Les erreurs politiques commises par l'armée mono-éthnique au Burundi pourraient devenir une leçon de réflection pour bâtir un meilleur avenir et la réconciliation pour la nation au lieu d'échapper aux résponsabilités. Le régime actuel au Burundi doit asseoir une stratégie de vérité et la réconciliation au modèle sud-africain au lieu des rétractations politiques.
Numvirije ibibazo umubajije, wamuhamagaye kugira umufashe kumweza. Kuki utigeze umubaza aho yari le 20 na le 21?? Azovyishira fin de fin kuko amakuru y'urupfu rwa Ndadaye abitse aho ntiyoyavuga
Iyombonye abantu nkamwe bituma iseseme ryongerekana.mwaramwishe sha ubunaho muriko mumutamba ku muvyimba tout se paie ici bas amaraso arahuma muzobibona.
C'est qui est grave il parle uniquement du général Rugigana mais n'explique pas sont rôle à lui ,il était où cette nuit là ?la femme du président ndadaye avait déclaré à la BBC que le lendemain au petit matin du 21 ,ils ont étaient évacué ds un blindé avec le président vivant et ses enfants ,alors si un blindé ne pas transporter plus de 3 personnes donc la veuve du président à menti ?
Abafrança nibo baking ira abo batumye kutwicira umukuru wigihugu! Ko abafrança n'ababirigi badatanga uwo Rugigana n'uwo Kamana?... abo bari mu ba executants banize Président Ndadaye!
Cet homme cherche à s'auto amnistie, c'est un sadique il sait tout sur les préparatifs et l'exécution du coup d'état ,il donne des explications bidon !!!!
None ko uvuze uhakanako mission yo mu cibitoke itariyo kuko kumbure mwari muri mission mwese I karusi,none ko utatubwira aho wari umunsi bazana president Ndadaye mu ikambi?????????????????
Ariko, convenons-nous. Bururi avec ses officiers, hommes de troupe et ses civils n'ont-ils pas fait le beau et le mauvais temps au Burundi depuis 1966?
Prés. Ndadaye imbere y'uko amatora aba ngo yoba yarasavye prés. Buyoya ko hobanza kubaho gouvernement de transition kugira abarundi bamenyere démocratie cane cane inzego z'umutekano akamwankira. Igitangaje nuko izo nzego z'umutekano zaruhiye gutembagaza ubutegetsi 1996 wa Buyoya tukabona niwe aciye agaruka kubutegetsi ; Alfred Nkurunziza aba amugize chef de cabinet wiwe munyuma amugira son ministre de la défense icoco ntiyogihakana ko bari somambike. Aba ex-FAF twaganiriye juste Alfred Nkurunziza abaye nommé ministre de la défense baravuze ko muri urya coup d'État go "yarajejwe liaison" kandi na justice burundaise ntiyabuze ico yahagazeko coba gitandukanye nibiri mu gitabo ca Rugigana kugira irinde imucira urubanza. Journal LA SEMAINE ya sohotse misi yambere ya coup d'État yaravuze ko Ndadaye bakimukura muri palais arenganye irembo caporal Barutwanayo yaciye abwira les assaillants ngo "muracagungaraye ngaho mukora iki singirya 030 ntimushibukanye" vyumvikana ko au sein de la garde présidentielle figuraient des poutschistes.Ndatangaye kwumva le chef d'état major de l'époque Bikomagu yavuze ko yari yafashe des mesures visant le renforcement de la sécurité muri rirya joro hama akavuga l'après midi du 23/10/2021ngo"les forces armées burundaises se désolidarisent contre le groupe des militaires poutschistes" tuvuge ko intwaramiheto z'Uburundi zose yarajejwe zari zatsinzwe nako kagwi ? Noneho major Sinarinzi Mamere muri communiqué yasomye l'après midi du 21//10/1983 yavuga ngo : "toutes les unités du pays se sont insurgées contre le pouvoir"Kira noneho hari abitwa ba Boyi Bari abasirikare muri Camp pala bavuze ko bashiriye Bikomagu rapport ya déroulement ya coup d'État muri rirya joro bamusanga ariko asoma journal JEUNE AFRIQUE ngo wababwiye abakarira ngo "nkubu wosanga muje kumbwira ko vyabananiye?" Hari n'ibindi vyishi.... Alfred Nkurunziza arazi vyishi urumva ko yari Na min. wa défense ca gihe ca ya procès yambere yatangaje abantu beshi; navyandike nawe yisunze ukuri kuko ariko kuzotugira abidegemvya nugomba arye umutima amenyo yitabe ubutungane none Antoine Nduwayo ntiyambitwe izera?
Toute l'arméé était complice. Mugabo kuri abo baguma bamubaza ico yarigukora à titre personnelle ngo akize Président ntaco yarigushobora gukora kuko nta ngabo yarafise. Ikindi nawe arafise ivyabazwa vue que avugwa cane. Ariko abantu mwirengagiza iki kintu cuko Rugigana yatwaye Président muri blindé ariwe yamusohokanye palais ntimwumvako muriko muca kuri preuve ihambaye? Leta yarikwiye kumukatira umutahe aze abazwe kuko ari mubantu bari bafise ico bokoze muri uyo mwanya kandi ari mubantu boba barabonye Président Ndadaye. Ikindi hari abavugako Président Ndadaye yoba yarabwiye Uwari amutwaye muri blindé ko yoraba akaja muri ambassade irihafi.
Kuki aba bicanyi leta yuburundi idatuma bafatwa batahanwe Burundi guciriwa urubanza nkuko u Rwanda rubikora kubicanye 94 Rwanda? Etat ya Bdi ni faible vrt
Les erreurs politiques commises par l'armée mono-éthnique au Burundi pourraient devenir une leçon de réflection pour bâtir un meilleur avenir et la réconciliation pour la nation au lieu d'échapper aux résponsabilités. Le régime actuel au Burundi doit asseoir une stratégie de vérité et la réconciliation au modèle sud-africain au lieu des rétractations politiques.
Numvirije ibibazo umubajije, wamuhamagaye kugira umufashe kumweza. Kuki utigeze umubaza aho yari le 20 na le 21?? Azovyishira fin de fin kuko amakuru y'urupfu rwa Ndadaye abitse aho ntiyoyavuga
Yishura iki? Ndadaye yarakwiriye gupfa😂😂👍
Mbega CNDD-FDD yocira urubanza abicanyi nabo baguma bica gushika nubu ntabutungane bwopfa bubonetse.
Iyombonye abantu nkamwe bituma iseseme ryongerekana.mwaramwishe sha ubunaho muriko mumutamba ku muvyimba tout se paie ici bas amaraso arahuma muzobibona.
Ndadaye yarakwiriye gupfa shaa😂😂👍
Iyo ubonye abantu bameze gute? Urahumba uzoguma ubabona kugeza upfe ubasize naho amaraso iyaba ahuma muba mwarahumiwe ntimuba muntwara n'amaraso y'inzoya mwasheshe kugeza n'inda iri munda
Uwo mwete mwaciye mugira nuko mwabonye amabanga yanyu yagiye hanze!!!!!!Nimutange izo temoignage muri Sentare!Izo analyse ko mutari mwarazigize igihe cose kihaciye
Mwarahemukiye igihugu nabarundi
Rugigana yarabeshe
1) Nkurunziza ntiyigeze aja muri camp muha le 21
2) Le 21 ashikanye ndadaye Rugigana ntawamuriye ugwara
3) Niba Rugigana atari complice kuberiki Rugigana yamuzana muri camp abasoda atwara bamugumukanye??
4) Ninde yashobora gushira motirola rugigana??
5) kuberiki Rugigana atatwaye Ndadaye muri ambacade kugira abe proteje??
Mugabo naho Rugigana yanditse amakosa kubera ivyo bapfuye na Nkurunziza, nta na kimwe kikurako Nkurunziza kuba umupuchiste!! Gusa Ivyo Rugigana yanditse ni règlement de compte gusa
Indege 6 yaguze ntiziguruke,nazirihe?uwo ntiyera mubishe Ndadaye.
Urabesha imvugo irakwerekana ivyo mwakoze mwarakwegeye abarundi
Aramaz aragapfa nubu bandany asha mu muriro.
ahukubabazwa nisinzi yabarundi mwatemy muziza iyo mbunuza ndadashwe.
Iyo Ndadaye yinyegeza wenyene, aba akiriho.
Ikibazo kiri ku Barundi bize" bariremeza cane"
Jewe sinogenda n'amaguru.
Jewe sinorya ibi.
Jewe sinorara muri iyi nzu.
Uvira hari hafi( iyo ahungirayo vyari gukunda)
Wokingirwa umutekano n'abakwica?
Mu 1993: abatutsi bose baranka abahutu.
Abasoda bose( kandi bose bari abatutsi baranka Ndadaye) bari kumukingira gute?
🙌🏼
C'est qui est grave il parle uniquement du général Rugigana mais n'explique pas sont rôle à lui ,il était où cette nuit là ?la femme du président ndadaye avait déclaré à la BBC que le lendemain au petit matin du 21 ,ils ont étaient évacué ds un blindé avec le président vivant et ses enfants ,alors si un blindé ne pas transporter plus de 3 personnes donc la veuve du président à menti ?
Colonel, wewe wari umusirikare adasanzwe (officier) aux moments des faits. turetse ko utariko urishura neza ibibazo ubazwa, wotubwira ico wakoze à titre personnel kugira ubuzima bw'umukuru w'igihugu bukingingwe? Gushika ubu ntaco abarundi barumva uvuga uzi kuri ivyo bintu. mu nyuma, wararonkejwe amabanga adasanzwe mu gisirikare kandi mu bo mwakorana, ntihabuzemwo abafise ivyo bagirizwa. uburyo bwiza bwo guhakana ivyo Gnl de Brigade Rugigana akuvugako, N'UKO WOBWIRA ABARUNDI IVYO UZI ku vyabaye kirya gihe. kuko uzi vyinshi kurusha ivyo uvuga.
norangiza nkubwira ko ibibazo uvuga ngo abarundi bakeneye gukemura ubu, vyatewe ahanini n'ivyabaye muri 93.
ABARI ABASIRIKARE BOSE na cane cane aba officiers kirya gihe (n'abanye politike bamwe bamwe) , murafitiye ideni abarundi ry'UKURI ku vyabaye.
Gen rugigana niwe complice numéro 1 nkuko niw wazanye igitero kukirimba ataho atwara umukuru wigihugu muri camp muha
Yarinteguro,yateguwe na benshi.ibara ryaraguye,ababikoze harageze ko bihana.Twebge twariho turazi neza ivyakozwe.
Niba utaramwishe
Wakoze iki ngo utange amakuru yuwamwishe. Amaraso arakurikirana
Nico gitangaje! Bati Rugigana arabesha. Kuki un Colonel de son état atatubwira ukuri ?
@@melchiorntiruhenura9739 Ariko abantu mwirengagiza iki kintu cuko Rugigana yatwaye Président muri blindé ariwe yamusohokanye palais ntimwumvako muriko muca kuri preuve ihambaye? Leta yarikwiye kumukatira umutahe aze abazwe kuko ari mubantu bari bafise ico bokoze muri uyo mwanya kandi ari mubantu boba barabonye Président Ndadaye irya nyuma. Ikindi hari abavugako Président Ndadaye yoba yarabwiye Uwari amutwaye muri blindé ko yoraba akaja muri ambassade irihafi.
Ntiyabaye uwambere apfuye kandi ntiyabaye nuwanyuma.Abatishe ndadaye bishe abandi
1.Ntavuga aho yarari iryo joro.
2. Blinde ifise ivyo bibanza muga aho abantu bokwicara hasi harahari hakwiye nabarenga cumi bohakwira(ubwo bwari bubeshi)
Abafrança nibo baking ira abo batumye kutwicira umukuru wigihugu!
Ko abafrança n'ababirigi badatanga uwo Rugigana n'uwo Kamana?... abo bari mu ba executants banize Président Ndadaye!
Izina ryiwe kuva kuri KIWI; KAMANA ryagunye rivurwa mubimbere bishe NDADAYE
Ndadaye yarakwiriye gupfa 😂😂
Yakwefye ibibazo ahandi naho arivuguruza. Hamwe yamirira kure ivyo rugigana yanditse, ahandi aga kuramwo version imu protegea akayemera nk'ukuri, ahandi naho ntashima kuvuga iyo yarari, ateye amaakenga, nubu igipfungu nicishi. Ashigikiye ko abasoda batobato bari bagumutse, bagumuwe nande?? Chef d'etat major Bikomagu, yananiwe gute gukingira umukuru w'igihugu?
Ni ka kenge ariko biriko birabatekurukana
Erega témoignage ibaye parfait yoba ari montage. Ivyo Rugigana yavuze ni uko nyene avyibuka canke vyagenze. Uravye ibitabo vyinshi canke témoignages zigirwa buri gihe usangamwo des incohérences. Nico gituma basubira kubazwa kugira haboneke ukuri canke confirmation. Ko wumva Rugigana ico yoba ahora Col. Alfred Nkurunziza ari uko yamuciriyeko hama akamwaka bourse, ivyo ni bito, yovyisobanurako kubera ngaha havugwa ko Col. Nkurunziza yari coordinateur visible des putschistes. Ivya bourses uri ministre uramenya abahabwa bourse na ministère yiwe. Igitabo kucita kibi, aho ni urubanza uyu Alfred Nkurunziza atotsinda. Igitabo kirimwo ivyo ashima n'ivyo agaya. Cane cane kubera atungwako urutoke. Ibi vyo kwisigura c'est de bonne guerre.
Hama régionalisme mu gisoda ntivyari agaseseshwa rumuri. Ntawusaba ko Abarundi borondera kwitura abatwaye canke imiryango yabo ikibi bakoze. Mugabo nukubivuga kugira abantu birinde ka mpinga yanje, bahe chances égales abana b'u Burundi.
Uri kubeshya! n'imvugo yawe irakuranga!
Cet homme cherche à s'auto amnistie, c'est un sadique il sait tout sur les préparatifs et l'exécution du coup d'état ,il donne des explications bidon !!!!
None ko uvuze uhakanako mission yo mu cibitoke itariyo kuko kumbure mwari muri mission mwese I karusi,none ko utatubwira aho wari umunsi bazana president Ndadaye mu ikambi?????????????????
Nuwo nyene ari mu baduhekuye nibabe bareka kwirirwa batesha umwanya basigura ivyo basigura!!!Ko atari we navuge ababikoze canke avuge ico yakoze kugira amukingire,ako ni ka kenge shaaa.
Rugigana yaratumwe kujana Ndadaye kwicwa!
Ariko, convenons-nous. Bururi avec ses officiers, hommes de troupe et ses civils n'ont-ils pas fait le beau et le mauvais temps au Burundi depuis 1966?
nico gituma uburundi butazova mukaga. bwatwawe n' abadashaka kwikukira none urabona aho bugeze!
Ni mureke kudedemba, ivyabaye 30 ans après, imana niyi izoza gucurubanza.
Mwebwe ceceka, uriko uvuga iki, ivyo utavuze kare.
Pfawambaye.
Hama ngo Uburundi buzotekana buterimbere abantu nkabo bacidegemvya!?!NDABARAHIYE,kirya gihe banigisha umugozi n'imbugita,ubu bakoresha ubundi buryo nubu nibo bagifukamye munda
Niwe akwiye?
Ariko uwushaka ukuri le cheffeur aracahari kandi mubandanye mutohoza
Uyu mugabo yagize amabanga akomeymu Burundi. Muri Radio insamirizi y uburundi : bavuze ngo : UTUDUMBIDUMBI TWIHAYE IBARA , TWAHITANYE UMUKURU W IGIHUGU...MBE IRYA COUP D ETAT YAPFUVYE ARI ITI TWA TUDUMBIDUMBI...REKA IBINYOMA
Amaraso y'umuntu arahuma. Ivyo uwo mugabo yisigura umutima wiwe uramwagirieza.
Nagira nkosore communiqué ya col.Bikomagu yayisomye l'après midi du 23/10/1993 communiqué nayo ya maj. Sinarinzi Mamere yayisomye le 21/10/1993
Prés. Ndadaye imbere y'uko amatora aba ngo yoba yarasavye prés. Buyoya ko hobanza kubaho gouvernement de transition kugira abarundi bamenyere démocratie cane cane inzego z'umutekano akamwankira. Igitangaje nuko izo nzego z'umutekano zaruhiye gutembagaza ubutegetsi 1996 wa Buyoya tukabona niwe aciye agaruka kubutegetsi ; Alfred Nkurunziza aba amugize chef de cabinet wiwe munyuma amugira son ministre de la défense icoco ntiyogihakana ko bari somambike. Aba ex-FAF twaganiriye juste Alfred Nkurunziza abaye nommé ministre de la défense baravuze ko muri urya coup d'État go "yarajejwe liaison" kandi na justice burundaise ntiyabuze ico yahagazeko coba gitandukanye nibiri mu gitabo ca Rugigana kugira irinde imucira urubanza. Journal LA SEMAINE ya sohotse misi yambere ya coup d'État yaravuze ko Ndadaye bakimukura muri palais arenganye irembo caporal Barutwanayo yaciye abwira les assaillants ngo "muracagungaraye ngaho mukora iki singirya 030 ntimushibukanye" vyumvikana ko au sein de la garde présidentielle figuraient des poutschistes.Ndatangaye kwumva le chef d'état major de l'époque Bikomagu yavuze ko yari yafashe des mesures visant le renforcement de la sécurité muri rirya joro hama akavuga l'après midi du 23/10/2021ngo"les forces armées burundaises se désolidarisent contre le groupe des militaires poutschistes" tuvuge ko intwaramiheto z'Uburundi zose yarajejwe zari zatsinzwe nako kagwi ? Noneho major Sinarinzi Mamere muri communiqué yasomye l'après midi du 21//10/1983 yavuga ngo : "toutes les unités du pays se sont insurgées contre le pouvoir"Kira noneho hari abitwa ba Boyi Bari abasirikare muri Camp pala bavuze ko bashiriye Bikomagu rapport ya déroulement ya coup d'État muri rirya joro bamusanga ariko asoma journal JEUNE AFRIQUE ngo wababwiye abakarira ngo "nkubu wosanga muje kumbwira ko vyabananiye?" Hari n'ibindi vyishi.... Alfred Nkurunziza arazi vyishi urumva ko yari Na min. wa défense ca gihe ca ya procès yambere yatangaje abantu beshi; navyandike nawe yisunze ukuri kuko ariko kuzotugira abidegemvya nugomba arye umutima amenyo yitabe ubutungane none Antoine Nduwayo ntiyambitwe izera?
Nabo nyene ntabandi bamwishee,ukwo nukumaramara kubera ukuri kuriko kuraja ahabona!!!!Je biranshisha bariko baritangisha ubusiguro ataho bufatiye babitanakoo!!!!Nibahende abandii
Urubanza abarundi bwakiye guca n'ukwikuramwo iciyumviro kibi c'u Burundi.
Dukwiye intara zigenga harimwo intara y'abatutsi Bututsi. Niho twese twonganya ubwenegihugu. Abo bakunda gutwara no guteranya abandi bagakora muri leta iri federal. Inguvu zo kudurumbanya abenentara zogabanuka.
Bino bigabo bidafashwe ntamahoro tuzobona hano mugihugu cacu c’i Burundi
Bishe Ndadaye bavyina bamuhamba barira, turatinda turarira twese none ntawuzi uwuzoduhoza.-
Harimwo ivyo tangako umuco kur'iyo coup d'État ariko Muhozi yibagiye kumubaza iyo uwo muntu yar'ari mu gihe "abandi ba Officiers benshi" bari muri camp Muha .-
Naw nibagufate kuko Ntiwahunze Ataco Wiyagiriza.
Kwica ndadaye byo wewe ntiwari mubamwishe kbs gusa mwagize nabi kubaha igihugu ngo bakiyobore ubu uburundi bwarapfuye buheruka ubuzima mukiri kubutegetsi
Ngo bagihaye bande? Imbere yaho cari icande? Ngiye nabona injinji kweri😢
Mbaye injiji ? None wewe ubona kiri aheza? Ubona giteye imbere ? Nkuko uburundi bwamye ? Bagihaye aba DD none ndebera
@@Shuhu533mbwira imyaka uburundi bwari buteye imbere, utange nico ufatiyeko
Ababatama nihatari ngo Mbega uburundi bwokira gute? Bwokira muvuze ukuri nabandi bwotuma aba jeunes bagacabavuga plus jamais ivyabaye ntibisubire sinon mukagumq muhisha ukuri
Birumvikina ko Alfred ko yoba yarabeshewe. Mugabo Col Rugigana mu kuvuga ko muri 93 hariho regionalisme yoba yarabeshe?
Burya buyobe bwa pasifike ninahazwe na bwejeri n'abandi batutsi canke abahima bameze nkabo nka Rose muri Canada banka abahutu bizobageza he?
Kubera iki abahima benshi n'abatutsi bamwe banezerezwa no kunywa amaraso ya les bantous kandi bakagaya ubushobozi bw'abahutu?
Mbega abari kumuhungisha umukuru wingabo bikomagu yar muri kudeta umukuru wakamuha yarimwo umushikiranganj wokwivuna abas yarimwo abasirikar nkabos bintwazangabo barimw ndanday ahubwo yar yafuy ahagaz ibijany nubwicany bwakuriy nimw mwotubwira ivyakurikiy kuko mumaz gukubita kudeta mubaburamatari nabategets bari bitorew nabanyagihugu arya ma brend mwasohoy mumakamb yarasa abanyagihu mumakaritiy yaraj kurasa abaroberi mwaragakoz murakadukorera namw mwarakikorey uyumusi ntiwagihuz
Ndabara mukije ndipfuza ko mwagura micro yodufasha kumva bino biganiro
Rugigana est aussi un complice...
Ariko aba dede ubwenge niki?
Muzokora iki nimwava kubutegetsi abicanyi barishongora muraho ntimuzi ejo ntimuzi nivyo murimo hinge umunsi wanyu bazobahiga pe.
Urwo rubanza rukwiy gucirwa na juridiction yigenga
Yewe amaraso yabahutu mwanyoye azobagaruka nuruvyaro gwanyu! I can't even worse my time hearing your lies 😞😭 alaaa ibinywamaraso
Muhozi wowe akubazivyugomba uzoja tuzokwibariza
Ndakuzi ko utabesha
Muzi, aho uwokubaza ikibazo ati: "Nibande bagandaguye Près. Ndadaye?" wokwishura ngo ni cap. Baril canke ngo ni prés. Habyarimana canke près. Mubutu? Nibaza ko woronka 0 Kirya kibazo cakoranije abarundi imyaka myishi Arusha namwe masezerano yavuyemwo akaba ariyo muvuga ko muharanira yanabateje guhunga nico yazize. Ndadaye yazize ko hari abantu bamwe bo mubwoko bwabatutsi batashobora kwihanganira ko hoba umukuru w'igihugu c'Uburundi yobarongira ari umuhutu; ikibabaje ''uko hari abahutu baciye birara mubatutsi bababanyi baba bakabagandagura kandi babana neza
Hama abo batutsi bo ntibiraye mu bahutu bakabagandagura?geza ngaho sha
Mwaramwishe kandi yari yababwiyeko mutazogira amahoro,muzopfa mwangara nka gahini,kandi vyarabaye ico gihe.
Bob rugurika azoheba ryari kumva ko atoyoborwa n'umuhutu?
Nawe rero vuga ukuri kwawe kuko waruhari, uzi uwamwishe
Mbega arufred ntanisoni ufis war kumaramara ntunavug nuko nyen nigihugu kidapanz wategerezwa gufatwa ukaza kwishura amabi mwadukorey guta igihugu mukaga non raba aho igihugu kigez igitabo rugigan yandits ntagishasha yavuz muriki gitabu tutaz uko vyagez kuko mwabikora tubona arufred vuga ivyushaka umus waw uriho aho uzokubitwa inkoni mugahanga ukishura ivyo mwakorany nabikomagu na daradangw nabasingi nabagakoryo na basimbanduku uwabatumy buyoya ww ngirango mwobonako naw rwamukozeko iyingend mwar mwarihay yuko arimw mwotwara gushika gufa bururi mwariyambits umugani wiceyi utazofa ubavuyeko
Niba ataco wakoze kuki utaguma mumabanya yawe?
Muhozi mbega kutamubajij ibibazo vyari bikenew kubijany nuruhara rwiw muririryajoro aho yarari koyararyamy muzu iw kiwi naw yarakubeshey mwarabikoz mwaribesh amaraso yiw azobahama niyomwahungiy
Amaraso yande?
@@Benedirnkaho rro ng urabajij😮
Izo blende 15 mugabo ntizari zigiye gucungera ndadaye nizo zagiye kumufata nimuzane muri canp muha ngo mumugandagure
Jew ndamuzi cane ni nvuga kuri
Mukwiye gufatwa Mwese mukajanwa mubutungane kuko burya Ntansiguro bikenew Mugihe Mukuru w'igihugu yaragandaguwe ntimulutabare.Nimwebwe mwamyishe borazwi.
NGO TUVUGE IBINDI, NGO IGITABO KIZURA AKABOZA, KND UMUCO TUKIWUKENEYE
Toute l'arméé était complice. Mugabo kuri abo baguma bamubaza ico yarigukora à titre personnelle ngo akize Président ntaco yarigushobora gukora kuko nta ngabo yarafise. Ikindi nawe arafise ivyabazwa vue que avugwa cane. Ariko abantu mwirengagiza iki kintu cuko Rugigana yatwaye Président muri blindé ariwe yamusohokanye palais ntimwumvako muriko muca kuri preuve ihambaye? Leta yarikwiye kumukatira umutahe aze abazwe kuko ari mubantu bari bafise ico bokoze muri uyo mwanya kandi ari mubantu boba barabonye Président Ndadaye. Ikindi hari abavugako Président Ndadaye yoba yarabwiye Uwari amutwaye muri blindé ko yoraba akaja muri ambassade irihafi.
Pour équilibrer l'infos ,il faut aussi interview le général Rugigana,cet homme nkurunziza est parmi le cerveau du putsch
Kuberiki uyumugabo avuga cane kuvyanditse aho kuvuga ivyo bamubajije ???
Bene abobantu baba bazi ivyo bakoze hama bakabikwepa
Nagira nkosore ni Muhozi nkabimwe Muhozi Innocent si Muzi
Rugigana nu mu gabo shantabesha
Amaraso arabira sha aho ko mutanguye kwiyerekana nka wewe uhayuvuguko ntubona kurumunywa Maraso yayahaze
Colonel arabesha caane gose Kuko ivyo avuga ngo yari kuvugana n'a commanda wiwe kandi yari mu bica president
None nimba ariwe yari yamuhaye itegeko ryokumukingira wumva ivyokumwica biva hehe?
@@jeanbaptistendikumagenge8695yakingira nde uwo mwicanyi?
Mon Colonel,urabeshe naho ntari umusirikare kuko jewe nabaye mu Kamenge ndazi neza ko hariho blindé zazana abasirikare benshi bakavamwo tubabona,nawe ico ca bane n'ikinyoma n'ukuri
Blindé ziri kubiri, hariho blindé yo kurwana hamwe na blindé yunguruza abasirikare. Blindé ivugwa na colonel ni blindé yo kurwana.
Menya gutandukanya BRDM ijamwo 4 na BTR 80 ijamwo 8 + chauffeur na commandant wa blindé
Imana ni le tout puissant
Ivyo Gnl RUGIGANA YANDITSE AMAKOSA .
COL ALFRED ARAVYEREKANYE
Heeeh! Nabikosore rero atubwire ukuri.-
Niwe wasubiriye intari kagajo
Buyoya kurekura ubutegetsi akabuha mdadaye!!atarateguye igisoda nabatutsi kubibunvisha!!
Ryarikosa rikomeye!!ikibazo cyabayobozi tutsi muburundi nuko
Batasabaga inama abandi ba leader tutsis bababanyi!!
Nka m7 na kagame!!
None bobi wine yaratsinze muri 2021!!m7 ntiyarikumureka kumpanvu yuko harikuba nkibyiburundi nirwanda!!9÷,94
Abatutsi abahima bagahura nakaga!!
Gusa ndadaye yarigukamirika mukazi agashimisha abahutu atabangamiye abatutsi
Twibuke ko kuri ndadaye paul kagame yatumiwe iburundi!!
Jana ivyirwanda hiyo urekane nivyiburundi
@songamberetv2219 kuki narahabaye!!umbuza nkande ko umuti wuburundi uzavirwanda
@@Benedir 🤣🤣 ati ngwiki?🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Urumukehabwenge
Base turabazi nareke kudedemba
....
Muzopfa mwangara nka gahini
Ndakwizera uracari umurokore
Ndamwumvirije kugira atange incamake y,igitabo ca Rugigana😂
Ew muhozi ntamurundi akunda igihugu yobabazwa nimbunuza nka ndaday. abasirikare bakoz irya opération préventive contre le planificateur du génocide ndadaye mérite une médaille kuko iyo batamwica abatemwe barikwigwiza. idayimoni ndadaye yasigiy abayobok yogukora génocide iracakora cndd fdd iri mubayafis.
Mwabuze ivyo muvuga
Abo baswa basize bononye igihugu baca bahungira muri Australia
Uyo nuku mufita aragahumigwa nyamuswawe
Uyu Mugabo n umubebeshi!
Amabanga Menshi mumvuvugo akoresha!
Très Malin,avuga des Mots Bien pèsé! Bien calculé
Body language iragaragaza ko arenza Inkore kumaso.
Tele Renaissance murakwiye kumenya ko kubeshuza Ivyanditswe bitandukanye no guhakana Ivyanditswe
Ijambo ry Umutwe mwakoresheje siryo.arahaririye Ivyamuvuzweko ariko ntabeshuza😊.
ATI ibinyoma Birimwo ,inzigo
Abarundi dukwiye kuraba Ibindi bibazo dufise etc...
Ako gusa karimwo Amahinyu
Twese turazi ko Igisoda carimwo Indiscipline, Regionalisme,Amacakubiri.
Bavuga ngo Urazi Ico ndico!?
Umuntu yarashobora kuja Iyo adakorera canke gusuzugura abo adatwara kubera uwo azi canke iyo aturuka!canke ico ari
Ntibitangaje ko mwari guhurira mw Ikambi kuko Igisoda canyu Nico Gisoda kwisi ciyiciye uMukuru w'iGihugu,Nico kwisi cishe Abanegihugu baco gikwiye gukingira.
Très Indiscipliné
Amaraso arahuma. Mwaramwishe ariko nta mahoro muzoronka, mwarikwegeye kuzohera mwangara nk'abana ba Gahini.
Kuki aba bicanyi leta yuburundi idatuma bafatwa batahanwe Burundi guciriwa urubanza nkuko u Rwanda rubikora kubicanye 94 Rwanda? Etat ya Bdi ni faible vrt
Ja muritondera imvugo zanyu. Ukuri kwama kugenda gahoro gahoro bukira kwigaragaje.
Ivy'UBURUNDI birekere Abarundi, ivy'URWANDA navyo bizomenywa n'Abanyarwanda nyene.
Vyose tuzovyerekwa n'ukuramba.
Nihatal
Diaspora ya Australia🇦🇺 ntitwarituzi ko tubana numugesera. Nkuyu😮😮😮😮😮😮
@@Dddma455 Diaspora ya Australia yoba yuzuye impumyi n'ibipfamatwi nkawe?
Muraciyumvira ko Abafrança n'Ababirigi babakunda mw'abanyafrika mwe?
Ba mumenya kwubaha "Ndadaye" " Président Ndadaye".
Urumva wew uvuga uti ntacagiye tuvugibindi??sha imvugo yawe irakugaragaza icuri kabisaas
Ntaco nawe urafise umusi wawe
Nta cyo bitwaye irabanza, icyo nakoze igaheruka. Afite ikimwaro cy'uko yitwaye. En faite, qui s'excuse s'accuse.
Murabicanyi mwabagesera babatutsi!!!
Nimureke kutubesha murabizi ahubwo reta nibafate yaratinze kubafata
None muta ntanumwe woba waramenye mu bakoronel bishe ndadaye?ureste barya ba rikiri
Gusa uyu mugabo arakwepa ibibazo
Vyerekanako harico yiyagiriza kabisa
Ego wa muntu we. Aradidimanga arisiga amavuta. Nave aho
Turashimiye cane Tele Renaissance ku kigoro mugira ko kudushikiriza amakuru y'ukuri.
Mwishe umukuru w'igihugu muryohewe, Ubu harageze ko muza muratubesha mw'igira intungane, turabazi ntiturabana babeshwa , nivyomuvuga muri ibivume mwaramenje
Woba wahunze iki none ataco wiyagiriza
hhh abo nibo binywamaraso.bagandaguye ndadaye ubu rugigana arabafukuye batangu kuza kwisigura
Babure twita kubasigaye nazuka bazumutwa icyo kimara 😂😂Burundi ntabwegebmugira kweri
Mbega abanyarwanda ko umengo mubeshejweho no gusuzugura abarundi ? Uko mwibona siko abandi bababona? Ubusunzu bwarasuzuguwe! Mwibagiye ko demaine de définition yanyu ari génocide ? Mbega arya magufa ashanje kuri za étagères muri birya mwita inzibutso kandi bizwi ko vyashiriweho gukabura virulence yanyu si ikimenyetso c'ubwicanyi bwabaranze muri kahise n'ubu mukiriko?Reka twibuke umukuru w'igihugu cacu twabuze tutanka ntibidutera isoni no kumafaranga ariko Na Rwagasore. Aho namwe mwari mukwiye kwibuka Habyarimana Na Kayibanda barikumwe Na Rudahirwa Na Kigeri mutabishaka abandi mumisi igiye kuza bazobikora sinon votre histoire durait-on un placard rempli de cadavres pourris que vous n'oserez jamais ouvrir au grand jour ! Ngo abarundi ntabwenge tugira? Guko tutarangwa n'ububeshi, ninde yabahenze ?
Nimba ufise ubwenge bukwiye, bukoreshe mukuvuga ivyiwanyu Rwanda