Reta y'Uburundi irashigikira abaja gukorera hanze...
HTML-код
- Опубликовано: 8 сен 2024
- 🎙️ Prezida Ruto ati : "Umunyakenya arondera akazi hanze, "passeport" yiwe yihute n'itike bamurihire"
👆🏾 Yabivuze ku w'Imana w'indwi iheze. Twisunze ayo majambo ya perezida wa Kenya, uno musi mu makuru yacu duca irya n'ino ivy'Abarundi baja kurondera icorirenza mu mahanga 👷🏾🇧🇮
#KuMusi
#imigenderanire
Ubwo x abarundi bize nibagenda igihugu kizasigara hehe
Impamvu ngira aba Kenya Binjiza Menshi nuko bafis Opportunity Nini yogusohoka Ari benshi knd Hos naza Europe 🤷
Iyo mohira mishasha katayo turabona?