Domitien Ndayizeye: "Kubwira umuntu uti ndakenye ngaha, ntaco vyica na gitoyi"

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • Domitien Ndayizeye: "Mu vy'amashuri, turashobora kwitura amakungu. Ubu mu Burundi, ni uko hari ingendo yo kuvuga ngo narikukiye! Birya ni amanyama adafashe. Kubwira umuntu uti ndakenye ngaha, ntaco vyica na gitoyi"

Комментарии • 14

  • @yvettenyamugisha5474
    @yvettenyamugisha5474 Год назад

    Much love to him and I will vote for him anytime ❤️❤️❤️

  • @bfree7331
    @bfree7331 4 года назад +4

    Nukuri uvuze ibinyu vyingira kamaro cane, nkumurundi navyumvirije kandi vyankoze kumutima cane, ico nipfuza muri ayamatora azoba itariki 20/5/2020 nuko hatoba umu candidat ayatsinze ariko abe ari abarundi bose bayatsinze kuko uwuzotorwa azoba agiye kuduserukira twese haba uwamutoye canke uwutamutoye.
    Ngerageje kubumviriza mwese mufise imigambi myiza cane ariko ico twipfuza nuko après aya matoro igihugu cotera imbere, kigahigahiganwa nibindi mwiterambere, mubutunzi, muvyindero, muburimyi, mubworozi, nibindi bisata bitandukanye, Rero uzokorera mugata nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA nuko yogerageza kumviriza nimigambi yabandi bacandidat hanyuma akumva imwimwe yokorerako kugira ngo nivyipfuzo vyabandi batashoboye gutorwa koyogerageza kubishitsa kugira twese tuvyungukiremwo kandi twishime, Murakoze nico ciyumviro canje

  • @LPMagical
    @LPMagical 4 года назад +1

    🤩🤩🙌 Uwu mugabo avuze ukuri 🤗

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 года назад +1

    👍🏾👏🏾👏🏾👏🏾
    ✊🏾🇧🇮

  • @mariejeannemukankuranga5559
    @mariejeannemukankuranga5559 4 года назад +1

    Kubaka igihugu nukwita k uburezi bwabene gihugu nyuma ugateganya nuko bazabona akazi nyuma yo kwiga. Uwo niwe muyobozi ufite intumbero nyayo.

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo 4 года назад

    🇧🇮❤️

  • @uandiforneedy4100
    @uandiforneedy4100 4 года назад

    💖🥰

  • @claudineuwizeye8565
    @claudineuwizeye8565 4 года назад

    Uyo mu Nyakayanza wiwacu aranyishe ngo ntazi fizzo na sat-b😂😂😂😂

    • @eliano9197
      @eliano9197 2 года назад

      yomumenya gute erega fizzo nuwejo bundi

  • @patpatson9201
    @patpatson9201 3 года назад

    Igihugu carasenyutse kabisa, ni guharura iyindi myaka 30 kugire gisubire kunaguka! Uburundi buratunze ntibukeneye gusega, habuze imboneza z'ukuri cane cane n'inzego zikomeye zikurikiza amategeko y'igihugu.

  • @nadiabeyonce95
    @nadiabeyonce95 4 года назад

    B-NEW SHOW WITH GAFUKO TV INTERVIEW,NAPATA CHANGA MOTO MBALI MBALI, KAZI YANGU#B-NEW SHOW#M2J SALON.
    ruclips.net/video/k4Nroey3hJw/видео.html

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 4 года назад

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮😂😂🇸🇦

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru5023 4 года назад

    Muta barakubitinkoni n’urushato rukavako🧐