Akarusho ka "internet" ya Starlink mu Burundi
HTML-код
- Опубликовано: 8 сен 2024
- 🛜 Kubera umuzo wa Starlink, dufate ko imyidogo ya interineti yikwega igiye kurangira ?
👏🏾 Dukeze Umurundikazi Kathia Gretta Iradukunda yashizwe ku rutonde rw'Abanyafrika batarenza imyaka 30 bariko bakora ibikora inka. Vyose ni tubice irya n’ino.
#KuMusi
#interineti
Tera uja imbere cane impande zose muvukanyi wacu ❤
Abarundi je murantwenza gute mwemeye starlink ngo abe ario ikorer mugihugu itanga 20mbps mugih gasape igiga yoyo yari gutanga vitesse igravita muma plus de 30mbps yoyo mwayankiye kija kumugaragaro igakora Ako kantu ko gukunda ivyabandi nacanecane abobazungu mukanka ivyabiwacu barundi abuzukuru ba basogokuruza bacu niko kabi kandi ninako kaguma kadusuzuguza mubandi donc mumakungu
Davy ivyobintu sivyiza vrt kudashigikirana turi bamwe uze ubigarukeko ivya gasape iGIGA
Ayo mafaranga yavuge mukirundi 😂😂
Nunzobonaiyi comment
Uzamenyekogukunda
5g is cellular, starlink ni connexion satellitaire 😭
Ivyo biciro uburyo mubivuze ntibisobanutse kbxaaa nukubisubiramwo
Elon Musk Yashitse iburundi 😮
Nibanyarutse twiruhutse iyi lumitel ivy'ibiciro vyo ntaco
Ntabwo starlink itanga G5....Chine kugeza ubu niyo yonyine itanga G5....nimutohoze neza amakuru yanyu...iciza ca starlink nuko igera kure kubera connection yayo ari satellite....ça n'a rien avoir na 5G...ndiko ndatangazwa nuko abantu batariko babisigura neza...
None kuberiki baduha 2% au lieu de 100%?
Ntakibazo ikunvikana nuko izoba izivye ariko niyaba inyaruka
Nibanyarutse nukuri turarushe😭
Starlink mukwie kuyidutahuz nez
Ati 5G 😂 Oya bamubanza mukore ubushakashatsi bukwiriye imbere yo kuvuga inkuru!
Ariko nisawa muri imbere yabandi