Menya ukuri kubwican 1965-1985&1972

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 сен 2024
  • #amakuru_atarikwivumbi
    #urugendo_news_amakuru
    #Updats_zurugendo_news
    Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
    Amakuru ya RPA yihuta
    Amakuru ya Haguruka yihuta
    Amakuru yinzamba yihuta
    Amakuru ya Peace FM yihuta
    Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Комментарии • 40

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Месяц назад +3

    Ni hakagire umuntu ushimishwa no kwitwa umuhutu, ahubwo ashimishwe no kuba Umurundi. Nibwo muzatera imbere

    • @urugendonews
      @urugendonews  Месяц назад

      N;'ukuri uvuze neza.

    • @binancerwanda
      @binancerwanda Месяц назад +2

      No mu Rwanda 🇷🇼 nicyo cyananje kwigwaho niyo mamvu kera wumvaga hariho campaign zivuga ngo "ndi umunyarwanda" sweets zo kugati zanditseho ndi umunyarwanda.
      Mu gihe kera bashimishwaga no kumva ko ari abahutu cangwa abatutsi, bikanashyirwa muri id cards hmm 🤔. Ni ukuri byari akamaramaza.
      Tugihunguka mu Rwanda 🇷🇼 1994 abatutsi bari bafite muri bo kwihorera, ndetse ababyeyi bacu bafite ubwoba ko bazicwa kuko bari abahutu by id card. Twasanze hari abantu bari mu nzu zacu bazanye n'inkotanyi bitwaje ko ari abatutsi ariko Paul KAGAME hashize iminsi avuga ko buri wese akwiye kuva mu mitungo igasubizwa nyirayo.
      Paul KAGAME yabaye inyangamugayo
      Akarorero:
      Hari abitwaje ko bafatanye igihugu nawe ariko bakarya ibiturire abo ntiyabihanganiye. Services nyinshi za leta ziba online niyo mpamvu ibiturire mu Rwanda 🇷🇼 biri hasi.
      Nubwo hari abatuka u Rwanda nabo baba bigiza nkana cyangwa bafite ishyari kuko kuri iyi si ntuzabura abanzi uko wakora neza kose

    • @BANA_MBOKA_TV
      @BANA_MBOKA_TV 26 дней назад

      Très bien mugabo

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz Месяц назад +1

    Ubu Ndayishimiye akomeje kwica gusahura ibyabakoranye n'a Buyoya na Peter ? Umututsi arapfa azira ko ari Umututsi, umuhutu arapfa azira ko atemera amafuti nibyaha bya Ndayishimiye na team ye.

  • @user-jx6fi2et3p
    @user-jx6fi2et3p Месяц назад +2

    Plan ya 1972 niya Ndayahoze Martin, Remie Gahutu,karatasi

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 Месяц назад

      Hahaha

    • @user-zd9ck8km5i
      @user-zd9ck8km5i Месяц назад

      @@user-jx6fi2et3p Ni abo nyene bareke kurementanya ngo ni za plan simbananiye

    • @genevievemuhakwanke5926
      @genevievemuhakwanke5926 Месяц назад

      C'est bizarre, nawe ruramwubahutse, Dieu seul est grand, amen.​@@user-zd9ck8km5i

    • @sese667
      @sese667 Месяц назад

      ​@@user-zd9ck8km5iUmugambi wo guhonya Abatutsi mu Burundi mu 1972, watangujwe n'abiyise "Abarwanashyaka” munyuma baza kwiyita "Inshirwarimenetse”, barabo muri UBU (Umugambwe w'Abakozi b'Uburundi), barasohoye ku wa 29/04/1972, ico bise "Urwandiko ku Nshirwarimetse”, urwo rwandiko rwahamagarira Abahutu bose guhonya Abatutsi mu Burundi bwose, badasize inyuma n'uwuri munda kwa Nyina, gushika aho mu Burundi, Umuhutu azosigara yibaza uko Umututsi yasa ...
      UBU warushigikiwe na Perezida Kayibanda, kuko ico bashaka kwari ugukora Ihonyabwoko mu Burundi no Rwanda ekambere bishobotse no mu karere kose k'ibiyaga bigari kugira bafute burundu zina Mututsi wese kandi UBU
      warufise umugambi wo guhindura izina ry'Uburundi, bukitwa "La République du Soleil Levant” ; “La République de Martyazo”, idarapo ry'iyo Repubulika, ryari rifise ibara ry'urwatsi rutoto (vert) rikagaburwa n'umurongo (diagonale) utukura (rouge) uhereye mu mfuruka hejuru iburyo ...
      Iyo Micombero adahaguruka Abatutsi bagira bahonywe, n'ivyo Micombero yavyitwayemwo nabi cane arajaniranya, yica n'Abahutu innocents batari bari mur'uwo mugambi ico bita “répression aveugle et sanglante” mugabo iyo bikunda UBU igafata ubutegetsi, ndakurahiye nta Mututsi n'umwe aba akiriho mu Burundi ...
      Kandi kuvuga ko Abatutsi bagomvye guhonywa mu 1972 mu Burundi, ntibikuraho ko hari ho Abahutu na cane cane mu ncabwenge (les intellectuels) bajaniranijwe bazize ama listes y'intererano zatangwa muri UBU ... inyandiko zitagira umukono (tracts) za UBU zirarika gusenyura intwaro ya Micombero no guhonya Abatutsi zarabayeho kandi hari n'Abahutu b'imvugakuri bazi ukuri, bavyemeza atakurya umunwa ...

  • @user-zd9ck8km5i
    @user-zd9ck8km5i Месяц назад +3

    Mureke Simbananiye yigire mureke gushinyagura. urupfu ni urwabose, kandi nibaza ko 72 abateye bica abatutsi ntabwo ari Arthémon wabazanye, mureke kubesha

    • @ritza3452
      @ritza3452 Месяц назад

      Uhabwe amashi nukuri.
      Notre pays, ingorane gicamwo, bazitirira abo bashaka. Kuko uwo siwe wazanye intambara ya 72.
      Yari umutegetsi, ntiyari kuguma yicaye nk aba civiles.

    • @sese667
      @sese667 Месяц назад

      ​@@ritza3452Umugambi wo guhonya Abatutsi mu Burundi mu 1972, watangujwe n'abiyise "Abarwanashyaka” munyuma baza kwiyita "Inshirwarimenetse”, barabo muri UBU (Umugambwe w'Abakozi b'Uburundi), barasohoye ku wa 29/04/1972, ico bise "Urwandiko ku Nshirwarimetse”, urwo rwandiko rwahamagarira Abahutu bose guhonya Abatutsi mu Burundi bwose, badasize inyuma n'uwuri munda kwa Nyina, gushika aho mu Burundi, Umuhutu azosigara yibaza uko Umututsi yasa ...
      UBU warushigikiwe na Perezida Kayibanda, kuko ico bashaka kwari ugukora Ihonyabwoko mu Burundi no Rwanda ekambere bishobotse no mu karere kose k'ibiyaga bigari kugira bafute burundu zina Mututsi wese kandi UBU
      warufise umugambi wo guhindura izina ry'Uburundi, bukitwa "La République du Soleil Levant” ; “La République de Martyazo”, idarapo ry'iyo Repubulika, ryari rifise ibara ry'urwatsi rutoto (vert) rikagaburwa n'umurongo (diagonale) utukura (rouge) uhereye mu mfuruka hejuru iburyo ...
      Iyo Micombero adahaguruka Abatutsi bagira bahonywe, n'ivyo Micombero yavyitwayemwo nabi cane arajaniranya, yica n'Abahutu innocents batari bari mur'uwo mugambi ico bita “répression aveugle et sanglante” mugabo iyo bikunda UBU igafata ubutegetsi, ndakurahiye nta Mututsi n'umwe aba akiriho mu Burundi ...
      Kandi kuvuga ko Abatutsi bagomvye guhonywa mu 1972 mu Burundi, ntibikuraho ko hari ho Abahutu na cane cane mu ncabwenge (les intellectuels) bajaniranijwe bazize ama listes y'intererano zatangwa muri UBU ... inyandiko zitagira umukono (tracts) za UBU zirarika gusenyura intwaro ya Micombero no guhonya Abatutsi zarabayeho kandi hari n'Abahutu b'imvugakuri bazi ukuri, bavyemeza atakurya umunwa ...

  • @UwimanaFidelite-ik2ev
    @UwimanaFidelite-ik2ev 11 дней назад

    Murumva ico kinyoma ko Idi Amine atarazi ko NTARE atarakirumwami kandi Idi Amine yarumugenzi wa Micombero uyo mugabo niwe yamaze inganda 1972 aba rebelle bateye mwijoro rya 29/4/1972 narabiboneye namaso yiwanje aho bita place de la révolution imbere ya Parquet na grand bureau baranyagara muri birya bice igihe cisaha zibiri zijoro abo bazananye mukiyaga ça tanganika no mukugenda bajanye muri quartier asiatique vyumvikana ko ubwato babusize kukiyaga tanganika

  • @Jasonjames_882
    @Jasonjames_882 Месяц назад +1

    MBEGA UYO RWASA WANYU KO YIYEMEREYE ABANYAMURENGE YISHE MUGATUMBA ? KO UTABIVUGA IVYO?

  • @user-jx6fi2et3p
    @user-jx6fi2et3p Месяц назад +1

    Ese nimba plan ariya Arthemon simbananiye abasirakare ba batutsi bari bangahe?abahutu bari bangahe?Nico kumenya .abahutu nibo bateguye genocide na nubu

  • @ritza3452
    @ritza3452 Месяц назад

    Que Dieu te donne iruhuko Ridashira.

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA Месяц назад

    Turiko turarangaza amazuru gusa abandi bariko bipanga mugwanda baza kutumarira ariko twebwe siho turi turikugura amazu haze twubaka ama etaje ariko abana bacu ntamuraga wigihugu tubasigiye none tuzobabwirako twamaziki nozonzu ntazo bazobabanamwo

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz Месяц назад

    Voici la réalité : Ndi umuhutu ariko umva uko byagenze :
    Abahutu bateguye gukubita coup d'état près micombero kuko haribyo yari atangiye kubangamira abo babaha ibiryo
    Abakomanda benshi bari abahutu.
    1972 : none njyewe ndavuga ibyo nzi mpagazeho neza.
    Nibwo abahutu bishe abatutsi bose fonctionnaires ba leta n'abacuruzi bose bakomeye.
    Umuhutu araza abeshya micombero ngo abanyamuramvya bamaze abanyabururi.
    Micombero aba arengeye kunyamurambya atangira kwica les intellectuels none haza umututsi wibururi ati have wimara abanyamuramvya bakubeshye , abahutu bamaze abatutsi ,
    Micombero aba arahagurutse afata abahutu bize n'abacuruzi nawe arabica.
    Nyuma abahutu bahita bahungira Tanzania n'a rwanda.

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 Месяц назад

    None uwo Munyarwanda wew nigute ? Nagira cokorwa n'Umurundi

  • @user-rz3fj3zv1w
    @user-rz3fj3zv1w Месяц назад

    Izo témoignages si convenquants

  • @Jospindusabe
    @Jospindusabe Месяц назад

    Yavyemera yareka yarabikoze ou pas azo dealinga n'Imana iciza nuko yari kuva mwisi yihanye asavye n'imbabazi abarundi kuko gusaba imbabazi gusa Imana ntibihagije kugira ubabarirwe.ijambo ry'Imana rivuga ko utegerezwa kwanza gusaba imbabazi mwenewanyu wagiriye nabi,ngo ikiboshwe mw'isi no mw'ijuru kiba kiboshwe.rero yaba pasteur yareka ivyo arabizi nimba azi ivyo yakoze yovuye mwisi abikemuye

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 Месяц назад +1

    reka kwisigura ahubwo iyo bakwica nawe

  • @nsavyinganji
    @nsavyinganji Месяц назад

    Voilà le malheur de ne pas laisser un livre de votre vie.

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA Месяц назад

    Mugisha mutama gwasa turamwubaha ariko yarahemukiye iragi rya gahutu remi rero nuko turibijuju yaba mutama gwasa na nyakubahwa prezida wacu barikwicarana bakarabira hamwe icatumwe baja harya hantu ibisuma biriko biriba igihugu bakabifatira hamwe bakabishengeza yademokrasi twambugwa 1993 bakayigarura bakayihagararira none ubu ndabona bariko bikwegerako gusa kandi nibosi

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA Месяц назад

    Ivyabanyamurenge bapfuye hari nabatundi bacu bishwe zagihanga nahandi bishwe nabanyamurenge bakorana nabadoda bita fb igisoda cishe ndandaye ntimudukangishe abanyamurenge banyu gukonabo bari barahawe inkoho barya baguye kirugamba urimpunzi kirazira kwivanga muvyigihugu kiguhaye indaro mutama gwasa yarivunye

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA Месяц назад

    Jewe murantwenza umututsi niwe mubona yapfuye gusa ?ntamuhutu yapfuye iyomwaka yose sawa

  • @citegetseceline8139
    @citegetseceline8139 Месяц назад

    Amaraso arahuma.Wumvise ukuntu uyo mutama yagerageza kwisigura,nta nyishu nimwe yatanga.Gusa habuze ubutungane ubundiho yari gutsindwa rwose.

  • @amirimasabo8709
    @amirimasabo8709 Месяц назад

    Arthemon simbananiye..niwe colonel bagosora wo mu burundi 1972

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza654 Месяц назад

    NEZA NEZA ARTHEMON SIMBANANIYE YISIGURA NKA GÉLASE NDABIRABE,UBWO SI GRAND FRÈRE WIWE? BAVUGA KUMWE!

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz Месяц назад

    Ntanarimwe uburundi buzigigera butera imbere kuko muhora mushakisha ibintu bibasubiza inyuma gusa.
    1. Ubwicanyi hagati y'abatutsi n'abahutu bwateguwe nabo musaba ibiryo bakoresha abahutu bwambere nyuma bakoresha abatutsi nyuma bakoresha abahutu .Noneho kubera ko abarundi mureba aho muhagaze gusa.
    Mu rwanda bamaze gusobanukirwa ibyaribyo niyo mpamvu byose babivuyemi ubu bose ni abanyarwanda kandi bakorera hamwe ubu ruteye imbere. Ukoze icyaha ahanwa nkumunyarwanda ntahanwa nkubwoko.
    2. Ibintu byose bya social média ninde yababeshye ko byose ari ukuri.
    3. CNDD rero urarushye ikomeza gushaka ibyakwegera Massacres uburundi kugira ngo mutabona ko kuyobora igihugu byabananiye.

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 Месяц назад

    urumwicanye pee

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz Месяц назад

    Ibaze ko uwuzasimbura Ndayishimiye azabanza amwice yice na team yiwe yose imitungo yibwe igaruzwe nivuba ni abahutu bazomukuraho .
    Gutsyoooo
    None abarundi muragana he ????

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f Месяц назад

    Mubizanye ariko yapfuye?

  • @user-fo9xb8ml9w
    @user-fo9xb8ml9w Месяц назад

    Ngo wabaye uwambere hehe? Haruwo mwahiganwa simwe mwica mugakiza IMANA imbere ntawe duciriye urubanza muga amasoko namasengero mwarashe muraza musabe ikigongwe abarundi mutazopfana amaraso🤦🤦🤦🤦🤦

  • @user-pf1lg7kj9u
    @user-pf1lg7kj9u Месяц назад

    Ko ntarumva muvuga ubwicanyi bwa 1993???

  • @ezecheilhavyarimana6681
    @ezecheilhavyarimana6681 Месяц назад

    Basha le ridicule ne tue pas iyo abantu bakora ivyaha vy'ubwicanyi ariko ntibaheze ngo bavyemange intahe ibokeje ngo batume basaba niburiburi bagasaba ikigongwe birateye isoni pe none abantu Bose bapfa canke bapfuye mu 1972 nkuko benshi babivuga bariyishe ga yemwe ? Nihatari pe abarundi biragoye ko tuzokira

  • @PhilippeHARUSHIMANA
    @PhilippeHARUSHIMANA Месяц назад

    Ikindi mugisha bobo rugurika zobabera kinkwara nincira guko wewe nakagwi barikumwe bafise erema ziriko ziriga mugwanda muri isicamu ishure ryagisirikare nono bazokwica neva gusa gwasa atarimwo nimusubize ubwenge kugihe guko turacahari ntiturasaza

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz Месяц назад

    Bamwe babaha ibiryo barongera babwira bagaza bati kubita coup d'état micombero
    Bagaza rero we ntabantu yica waba umuhutu cg umututsi iyo wakora ibyaha yaragufunga gusa
    Nawe haribyo yaratangiye gupfa nababaha ibiryo babwira Buyoya bati kuraho bagaza aba amakuyeho.
    Ibyo kwa Buyoya ni bibi : kwica abatutsi bose bazi ubwenge
    Ngo batazukuraho aba azanye igihwere ngo ni démocratie abahutu bati uduhe ubutegetsi baba batangiye kwica abaturage civile & abanyeshuri .
    Buyoya aba yishe abahutu nyuma abamuhaye ubugari babona génocide nyayo ntibaye bati tanga ubutegetsi, arabutanga subira kubutegetsi abusubiraho bati butane arabutanga.
    FRODEBU nayo irica, CNDD yo iri muri finale kuko urica itanzitse.
    Péter yaratangiye gusugura abamuhaye umugati babwira Ndayishimiye bati mwice kuraho nawe aramwica.