri YAGA (historique).
Ducire Umugani
NDAKUNDA IMVUGO YA DOMITIEN NDAYIZEYE CANE. N'UMUGABO WIJUNJA
Yeah TWUBAHANE NKABANTU NTITUGASUBIRE KUYIYUMVIRA CANKE KWIGISHA AMANYEMBAS YAMACAKUBIRI AMACAKUBIRI ARANDURWE BURUNDU
Abo nabatama bamateka cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮
None ko tubona uburundi butera buja inyuma murikino gihe cikorana buhanga kandi atari igihe cokuja inyuma kubera nta ntambara ihari ubwo izimboneza nazo tizoba zidamarariye?