Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ahhhhh ndayishimiye yagiye kubuyobozi aziko aje kwitoragurira imigati none byamucanze pee!! Ubu se secteurs muburundi ikora neza niyihe kweri? Byamurenze none arashinyika kuri television kbsa.
Umugore wuyu Neva yaragowe peee !!!!ibaze umuntu atubaha abayobozi akorana nabo .ubu umugorewe ntiyarushye . Nicyibobo ngo ni president .!!!!
Kwizina ry’Imana abarundi mwageze kururu rwego mute kweli!?
Twarumiwe natwe tubigenze gute?😅
Nukur arabomoka nta contrôle agira kumajamb agire avuge ari nyene igihug
Iriya mvugo ntabwo ikwiranye n'umukuru w'igihugu birababaje
😂
Avuga nkumugabo abushitse
Mbega umugore mwizaa
Nawe wabibony??nimwiza kbx😅
Mperutse gusezera akazi kanjye kubera umumanager wanjye yankoreshejeho iyi mvugo ntazi icyo ivuze ya nyenyenye. Numvise ntunguwe Kubona umumanager wokwira atyo mbita muhereza badge yakazi, none umuperezida wuburundi kweri nawe nuko!!!
Ntuzi ivyo urimwo
@@maishacenter-eastafricatv3976 wasanga ntbyo nzi kabisa.. bene izo mvugo ziva kubavamihanda, none njye sinabaye mumihanda. Gusa kwihesha agacuro, ugaha nagaciro umwanya urimo ntekereza ko aringenzi
Mwe mwarafashwe muzokwama mukorera abakoroni
Nikobamye mugenzi.reka batakarimi ntocobazoshikako
Mbe mwe vyifashe gte ntimurira mu bandi
Muburundi ntamukuru wigihugu dufise kwl Ni clown 🤡 yibereye aho
Muri ababeshi bambere kwisi.mwebwe uwokibaha mwogitwara gute?
Reka kugererany'inka n'imbwa
Ni rwa vuvuzera
Muragowe, iyo n'inzigo. Murahumba, musimba muziritse. Hama ngo mwipfuza kubaka igihugu, muraba muraguma hiyo kuko ntaco mwotumarira. Débat nkiyo ataco yungura ntakamaro. Ntigitwarigwa kuma réseaux sociaux.
Burakeye tubabone
Icamwa yama nubukene,ibiturire,ubusuma n uburyarya
Hihihihihihihihihi
None mwese komuhagarara kumvugo yakoresheje aho kutubwira nimba odecca yayibesheye??mwese mwabay ibijuju kuko nimba odecca idakora ivyo ishinzwe neza ntagusigiririza nukubivuga uko biri not just the president ahubwo abarundi bose mukwiye kubibon uko
Abarundi mwaragowe rwoseKuyoborwa na NDAYISHIMIYE naba DD ni akaga murimwo mwihangane
Indero babangamiye ubutunzi?! Ahubwo dukeneye ko abaswaga mugasho. Buyoya yari azi kuvuga nkuko mushaka ariko none Buyoya yari intwari?
Ntamukuru w'Igihugu avuga kuriya kuntu ! Umukuru w'Igihugu ategerezwa kuvuga amajambo yiyumviriyr kandi arimwo diplomatie, ntashobora kuvuga ibisunitswe n'impwemu vyose ...
Harya burya munyibutse buyoya uburundi bwari buri nk'aho bugeze harabuze igitoro amazi n'umuriro nk'uku
@@sese667 dukeneye umukuru w' igihugu agwanya ibisuma. Ahubwo yari akwiye kubashira kukiziriko. Jewe sindi umunyapolitike ariko sinogwanya ikintu mbona ko ari ciza. Ngo yacuganye ijwi rinini. Aho rero na Yesu ntimumwemera guko yashavujwe nabariko bahumanya urusengero. Iyi mubaho mwari kuvuga ngo mesiya ntiyari akwiye kugwanya abadandariza murusengero. Kandi namba mukina politike mwari mukwiriye kunegura ikintu nuwubumvirije ashobora gutahura igituma mugaye ibyo mugaye. Ariko kugaya umuntu akankamiye abapfukamye munda igihugu sinibaza ko bifasha.
@@alexntahiraja2974 Hariho ukugene umuntu akora ibintu, hariho imvugo n'inyifato zitabereye Umukuru w'Igihugu, NEVA amaze iminsi akoresha ...Ikindi naco, NEVA n'agabanye amajambo no kw'idoga, agwize ibikorwa, Umukuru w'Igihugu ntabereyeho kw'idoga, abereyeho gufata ingingo ! Kandi Perezida NEVA, akeneye abahanuzi ba nyabo, bamubwira ukuri nyakuri, apana ba “'nzisabira” ...
@@alexntahiraja2974 Tuvugishije ukuri, NEVA uretse amajambo y'ibikanganyoni, n'ikihe kintu gifadika arakora ? Agishika kubutegetsi, emama ngo abategetsi bazokwerekana ivyo bafise vyose nkuko constitution ibisaba, haciye indwi ngo twasanze ubutunzi ari banga ry'umuntu ngo kandi abo bategetsi bafise ubutunzi umuntu atoharura ... Ngo igitoro agiye kucifatira mu minwe, n'ibindi n'ibindi ...
Ngo kuramutsa igiti?😂turahumiwe nukuri
Uwomugabo ntabwo yiyumvira aho yavuye nahageze kwl jewe mbona yotanga imihoho kwl
Utuzi nibande badutanga?turazi ko mubizobereyemo.Ariko inkubisi y’amavyi irayitarukiriza,komeza uvyogote.
Ndabira ibibijuju.Iyi RUclips channel ahubwo yarikwiye gufutwa burundu, none imvugo yakoresheje niyo iriko irabasaza mukamera nkabasazi???Nagira mwari kuvuga ukuntu abantu borondera itunga, ibirofa gusa🙄🙄
Futwa wenyene
Ni Ingaruka MBI z’IKIZA DEMOCRATIE
Neva yajyaga avuga ko atakorana n'aboyorobetsi avuga u Rwanda. None ubu avuga ko akorana n'abiyorobetsi mu gihugu cye? Ibyo bishoboka bite?
Nkuyu ngo ni perezida wigihugu mbega ububwa koko?
Wew urajwe inshinga ninvugo canke ivyo aba ashikirij nivyo warikuvugako ? Nawe ntacushikirije ngaho
Uburundi bugeze aho umwansi yifuza. Quelle tristesse....Barakibahaye none kirabananiye izuba riva.
Ata saporo nta rapport,,aba yonwerey ama saporo
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ni vuvuzera
Wahehe nyene Cambu cawe
😂😂😂😂baramwiche uumveeeeyoo
Neva ngonikirogorogo
😂😂nabantu bechi bariku mutowe wiwe amaze kwica
None président avuga ibintu nkibi ni président nyabaki?uburundi ntibugira ikibutwara bwaragowe@@FatumaNtirampeba-pk3yq
😂😂😂😂😂😂😂
Name of this mum please😅🤣😍
😂😂😂😂
Mwabicanyi mwe. Mwe nimwe ubwenge buri kugihe.
Aho rero ng'uravuze
Nimwikebuke bagabo, igihugu nicacu twese mureke kwivangura ahubwo tucubake.
Ingaruka MBI za DEMOCRATIE
Uyu munyamakuru nimwiza mugabo
azakuvuga yafasha cyasuruduwire😂😂😂😂
Reka kudutwenza yemww
😂😂ntukuri Imana itabare abarundi pe
Mbega uwo Leonidas Hatungimana ko numva yifatiira mu gahanga urwego rw'umukuru w'Igihugu kw'atandero afiise,ubwoo aribaaza kwakiri umuntu geengwa n'amategeko kandi ari kuri planette terre?ko yabaye umuvugizi w'ugwego nk'ugwo yoobayahinduuye iki??ndaboona nutwinyo turiko turamuheraana,biragooye no kugiira ico umuntu yomuvugako.Ariko ndibuka akiri umuvugizi w'ugwego nk'ugwo ndibuka ko atakidasanzwe yavuuga kandi benshi baravyibuuka,noone dufaate k'ubu yahinduutse akaba uwundi muntu?/haje ikii?/
Ndayishimiye numu prezida ari incompetant vraiment c’est qui cet homme enfin n’a merita no kuba prezida
Yesu WE 😢😢😢😢😢😢😂😂😂
Correct 👍 😊
Ihwa titi muwundi riroshe kurihandura.Nimutahe mumufashe.Murèke ayo majambo menshi ,kuko ntafasha abarundi,.Nibaza ko mufatanije nabatiks bica I Gihigi .
Tt
Neva for rever tuza mutora cane ❤❤ mugume mucugurika 😂😂😂
😂😂😂😂😂
😊
😢
😂😂😂😂 nihatari
Yesuweeeee mbega 😢😢😢😢😢😢
Mwamihimbirimwe. Mwe nimwe mufise indero. Ushaka abasige amavuta bishe igihugu. Mweho mukunda ibigenda nabi. Mwe murimbwa kweri muzopfa nabi
Ziba
Wambwawe
Ariko Koko wowe usibye kugendera mukigare cya CNDD FDD muri bimwe byanyu byamoko wowe ubona "Everiste " ASHOBOYE Kuyobora uburundi Koko? Ubucyene burabishe, ntagitoro, kunyuruza abaturage, ntama dovize Igihugu gifise none usibye nyagasani akoze ibitanganza murabona muzikura mururwo rwobo abashoramo?
❤❤
Ntamafire agira yaracitse
Nukuri kweri kweri
Wewe urabinga umukuru wigihugu urataha umuhe imvugo yovuga
🤣🤣😭
Nkawe rugurika wihereyeko ubona woshobora gutwara uburundi?nuvugemake ivyawe turabizi
Bizoja ku mugaragaro ivyanyu
@@chrisoneilniyungeko839 bijoja kumugaragaro ntikibazo ariko namwebijavyaragiye kumugaragaro.mwarikurorera ahobizogira kumugaragaro mugafatijambo
Zikonwa ziboroga.muzokora ivyanyu nimwashikigwa
REKA TWIRIRE UMUNYENGA, MWIGUMIRE HIYO
Umunyenga canke I reague 😂
Udufanta dukaze?hmmmmm😢muriko muradutukira nyene icubahiro?yayaya
Président voyou yinywera Sapor.Igihugu mu manga 😩😩😩😩
Izimbwa zabuze ivyo zidedemba mwebwe turabazi
Toka
umwana yankwa niwe akura. mwe ni mukorere ababa tumye ariko nta neza mifuriza uburundi n'abarundi.
Bob non ngaho ntasoni kweri mufise. Homwoje kubaka igihugu nukurwiza amacakubiri gusa. Imana ibabarire
Umunyacakubiri wa mbere ni ww
Muzopfanabi simbabesha, ubakigihugu mureke kwivangura guko twese turi abantu abenegihugu. Izuba ryatse ryakira twese nimvura iguye yuhirira imirima twese
Ines n'intore cane😂
Ahhhhh ndayishimiye yagiye kubuyobozi aziko aje kwitoragurira imigati none byamucanze pee!! Ubu se secteurs muburundi ikora neza niyihe kweri? Byamurenze none arashinyika kuri television kbsa.
Umugore wuyu Neva yaragowe peee !!!!ibaze umuntu atubaha abayobozi akorana nabo .ubu umugorewe ntiyarushye . Nicyibobo ngo ni president .!!!!
Kwizina ry’Imana abarundi mwageze kururu rwego mute kweli!?
Twarumiwe natwe tubigenze gute?😅
Nukur arabomoka nta contrôle agira kumajamb agire avuge ari nyene igihug
Iriya mvugo ntabwo ikwiranye n'umukuru w'igihugu birababaje
😂
Avuga nkumugabo abushitse
Mbega umugore mwizaa
Nawe wabibony??nimwiza kbx😅
Mperutse gusezera akazi kanjye kubera umumanager wanjye yankoreshejeho iyi mvugo ntazi icyo ivuze ya nyenyenye. Numvise ntunguwe Kubona umumanager wokwira atyo mbita muhereza badge yakazi, none umuperezida wuburundi kweri nawe nuko!!!
Ntuzi ivyo urimwo
@@maishacenter-eastafricatv3976 wasanga ntbyo nzi kabisa.. bene izo mvugo ziva kubavamihanda, none njye sinabaye mumihanda. Gusa kwihesha agacuro, ugaha nagaciro umwanya urimo ntekereza ko aringenzi
Mwe mwarafashwe muzokwama mukorera abakoroni
Nikobamye mugenzi.reka batakarimi ntocobazoshikako
Mbe mwe vyifashe gte ntimurira mu bandi
Muburundi ntamukuru wigihugu dufise kwl
Ni clown 🤡 yibereye aho
Muri ababeshi bambere kwisi.mwebwe uwokibaha mwogitwara gute?
Reka kugererany'inka n'imbwa
Ni rwa vuvuzera
Muragowe, iyo n'inzigo. Murahumba, musimba muziritse. Hama ngo mwipfuza kubaka igihugu, muraba muraguma hiyo kuko ntaco mwotumarira. Débat nkiyo ataco yungura ntakamaro. Ntigitwarigwa kuma réseaux sociaux.
Burakeye tubabone
Icamwa yama nubukene,ibiturire,ubusuma n uburyarya
Hihihihihihihihihi
None mwese komuhagarara kumvugo yakoresheje aho kutubwira nimba odecca yayibesheye??mwese mwabay ibijuju kuko nimba odecca idakora ivyo ishinzwe neza ntagusigiririza nukubivuga uko biri not just the president ahubwo abarundi bose mukwiye kubibon uko
Abarundi mwaragowe rwose
Kuyoborwa na NDAYISHIMIYE naba DD ni akaga murimwo mwihangane
Indero babangamiye ubutunzi?! Ahubwo dukeneye ko abaswaga mugasho. Buyoya yari azi kuvuga nkuko mushaka ariko none Buyoya yari intwari?
Ntamukuru w'Igihugu avuga kuriya kuntu ! Umukuru w'Igihugu ategerezwa kuvuga amajambo yiyumviriyr kandi arimwo diplomatie, ntashobora kuvuga ibisunitswe n'impwemu vyose ...
Harya burya munyibutse buyoya uburundi bwari buri nk'aho bugeze harabuze igitoro amazi n'umuriro nk'uku
@@sese667 dukeneye umukuru w' igihugu agwanya ibisuma. Ahubwo yari akwiye kubashira kukiziriko. Jewe sindi umunyapolitike ariko sinogwanya ikintu mbona ko ari ciza. Ngo yacuganye ijwi rinini. Aho rero na Yesu ntimumwemera guko yashavujwe nabariko bahumanya urusengero. Iyi mubaho mwari kuvuga ngo mesiya ntiyari akwiye kugwanya abadandariza murusengero. Kandi namba mukina politike mwari mukwiriye kunegura ikintu nuwubumvirije ashobora gutahura igituma mugaye ibyo mugaye. Ariko kugaya umuntu akankamiye abapfukamye munda igihugu sinibaza ko bifasha.
@@alexntahiraja2974 Hariho ukugene umuntu akora ibintu, hariho imvugo n'inyifato zitabereye Umukuru w'Igihugu, NEVA amaze iminsi akoresha ...
Ikindi naco, NEVA n'agabanye amajambo no kw'idoga, agwize ibikorwa, Umukuru w'Igihugu ntabereyeho kw'idoga, abereyeho gufata ingingo ! Kandi Perezida NEVA, akeneye abahanuzi ba nyabo, bamubwira ukuri nyakuri, apana ba “'nzisabira” ...
@@alexntahiraja2974 Tuvugishije ukuri, NEVA uretse amajambo y'ibikanganyoni, n'ikihe kintu gifadika arakora ? Agishika kubutegetsi, emama ngo abategetsi bazokwerekana ivyo bafise vyose nkuko constitution ibisaba, haciye indwi ngo twasanze ubutunzi ari banga ry'umuntu ngo kandi abo bategetsi bafise ubutunzi umuntu atoharura ... Ngo igitoro agiye kucifatira mu minwe, n'ibindi n'ibindi ...
Ngo kuramutsa igiti?😂turahumiwe nukuri
😂
Uwomugabo ntabwo yiyumvira aho yavuye nahageze kwl jewe mbona yotanga imihoho kwl
Utuzi nibande badutanga?turazi ko mubizobereyemo.
Ariko inkubisi y’amavyi irayitarukiriza,komeza uvyogote.
Ndabira ibibijuju.
Iyi RUclips channel ahubwo yarikwiye gufutwa burundu, none imvugo yakoresheje niyo iriko irabasaza mukamera nkabasazi???
Nagira mwari kuvuga ukuntu abantu borondera itunga, ibirofa gusa🙄🙄
Futwa wenyene
Ni Ingaruka MBI z’IKIZA DEMOCRATIE
Neva yajyaga avuga ko atakorana n'aboyorobetsi avuga u Rwanda. None ubu avuga ko akorana n'abiyorobetsi mu gihugu cye? Ibyo bishoboka bite?
Nkuyu ngo ni perezida wigihugu mbega ububwa koko?
Wew urajwe inshinga ninvugo canke ivyo aba ashikirij nivyo warikuvugako ? Nawe ntacushikirije ngaho
Uburundi bugeze aho umwansi yifuza. Quelle tristesse....Barakibahaye none kirabananiye izuba riva.
Ata saporo nta rapport,,aba yonwerey ama saporo
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ni vuvuzera
Wahehe nyene Cambu cawe
😂😂😂😂baramwiche uumveeeeyoo
Neva ngonikirogorogo
😂😂nabantu bechi bariku mutowe wiwe amaze kwica
None président avuga ibintu nkibi ni président nyabaki?uburundi ntibugira ikibutwara bwaragowe@@FatumaNtirampeba-pk3yq
😂😂😂😂😂😂😂
Name of this mum please😅🤣😍
😂😂😂😂
Mwabicanyi mwe. Mwe nimwe ubwenge buri kugihe.
Aho rero ng'uravuze
Nimwikebuke bagabo, igihugu nicacu twese mureke kwivangura ahubwo tucubake.
Ingaruka MBI za DEMOCRATIE
Uyu munyamakuru nimwiza mugabo
azakuvuga yafasha cyasuruduwire😂😂😂😂
Reka kudutwenza yemww
😂😂ntukuri Imana itabare abarundi pe
Mbega uwo Leonidas Hatungimana ko numva yifatiira mu gahanga urwego rw'umukuru w'Igihugu kw'atandero afiise,ubwoo aribaaza kwakiri umuntu geengwa n'amategeko kandi ari kuri planette terre?ko yabaye umuvugizi w'ugwego nk'ugwo yoobayahinduuye iki??ndaboona nutwinyo turiko turamuheraana,biragooye no kugiira ico umuntu yomuvugako.Ariko ndibuka akiri umuvugizi w'ugwego nk'ugwo ndibuka ko atakidasanzwe yavuuga kandi benshi baravyibuuka,noone dufaate k'ubu yahinduutse akaba uwundi muntu?/haje ikii?/
Ndayishimiye numu prezida ari incompetant vraiment c’est qui cet homme enfin n’a merita no kuba prezida
Yesu WE 😢😢😢😢😢😢😂😂😂
Correct 👍 😊
Ihwa titi muwundi riroshe kurihandura.
Nimutahe mumufashe.
Murèke ayo majambo menshi ,kuko ntafasha abarundi,.
Nibaza ko mufatanije nabatiks bica I Gihigi .