Ku nama : Ni igiki Gnl. Major Evariste Ndayishimiye azokorera abarundi niyatorwa ?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Mu kiyago co ku nama co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 29 Ntwarante 2020, umutumire Gnl. Major Evariste Ndayishimiye akaba n'umu candidat wa CNDD-FDD mu matora y'umukuru w'igihugu, aratuyagira muri make ivyo abarundi bomwitegako niyaramuka atowe.

Комментарии • 207

  • @jn6898
    @jn6898 4 года назад +1

    Ndagukunda cyane, tera ikirenge mucya Nkurunziza, abanzi baganye.

  • @emmanuelharinganji9320
    @emmanuelharinganji9320 4 года назад

    Nkuko twama tubisoma mubitabu bitandukanye vyeranda, nigihe Dawudi yatorwa mumisore myinshi iteye igomye, niko Nyakwubahwa Gn Evarist NDAYISHIMIYE yatowe.
    Nanje nkaba nshimiye IMANA yamuduhaye ngaturongore.
    Imana nimukomeze,imuhe amagara meza n'Ubwenge bwo kurongora igihugu C'Uburundi.
    Umutima w'Urukundo yamye yerekana,ibikorwa nibindi bizomubere ikiraro cokurengera aho BABA WA TAIFA yaciye mukujabura Abarundi bari mwishayo.
    IMANA IKUJIMBERE MON GENERAL.

  • @azizasudi
    @azizasudi 4 года назад +4

    I love this guy,
    This is what we need as next chief of our 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
    🙏🙏please God protect my president 🙏🙏

  • @irbalthazarmbonimpa4340
    @irbalthazarmbonimpa4340 4 года назад +2

    Kubwimigambi myiza y'umugambwe CNDD-FDD,Abarundi tuzogutora 100%.We'll vote CNDD-FDD 100%.Tutachagua CNDD-FDD 100%.Les burundais,nous voterons 100% pour CNDD-FDD,Gnrl Mjr Evariste .

  • @zazazawadi7270
    @zazazawadi7270 4 года назад +2

    Uburundi buracagowe Imana yo nyene niyo izobugarukira pee

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 4 года назад +2

    icondamwisabiye nuko yozokora igisagara cacu cabujumbura kigasa neza birenze. kuko Imana yaranagihezagiye igihubwiza naturere. bongereko isuku amashugwe hiryanohino amatara kumabarabara,amabarabara meza, amaropue agezweho, ibigwati vyamazu agezweho, kugira abagwizatunga bahurumbire igihugu cacu.nibindi ntiriwe ndavuga.kuko gutsindaho ndabona azotsinda.

  • @talalnasser6209
    @talalnasser6209 4 года назад +1

    Bravoooooo wawooo komer mutama rongora igihugu imana izobigufashamwo kwizina drya data namwana namutima weranda amen

  • @axelnshimirimana5147
    @axelnshimirimana5147 4 года назад +11

    Uyu mu candidat ntiyari mubi ariko vyari bikwiye ko yigishwa gutahura no kwishura kuko ni gake uzosanga umubajije ikibazo yishura inyishu yo kandi yige kuvuga no kubanza kwiyumvira imbere yo kwishura naze araraba kuri mukuru we uko avyitwaramwo

    • @carmellefuraha7094
      @carmellefuraha7094 4 года назад +1

      Yishuye neza cyaane, ngira ntiyavuze ivyo ushaka kunva. Mwisaha irenga wabuze ntakimwe ukuramwo?

    • @methodalex2735
      @methodalex2735 4 года назад

      Politiq musore Niko iteye. Mukwishura ntuhubuka. Uwukubajije we abayasizemwo imitego yiwe. Kuwa makini

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 4 года назад +4

      Carmelle Furaha uwo ntakwiye kuba przda NO

    • @ndabahinyuyesylvere9528
      @ndabahinyuyesylvere9528 4 года назад

      @@mukeragabilodiana9391 urazotora uwo ubonaabikwiye ureke notre candidat tuzomwitorera. Igihugu turazi ko azogitwarana ubwira bwinshi

    • @nsabymartin6565
      @nsabymartin6565 4 года назад

      @@mukeragabilodiana9391 wapi ntibimumwiye

  • @lovepeople7949
    @lovepeople7949 4 года назад +12

    Ikiganiro ciza, habajijwe ibibazo wumva ko bitaja indani mw' ivo n' ivo yibibazo bihanze igihugu cacu.
    42:20 habajijwe aho amahera azova yo gukora imigambi ikomeye, uyu mu candidat yishuye ko inkoko ivyara inka ( inkoko ikavyara imiswi, hama imiswi ikagurisha hama ukagura ingurube kugeza aho ushika kw' inka). Birababaje cane gose kwumva ko umuntu nkuyu ariko yitoza kurongora u Burundi bwacu bwiza. Kuko igihugu ntigitwarwa nkurundandazwa, igihugu gitwarwa mu buryo bumwe gusa aribwo bw' ikori. Ikori naryo ritozwa mugihe umwenegihugu yaronse ico akora hama gutyo akariha ikori, gutyo Leta igatuniriza bose biciye muri iryo kori.
    Kubwanje hari hakwiye nyabuna, kuzanwa uburyo bwo kongereza umunyagihugu ico akora hamwe no kugwiza cane umwimbu kuburyo umurundi ahiganwa numu tanzania hamwe n' umuganda eka nabandi.
    Gutyo bikaduza n' umwimbu wa Leta kuburyo ikora imigambi yose itarinze gukura inka mw' inkoko.
    Imana ije imbere u Burundi bwacu bwiza gose

    • @theonestemasumbuko4616
      @theonestemasumbuko4616 4 года назад

      None wotoz'amakori Ku bantu batagira ico bakora,erega yavuzeko umuntu mukwiyungunganya Akira vyinshi bishoboka kugira aronke ingene yotanga rya Kiri wavuze,komera mutama wacu ivyiza urabifise.

    • @methodmethoddaniel7561
      @methodmethoddaniel7561 4 года назад

      Hinduka mumutwe ayo bazana avuyehe? mbe abo batuguranubu bo bayakuyehe?Imana yahaye Adam Edeni ati yikorerere ...

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 года назад

      Tuzosega muli America abandibo ntibasega

    • @divintuyisenge5508
      @divintuyisenge5508 4 года назад

      Nakamaramaza je ivyo sibyo narindamwitezeko . ntanyish numvise izoshobora kudutezimbere

    • @mamyakintore4284
      @mamyakintore4284 4 года назад

      Ukuli mbona ibintu vyishi vyapfiriyemugisata cindero umuntu aribaza abajeune barimwibarabara uko bangana ndetse bize ubushikiranganjintanakimwe bwigezebubategurira mbega bize bariha minerval ck ntayobariha none ho reta ngo nibiyungunganye ubundi umwanya batwaye biga niwo barikwiyungunganyamwo ni bitunganye uburyo bwivyigwa uwize kubaza as oho kera mwiyo campony nyene ahitakora ibirundi ibintu bikwiyegukosogwavyose

  • @KP-ou9zp
    @KP-ou9zp 4 года назад +7

    Nyakubahwa mu candidat wa CNDD FDD, twivupfazako mutegura imigambi wiyemeje ati mukiringo canje nkahamwe notorwa nzokora ibi! Nutabishikako tuzokwishuze udusigurire impamvu utabishitseko, cnk ivyo ugiye guhindura niwatorwa,ivyo kuvugira mubwinshi mubireke kugira tubone umuco mumigambi y nyu!

  • @eliasburegure7256
    @eliasburegure7256 4 года назад

    Général Neva numutware rurangiranwa. Arakunda abantu atakuvangura ngo ni kanaka canke. Akeneye kubona umuroundi wese aronka icafungura. Ni umuntu akunda iterambere. C'est l'homme qu'il faut. Tuzomutore twese

  • @kemassonlwangaisha9248
    @kemassonlwangaisha9248 4 года назад +32

    Mvugishije ukuri, Evaliste comme personne ndamukunda n'umuntu mwiza afise n'ubuntu bwinshi, ariko ndavye iki kiganiro ndabona ataco azohindura kinini muvyo CNDD FDD yagize, bref nubu CNDD FDD nta programme politique baragira, ils patogent comme toujours, narinzi ko aza akatubwira, muvy'ubutunzi nzogira ibi, muri politique nzogira ibi, mu migenderanire nzogira ibi, mu vy'uburezi nzogira ibi, hanyuma abarundi tumutore turindiriye ivyo atubwiye turabe ko yabishitseko canke atabishitseko, ariko nka Pierre Nkurunziza kuva 2005 nta programme politique bafise, bagira ibibaje mumutwe, mais comme igihugu kirimwo plus de 70 % batize, urumva hari abazobatora. C'est dommage,twizere ko batazokwiba amatora comme d'habitude, namaze kwumva Rwasa, nimba ivyo yavuze arivyo afitiye imigambi myiza igihugu, il ne patoge pas, il est tres coherent muvyo avuga, nsigaje kwumva na Domitien Ndayizeye numve.

    • @jean-marienibayubahe3268
      @jean-marienibayubahe3268 4 года назад

      Evariste yishuye neza cane bibonekako azobibandanya neza ni tumutere intege rero

    • @munyemanavianney9454
      @munyemanavianney9454 4 года назад

      Rwasa azotwara abazosigara yesu niyaza kudutora . muri make azotwara inyuma yo kuza kwa yesu . azotwara igihugu twe turi mwijuru

    • @kemassonlwangaisha9248
      @kemassonlwangaisha9248 4 года назад +3

      @@jean-marienibayubahe3268 Nibaza ko ukoresheje les sentiments, iyaba arizo nakoresheje nomutora kuko turazinanye ariko naravye uko yisiguye kuvyo azokorera igihugu nta kigenda, ahubwo urya Francis Rohero nsanze yisigura neza cane, jewe nomuha ijwi ryaryima Evaliste meme na Rwasa, pourtant abo babiri bose turazinanye, rero reka ama sentiments urabe uwuzoteza imbere igihugu, afise programme politique irashe.

    • @kemassonlwangaisha9248
      @kemassonlwangaisha9248 4 года назад +2

      @@munyemanavianney9454 Reka gukoresha ama sentiments, Evaliste nta migambi afise myiza y'igihugu ararushwa na Francis Rohero, na Domitien na Rwasa

    • @venistendayishimiye1885
      @venistendayishimiye1885 4 года назад

      Mbaze gato wibazako ico kibazo amafaranga uzokoresha iyo migambi yose uzoyakurahe? Wibaza ko yacishuye neza? Wangu ivyo abarundi mubona ko umukuru wigihugu yipfuza imfashanyo namadeni ko ariwe yoteza imbere uburundi siko ndavyibaza kuko umukuru wigihugu mwiza nuwoza abungabunga utwo dufise hama akadutezimbere tukavamwo vyishi apana kuvyuka mugatondo wipfuza kuba nka amerika kumadeni sinzi ariko eva numvise uburyo ahagarara kuburimyi nubworozi vrm afise good mv ahubwo tumutere intege abanze arwanye inzara hama abarundi bakore badashonje kuko uravye kwama twumva inzara muburundi sinibaza ko abarundi bazokwemera kwama bashoje

  • @jeandedieuhakizimana7811
    @jeandedieuhakizimana7811 4 года назад +3

    Ngo ntarumva imbonerakure ikubita abo muri opposition !!! Imbonerakure zubahuka abapolisi nabasoda!! Nkuyo azohinduriki ga yemwe !! Turacagowe kabisa..ntaho tuvuye ntaho tugiye !!

  • @bobodeirah6874
    @bobodeirah6874 4 года назад +1

    Komera samuragwa wacu imigambi yawe irashe turayishigikiye👊

    • @divintuyisenge5508
      @divintuyisenge5508 4 года назад

      Imigambi iyihe yasizimbere? Nimba wumvirije neza niyihe mpinduka yashikirije,??

  • @thierrykakunze3772
    @thierrykakunze3772 4 года назад +6

    Uyu ntaco tumwitezeko kinini gusa vyoba vyiza politique ihindutse hakaza uwundi afise umutima wo gukorera abanyagihugu

    • @eliaselyonmutoni5874
      @eliaselyonmutoni5874 4 года назад

      Tuzomutora UMUHIZI W'ITERAMBERE SAMURAGWA IMIGAMBI YIWE NI MYIZA

    • @userNono207
      @userNono207 3 месяца назад

      ​@@eliaselyonmutoni5874 mwarakoze kumutora namwe murabona aho agejeje igihugu 😢😢

  • @audacendayisaba962
    @audacendayisaba962 4 года назад +2

    Imana ikuje imbere mu migambi yawe

  • @mgmgtheraper6679
    @mgmgtheraper6679 4 года назад +5

    Genda murahurubwenge muritanzaniya magufuri atwaye imwakine ibikogwa amazegukora usanga arivyabindi bikozwe mumwaka 15 nizereko mufise imigambi mishasha kwubaka igisagara zandarayi umwidegenvyo cane cane

  • @mupenziandre3910
    @mupenziandre3910 4 года назад +5

    Nkurunziza did not do any thing as Burundi is still behind economically.Evariste try your best to sort it out.

  • @mandelamugabe9288
    @mandelamugabe9288 4 года назад +9

    Ndashimiye radio sanganiro yatunganije iki kiganiro. Nukuri tubasabe muzohamagare abo ba candidats politique kugire tuzohitemwo uwo twumvise ko afise ivyiyumviro vyiza.

    • @pierrenduwimana2799
      @pierrenduwimana2799 4 года назад

      Evariste ndayishimiye namukunda?, mugabo ivyavuze vyose nsanze atukubesha gusa. Bisigura ko naho twomutora ataco azohindura muvyo cnddfdd yagize. Ariko?, aradhobora kutubwira ko mumashure bigenda neza kandi urwaruka rwicara hasi mukwiga? Kuvyumutekano naho, aho imbonerakure zirirwa zirica evatiste ntiyamire, akishinga kugereranya AMERIKA NUBURUNDI muvyumutekano? Barundi barundikazi, nukuri ntakuntu cnddfd! Yosubira gutwara imyaka 14 turavye imyaka 15 imaze abatundi bazungagizwa baburabuzwa bangazwa ubukene arubuzura inzara. Muvyo yavuze vyose, ntakuri nakumwe kurimwo. Cnddfdd nigrnde ibisire abandi duhindure isura yigihugu. Ahubwo tuze ducungere amatora ntibasubire kuyiba nkuko bama

    • @pierrenduwimana2799
      @pierrenduwimana2799 4 года назад

      Nabeshe buhoro, kuko imbonerakure bazisizeho kugira xice nkakurya kwintershamwe. Rero kubesha ngo nibo bacungera unutekano, nikuki batocungerwa nizo mbonerakure ngo abaribo bacungera abanyagihugu. Kandi arukubashuhura ngo baze kumara abantu. Mbega iyo migabo nimiganbi evatiste yoba yavuze niyihe?

    • @pierrenduwimana2799
      @pierrenduwimana2799 4 года назад

      Umve yenwe! Ninzars iriko iramara abatundi ngo bararya bakaryama ngo bafungura neza.mbega amazi mezs afise abanyagihugu bangahe?mbega mumbinera abanyeshure. Bo muburundi boba bafise niveau ingana gute ugereranije nabandi muraka karere.?
      MBEGA AYO MASHURE 2000, Evariste avuze, mumbonera afise ibikoresho nabarimu bakwiye kugira amashure akore neza namwe mwaragerageje kunyikiza abarundi.erega nyene uburundi buratunze, mugabo murya mwenyene mukibagira umunysgihugu. Mbega bwabutare nkurunziza yavuga ko bari kugahiye, mbega boba harico babusanzemwo?

    • @pierrenduwimana2799
      @pierrenduwimana2799 4 года назад

      Egome, murareka amatora ebe kumugaragaro ntimuzosunike abanyagihugu bayacungera ngo batahe badahejeje kuyaharura

    • @pierrenduwimana2799
      @pierrenduwimana2799 4 года назад

      Subira utubarize evatiste imigambi agitiye igihugu kuko ntayo twumvise

  • @vivyntakirutimana4217
    @vivyntakirutimana4217 4 года назад +1

    Komera mutama kumigambi mwiza! Tukuri inyuma. @TunampaNeva. ntiyaruzwa

  • @darcyniyoyankunze6136
    @darcyniyoyankunze6136 4 года назад +5

    Basha ndatangaye ntanico numva novuga👁👁👁👁👁🤭🤔🤔🤔

  • @thomasntaciyica2217
    @thomasntaciyica2217 4 года назад +1

    Ramba notre gnl Neva.le 20 haratevye kugera tukwemeze 100%

  • @fidelenkingi3875
    @fidelenkingi3875 4 года назад +1

    Turagushigikiye Mutama Gen Maj EVARIST Ndayishimiye Njewe Ndagukunda Cane Urumuyobozi Mwiza Nka President Peter Nkurunziza

  • @ericsibomana4223
    @ericsibomana4223 4 года назад +1

    Komera SAMURARWA

  • @happytv798
    @happytv798 4 года назад +1

    Nyenicubahiro General Major Evariste Ndayishimiye, turazi neza ko uburundi n'abarundi tutibagiye amakungu, iterambere rigiye kuba umusesekara mbere n'amakungu tuzoyasagurirako umwimbu. ibikorwa umugambwe CNDD-FDD umaze kurangura muriyi myaka cumi n'itanu birashimishije, amabarabara ya kaburimbo mashasha yubatswe kuriyintwaro arateye igomwe cane...uwutazotora CNDD-FDD azokwicuza munyuma amajwi yiwe yayashize ahadashika.

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 года назад +2

    ahubwo reta kwemera kugabanya abajejwe umutekano nsanze mwari mwiyibagiye cane ivyashikiye Havyarimana mu Rwanda aho yahendwa na Museveni ko atampamvu yo kuba yogira abasirikare benshi mugihugu kandi ngo gikenye ariko ahohose rwari uruyeri rwokuzomutera, Havyarimana yaravyemeye kugumana 8000 gusa cabasirikare mugihugu cose aho vyamuviriyemwo uwo yarazi ko ari mugenziwe Museveni amuteye kugeza apfe, nejo nejobundi umuntu niyakwinjirira mukibazo cumutekano wigihugu kanguka wikange kuko ntuba uzi iki yapanze kumugambi wiwe. muncamake CNDD FDD yabaye Imana ikinga kuko ukwemera urya mugambi mwari mwihejeje.

  • @bizohindukaespoirbdi4448
    @bizohindukaespoirbdi4448 4 года назад +8

    None ga mutama kuvuga ngo ubu ukwezi kurahera ata muntu yishwe, twovugako ibiziga bihora bivugwako vyatowe bitaba arivyo ari uguhuguza ?Canke ni nk'ababandi ngo "rubabaje abo rutwaye?"

  • @hassann4209
    @hassann4209 4 года назад +3

    Ndabasabe mwunvirize nikiganiro ca ROHERO Mirabeau itandukaniro🤦🏾🤦🏾🤦🏾🤦🏾

  • @sylvainhabimana4298
    @sylvainhabimana4298 4 года назад +2

    Yewe yewe, uyu mugeneral ni umuhanga kweri. Ari tayari kucyaricyocyose peeeeeee amahirwe masa

  • @melchiadehishakiye5436
    @melchiadehishakiye5436 4 года назад +3

    Gewe maze imyaka 19 inyuma yigihuku ari KO ntawundi muzontorere uwo uwo mû Général gusa

  • @fabriceirakoze5132
    @fabriceirakoze5132 4 года назад +6

    Kukijanye na entrepreneuriat arabizi vrt muzomuhora ibindi.

  • @bashingwaevolepierre9433
    @bashingwaevolepierre9433 4 года назад

    I like

  • @kwihadimateam451
    @kwihadimateam451 4 года назад +3

    Nyakubahwa muvyukuri intsinzi niyawe ntiwirirwa urahogora vuba amajwi turayaguhunda.

  • @ladygalis6708
    @ladygalis6708 4 года назад +3

    Aha uyu muntu agiye kuba umukuru w'igihugu......kimwe gusa ndamubonyemo yoshobora gukina comedie....😂😂😂😂😂
    N'uyumujournaliste siwe yabonye ikiganiro kiraheze kuko yari yarambiweee.

    • @nshimirimanaisaac9771
      @nshimirimanaisaac9771 4 года назад

      Erega umuntu utamwemera Nivyo yovuga ntiwovyera rero wanka wemera evariste ari nabiwabo naho womwanka! Reka tumwihundire amajwi

  • @andrerajabu8078
    @andrerajabu8078 4 года назад +1

    We komera mutama

  • @manirakizajacques6313
    @manirakizajacques6313 4 года назад +1

    ahhhhh ntuzi vyuvuga
    namba burya turabumviriza
    ntuzewibza KO turinjiji
    wwe hubwo ibintu
    vyogukomeranap

  • @inakarireodette6961
    @inakarireodette6961 4 года назад

    Je soutien notre candidat Gnl Major Évariste Ndayishimiye car c'est bien lui qui va combattre la pauvreté afin d'arriver à un développement durable.Que le tout puissant le guide .

  • @thierryndayishimiye3107
    @thierryndayishimiye3107 4 года назад +1

    Mana yanje wee!!!! N'ibintu bikomeye cane kbsa

  • @mustanday4720
    @mustanday4720 4 года назад

    Bari barway indwara yitwa imboknerakure
    😀😀💪💪👌

  • @prosperniyongere7480
    @prosperniyongere7480 4 года назад

    Umu leader babwirizwa kuba afise vision kandi iyo vision igafita agaciro kumurusha. Maze rero umu leader agafasha kwereka community ingene iyo vision ishikwako yifashishije aba managers. Nari nshashaye kwumva igicapu c'Uburundi muri 2027. Muze musubire mumutumire atubwire kugirango haze horohe kugira evaluation y'ivyo yemereye abene gihugu.

  • @mustanday4720
    @mustanday4720 4 года назад

    Irambire Samuragwa

  • @tuyisabealine151
    @tuyisabealine151 4 года назад +2

    Tuzobatora ntimugire ubwoba, turazi ko arakarimi gusa ivyuvuga uwuzobikubaza amatora yaheze ndazi kwatavyo uzomusigurira atarukumutuka.

  • @m.mabeba1972
    @m.mabeba1972 4 года назад +3

    44:17 the journalist fell in love hhh

  • @edenzyburundi3053
    @edenzyburundi3053 4 года назад

    General Neva wirambire

  • @ibrahimrukundo3064
    @ibrahimrukundo3064 4 года назад +5

    masha ALLAH turamwemeje.

  • @iradukundasimplice3158
    @iradukundasimplice3158 4 года назад +1

    Komera Mutama wacu NEVA
    Abarundi turi inyuma yawe kandi turiteguye kugufasha kugira ngo "twese hamwe dushishikare kwubaka Uburundi bwacu"
    #turikumwe twese birashoboka

  • @vital4692
    @vital4692 Год назад

    4

  • @irankundaalainyves533
    @irankundaalainyves533 4 года назад +2

    KOMERA GOSE SAMURARWA WACU INTSINZI NIYAWE KUKO TUTKURI INYUMA ABARUNDI BOSE ATANUMWE AVUYEMWO

    • @pierrenduwimana2799
      @pierrenduwimana2799 4 года назад

      Ntabusamurarwa natahe na cnddfdd yiwe, imyaka batwzye twarabonye ko bishebigihugu cacu, nibatubise tucigororere

  • @drjunior234
    @drjunior234 4 года назад +13

    Wuvinjirije ikiganiro ca domitien hamwe n icuyu ,urabona neza difference de discours ...,uyu nta experience afise kuko mu kiganiro cose nta mugambi numwe yigeze avuga ...yagumye avuga ibintu biri mu muyaga “iterambere”,”kubaho neza”...ntakintu gitomoye yigeze ashikiriza abenegihugu

    • @bizimanadiothel6311
      @bizimanadiothel6311 4 года назад

      watahuye ivyo washatse gutahura imigambi yama yayivuze kandi nimba urumurundi womva ikirundi nomuriki kiganiro yabivuzemwo
      Uvyanka canke uvyemera azogutwara

    • @drjunior234
      @drjunior234 4 года назад

      Bizimana Diothel Ivyo gutwara ni kimwe,ivyo gutwara ushoboye navyo n ikindi ..., kukabankako womenyera azoshikana imyaka ijana mu gutwara??

    • @bizimanadiothel6311
      @bizimanadiothel6311 4 года назад

      @@drjunior234 Kumenga ubivugana inzigo ivy'imyaka azotwara ni Imana ibizi kurico rero mbona wanditse ivyo wipfuza tekana ni umuntu w'umugabo wijunja nijambo umugambwe wamushize imbere kubere ko wabonye abikwiye kandi abishoboye, Nivyashika agatorwa azotwarira bose

    • @drjunior234
      @drjunior234 4 года назад

      Bizimana Diothel None ga mugenzi ,kuba navugishije ukuri mukuvuga ko atavyo ashoboye nivyo wita kuvugana inzigo 😂😂??Kubishobora vyovyo ntavyo ashoboye .Kandi cnndd fdd turayishimira ko yadukuye mu ntwaro zibi muga gestion y igihugu yarabananiye ivyo tuvyemeranye ,Barangwa na incompetence na manque de leadership, hamwe n ubukunzi bw Inda .Gutwara koko bazotwara muga ndazi kw imyaka igihumbi itazoshika batwara 😂😂😂 .Komera😂

    • @jimmymartin9773
      @jimmymartin9773 4 года назад

      None uretse kuvugira ah'uri wizitse i mahama, ntiwozana iyo migambi hanyuma ukamutsinda!? Urahenda Domitien nyene!

  • @ladygalis6708
    @ladygalis6708 4 года назад +4

    Akabi gatwengwa nk'akeza
    .....😂😂😂😂😂😂😂
    Ahwuuuiiiiii

  • @patrickbazompora796
    @patrickbazompora796 4 года назад +2

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @Burundim
    @Burundim 4 года назад +5

    Yoba yiyumvira kuzosangira cank gushira muri leta abo barikumwe basanzw bahiganirwa ico kibanza kugira baze bafashany kwubaka uburundi?

  • @Nsadis
    @Nsadis 4 года назад +3

    TunampaNeva!

  • @jombaway723
    @jombaway723 4 года назад

    komera di sogo

  • @zazazawadi7270
    @zazazawadi7270 4 года назад

    🤔🤔🤔🤔🤔

  • @mfitumukizaamanullah2576
    @mfitumukizaamanullah2576 4 года назад

    Iyo witegereje neza ubona uyu evarste ari umuhanga kdi ubona yitonda kdi ubwo ari umusirikari ashubora kugeza abarundi kure kdi ubwo nawe avuga Imana izabimufashamo

  • @jamaicahusseinkabange3795
    @jamaicahusseinkabange3795 4 года назад +2

    Uwomugabo njenamukwirikirany rwose,aragaragara ntamigambi afite yiterambere yigihugu

  • @johnmanariyo4146
    @johnmanariyo4146 4 года назад +5

    Uyu ni Samuragwa

  • @kizigenzamanudi170
    @kizigenzamanudi170 4 года назад +6

    ewe ndabona nta confidence afise

  • @yusufukazamba2391
    @yusufukazamba2391 4 года назад

    Mhe; Ndayishimiye ndiye Raisi ajaye; nampenda km ninavyompenda Nkurunziza ila akiingia on power amalize case za mashamba;

  • @divintuyisenge5508
    @divintuyisenge5508 4 года назад

    Evaliste gnl ngo abarundi twaridukwiye kuraba uwushoboye ataruwiga. None koko we sumwiga konumva ivyo bamubaza byose avuga ngo tuzofatira kuriyamigambi iyo migambi nayo tukaba tubonako idashikira abene gihugu Bose ? Igi police cuyumus gikoresha igikenye. Mbega kwavuga ngo umwene gihugu wese yobafise kuri compté 1million kandi uyumusi 80% atakazi dufise atanah dukorera nimigambi yacu

  • @eliaselyonmutoni5874
    @eliaselyonmutoni5874 4 года назад

    Tumwitezeko vyishi Mutama Samuragwa umuhizi mw'iterambere UBURUNDI bugiye guhindura ishusho mw'iterambere ku murindi ushimishije tuzogutora ijana kw'ijana le 20 Mai iratevye kugera ntamurundi w'umutima atobaha ijwi

  • @sharplsbr3940
    @sharplsbr3940 3 года назад

    Uburundi ntibuzotera imbere, hatagize ikintu kinini kibaye. Nka revolution canke guhindura mentality. Ababakuru bibihugu bose bavuga ibintu bitangaje biteye isoni ukamenya ntabwenge bafise.

  • @ndihokubwayo895
    @ndihokubwayo895 4 года назад +9

    Ndasaba abarundi batore uwo mugabo Evariste kuko n'indongozi yinararibonye

    • @jeanboscomanirakiza5456
      @jeanboscomanirakiza5456 4 года назад

      Natore igihugu yinyongere ntakabi

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 4 года назад

      Ndihokubwayo nawe. Azoza aronderera inda yiwe muburundi. Harabuze. Uwobutezimbere. Bose. Nibasumilinda. Zabo. Gusa.

    • @jeanclaudesimbananiye9488
      @jeanclaudesimbananiye9488 4 года назад

      @@mukeragabilodiana9391 mwenewa tekereza invura ntigwahose

    • @mukeragabilodiana9391
      @mukeragabilodiana9391 4 года назад

      Jean claude simbananiye sawa imana ibafashe Muzolonke umuyobozi azozamula igihugu tulabasengera. Cane

    • @yamuremyeibrahim8604
      @yamuremyeibrahim8604 4 года назад

      @@jeanboscomanirakiza5456 niwirambir

  • @albertndayishimiye5936
    @albertndayishimiye5936 4 года назад

    Komera samurarwa wacu harageze tuguhunde amajwi,imana irakunda abarundi n'uburundi iguma iduha abagabo bijunja nijambo

  • @methodalex2735
    @methodalex2735 4 года назад +4

    Ndabakurikira can. Mukomere

    • @rachelisamazing8918
      @rachelisamazing8918 4 года назад

      Uzogaruke nyuma yaba candidat bose utange umuco kubanenga cdd-fdd

    • @claudeshema684
      @claudeshema684 4 года назад +1

      Epuuu ntabasirikare ngaho dukeneye Ndayizeye niwe dukeneye

    • @antoineciza6093
      @antoineciza6093 4 года назад +1

      Nisamuragwa mubiki kwaguma avugaivyareganye najehiyo

  • @officiallyafazza2105
    @officiallyafazza2105 4 года назад +1

    Mwe ntavyanyu twarabahinyuye

  • @felicienhatungimana7016
    @felicienhatungimana7016 4 года назад

    TunampaNeva.Songa mbele

  • @anithantakarutimana623
    @anithantakarutimana623 4 года назад +1

    Komera turagushigikiye,nihagere dushire igikumu kunkona

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 4 года назад +2

    ☆☆☆ mwoshobora kundungikira contact yawe kuri Facebook @ Erice R Mugisha ☆☆☆ merci

  • @joyandestherfunchallenges9377
    @joyandestherfunchallenges9377 4 года назад

    Gen Evarist .turashigikiye imigabo n'imigambi yawe

  • @divinirambona3558
    @divinirambona3558 4 года назад

    Komera bwana Samurarwa

  • @brighton_pbeat5851
    @brighton_pbeat5851 4 года назад +2

    Kand barwanye nigiturire kuko kire r enze mugihugu canu kuko gishira twebwe abanyagihugu tutagira igiturire

  • @Nyaburunga
    @Nyaburunga 4 года назад

    Abazungu ni abansi b' Uburundi nico gituma birirwa barabunegura no mu gihe bitaba bikenewe. Mu bihugu vyo mu karere duherereyemwo, ibihugu vyose baravyigaririye kiretse Uburundi. N' abandi babanyi bose baturwanya si uko baba bigiriye inama yo kutugirira nabi ahubwo n' uko ba Shebuja babo i Buraya no muri Amerika baba babatumye.

  • @kubwayoobedy3179
    @kubwayoobedy3179 4 года назад +3

    Wewe ndie raisi wawanyonge Ndaishimiye Imana nidukingire

  • @nigemiburundi380
    @nigemiburundi380 4 года назад

    Indongozi yacu turayikunda

  • @carmellefuraha7094
    @carmellefuraha7094 4 года назад +1

    Abarundi dukeneye umuntu nkuyu afise vision yo kubakura mubunebwe. Tukuri inyuma👍

  • @jeandedieuhakuziyaremye8623
    @jeandedieuhakuziyaremye8623 4 года назад +4

    🤔🙈🙈🙈🤔😂🙆‍♂️🙅🏻‍♂️

  • @brighton_pbeat5851
    @brighton_pbeat5851 4 года назад +1

    Igihugu cacu bagihe isuku nibisagara kand bafate igingo zivuduka

  • @fidelesinzo3697
    @fidelesinzo3697 4 года назад +1

    Umu candidat uburundi bwizeye buca aturongora.tweeese tumutore

  • @Incredible_sports94
    @Incredible_sports94 4 года назад

    komera mutama! abarundi tukuri inyuma

  • @bel-euphraimndayishimiye9662
    @bel-euphraimndayishimiye9662 4 года назад +3

    Hamwe cndd mutokwiba amatora murakubiswe impaga kk ntavyiyumviro mufite kwl

  • @amedendikubwayo2065
    @amedendikubwayo2065 3 года назад

    Ramba
    Mutama

  • @florianendayizeye9815
    @florianendayizeye9815 4 года назад +1

    Ramba mutama ,iterambere rirame mugihugu cacu

  • @hoptalentzhpz8817
    @hoptalentzhpz8817 4 года назад +1

    Turashak umuntu anzoza ateza imber urwaruk raba nkubu urwaruka ntabwo rutunzw nimpano yango jew sinahora ntora arko wew nzogutora

  • @divintuyisenge5508
    @divintuyisenge5508 4 года назад

    Uratubeshe kuko abantu baricwa batazico bzira kandi ata mutekano wigihugu yahungabnije. Hubw ningorane naho l'État zunzubumwe nuzireke kuko ntawicwa kuko badasangiye umugambwe?

  • @theodorbisoro1341
    @theodorbisoro1341 4 года назад

    Imigambi myiza cane

  • @blaiseirakoze9590
    @blaiseirakoze9590 4 года назад +3

    Nihamwe nyene hamategeko umuntu ashoboye kuyobora abarundi yari Pierre Nkurunziza.

  • @thereader2212
    @thereader2212 4 года назад +1

    Uyu mugabo numumwitondera afise akarimi gasosa

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 4 года назад

    Komera, hasigaye buce gusa

  • @jeandedieuntezimana1140
    @jeandedieuntezimana1140 4 года назад

    Komera mwubahwa wacu igihugu buca tukikuragiza kubwimigambi yawe myiza

  • @thieryniyonkuru1067
    @thieryniyonkuru1067 4 года назад +1

    Uyo mu journalist ntatahura icarico umugambwe uri k’ubutegetsi?
    Ilani ya uchaguzi ni ya chama tawala CNDD💪💪

  • @giftuwiragiye7697
    @giftuwiragiye7697 4 года назад +1

    "Abenegihugu ni amazi nanje nkoga" 47:01 😂😂😂😂😂

  • @gabrielndayisaba366
    @gabrielndayisaba366 4 года назад +1

    Magifuri yabaye muri CCM imyaka,ntiyigeze yimena inda yavuga ko bimeze neza ariko amaze gushikira igihugu yaciye ahindura ibintu ahereye mumugambwe iwe wa ccm ubu yemewe na bose twizere no namwe mubona ko ibitagenda neza ari vyinshi;tukwipfurije kuzokora neza gusumba Magufuli kuko ingorane dufise zirarenze cane cane UBUTUNGANE;N ITERAMBERE. l'économie bdaise est presque morte,Justice ni ibiturire gusa ,teza abanyagihugu imbere,ukure ukudahana no kurya ibiturire vyose bizikora ariko mukibona ko atakinini co guhindura better to vote against.Abadandaza kuntwaro ya cndd fdd nibo bafise ijambo bategeka ubutungane rabe mukure izo pots de vins mubahashe mutaravye amahera bitwaza ko baterera umugambwe

  • @bestfamily7242
    @bestfamily7242 4 года назад

    Komera mutama tuzogutora duhumirije

  • @wasafichanda7821
    @wasafichanda7821 4 года назад

    Never songambere

  • @onesphorekabura6137
    @onesphorekabura6137 4 года назад +2

    Yesuwww nukocamaze gupangwa nkukobavyivugira nayahandiho ntakintunakimwe avuze azomarira abenegihugu ntamugambi 0 nivyamunanira ntihagire icomuzomubaza guko ntacabemereye🤚😂

  • @nijenahageraaugustin5895
    @nijenahageraaugustin5895 4 года назад +1

    ahubwo nawe mubaze ati mbe ubonagute ikibazo ca politike ubu nigihe ca buyoya canke ca bagaza ? nihe hari politike yumwidegemvyo kubanyapolitike?

  • @jamaicahusseinkabange3795
    @jamaicahusseinkabange3795 4 года назад

    Urazuhindure kabisa kuko nabamaze imyaka 15 batwara basa nabuvuga kwatacobamaze

  • @mupenziandre3910
    @mupenziandre3910 4 года назад +2

    Est-il vrai? Muburundi hashira ukwezi nta muntu wishwe?