CVR n'imigambwe 1/13│Godefroy Hakizimana arongoye PSD-Dusabikanye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 сен 2024
  • Kw'igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2024, umugwi ujejwe ukuri n'ukunywanisha Abarundi CVR waragiranye ikiganiro n'abarongoye imigambwe ihurikiye mw'ihuriro FDP, Forum permanent de Dialogue des Partis politiques.

Комментарии • 20

  • @alphonserugambarara8489
    @alphonserugambarara8489 Месяц назад +2

    Urakoze cane. Ukuri kuzotsinda. Uburundi buzobaho burimwo Abarundi b'umutima wo kubana

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Месяц назад

    Godefroy hakizimana n'umushingantahe ntakangwa n'imituragaro, kandi n'incabwenge. Nibamuhinyuze turabe. Ivyo CVR ikora n'ukubandanya bagomba kuzana amacakubiri. Ariko Abarundi bariko barabirengera, abo bari CVR n'ubwo bugabo bwandika amafuti n'ubukinzi bw'inda buronka udufaranga CNDD-FDD, ako kagwi kaboheye amaboko inyuma abarundi kugira bagumane une audience mu Bahutu. None ko mbona vyabananiye gutwara, inzara ihitana abatutsi gusa. N'abandi barundi b'umutima atari izo mbundege n'ibahaguruke bavuge ivyabaye, ivyo babonye nivyo vyanditswe. Asante muzee, ubandanye ku kivi, umaramaze izo nkorabara ziguma zibesha.

  • @rubayijeanchristophe4790
    @rubayijeanchristophe4790 Месяц назад

    Muburundi twabaheho mububeshi gusa kugira tugume tumarana, hagume urwanko kuko hari aba profitira muri desordre

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 Месяц назад

    Au royaume de l'arbitraire hutu.

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Месяц назад

    Babwire

  • @renapeburundi892
    @renapeburundi892 Месяц назад +1

    Umuntu yumvirije ordre ubivugana atari uwubizi yogira nta désordre irimwo......abatama bafise ubuhanza bahora bubashwe kubera ijambo ariko uravye ububeshi uvuze, uteye agahinda

    • @rubayijeanchristophe4790
      @rubayijeanchristophe4790 Месяц назад

      Uyo ni professeur bwana kandi aho ivy ariko avuga abavyumva kandi babizi neza baramutahura,
      Mugabo kuwudashaka kuvyumva kubera ivyo abikamishamwo, ntashobora kuvyumva,
      Aho abazi ukuri kuburundi bariho ncuti,

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana526 Месяц назад

    Godefroy Hakizimana arongoye PSD-Dusabikanye/arakwiriye gufatwa n’amategeko / ni mba mu Burundi hari ayubahiriza agateka ka zina muntu/ ariko na cane cane ayubahiriza aba Victimes bakozweko na genocide yakorewe Abarundi B’ abahutu mu 1972-1973/ kuva ihonyabwoko ryemejwe n;inama nshingamateka ku wa 20 Kigarama 2021 / haciye imyaka 2 irenga /

  • @alny1935
    @alny1935 Месяц назад

    Babwireee

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda Месяц назад

    Ndabira urya mukobwa wa ma mêches yicaye inyuma ya Godefroid ari gênée et agitée. Godefroid arabokeye😊😊😊😊😊

  • @bigirimanayves9354
    @bigirimanayves9354 Месяц назад

    None ibibintu vyo mu Burundi,tuzobivamwo?

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 Месяц назад

    KUVA 2005 CVR NI PORTE-PAROLE YA CNDD-FDD YAMA ISOMA RAPPORT PROGRAMME YITERABWOBA YA CNDD-FDD. NABAMENJA IBIVUME VYAVUMWE N'UHORAHO POUR L'ÉTERNITÉ

  • @alny1935
    @alny1935 Месяц назад

    😂😂😢

  • @bizuruvenant7953
    @bizuruvenant7953 Месяц назад +1

    Ndayicariye Imana izomubaze ivyo arikwarakora n'abandi basangiye urwanko rwa sekuru Gahini , Imana ihumugisha umuhutu yankingiye le 28au29/04/1972 mvuye I Gitega akaraea atagohetse yanka ko abahutu banyica hafi y'i Rweza niga 3eme primaire, n'abahutu bose bakoze grtyo n'abazokora gutryo Imana ibahe UMUGISHA w'iburyo n'ibubamfu
    Abandi bazoragwe umugabane wabo Mosegneri Joachim Ruhuna yasize abahanuriye n'amahitamwo yabo
    Godefroid Hakizimana niwubahwe ur'umushingantahe w'ijunja n'ijambo
    Abo n'ingegera batukisha abahutu b'umutima barahiye gusesa amaraso y'abatutsi
    Haruwambwiye ko jewe nishe se muri 1972 sinziko nanyegejwe n'umuhutu ndiko nica abahutu

    • @sese667
      @sese667 Месяц назад +2

      Ku magenekerezo ya 28/04/1972 na 29/04/1972 ; hariho akarwi k'Abahutu gahurikiye mu ciswe "Umugambwe w'Abakozi b'Uburundi” (UBU) ; kumohe ya Perezida w'Urwanda w'ico gihe Grégoire Kayibanda, kagomvye kutegambaza intwaro ya Perezida Micombero kugira gashireho ico kise "La République du Soleil Levant” ; “La République de Martyazo” bisigura Uburundi butakirimwo Abatutsi nikuvuga Abatutsi bose bo mu Rwanda no mu Burundi bahonye eka mbere binashobotse mu karere kose k'ibiyaga binini ...
      Idarapo ry'iyo Repubulika, ryari rifise ibara ry'urwatsi rutoto (vert) rikagaburwa n'umurongo (diagonale) utukura (rouge) uhereye mu mfuruka hejuru iburyo ...
      Ako karwi k'Abahutu kaje kiyita "Abarwanshyaka” munyuma kiyita"Inshirwarimenetse" ...
      Perezida Kayibanda yagomba kuzana mu Burundi iciswe “Hutu-Power” nikuvuga intwaro igendera ku vyiyumviro vy'ihonyabwoko (idéologie génocidaire) kugira noneho Abatutsi bose bahonye, Umuhutu wese azovuka, asigare arabaza uko Umututsi yasa ... Hariho n'urwandiko ku Nshirwarimetse rwasohotse kuwa 29/04/1972 ruhamagarira zina Muhutu wese guhonya Abatutsi, n'uwuri munda badasize, abagore bagafomozwa inda ... Perezida Kayibanda yagomba kuzana nk'ivyo mu Rwanda ...
      Micombero yarahagurukiye ako karwi, imanza ziracibwa gusa ikosa yakoze yaciye ajaniranya, ahitana Abahutu b'inzirakarengane batari muri vyo, ariko hariko intererano (cotisation) yatangwa muri UBU n'ama listes y'abaterera ariho bamwe baranabizize abandi barajaniranwa ...
      Iyo bikunda UBU igafata ubutegetsi, ndakurahiye nta Mututsi n'umwe aba akiriho !

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy Месяц назад

    Eeh e bwana inchi zingine ziko na avancé mwe ye mungali mu mambo iyo yaba hutu na ba tutsi bitaisha siku gani dailleur ce sont des histoires qui n'existe pas chacun a sa facon enthropologique d'avoir ete crée la facon d'etre cree ne peux dans n'aucun cas devenir un ethnie on parle d'un ethnie lorsque il ya de dialect et culture différente vos différences enthropologique c'est ça qui a fait le lit de la discrimination et des gueguerre entre vous il ya des hutus qui ont la forme aux tutsi et des tutsi on dirai hutu ça me melange