CVR n'imigambwe 2/13│Gaspard Kobako arongoye AND-Intadohoka

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 1 ноя 2024

Комментарии • 8

  • @mauricekobako3992
    @mauricekobako3992 3 месяца назад

    Merci Kobako :" s'il ya une connerie du genre, nous sommes prets a opposer une resistance farouche contre Les forsoyeurs de la democratie." Bien dit, qu'il y est reveil de conscience et de resistance egale voire superieure.

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 3 месяца назад

    Amacakubiri yarakwinjiye no mu mara sha !

  • @JeanMAYUGI
    @JeanMAYUGI 3 месяца назад

    Cher Kobako, le problème, les gens se focalisent toujours aux conséquences en faisant fi aux causes!! Les masacres du sud, de Bukeye à Busangana et les coups d'Etat perpétrés par ceux là que tu veux innocenter etc. qu'est ce que tu en penses?

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 3 месяца назад

    None yaje kuvuga ivyiwe yiyumvamwo canke ibivura bose?

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 3 месяца назад

    Igihe Umuganwa Biha n'umwami Mwambutsa babatera bariko bivuna iki?

  • @chrishima9203
    @chrishima9203 3 месяца назад

    Mr Kobako ndumva Red Tabara ntabwo ari aba rebelle ko barwanye Coup d'etat ya Nkurunziza ya 3ē mandat aba assaillant ni ba FDN na PNB 😊 kobako ndamukunze ngo babanza kubagira ubukoko ngo nibwi Mujeri😅😅😅

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 3 месяца назад

    Kobako, aho ugomba kubesha nde ko utari muri équipe ya ba cadres muri FRODEBU bigishije amacakubiri kugira mushike k'umaronko yanyu. Nukwo abanyeporitique muguma mubesha, muhagaze k'uvyamako. Naho wize amashure ntiwotubwira ko CVR yisunga ubushakashatsi ikoresha. Urumva uracagwaye amacakubiri. Ba jeunes, abo bagabo bafise ivyo bisazi murabaca kure. Godefroid harya yavuze ngo ama coups d'Etat mu Burundi yagizwe n'abahutu, oya oya. Uzohakosore aho hantu muzee, warengeje nawe

  • @JesperManirankunda
    @JesperManirankunda 3 месяца назад

    None ga Kobako ko mwagira résistance armée, mwaca mwica abatutsi, n'abahutu bake batemera ubwo bwicanyi mwagiriye abatutsi.