Bandanya Bob gutohoza, hanyuma abazokuvuguruza tuzobumva. Nibaza ko uri mu bamenyashamakuru bambere muri investigation. Ntanuwundi ahari, abandi bari hehe ko batubahuka.
God bless his excellency Pierre Nkurunziza and his beautiful family!!! no one is perfect, and I’m not saying it’s justified whatever wrong doings he did in his life but, WE ALL did Bad things in life. To say all that, he’s WAAAY better than all these idiots running the country right now. They better wake up because life’s not sweet….
Unyibukije inkotanyi zo mu Rwanda ese kuvuga ukuri kubiriho cg kubyabaye bihurira he no kugusubiza mu magume? Erega murikirigita mukisetsa nta mahoro apfunyitse ibinyoma abaho reka ukuri kuvugwe ubumwe bugirwe nababishaka
Ngize ubwoba pe Kuvuga ngo abarongoye u Burundi bagomba kugaragaza UKULI ku rupfu rwa Prezida Nkurunziza nibyo Ariko se Ko mbona harimo LABYRINTHS zikomeye !!!!!!!! Nanjye nunva impanvu babyihoreye UKO MURIMO MUBISOBANURA imitwe yari kugwa ari myinshi kandi hakagwamo inzirakarengane nyinshi This is a mafia case Good luck 🖐️
*Muratohoza urupfu rwa Nkuru nziza tubiziko yapfuye, ariko mwibaze impamvu, aba president bose banze kwemera covid-19 bose bapfuye, president w'uburundi, president wa tanzania, president wa haiti na ba docteur bose bahakanye covid-19, ntabwo murashika ku mwanzi urinyuma y'urupfu rwaba presidents*
That hospital it's the best in Burundi. Nuko gusa isumu yahawe yari ikaze. I kindi naco nta gihugu na kimwe umukuru w'igihugu apfuye baca babishikiriza aho nyene
Imana dusenga tutabona uzobarandura icobicishije niconyene kizobica
Ndababwije ukuri bob Rugurika n' umukozi w' IMANA, ntawokora nkawe adafise umuhagamagaro w' Imana
Ahooooooo uravyononye vyose ngo numukozi ngo w Imana? Ayikorera iki ? Uzi uburozi bwuzuye mubiyita ngo ni abakozi b Imana! Uyu numwicanyi mubi
@@turibamweali8661Vraiment ❤
Ndagukunda cane Ines Gakiza sindagukunda kubwo uvuga makuru oha urampimbara visage yawe iranryohera kubona vraiment ufise Iminwa mwiza vyongeye uri mwiza vraiment
Uravug ukuri pee amaher amrahera lman ikunkomerez
Hari Lundi soir niho batangaza ko yitavye Imana
Inès GAKIZA ndagukunda cane
Mwubahwe mukomeze kudutohoreza ayomakuru ya nyakwigendera Imana ikomeze kubarinda
Bandanya Bob gutohoza, hanyuma abazokuvuguruza tuzobumva. Nibaza ko uri mu bamenyashamakuru bambere muri investigation. Ntanuwundi ahari, abandi bari hehe ko batubahuka.
.
L
Murakoze cane ikiganiro ciza ntako mutagira nukuri abumva bumvise
❤❤❤❤❤❤Rpa uri radiyo shahu uri radiyo🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ntako mutagira Kandi turabasengera ng'Imana ikomeze kubaha inguvu zo kutumenyesha ukuri.
Bob Rugurika avuz Neza vraiment nciy numva ndamukunz cane eka n'abandi bose bamufasha,komera komera
Ingaruka yicaha nuruqfu uwabikoze atabikoze imana niyibizi vyose namwe ukugira. Mucanishe abenegihug namwe muzobibazwa
Bob Rugurika uri intwari Iman'Ikuzigamire abarundi
Reka kubesha Leonidas. NGO abarundi ntibabona ko bakenye? Barsbibona nuko bavuze naca bibonerako. Bavugire imbere yabicanyi !!!
Sha, iyo numvise ivyo bivuga, biranoneka ko ndayishimiye ARIWE yamwishe. Kuko ntibuumbikanabukunti umu President afuye, hanyuma sgahambwa nkimbwa, ntihagire abantu bamusezera, nukuri amakenga ariko ko yoba ARIWE yamwishe.
Uburundi burafise abana babukunda gushika kubuzira....Bob Ruguruka uri icitegererezo kurunganwe
Peter yiyita Imboneza yamaho. Ubwo subusazi😊😊😊
Asha ndakurahiy atasara
amakuru kuri radio maris
Birakomeye Nukuri
Ndababar iy numvis ibint biba m Burundi..😢😭😭 ikiganiro kubijany n abant ba reacting am project akibwa n abari muntwaro naco ni ryari??
Umurundi wese yumvirizi yi temoignage asabwa kuyi partagea kugira umurundi wese ahava akagera afise data akurikirane iki kiganiro
Abarundi twoba tugire tuvumwe tubandanije kuba mugihugu cica intungane
Abamugandaguye bakurikiranwe
Izinaryawe witwande
Mwari muzi KO hagiy kubaho igih c'igaburanyama!🥱 Mwashaka transition rero! Murabuz ICO muvuga
Mwoduha nimeroyanyu twoza tubaronderako harikitubakiye? Mwobamukoze muyiduhaye
Micombero yapfiriye Mogadisho, Somalie. Hari abavuze ko Bagaza ariwe yamwicishije. Ni piste ishoboka, bishoboka ko yishwe nurwiwe.
FIRE 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Hewe Bob ruguruka,2015 ko utavuz e ivyamubayeho,nivyarivyarapanzwe,Léonidas wewe arambabaje kuba yarahemukiye ,,
L eonidas w ewendamu zikuva i Bubanza no muri Congo, ni umunya Cankuzo,yihindutse nyakubahwa wacu umuhisi wacu Imboneza yamaho,vyarambabaje,
Turabashimiye murintwari.rpa guma kukivi
Chapeau
Toyota mutubwire niba Rajabu akiriho!
Ko vyovyo mutabitohoza?
komeza muronder ukuri aho kuri
Nihatari Niko?
Icishe Petero Nkurunziza ntimwirugwe mwigora cane ababizi nubabiri Bunyoni na Bob Ruguruka umwe niwe watumye uwundi kuzana uburozi Bob we yise isumu.
Mwarakoze kudutohoreza kandi, ntakibuza ko yoba yishwe n'isumu kuko abansi biwe Bari mwebwe , Nico gituma mubizi murazi n'iyo mwabukuye mwanabimenye imbere y'uko yitaba Imana. mbega ko mutaratubwira icishe pombe magufuri? Utwenga uwapfuye ukazopfa nka we❤ yaguye mu gihugu ariko hariho abazogwa inyuma yaci
Ivyo nibiki gayemwe?😮😮😮😮 9:56
Muburundi birakaze cn'
*Ntabwo mwibaza impamvu aba presidents bose bapfuye bavuye muri kenya?*
.ingwe igutwara igitungwa ikagutanga kuraka.uwutazi bob Rugurika nabo birikumwe yokwibaza ko ari urukundo ruvyutse rwa Nkurunziza petero.ihi bambewe .c'est de l'utopie!
Muzoturobderere nicishe magufuli
Ivyo nibiki gayemwe?😮😮😮😮
😢birah
Amb
Aym
Bob abarundi benshi barakumva amakuru RPA itanga nayukuri ariko Imana irakurinze ntutinye
Kandi bamuvuga mubishe Nkurunziza cg ntusoma comments?
Mwubahwe kabisa 👍👍 ahubwo rugurika nakomeze nukuduha amakuru menshi yinyegeje
Tubwire mushakashatsi,Rwagasore nawe vyagenze gute?Ndadaye vyagenze gute?
Bob turagundaaa, abakwanka bafise ivyifuzo vyabo. Kandi Yezu akurindire ubuzima kuko uramukorera mugukwiza iciza ukanka ikibi
Ubuse nyuma yimyaka itatu Nkurunziza apfuye abivuze ngo bifashe iki ababyumva !?
God bless his excellency Pierre Nkurunziza and his beautiful family!!! no one is perfect, and I’m not saying it’s justified whatever wrong doings he did in his life but, WE ALL did Bad things in life. To say all that, he’s WAAAY better than all these idiots running the country right now. They better wake up because life’s not sweet….
Reka dutagir2015 ako Niko kaz kany gucanishamw abarund ariko ibuye ryaseruts ntawurikubita kwisuk RER tuz Abo murib nabo mukorer
@@juliennsengiyaremye9615 oya nawe andinka ibintu twumva basi I didn’t understand nothing you wanted to say !!?
Twarahomvye pe.
None uziko hari umu pres Utica ?
Ingeso zokwica sinziza nukuri,tigire umutima w'Ubumuntu
Uwo mutima w'ubumuntu warabuze, gushika ubu niyo ngorane iduhanze
Dusenga tukaja kandi mu bapfumu ?
Abagaragu ba Kagame, murabesha niyo radio yanyu ngo radio yabahima.
*Ikintu kibabaje kubona aba Jesuits bakoresha abanyafrica kwica benewabo*
❤
Twebwe turabakurikirana kukomuvuga ukuri gasatwebwe turatinya gutanga amakuru kuko turaziko atanumusitwomara batatwishe gusa ntwamwami canke umutware asumba imana
Ndumiwe😭😭
Ivyo nibiki gayemwe?
Ariko sha mwe murabona politic yanyu izobashikanahe
😢Zimya.Zimya abobashakako dusubira mumagume😢😢😢
Inyuma ? Ubu muri imbere? Ubu muri inyuma. Igihugu KITAGIRA essence muri 2023
Ubundi ga madaaaaa amahoro urimwo nayah??kumbure ur mubayarimwo daaaaa😢😢😢😢😢😢reka bavuge ukuri tubeho nabi ariko tuzi ukur😮
Unyibukije inkotanyi zo mu Rwanda ese kuvuga ukuri kubiriho cg kubyabaye bihurira he no kugusubiza mu magume? Erega murikirigita mukisetsa nta mahoro apfunyitse ibinyoma abaho reka ukuri kuvugwe ubumwe bugirwe nababishaka
Ndumiwe!
Inès Gakiza urikiyo
Isi ni dange n abantu ni d'ange isi nisi nyene nukuri
tubabwira muti igihugu nimugihe abanyagisagara ngo hoshiiiiiii alors voila le resultat indefini....😂😂😂😂😂😂
*Mukomeze mutohoze wenda muzobishikako, ariko twebwe turabizi neza icyahitanye aboba presidents bose*
Nivyiza gukora ikiganuro ariko ikiganiro kimara ama saha 2 mwogerageza mukaba mukoresha umwanya muto.
Ngize ubwoba pe
Kuvuga ngo abarongoye u Burundi bagomba kugaragaza UKULI ku rupfu rwa Prezida Nkurunziza nibyo
Ariko se Ko mbona harimo LABYRINTHS
zikomeye !!!!!!!!
Nanjye nunva impanvu babyihoreye UKO MURIMO
MUBISOBANURA imitwe yari kugwa ari myinshi kandi hakagwamo inzirakarengane nyinshi
This is a mafia case
Good luck 🖐️
Bob Ruguruka abivuze kuko Bunyoni ariko aramuvuga ko ariwe yamweretse umupfumu. Nanicigituna Bob avuga niyo uburozi bwavuye muri Mwanza. Yabihinduye usumu ariko abizi neza uvyarivyo. Ariko yimbe yigera
Ese nawe arimo muvarozi ?
Kanyarengwe , Rukokoma, Pasteur bizimungu, sendashonga bifatikanije n'inkotanyi banka kugira ubumwe raba ayo bakwegeye urwanda, nubu abahutu baracakererwa buhene imyaka 33 irashize.
Nta n'ukuvyura umutwe ngo barwanye agatsiko ka ba kagame na ba rugurika .Ewe bahutu mwaba ibijuju😂😂😂😂
*Muratohoza urupfu rwa Nkuru nziza tubiziko yapfuye, ariko mwibaze impamvu, aba president bose banze kwemera covid-19 bose bapfuye, president w'uburundi, president wa tanzania, president wa haiti na ba docteur bose bahakanye covid-19, ntabwo murashika ku mwanzi urinyuma y'urupfu rwaba presidents*
Ikibezerwye nivyo P. Nininahazwe ashikirije kuri Bob Ruguruka muvyavuzwe muri sentare ko Ruguruka abifisemo uruhara. Naho yigovyora ntibigikunda vyamaje kuja hejuru kuko mubamwanka nawe yararimwo ikindi wumvirijeko nabo bamenyesha makuru yo kumukizukira ariko ntibibikunze.
Numva bitoroshye
Ikibazo nfise niki abishe nkurunziza bagwiriyemwo abasoda cnkabagihozemwo arabahutu batandukanye gute nabishe ndadaye nabo bari bagwiriyemwo abatutsi nabonyene barimugisoda!?!?!? Kuberiki kuri nkurunziza atakwihora kwahanayengo bice abasangiye ubwoko nabamwishe?!?!
😢😢😢😢😢😢
None ni kuberiki ubwoburozi bwaje ntatange imburi bataramuroga?
Kumbe nuko 😥
Bwana Leonidas ntagereranywa y'urupfu rwa Ndadaye na Peter, aho wihenze. Ntibihuye nagato
Nikibazo pe
Nadudure ahoyaherewe uburoziNuwabumuhaye
Eee ko bitoroshe!
Twarabamenye. Mwaravye musanga ntayindi nzira mworonka kugira mucanishemwo Abenegihu kugira mushike kuvyo mwifuza? Mwarahinyuwe. Besha benewanyu
Nkurunziza yishwe na Covid
Ivya Nkurunziza bireke. KO bwejeri yivugiye ico yazize, uriko uramukingira KO azohava abibazwa?
Bwejeri yavuze gute ?
Abishe Ndadaye KO mutabavuga? Ivyanyu vyaramenyekanye
Bihuriye he nivyobariko bavuga ngaha
Ubwo bubeshi niremintanya ryanyu.ngira nimwe mwamwishe.
Mmmh
Mbe "smear campaign" umuntu yoyivuga gute.mu kirundi!😄
None ko mutabivuze hakiri kare?
Nimwaheza kuvuga amatora azoba ageze muce muza tuje gutora umu president
Nukuri ines ndamukunda cane
Kuber'iki mubita Abagumyabanga "Bagenziwe"?Ntimwopfuma mubita Abagumyabanga "Bansiwe" ga Yness?Nivyaba arivyo,nta bugenzi bwari bukihari,hari Ubwansi.
😂😂😂nagira bobita abamenabanga nib arivyo kuk urumvako bamwic bakagirako bitangira amakuru kuk bob ntaho yarikuyakura atayahaw nabo
That hospital it's the best in Burundi. Nuko gusa isumu yahawe yari ikaze. I kindi naco nta gihugu na kimwe umukuru w'igihugu apfuye baca babishikiriza aho nyene
Gusa mukomere kuvuga kuko n'ubu har ibindi vyinshi bitagenda neza mukomere mubakosora uko nyene
Mbega Rugurika yahindutse umukunzi w'Uburundi ryari?
Ahubwo nyene, igihe ubutangane bwatoye ubwenge mu Burundi, hazoba itohoza yamabi Peter yakoreye abarundi. Hari nivyo yasigaranye Denise, vyabuye mubusuma. Denise nabisubize abarundi, nta mafranga Ass ubuntu yaronse hamwe n'imodoka iriko irakora biri ngaho. Denise arahoze, kuko abivuze nawe azosigara mu kangaratete.
Inzara irabarembeje
Aba mbona nabari mu Burundi nabonye barazinze inkoba zinnyo abashonje ni bande ? Reka ukuri kuvugwe
Iyo amatora yegereje nuku turabamenyereye
Witoje mukihe gisata ga ntuuuuu😂😂😂😂
None,kuki leta itsbeshuza ivyo bintu ? Nukuvuga ko ari ndayishimiye we unwise yamwishe
Vuga 2015:naho
1
😢
Mbega nawe wari mu batutsi bagumutse bagenda gutera ama camps militaires atanu? Iyo bumenya umwe bwari ikindi
Kuvuga Ni kimwe,je nkeneye kumenya l'esprit qui vous anime
Twarabahinyuye abaduteranya twaramaze kubamenya
Ni matata
Mukomeres cane bitebe bitebuke ukuri kuzotsinda ba bobos rugurika nimubandanye nayandi matohoza turakeneye kumenya irengerero rya Radjabu intwari tutazopfa twibagiye!