Runyota na Inámujândi bokwitwa incungu z'Uburundi ?

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 28 дек 2020
  • Muri Kahise k'Uburundi hari Abarundi biyamirije intwaro y'Ababiligi. Ni gake tubumva bavugwa ariko abahinga mu vya Kahise barerekana uruhara rukomeye bamwe mu barundi bagize ico gihe.
    Mur'abo, harimwo n'Abarundikazi. Kurikirane kino kiyago.
    #Burundi #TuyageKahise #kahise
  • РазвлеченияРазвлечения

Комментарии • 3

  • @louisharera905
    @louisharera905 Год назад

    Yaga mwubahwe. Mworoha ivyavuga kuri Inamujandi sivyo. Ni gute abazungu bovuga rumwe n'umurundi? Birababaje. Inamujandi n'intwari. Ndafise vyinshi natohoje kuri Inamujandi. Murampa ijambo tuze tuyage.

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 2 года назад

    Runyota ni umunya Muyinga, Non? Mukinyota ni i Muyinga hafi ya hôpital y' i Muyinga! Turi abana les années 80 bavuga ngo ingwano ya Runyota yabereye mu Kinyota!

    • @Rugambamachine7714.
      @Rugambamachine7714. 2 месяца назад

      Intatemwa yiw nayo iri ikarusi munyabikere kuri centre kwi commune