Igice.1

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 13 окт 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Комментарии • 65

  • @Imanaiwachu
    @Imanaiwachu 3 месяца назад +10

    Shaa ibyo bitama amarongo yarabishe mwatwichiy igihugu nubwenge bukeyi ariko turimo gukura tuzagishira igihugu neza ariko abo batama barananiwe kuva kera tuzabaha igiti

  • @mbona7324
    @mbona7324 3 месяца назад +4

    Daniel muduhe link yaba bantu kugira ubukurikira natwe tugire ico duterera

  • @DesireHenk-pr8qp
    @DesireHenk-pr8qp 3 месяца назад +4

    Léonce ndakwemera kuko urimvuga kuri kabisa

  • @emmanuelniyonsaba4568
    @emmanuelniyonsaba4568 3 месяца назад +3

    Hereza domisiyano aturongore turamukunda

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 3 месяца назад +4

    Ego kabisa mutange Rwasa musenyure cndd vyoshoboka cane.

  • @tuvfyylv2553
    @tuvfyylv2553 3 месяца назад

    Ndabaramukije cane mwese abaterey ivyiyumviro hama nagomba mbaze Mugisha azombarize igihe uprona yoba yaragize amatora atomoye atari muri 93 igaca itsindwa duhereye kumyaka umwumwe wese agezeko atavuze ngo ivyo bamubariye

  • @ClaudeNzigamiye
    @ClaudeNzigamiye 2 месяца назад

    Gusa jew ndabakurikirana nzogira conclusion gusa courrage ndinyumayanyu

  • @NdayizeyeNoel
    @NdayizeyeNoel 3 месяца назад +4

    Dianne nyamba nyumva ibintu biriko biraba ntabwari question yamoko ,nubukunzi bwinda bwabategetsi gito

  • @CharlseChima-tj7tu
    @CharlseChima-tj7tu 2 месяца назад

    Aba FRODEB nibashire imbere Agathon Rwasa niho botsinda amatora Kandi ibintu vyogenda neza

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 3 месяца назад +1

    Ntatugwi twamoko tukihari mu Burundi kandi kuva kera, ahubwo nabanyeporitike bakoresha ivyo kugira bashikire ubutegetsi birire amahera, bameregwe neza. Nivyo nyene cane cane iyo abo banyeporitike batagira imbono kugira bateze imbere abo bajejwe gutwarira, kuko abategetsi mubisanzwe nabasuku. kandi uravye neza ngaho mu burundi, abanyeporitike benshi bava mu miryango ikenye, urumva baza baje kurondera inyungu, inda zabo, ntanikindi. Kandi bikabandanya ukwo emwe, turacagowe. CNDD-FDD ubu yaripanze, du moins karya gatsiko gafukamye abarundi mu nda, basha, utwo tugabo dusigaye tumeze nkudukoko, abihevyi. Habuze ko nabo bakoresha bokanura, nukuri batovyanka, kandi ibintu bigahinduka, hatabaye ukwicana. Kuko abo bakoresha nkizo mbones, ubona kazoza kazo ari gute, nabo bakoresha mubwicanyi ko benshi ari aba jeunes,none kazoza kabo kameze gute? Leonce nabandanye atubwira ivyo bakoze, ivyo bigisha kugira bashike kubutegetsi, turazi ko bavuga ko abatutsi aribo banize abahutu. None uri umunyeporitike muzima ukigisha ukwo, vyadushikanye kurirya honyabwoko 1993, vyagirizwa abo ba Leonce, Minani, Pierre-claver, nyangoma nabo bose batwara FRODEBU. Aho arahatigwa kandi yobivuga agasaba imbabazi.

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 3 месяца назад +4

    Ikibazo Kiri muburundi nikibazo cubukunzi bwinda gusa kuko baca biba amahera menshi

  • @tuvfyylv2553
    @tuvfyylv2553 3 месяца назад

    Ndagarutse leonce n´umugabo w´ijunja n´iambo jewe navutse 74 kuri micombero yari capitaine akubitwa akombogwa na bagaza muri 1976 aho ntamatora yabaye 1986 canke 87 Buyoya aba aracakira abobose barabasirikare n´ubu ntampinduka yigeze ihaba nibabandi nyene uretse kuri FRODEBU GUSA

  • @NdayikengurutseEmanuel
    @NdayikengurutseEmanuel 3 месяца назад

    Wew uyoboy ikiganir, urumundi nib,urumurundi reka kuvang,indimi vug,uguzi neza.

  • @adijaamur962
    @adijaamur962 17 дней назад

    Igihugu cu burundi cari gutwagwa na baruste za 1986 999 canke 1980 gushika 1

  • @Kiss-xn3jc
    @Kiss-xn3jc 3 месяца назад +1

    Uburundi ibibazo dufise muri politique bisa nivyari biri 1960 na 1990 cokimwe nubu 2024 iciyongereyeko ubu nubukene buri mubanyagihugu batobato rero abo batama binda ndende bamye bafukama igihugu munda kuva kera kera batwereka ko ingorane zose uburundi bwarimwo bazitegwa nabo mubwoko bwabahutu ngo bashaka ubutegetsi aho ndavuga kuva 1966 arivyo vyavuyemwo ihonyabwoko bwa 1972 ivyakurikiy mwese murabizi bivuye kubutegetsi bubi ariko tuguma twumva ihonyabwoko ariko ntibashaka kudusigurira neza impamvu yarabay kuko insiguro kubutegetsi bwose bwabayeho mu Burundi bigisha umwasi dufise nuyo arintwaro yabatutsi bavuga umwansi uburundi bufise numuhutu intwaro za bahutu bakwigisha ngo umwansi dufise numututsi kand wemeye ko muja hamwe nabo uri mubwo bwoko bavuga wew ntakibazo ugira bisigurako nta Rwanko gwamoko mu burundi gwigeze rubaho ahubwo nudutsiko twinyegeza mumuko bwama buzana ingorane mu gihugu kugira barye ivyo abarundi babiriya icuya hakenew urwaruka rushasha gwumva Democratie nkugwaruka gwa
    Gwagasore na gwa Ndadaye gwahagurutse rutasheshe amaraso yabenigihugu cank gwonone iterambere ryigihugu hakore ivyiyumviro vyubaka igihugu cacu

  • @RichardSakobiga
    @RichardSakobiga 19 дней назад

    Ikibanzocanje habuziki kobajahamwe CNIL frodebu iprona niyondi migambwe yose murabe icomwoshikako Kuko abarundi bararevye

  • @Elie-hn9qe
    @Elie-hn9qe 3 месяца назад

    Ikibazo c'uburundi sicamoko ahubwo nicapolitique mugabo abakina politique bacamuvyamoko kugira bashike kuvyobashaka.

  • @EricIrambona-gi2zp
    @EricIrambona-gi2zp 3 месяца назад

    Salut,merci,ms est ce que frodebu n'a uprona ,iyo migambwibiri ibanye GUte Ubu?iyo migambwe iraganira?est ce que iyo migambwibiri yicaranye ntakintu yifash,Igihugu kigez,ahantu nkaha ntovuga mwizina??frodebu +uprona réveillez vous svp....

    • @sese667
      @sese667 3 месяца назад

      Haganira imigambwe ibaho, UPRONA na FRODEBU yari iyakera , ubu hari : UPRO-DD na FRODEBU-DD ...

  • @MedardNiyonzima-jz7zz
    @MedardNiyonzima-jz7zz 3 месяца назад

    Ntakundi atarukujs hamwe imigambwe yose abanyagihugu Bose tukikurako intwarombi

  • @BUKURUEtienne-wg7re
    @BUKURUEtienne-wg7re 3 месяца назад +1

    Tutagiye kure kugira UBURUNDI buhinduke ataco twisunze"dukwiye gukoresha IJAMBO rimwe"KUBONAKO UMWE WESE AFITIYE AKAMARO UWUNI."》

  • @MichelineNIHORIMBERE
    @MichelineNIHORIMBERE 3 месяца назад +1

    Turonse amakuru atarajako ivumbi wangu

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji 3 месяца назад +2

    Insiguro Léonce atanze ntibereye. Ni ukumenya ko aba "sociologue" botanga umuco ku ntwaro zabayeho zitagira "programme sociétal et national" zatujanje mu manga bavyita demokrasi kuva hadutse Republika

    • @PhilippeHARUSHIMANA
      @PhilippeHARUSHIMANA 3 месяца назад

      Namwe ntavyo muzoshobora mugihe mufadikanije nabakunzi bakagame mumenyeko kandi kagame arikwaraforoma abasoda baba ofisye babarundi mwibanga

  • @NtahombayeNestory
    @NtahombayeNestory 3 месяца назад +2

    Ivyo vyose muvuga,ryobara uwariraye.Jewe nemeza ko abatutsi atari babi,ni abahutu atari babi ariko ico nemera kibi ni ubutegetsi bubi bwaba ubwaba canke aba.

  • @ErnestNiyongendako
    @ErnestNiyongendako 3 месяца назад

    Birababaje cane twebwe aba jeune knd bariko babigirana ishaka knd nivyobateguye

  • @NiyubahweElysé-v5n
    @NiyubahweElysé-v5n 3 месяца назад

    Shira hamwe muhe,Agathon rwasa, mwame muhamagara red tabara bave mwishamba.hama uburundi bukikuzwe naza Camera....mwubake igihugu neza....ndaziko vyoca bigenda neza

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 3 месяца назад

    Kahise kuzuyukuri kozotegura kazozakeza kubarundi bose

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb 3 месяца назад +1

    Umugore ntagihugu twoguha wewe uringare uretse harimwo ukuri!

  • @ndereyimanaferdinand8447
    @ndereyimanaferdinand8447 3 месяца назад +1

    Amoko sico kibazo kiri mu burundi hari abadutwara bikunda gusumba ibindi vyose

  • @BURUCENTRE
    @BURUCENTRE 3 месяца назад +2

    FRODEBU ntimuyambike ibara, ntiyigeze itwara,murabona umuntu atwara igihugu amezi atatu, numvise uwuriko akarira Frodebu muga nagende bukebuke, haraho wosanga mubaburabuje Frodebu yoba yarimwo,canke yarashigikiye ababikoze bibaza ko ubutegetsi babusubiyeko, murazi un président n'abari muri leta bicwa nk'imihimbiri en plus babanje gukubagurwa n'imihimbiri.Nimba hari abipfuza ko ibintu bihinduka ntihagire uwipfuza kwifatira mugahanga umutumire amwagiriza ko batwaye nabi,inyuma y'urupfu rwa Ndadaye imigambwe yose yari mu ntwaro Frodebu ntajambo yari ifita aho mwoyagiriza kuko mwese mwari indani.Evaluant CNDD FDD, yo aho kwitaho guteza igihugu imbere, bazanye urwanko rwo kwihora,gukerera abantu

    • @jeanclaudebigirindavyi2101
      @jeanclaudebigirindavyi2101 3 месяца назад

      None reka ndakubaze , ari UPRONA na FRODEBU nuwuhe mugambwe watsinze amatora uca utwara igihugu ?

    • @BURUCENTRE
      @BURUCENTRE 3 месяца назад

      @@jeanclaudebigirindavyi2101 FRODEBU yaratsinze amatora muga ntiyatwaye, kuko ntakanya bayihaye ngo ishire programme yayo mungiro.Kandi mubayinanije UPRONA yari numéro yambere n'iyindi migambwe ya G10.Mbe nkubaze nawe,umunyeshule yahejeje ishule 2005,yabuze akazi kajanye n'ivyo yize(programme), uzomwagiriza ko atakoze kandi utamuhaye ayo mahirwe yo gushira en pratique programme y'ivyo yize ngo ubishime canke ubigaye.Umugambwe watsinze ushira programme yayo mungiro ntutwarira ku ma convention de gouvernement nkuko twabibonye.Ivy'amoko birakwiye guhera mubantu kuko ntabandi nabamwe biha inguvu atari CNDD F DD, kuko yaba umuhutu baramwica eka n'umututsi baramwica, abarundi bararushe,baragowe igikenewe ubu si impari n'ukubona kure twese tugashiramwo inguvu ko hoboneka akarusho katazosubira inyuma mubijanye n'intwaro yohindura imibereho y'abanyagihugu.

    • @jeanclaudebigirindavyi2101
      @jeanclaudebigirindavyi2101 3 месяца назад

      @@BURUCENTRE je kubwanje UPRONA ntiyigeze itwara igihugu UPRONA yaragwaniye independence gusa hanyuma bamaze kwica Rwagasore umugambwe uzamwo ibintu vya macakubiri vyinshi cane. Hanyuma igisirikare gica gifata ubutegetsi gushika muri 1993 hanyuma niho haza ivya democracy UPRONA iratsindwa na FRODEBU kandi UPRONA ntiyigeze inana ngo yibe amatora yashize aho intahe ishize, kandi mubishe Ndadaye UPRONA ntirimwo nagato uzotohoze amakuru neza Ndadaye yishwe nuko yanse gushira mungiro program ya parpehutu yo kumara abatutsi (genocide) harimwo nukuboko kwa mahanga , kugira bavyegeke ku batutsi ngo nibo bamwishe. Kandi iyo Ndadaye adapfa abatutsi ntibari guhonywa kuko Ndadaye yari yavyanse kuko ntiyabona aho abihera. Ariko FRODEBU yo yari yarabiteguye kuva kera gukora genocide yo guhonya abatutsi, nicogituma muri 1993 habaye birya nyene mwabonye canke mwumvise

    • @BURUCENTRE
      @BURUCENTRE 3 месяца назад

      @@jeanclaudebigirindavyi2101 Je nibazako aho tutohateba cane, mugabo nibaza lo iyo umuntu agwanira ubwigenge«independance» n'ukugira atunganye ivy'iwe «organisation du pays»n'ubwo ababirigi bataciye bagenda bose ubwo nyene en plus, jewe 1993 nari nkuze mfita17ans naragiye muri campagne électorale n'ubwo nari muri secondaire, muri UPRONA ,abo basoda batwara«umuhisi Président Buyoya » niwe yatwara umugambwe yiyamamaza yambaye inkofera ya Uprona,ivyo naravyiboneye pour dire que uko vyabaye kwose Uprona yaratwaye n'ubwo yoba yarahuye n'ibibazo.Kubijanye n'iyicwa rya Ndadaye, ntaho bihuriye n'ivyo vya palipe hutu, kuko ingene yafashwe n'amakambi bamuzungurukijemwo,imbere yo kumwica ntaho bihuriye, canke wombwira ko igisoda c'uburundi hari relations bari bafitaniye na Palipehutu kugira bamwice.Ndabizi ko haba création des histoires mugabo ivyo bintu sivyo, kubesha ntaco vyomarira kugira uwakoze iki canke kiriya kugira yironderere couvertures.Malheureusement, na CVR ntaco imaze ariyo yari kudufasha kumenya ukuri abantu bakagira refoulement, bigahera, none abayirongoye barimwo, canke bashirwaho n'abariko bakora amarorerwa mu gihugu.Igikenewe ubu ,nimba dufita impuhwe z'abavyeyi,abavukanyi,incuti,inzirakarengane ziri mu mwiheburo si ukuzura akaboze,hakenewe solidarité pour le changement, hakaba un projet de société clair yoja mungiro habaye changement

  • @ErnestNiyongendako
    @ErnestNiyongendako 3 месяца назад

    Mugisha mwubahwe

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 3 месяца назад +1

    Ntakibazo camoko kiri mubarundi batobato iyi ningwara yabari mubutegetsi bavyitwaza kugira bakingire ibibanza vyabo mbere jeho numvise ivyamoko nca numva binteye niseseme !!

  • @MmMm-br3tu
    @MmMm-br3tu 3 месяца назад

    Daniyeri bwirir aba ddd ATI rwasa umugabwe wose azinjiramwo tuzamutora ijan kwijan

  • @NdayizeyeNoel
    @NdayizeyeNoel 3 месяца назад +1

    Frodebu ntibayibeshere kuko frdebu ntiyigeze itwara kuko hageze kwitwara baca baratwicira umuru wigihugu cacu

  • @MichelineNIHORIMBERE
    @MichelineNIHORIMBERE 3 месяца назад

    Mutama Léonce natubwire président yatwara ico gihe yarengutswa ahubwo ndakeje ubutungane bwico gihe.

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 3 месяца назад

    Nihweje mumpande zose ntavyamako bikiri muburundi nukuri.Hubwo hariho ikibazo cabagomba kurya badakoze nico kibi .

  • @alphonsehabonimana6564
    @alphonsehabonimana6564 3 месяца назад

    Niba muraba comment uyomuntu Avuze Imana imuharire frodebu yaratwaye ko itabonye nakanye nibareke kuyicurira

  • @CharityPhiri-iy7zg
    @CharityPhiri-iy7zg 3 месяца назад

    Numva n'urwo rwaruka rutobishobora kuko urondera ubutegetsi n'ihinduka utaremenya kuvuga urupfasoni. Hama ibiganiro nk'ibi mubivuga mu Kirundi. Ndi aza ko Frodebu yakoze bikorwa bidasanzwe mukugwana na Buyoya

  • @ErnestNiyongendako
    @ErnestNiyongendako 3 месяца назад

    Nukuri nukuri abo batama bariko baradutwara ntaco bariko baratumarira Iyo politique baza bakoresha ntijanye nibihe isi igezemwo

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 3 месяца назад

    Mbe kera hari kuba ikena ryigitoro gute ata modoka zariho ?? Mwikomine haba hariho imodoka zingahe ?????😂😂😂

    • @ErickNduwimana-tp9gb
      @ErickNduwimana-tp9gb 3 месяца назад

      None nkawe vrt ùvuzeko impanvu igitoro kibura nuko muburundi ariho dutunze imodoka nyishi?

  • @rudasongegwa7187
    @rudasongegwa7187 3 месяца назад

    Ako gasutwa kazi.

  • @BangurambonaJanvier-ps6rc
    @BangurambonaJanvier-ps6rc 3 месяца назад

    Kuba umutama nikimwe nayi kurota uhagaze ntibirinda kuba umutama Léonce na Gwasa nta na toilette barubaka iwabo ngo bakeneye igihugu??? Niberekwe aho baryama*

  • @BUKURUEtienne-wg7re
    @BUKURUEtienne-wg7re 3 месяца назад

    Àho igihugu kizoba kuja kumurongo

  • @JeremyMbonabuca
    @JeremyMbonabuca 3 месяца назад

    mubaze igituma fnl bayisize inyuma

  • @GilbertBangirinama
    @GilbertBangirinama 3 месяца назад

    Nukubakuraho vyanka bikunda

  • @Ineza-n3r
    @Ineza-n3r 3 месяца назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @sinavyigezegraymolly7946
    @sinavyigezegraymolly7946 Месяц назад

    😅😅😅😅😅😅

  • @MelchiadeNsengiyumva-od9hq
    @MelchiadeNsengiyumva-od9hq 3 месяца назад

    Rekana nuyo

  • @emmanuelniyonsaba4568
    @emmanuelniyonsaba4568 3 месяца назад

    Ico kiganiro turikucumviriza ijana kwicana none komuvuga kwiyunga ngo mutsinde amatora muzobigenza gute nivyo kwiradio gusa canke muzoja mumihanda yigihugu kuvyumvisha abarundi none bizokorwa ryari? c'est un constat

  • @danielnibaruta4848
    @danielnibaruta4848 3 месяца назад

    Mubonye idasenyutse ntimuzoje mw ibarabara

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 3 месяца назад +1

    Kirogorogo ni nde ? We sha, nimwice abo mwica, ugira hari ubwoba mfise kuri wewe. Sinzi mugihuhu cabicanyi,mugenzi genda wice abo mumenyereye kwica hanyuma mwomoke mugende turabarambiwe. Erega ntanisoni wabinbarijemwo ufise

    • @BURUCENTRE
      @BURUCENTRE 3 месяца назад

      Ico ni ikibazo canke ni inyishu, none surnom ko atariwe yarimuhaye,uramubuza nka nde kurivuga.

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 4 дня назад

    nta ntwaro zaba genocidaires dukenye twarabony ideology ya ndadaye ico yargamij ni genocide ivyans 93 cndd fdd yarabishoboy.
    ikindi igihugu cishwe na buyoya pas Uprona yoyo yemerey ideology yamacaubiri ya ndadaye igakwirakwizwa mu gihugu . As result, nibi tubona vya cndd fdd ngo palipehutu frodebu abo bos ni bamwe bafis politique imwe. ahubwo Micombero na Bagaza babay intwari.

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 3 месяца назад

    Abarundi nitwabandanya gutinya ntidushire inguvu hamwe inzara iratwica kuko ibi bizehe bimfise inda ndende bishaka kurya vyonyene Abarundi ubi turapfuye tutitanze ntagisubizo kindi gihari turapfa pe kuko nagahomera bunwa ndayishimiye president neva araduhanye turiyumvira ico aduhora tukabura twamukoreye iki Abarundi?????

  • @barnabesaruvyiro7437
    @barnabesaruvyiro7437 3 месяца назад +1

    Que ça soit Léonce ou la fille qui disent que les burundais n’étaient pas prêts à entrer en démocratie, je ne vous comprends pas. La démocratie c’est quoi? Elle n’est rien d’autre que la gestion du pouvoir par la majorité qui a gagné les votes. Cette majorité gouverne pour tout le monde. La clé pour réussir c’est la justice pour tous, le respect de la vie, respect de la loi et le partage des biens publics au bénéfice de toute la population. Si ces choses-là sont respectées, la démocratie doit réussir. Alors, dire qu’on n’était pas prêt, moi je ne comprends pas. Nous avons besoin d’un mushingantahe c’est tout. Or Ndadaye était un mushingantahe, on l’a tué. Rwagasore, était un mushingantahe et on l’a tué. 1993, on a tué presque les penseurs.
    C’est qui manque aujourd’hui c’est l’ubushingantahe. L’appareil judiciaire est malade.
    Et puis les affirmations de bcq de jeunes ici sont totalement fausses. Ils ne peuvent pas prétendre être à mesure de résoudre les problèmes burundais avec de faussses affirmations . L’autre problème c’est la tradition orale des burundais. Ils sont sur internet et ne lisent pas les livres. S’ils lisaient les livres, ils seraient à mesure de de donner des arguments qui tiennent

  • @AntoineMANIRAKIZA-tl4si
    @AntoineMANIRAKIZA-tl4si 3 месяца назад

    Lp

  • @SaidiNtiranyibagira-lk1kz
    @SaidiNtiranyibagira-lk1kz 2 месяца назад

    Komeraleonse.muratwakiriraumutamawacugwasamufashanyekubohoraabarundi😮😮