"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 2 июл 2024
  • Simbizi wa Semavumba ati : "Sinari kurega gutwara umukobwa nakunze ngo ni ubwoko"
    😕 Ikibabaje, si ubwa mbere bimushikira.
    Aratuyagira uko vyagenze 💬
    #AkariKuMutima
    #ukubana

Комментарии • 42

  • @mwenebemmanyvesbandeko5983
    @mwenebemmanyvesbandeko5983 19 дней назад +1

    Love from Rwanda,ibyamoko ntacyo bivuze rata❤

  • @hermenegildempawenayo279
    @hermenegildempawenayo279 28 дней назад +4

    Ubwo buhutu bwabo nubututsi nibaburye .Imana igihe yarema bantu ivyamoko yarabivuze? Banana numugore Wawe ,Imana ibarinde cn.

  • @fabiorukundo2023
    @fabiorukundo2023 28 дней назад +3

    C'est une dinguerie quand même👀 God bless you bro❤

  • @paternesonofgod
    @paternesonofgod 28 дней назад +3

    Yooh brother wabikoz neza Imana yakubae hafi wanka kumv ibyaband respect knd by the way wambae fresh🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥🇧🇮🔥

  • @user-dl6lt5xp1j
    @user-dl6lt5xp1j 5 дней назад +1

    Ivyamoko I Burundi vyararangiye

  • @gaknick3475
    @gaknick3475 28 дней назад +2

    Kila kiganiro kirimwo @Semavumba,kiba kiri intéressant. @Semavumba Ari très intelligent,Ari na très important mu muziki ndundi

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 28 дней назад +2

    Ubuze ukuri kwuzu urukundo n'urwababiri ❤❤🎉🎉

  • @AlexanderNimbona-lj4ln
    @AlexanderNimbona-lj4ln 27 дней назад

    Umunyoni hejuru🤗🤗🤗👏👏

  • @VianneyMukamurakoze
    @VianneyMukamurakoze 22 часа назад +1

    Muburundi ntavyamoko bihari ababivuga babifisemwo inyungu

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 28 дней назад +1

    Bonne continuation Yaga, abahaters ntaho basana namwe.

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 28 дней назад +1

    Mwubak Rugum sha

  • @Catherine-dv3qo
    @Catherine-dv3qo 28 дней назад +1

    ❤❤❤❤❤

  • @_umugajo05
    @_umugajo05 24 дня назад

    Reality❤

  • @California_love_23
    @California_love_23 28 дней назад +1

    Mwubahwe

  • @Williamdully
    @Williamdully 29 дней назад

    Nakubali ntury umunwa bari bakwans ng ur umuhutu

  • @user-xg8mp5or1c
    @user-xg8mp5or1c 28 дней назад

    Warihutuye Sha Simbizi Nibakureke🎉Uzomufate Neza Umututsikazi Wacu

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 28 дней назад

      Uriya numututsikazi canke aravanze 😅😅😅?

  • @AimableBiganiro
    @AimableBiganiro 29 дней назад +1

    Ihuturesha

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque1318 28 дней назад

    Tekana Simbizi wee,warafashwe mpirii

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 23 дня назад +1

    ibintu vyamoko ntabahutu babifise inzigo isigaye kubo hakurya yamazi twebw ntakibazo dufise

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire450 29 дней назад

    Ako ka blagues ka BantuBwoy karankuyeho😂😂

  • @MugishaParfait-ob6rd
    @MugishaParfait-ob6rd 29 дней назад

    Kwihutira vyamenyeho simbizi siwe wambere nibamureke

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 27 дней назад

    simbizi yarisariyen😂😂😂 bantu bwoy badadadem ikiganiro ciza kirimwo impanuro

  • @user-ry4py3im1u
    @user-ry4py3im1u 28 дней назад

    Kosea byote usikosei kuowa😅simbizi amenenepa kapendeza

  • @chris.mg27
    @chris.mg27 29 дней назад

    Urugo ruhire @SimbiziWaSemavumba ❤🎉

  • @rg4631
    @rg4631 27 дней назад +1

    Ibi bintu vy'amoko birakwiye guhagarara ,abantu bater'imbere mu vyiyumviro .

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 24 дня назад

    Ibyo bintu byanyu by'amako muzabivamo ryari kweri?

  • @hakizimanajames-hm6xt
    @hakizimanajames-hm6xt 28 дней назад +1

    Abarundi nibijuju bafise umutima wubuhutu nubututsi Abarundi babimazemwo imyaka 40 muvyamoko none Bose barabanyuma kwisi Abarundi

  • @fridaytv3818
    @fridaytv3818 28 дней назад

    None yari yabuze igisokozo cogucisha mumutwe ?

  • @IssaVidich
    @IssaVidich 26 дней назад

    Kbs

  • @allovertv9351
    @allovertv9351 21 день назад

    😢😢😢😢amoko azashira ate?

  • @nsabimanaolivier
    @nsabimanaolivier 28 дней назад

    Yaga,kumbe ubwoko burabaho muburundi?
    Simbizi,yaga vyose baguhe imfashanyo

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 28 дней назад

    Abahutu barabakera nibo bakengera abubu bo mama barivugira nintutsikazi nziza nziza ubu abahutu nibo bazirya ukira kuba ufise inoti yawe gusa uriramura.😂

  • @didogamer3785
    @didogamer3785 23 дня назад

    ako kantu bubu hutu KO baca bagataka😂😂uyo ariyemera kwari umuhutu og😂

  • @BizimanaDavid-up4gh
    @BizimanaDavid-up4gh 27 дней назад

    #yaga nyikwirikirana impande zibiri(2) iconsatse kuvuga n'iki "" nuko ikoresha umwanya muto ariko hakamwo ibibazo wobaza nko muri 50 munit"""iki bazo mfise niki bene babigenza gt ????!!

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 28 дней назад

    Uwo mugore nibwoko ki ?

  • @user-wc7fw2zt2b
    @user-wc7fw2zt2b 18 дней назад +1

    Abarundi mureke ibya moko

  • @Zadig_Le_Juste
    @Zadig_Le_Juste 28 дней назад

    None harya Simbizi ni umuhutu vy'ukuri?😂😂😂

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 21 день назад

    Uwo muhutu nta mutima afise !

  • @didier4567
    @didier4567 25 дней назад

    Buja he ubuhutu none red tabara igwanira iki

  • @ericnzambimana6875
    @ericnzambimana6875 28 дней назад

    Uti ntuzi kuresha! Iyo myaka yose mwamarany ntiwamuresha😂. Uwo mututsi kazi nawe nimwubake rugume urumva ko arigitabwa😂😂

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 28 дней назад

    Kuki mugira faux débat: abatu-tsi ni igikoroni kera bitwa abatun-zi. Abahu-tu ni igikoroni kera bari abarun-di basanzwe! Bool-shit !