Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
lMANA niyo mucamaza w'ukuri😢 ibisigaye nugusengera igihugu cacu n'abategetsi b'igihugu❤
Wewe Deo sindakuzi.Ntaco nokuvugako.Reka nkwumvirize
NON DEO CNDD FDD IZOVAHO HAZE IYINDI NTWARO UKURI KUZOTSINDA KUKO NIZINDI NTWARO ZABANYAKIBI BARAVUYE KUBUTEGETSI
Bandanya mugira ivyiyumviro vyiza si non igihugu cacu cishwe nababanjirijeCNDD FDD.Cishwe nabantu bakuye mumashule barya ba CNDD FDD big atuma bahunguramwishamba.Iyo bahungira Etat unis nkamwe Buyoya yohoze kubutegetsi.
Nihatari 🤔🤔
I bigira ishaka gutoteza Abatutsi canke abo badasangiye Imigambwe Baje kwica nkuko bamye bakorera Abarundi
Nakajoreza
Deo afatanije ibitarivyo kuko igihe bafata Kadege ni 2007 ku gihe ca Cndd fdd
Ivyo bintu birababaje
Ukuri nukwo nyene kuko Cndf fdd ntikoraIbinyakuri
Aba DD bazopfa bangara nka gahini
Malheureusement sibo bangaye ncuti😢
@@iirkz8994 igihe cabo kizogera nabo bangare kandi ni muribo hariho abangaye
Abarundi turagoye kweli. Ugira uvuge ko ivyo vyose bakubajije ataho wari ihuriye na vyo? Gerageza muze muravuga ukuri
None nk'iyo Club de Kampala wewe wokwemeza ko ico kintu kibaho koko??
None harico uzi kuriwe canke kuri barya bandi wobagiriza ?
Birya bintu ntanakimw carico mwenewa. Déjà wumvise nivyo bintu bicangacanze bamubaza urumva ko bitarivyo
wowe tubwire aho ahuriye nabyo nimba ubizi neza
None iyo bihaba barikuba barekuwe??
Ppp000000
lMANA niyo mucamaza w'ukuri😢 ibisigaye nugusengera igihugu cacu n'abategetsi b'igihugu❤
Wewe Deo sindakuzi.Ntaco nokuvugako.Reka nkwumvirize
NON DEO CNDD FDD IZOVAHO HAZE IYINDI NTWARO
UKURI KUZOTSINDA KUKO NIZINDI NTWARO ZABANYAKIBI BARAVUYE KUBUTEGETSI
Bandanya mugira ivyiyumviro vyiza si non igihugu cacu cishwe nababanjirijeCNDD FDD.Cishwe nabantu bakuye mumashule barya ba CNDD FDD big atuma bahunguramwishamba.Iyo bahungira Etat unis nkamwe Buyoya yohoze kubutegetsi.
Nihatari 🤔🤔
I bigira ishaka gutoteza Abatutsi canke abo badasangiye Imigambwe
Baje kwica nkuko bamye bakorera Abarundi
Nakajoreza
Deo afatanije ibitarivyo kuko igihe bafata Kadege ni 2007 ku gihe ca Cndd fdd
Ivyo bintu birababaje
Ukuri nukwo nyene kuko Cndf fdd ntikora
Ibinyakuri