Nta GIHUGU kigoye gutwara nk'UBURUNDI//Ama MIRIYARIDI mwirirwa muriba ntimurahaga//Abasuma nibo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 ноя 2024

Комментарии • 397

  • @christophehightlight4045
    @christophehightlight4045 6 месяцев назад +5

    Très bon président. Un homme sincères qui veut du bien du pays.
    Dieu bénisse ton âme cher Président et t'accorde d'avantage de sagesse.

  • @lubegadidier4287
    @lubegadidier4287 6 месяцев назад +31

    Our president talks a lot but implements less, maximum force is needed against corrupt individuals

    • @sonofthesoil5209
      @sonofthesoil5209 6 месяцев назад

      Very true. Action is needed. Those who are corrupting the country should be held accountable.

  • @DavidJayz-b5y
    @DavidJayz-b5y 3 месяца назад +14

    Hey My president jew ndinyuma y'ijambo gyawe kungingo ya esanc

  • @LifevianneyHabomimana
    @LifevianneyHabomimana 6 месяцев назад +8

    Nize mubakura nyakubahwa Umukuru w igihugu.ntimubatinye ngo bazabica. Kuko ingero y icaha n urupfu. Imana izakuzigama nkuko yazigamye Mose.ntaco bazakugira. Na Bunyoni yarafite uwo mugambi akavundiyemwo

  • @mdmn8160
    @mdmn8160 6 месяцев назад +7

    Imana igushoboze mutama. U Burundi bufise ibikomere vyinshi kubivura vyose bizofata akanya kandi abenegihugu dushigikire mutama wacu NEVA ❤

  • @NshimirimanaDeo-q1j
    @NshimirimanaDeo-q1j 4 месяца назад +8

    Uramutse ubapfunze ,woraba ko bosubira .ikosa siryabo niryawe son excellence Ndayishimiye,Shira mungiro ico itegeko rigusaba,hama umbwire

  • @hassanmiddo9888
    @hassanmiddo9888 3 месяца назад +1

    Thank you Mr. President, I would proposal to take direct measure because an extension of one year, it would be their time to eliminate the remaining government resource in those sectors.

  • @madorinekwizera3124
    @madorinekwizera3124 6 месяцев назад +21

    Nyakubahwa président shira mungirooo ivyo kurindira umwaka ubahaye kubika basige bacogeje

  • @harerimanaSandrine-q8w
    @harerimanaSandrine-q8w Месяц назад +1

    Tuzogusabira Mutama Imana ikurinde, ikuziririre, wewe uri inyishu Ku Burundi. Sokuru yakuvuzeko ukuri ATI:" imbere ni heza". Turazi ko ibisigo bica bivyura umugara

  • @bellamiemugisha6325
    @bellamiemugisha6325 6 месяцев назад +13

    Un vrai leader ne cree pas des suiveurs... il cree d autres leader...
    nyimba abo wahay amabanga batabishoboy.. L echec C est vous

  • @dinaniyokwizigira9456
    @dinaniyokwizigira9456 6 месяцев назад +5

    Nivyukuri nibareke benivyo kugirango twese turonke ukwo twobaho nabandi bose baripfuza kubaho neza.

  • @mutabazielyse
    @mutabazielyse 3 месяца назад +4

    Nyiricubahiro ca ushira mubikorwa kuko ibisuma nivyishi cane baracarondera ibiturire kubene gihugu kuko urwaruka nta terambere rwa ronka?

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 6 месяцев назад +9

    Nahane ivyo bisuma afate decision nkumu leader kuko abasuma ngah mu burundi ni benshi birateye ubwoba twebwe abo hasi vyarenze urugero ibaze Nta gutembera Nta gitoro sources enegique vyose Nta kiriho

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 3 месяца назад

    Suivi- contrôle- évaluation. 👌👏👏👏👏👏

  • @IbrahimMusa-l3c
    @IbrahimMusa-l3c Месяц назад +2

    Imana ikurinde nyenicubahiro wacu babwire kubera nkimuginga iyonsubiye muhira mpakwa kurira imuyi zone rugari mutumba murama kweri tubayeho nkabakoroni mtama wacu wuburundi 😢😢

  • @MwalimuempireTV
    @MwalimuempireTV 4 месяца назад +1

    WOW mr president, you are very careful leader

  • @SIBOMANAJEANDAMOUR-j9h
    @SIBOMANAJEANDAMOUR-j9h 3 месяца назад +6

    President ababwije ukuri pe

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 6 месяцев назад +33

    Uburundi dufise umukuru w’igihugu mwiza,umuntu abasuma abifatira neza aho kubahana agaca abashikiriza Imana.

    • @nmnteamdknn8405
      @nmnteamdknn8405 6 месяцев назад

      🤮🤮🤮

    • @antoinettempaimana2724
      @antoinettempaimana2724 6 месяцев назад +2

      😂😂😂

    • @jaheverest8754
      @jaheverest8754 6 месяцев назад +1

      President avarest is a true leader. twese tumufashe dukuze igihugu, every corrupt officials must be arested or suspended. lets love our country,lets africa unite again.long live president

    • @vanessagateka-nb7dm
      @vanessagateka-nb7dm 6 месяцев назад

      Ibaze🤭🥹

    • @jacquelinebavakure5936
      @jacquelinebavakure5936 6 месяцев назад

      Hahaha ntamutima mubi abikorana!

  • @mugumealex9873
    @mugumealex9873 5 месяцев назад +7

    This is why Burundi is the poorest country not only in Africa but also in the world, with Somalia close, behind. Babwire ko nu burundi aribwo buhetse ibindi bihugu byo kwisi mubukene, birababaje ibize kurushwa na Somalia, Igihugu gipfuye gihagaze😢😢pole sana

  • @NiyigenaJeandamour-e8k
    @NiyigenaJeandamour-e8k Месяц назад +1

    Kbx uyumu leader ndamwemera kbx

  • @PrLuckyIsaac
    @PrLuckyIsaac 3 месяца назад

    Thanks God bless you

  • @ElyseTuyishime
    @ElyseTuyishime 3 месяца назад +1

    Wowe Eva yoboza inkoni yicyuma wirebere igihugu cyawe wirebere ukobigenda

  • @nitapatapapa3233
    @nitapatapapa3233 5 месяцев назад +24

    Uyu munyacyubahiro aratsetsa kweri
    Mbona nta leadership agira pe

  • @jeanbosconsengiyumva7732
    @jeanbosconsengiyumva7732 6 месяцев назад +18

    Hezagigwa Nyakubahwa Nyenicubahiro❤
    Bafate Ivyo Bisuma batuboheye Amaboko Imugongo ✅

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 6 месяцев назад +2

    😢ikizi nuko bazoguhitana jew mbon wobafatir ingingo kuko uburenganzira urabufise non utabahay ibihano bazoca bahanwa nande?? Urazi kwisamburirako nkimpene?? Tukagum inyuma knd dufise abantu bincabwenge, jew uyumu tware wacu ndamushigikiy ahubw murundi abura ahavugira😢😢

  • @lubegadidier4287
    @lubegadidier4287 6 месяцев назад +11

    Mr President stop talk, act accordingly

    • @nhd_puff
      @nhd_puff 6 месяцев назад

      Nzo mutera coup d’eta

  • @yvetteirankunda520
    @yvetteirankunda520 6 месяцев назад +2

    Nyakubahwa muranyishe. Mwotuma mutwara abayahudi mugihe ca Yesu.

  • @DivineNiyogu
    @DivineNiyogu 6 месяцев назад +3

    Waah😂😂😂😂😂😂😂😂 kamunyanyaranye never 😂😂😂😂

  • @uwimana8584
    @uwimana8584 6 месяцев назад +10

    Mugabo iconomuhanura nuko yokoresha ubundi buryo uwukoze ikosa agahanwa nayo kuvugisha umunwa uzovuga uruhe ntaco bihindura. Urazi ibiturire biri muri justice 😂

  • @muhigirwadomithile8705
    @muhigirwadomithile8705 4 месяца назад +1

    La transparence.

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 6 месяцев назад +3

    Uwurikunwe na Gahini namubwire ati Hoshi uwurikumwe na Neva mubwire Take FIVE 😂😂

  • @rukundobernard966
    @rukundobernard966 4 месяца назад

    Do u have Burundi Revenue authority try to make it automatic +Burundi development board and decentralisation

  • @JamesNyandwi
    @JamesNyandwi 2 месяца назад +1

    Twambie mzee

  • @Gentil-k9x
    @Gentil-k9x 6 месяцев назад +2

    Neva wacu uwutosora ifuku ahozako shishikara ariko ibisuma vyarahotoye Imana gusa niyo yo kudutabara kuko ni chaine kandi bashigikiranye 😮

  • @AkiliOmari-v4e
    @AkiliOmari-v4e 6 месяцев назад +10

    Prezida wacu imana imutuzigamire ndamukunda❤❤❤❤❤

  • @NdatabayeKamenyero-f3c
    @NdatabayeKamenyero-f3c Месяц назад

    Ahhhhhhhh arasekeje 😂😂😂😂😂😂

  • @IninahazweEvelyne-wz4fz
    @IninahazweEvelyne-wz4fz 6 месяцев назад +2

    Kobimaramaza ubakorereko maze Imana izokurwanirira tabara abatobato turarevye ntibisigurits kubukene dufise kandi abenegihugu bawe badasiba gukora harabiryamiye inda zuzuye barya ivyo batabiriye akuya tabara intama zawe

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +2

    Papa wanje ni gute?

    • @LeaPapa-p8o
      @LeaPapa-p8o 6 месяцев назад

      😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @CizaAugustin-ro8zc
    @CizaAugustin-ro8zc Месяц назад +1

    Oe uburundi bugoye gutwara gute kombona wabushoboye nah baguma batwiba abodukorana mugutwara igihugu😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢igihugu😢😢😢😢😢😢😢😊😊😊😊😊😊😊😊

  • @AbdouMupenzi
    @AbdouMupenzi 5 месяцев назад

    Son excellence ❤

  • @derrickjp3528
    @derrickjp3528 3 месяца назад

    Gouvernement des Foux!

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 6 месяцев назад +17

    Safisha wote Mzee!
    Rungika Inzego zizewe zije kubaboha habona uBurundi bushengereye!
    Shiraho abakozi bazi Ico bashinzwe!

    • @DeeNero-ie2rd
      @DeeNero-ie2rd 6 месяцев назад +2

      Jew rero sintahura harumuntu numwe afise ububasha buruta ubwa president kuberiki atobafunga bose kubera nabantu bamwegereye gusa jew nibaza ahubwo ko afise abamugirira blackmail kubera ntivyunvikana ingene atabafata bose

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 6 месяцев назад +1

      @@DeeNero-ie2rd Ngirango ni Abari mu Mugambwe atinya ko v yoca bisambura Umugambwe mu Migwi. Kuko ntivyumvikana Igituma Avuga ariko adatanga Akarorero ka Bunyoni !
      Umuntu yavuze ngo uwuzopfa imbere hagati about na we🤔

    • @DeeNero-ie2rd
      @DeeNero-ie2rd 6 месяцев назад +1

      @@burundishallsmile1day109 exactly nanje ndavyiyunvira amaze kubivuga keshi ariko ntabafata uwo yafashe ni Bunyoni gusa nubundi naba dd bakuru atinya twebwe nitwe tuhagorewe president wenyene ntajambo abafiseko hama twebwe abanyagihugu batoya

  • @NSHIMIRIMANAMARIAMMARIAM
    @NSHIMIRIMANAMARIAMMARIAM 6 месяцев назад

    Safisha wote ,Inchi inaibika ,uchumi uko Chini sana

  • @NishimweSolange-m8s
    @NishimweSolange-m8s 4 месяца назад +1

    hhhhhhh ukuntu yasamanga imbere yabo ayoboye ubundi nkaba babatora bate

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +2

    Burundi forever 🇧🇮

  • @DeeNero-ie2rd
    @DeeNero-ie2rd 6 месяцев назад +7

    Ibaze president ararira kandi arafise nububasha bwogufunga bose kuva kuwambere hama twebwe abanyagihugu batoya ayotugowe

    • @havugimanajeanmarievianney5382
      @havugimanajeanmarievianney5382 6 месяцев назад

      Hari. amategeko afunga si nko mubihugu bitubaha abaturage aba president batanga itegeko ryo gufunga uwo ariwe wese. Uwo mutima wawe uzawumvishe ukuri! Bigomba ubushishozi!

  • @N.therence
    @N.therence 6 месяцев назад +1

    Monsieur le Président il faut voir que vous ne donniez le travail aux voleurs au lieux des travailleurs.
    Au burundi les surveillants volent.
    Éviter ces surveillants mon président.

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +2

    Papa reka kuruhisha umutwe uri Number 1

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 6 месяцев назад

    Kuyindi mpwemu idasanzwe watuzaniy Ibiganiro cizaaaa courage juste Gaël 🎉🎉🎉

    • @marymgort1160
      @marymgort1160 6 месяцев назад

      Kuyindi mpwemu nuwamber😅😅😅

  • @JamesNsabiyaremye
    @JamesNsabiyaremye 4 месяца назад +3

    Wubahwe mutama kora Ama enquêtes ubafate abasuma bose

  • @umutonialine8317
    @umutonialine8317 Месяц назад

    Abarundi wee arabishe kweli ngo yopfuma atwara abayahudi hhhh

  • @ErnestKabushemeye-l4x
    @ErnestKabushemeye-l4x 3 месяца назад

    Urakoz nyakubahw mukuru wigihugu cacu❤

  • @GiftElichaIgiraneza
    @GiftElichaIgiraneza 6 месяцев назад +4

    None ka Nyakubahwa ko twumva urira nabo nyene tukumva barira, nind ari mukuri? Erege twe Abenegihugu muratwica no mumutwe inzara yo twamaz kumnyera....

  • @ObèdeBruninho
    @ObèdeBruninho 3 дня назад

    Mutama ko yashavuye cane !!!
    Abo basuma ntibogeza ngaho kugira ibintu bisubire kugenda neza 🤔🤔🤔🤔

  • @pastashadrack8637
    @pastashadrack8637 Месяц назад

    Komera komera papa imana iguhezagile

  • @MBabaziNjane
    @MBabaziNjane 13 дней назад +1

    Nambwenge pe

  • @AkiliOmari-v4e
    @AkiliOmari-v4e 6 месяцев назад +5

    Abobagesera bagombakwonona bagomba kwonona edeni imana nibagaragaze neva wacu imana imutuzigamire ivyobisuma azobita hamababihanirwe

    • @indirimbotv59
      @indirimbotv59 6 месяцев назад

      😢Nukur kubon umumtu abatwara agez kurwego rwokurira imbere ya camera bitey isoni

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 3 месяца назад

    Mbese bagabo mwagihehe nizo ma kota na ma karavanta nizo ma dînette zabatumirwa , ahaaaaa, mubikure vubavuba , immédiatement .

  • @christella5092
    @christella5092 6 месяцев назад +3

    None nkubu ko uzi ibisuma ukaba ntamuntu numwe mbonye uhagaritse imbere yawe ngo umutubarize none aho bite???urabatinya ariko nkuko abasokuru bitangiye igihugu tukabaho nawe niko warukwiye kwitangira igihugu ariko urabatinya kandi kuvuga gusa ntakamaro

    • @DodoDodo-pb9mw
      @DodoDodo-pb9mw 6 месяцев назад

      Mbere yogufunga ni Warning nibatareka ubusuma azobahez mugasho

  • @Thebamberistar
    @Thebamberistar 6 месяцев назад +4

    Mzee Kubita Mumutwe Bakaboko Bomoke nakare tumenyereye Bomoka Izontumva

    • @lubegadidier4287
      @lubegadidier4287 6 месяцев назад

      Bakaboko nabogufunga bagatwarwa gusukura Tanganyika

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 3 месяца назад

    Bravo president ndayishimiye tell them the truth. 👌

  • @emmanuelrurangwa7388
    @emmanuelrurangwa7388 4 месяца назад +2

    Ariko uyu numukomedie😃😄😆😆😇😅

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +2

    Imana iragukunda

  • @UsanaseVivens
    @UsanaseVivens 3 месяца назад

    Ahubwo nabanyuzemo agakubuzo vuba barototera kumuteramya nabenegihugu 😂

  • @NsambaEdrisa-x1g
    @NsambaEdrisa-x1g Месяц назад

    Igihugu c'Uburundi cabujijwe guterimbere n'abasuma benabo,nayo iyocabagitwarwa n'abagabo nkabo kuvakuri buyoya tubaturi mwiparadizo kuko igihugu c'Uburundi gifise ubutunzi bwinshi

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +2

    Dufashyane twitezi Imbere abarundi

  • @Sirila18
    @Sirila18 6 месяцев назад

    Nyakubahwa abivuze ko kubagara,gutorera,gusasira ikawa nyinshi biravuna , cane cane mu gihe c imvura, uheza ngaha ugasubira inyuma gutorera aho watanguriye hasubiye kuba ishamba.

  • @NsengiyumvaRemy-xp8vx
    @NsengiyumvaRemy-xp8vx 6 месяцев назад +2

    Fata fata Abo banyonyezi bagutobera

  • @SalvatorSindabagoye-m5g
    @SalvatorSindabagoye-m5g 3 месяца назад

    Si la parole pouvait être liée à l'acte voilà l' essentiel

  • @AlineNiyoncuti-tj7ml
    @AlineNiyoncuti-tj7ml 6 месяцев назад

    Ukuri kuzuye caaanee.imana nyene amahoro iguhezagire

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 6 месяцев назад

    Ewe . None iyi myaka yose umaze kubutegetsi, ubu niho utanguye gukurikirana la santé économique y'igihugu.???

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +2

    UBurundi buri fire 🔥

  • @KagabaEddy
    @KagabaEddy 4 месяца назад

    Ese muburundi mutora gute abanya comedy

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k 6 месяцев назад

    Ce Président doit arrêter de se plaindre et emprisonner les malfrats. Il connaît tout et je doute sa vérité. Il est complice

  • @ManishimweTheodore-r1m
    @ManishimweTheodore-r1m 4 месяца назад +1

    Yego nivyo nibashore amaboko muburimyi bareke kwiba igihugucacu cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda twabuze uko dutahuka imipaka irugaye mudufashe yugururwevpeeeeeeeeee tuze twubake Uburundi bwacu murakoze

  • @Sirila18
    @Sirila18 6 месяцев назад

    Ikawa yanje iri ku mutumba MIRAMA,muri Bugendane, imaze imyaka hafi 3, Nipfuza kuyiranguza mu gihe c imyaka 5,izokwisubiriza. Igipimo kiri kuri hegitari 1 irengako hafi inusu n ibiti birenga 500.

  • @jayavatar1577
    @jayavatar1577 6 месяцев назад +1

    None uwubajejwe si wew? Badahanywe nuko uba ubashigikiye! Mu Burundi hishwe nukudahana, kandi twibuk ko kidahana imbwa birwiza imisega

  • @Bihoyikiemmanuer
    @Bihoyikiemmanuer 3 месяца назад

    Komerezaho urimoneza ntusubire inyumarwose natwe tukurinyuma

  • @iyamuremyeaugustin435
    @iyamuremyeaugustin435 5 месяцев назад +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
    Mugabo muratwengeje cane

  • @NgaboMurenzi
    @NgaboMurenzi 3 месяца назад

    Ayo tshisekedi yaguhaye ngo umare abatutsi babarundi . Kuki kuki.

  • @MupenziClever-fc1op
    @MupenziClever-fc1op 2 месяца назад

    Mbyenda gusetsa NEVA

  • @MuhozaGloriose-k7j
    @MuhozaGloriose-k7j Месяц назад

    Nta mivugire ya politike afise,nink'umurimyi.

  • @munezeroolivier3913
    @munezeroolivier3913 4 месяца назад +1

    Kbx abarundi batangire bakunde igihugu kugirango gitere imbere

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 6 месяцев назад

    Baracishe kl😢😢😢

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 6 месяцев назад

    Kuvu uburundi bwutwangwa sinari bwabone umukuru wigihugu wumubeshi nkuyu .nimba abobasuma ubazi kuberiki utabafata??nuko ubazi murikumwe muri system yubusuma

  • @NtahomvukiyeThogene
    @NtahomvukiyeThogene 3 месяца назад

    Yewegaye😂😂😂😂

  • @ThierryNtakirutimana-x9l
    @ThierryNtakirutimana-x9l Месяц назад

    Nyakubahwa ikibabaza nuko hibwa umwenegihugu mutoya arinacogituma mubona beshi muribo babirandura kuko bitezimbere abatanabirima nicogituma tuzoza turirimira ivyoducobora kwirira imyugu nibijumbu kuko nihatari

  • @YvesJunior-e4t
    @YvesJunior-e4t 6 месяцев назад +1

    Papa Burundi 🇧🇮

  • @SotherNiyoyita
    @SotherNiyoyita 4 месяца назад

    😂😂😂😂 from RWANDA

  • @stellaUmurerwa-l2b
    @stellaUmurerwa-l2b 4 месяца назад

    Ninde waamuhaye uno mwanya?😊

  • @TAMBINEZAJoyeuse
    @TAMBINEZAJoyeuse 3 месяца назад

    Ijambo ryiza cyane

  • @MURWANASHYAKAGirbert
    @MURWANASHYAKAGirbert 4 месяца назад +1

    Cyakoze abarundi ndakunda ariko mufite perezida wumu comedian kbs

  • @Rahayirwa-qy3vx
    @Rahayirwa-qy3vx 6 месяцев назад +2

    Amen

  • @thamarmukasharangabo2344
    @thamarmukasharangabo2344 6 месяцев назад

    Hhhhhh uzabagira kumavi ubasengere ndumva bisekeje hhhhhh

  • @NiyokubahaStiven-kh6sn
    @NiyokubahaStiven-kh6sn 5 месяцев назад

    Mpanime ya see barund ndaguhay uhoraho akuzugam abobahagaz Munda abarundi ni bagoriyati papa wanj sebarundi niwew dawidi ukwiye kwica goriyati

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj 4 месяца назад

    Uri umugabo kbs President

  • @NiyokubahaStiven-kh6sn
    @NiyokubahaStiven-kh6sn 5 месяцев назад

    Babwir Dawe buvye igihugu nlcimana ikomey cane

  • @alainwalterrwota9687
    @alainwalterrwota9687 6 месяцев назад +1

    C’est vraiment triste, n’ibisuma bivuge ubisubire

  • @NDIZEYECharles-sx6mr
    @NDIZEYECharles-sx6mr 4 месяца назад

    NEVA chercher les investisseurs sérieux toute en continent dialogues . Je vous remercie.

  • @charlesntihinyuzwa5050
    @charlesntihinyuzwa5050 6 месяцев назад

    Abo bantu barakuruhije kweli?'' Ntubakuremwo ahubwo nibayazane. Erega baratwishe duhagaze!!!!!