IGITORO KIGIYE KUBONEKA ll Umukuru w'igihugu ararivuze ll ASIGUYE VYOSE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 21 июн 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Комментарии • 126

  • @SallmaXg
    @SallmaXg Месяц назад +16

    Gabanya amajmbo ugwize ibikorwa muze,ntanyishu nimwe numvise muri ayo majambo yose 😢😢😢Ibintu birza nabi baga😢😢😢

    • @user-kc5ee4xg2s
      @user-kc5ee4xg2s 29 дней назад

      Jewe nakeneshejwe Nuko nanyazwe ikibanza canje co mwisoko nari nakomorewe nareta twari dufitaniye amasrzerano nameri kandi narikokoye ndiyubakira ico kibanza co mwisoko mukinama

    • @SallmaXg
      @SallmaXg 28 дней назад

      @@user-kc5ee4xg2s pole sana ihangan Reta nuko ahubwo ibintu vyarenze

  • @rajihijarajihija8371
    @rajihijarajihija8371 26 дней назад

    Nihatali mwembwe muburundi nimwe mufise amagari meshe vyabananiye wew urazi imana

  • @rajihijarajihija8371
    @rajihijarajihija8371 26 дней назад +1

    Nabantu baja kumwuviliza ntambwege bafise kabisa

  • @KaberaPascal-gp5we
    @KaberaPascal-gp5we 29 дней назад

    Mbega Pasteuri weeee😂😂😂 Oooh Burundi 😊

  • @ndayisengaaaron4044
    @ndayisengaaaron4044 24 дня назад

    Ibimenyetso byashetani😂😂

  • @derrickjp3528
    @derrickjp3528 Месяц назад

    Namareshya mugenisha sigaho!!

  • @rajihijarajihija8371
    @rajihijarajihija8371 26 дней назад

    Nukuri ntasoni ufuse amajambo uvuga ahumbwo sizi kowiyuvira

  • @user-ld9mg1hf2v
    @user-ld9mg1hf2v Месяц назад +4

    Mukuvuga kiramomoka😂😂😂😂

    • @user-qs7lj7kj1k
      @user-qs7lj7kj1k Месяц назад

      😂😂😂

    • @JeanMichelMuco
      @JeanMichelMuco Месяц назад

      Kubahana ni vyizs. Hari ico twoterera twokwiga kukivuga mu rupfasoni dukwiye kwimenyereza kuvuga neza hamwe naho wokwibukwa n'Imana uzobe waramenyereye kuvuuga neza ukavuga nk'umurongozi nyene. Mwibuka wa mugani ngo cumura ku mwami aguce amatwi

    • @ntlievin8605
      @ntlievin8605 Месяц назад

      Oya ntavuga nkumu president kbsa

    • @hoppyjerry
      @hoppyjerry 29 дней назад

      Harigihe usanga birenze ugashishwa

    • @FeliciteNiybitanga
      @FeliciteNiybitanga 28 дней назад

      🤣🤣🤣🤣

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Месяц назад +3

    Neva abogozwe kbsa.
    Ejo sibwo yavuga ngo amarundi angana na dollars.Ko yaguze ivoka muri USA yasenze ihenda kurusha 100 y'amarundi.
    Neva abogozwe

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 Месяц назад

    Félicitation Isaac 200 k🎉🎉🎉komeza ukora cane ushike kure

  • @davidndaha9607
    @davidndaha9607 Месяц назад +1

    Ingorane nimwugurure imipaka ya tanzania umuntu agura canke ashore hose.None amatagisi ukuye ikintu hanze biragoye.

  • @Musindi736
    @Musindi736 Месяц назад +1

    Zana igitoro ibindi mubireke

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Месяц назад +4

    Nta Président tugira mu Burundi tura gara gara. Wewe uriko uharura ivy'abandi ivyawe n'umugore wawe atawubiharura !! Kumusi mbega Arya usumisha yogaburira abarundi bangana gute ?? Uri igisuma cambere mugihugu

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Месяц назад

      Komera ntabikogwatubona atarukuguhonvyikigo cacu

  • @niyibitangasamson4156
    @niyibitangasamson4156 Месяц назад +4

    Ivy Imana birya abarambije abarambije batashe, aba🇧🇮 reka dukomez kwihangan turindire

  • @laurentroyce
    @laurentroyce Месяц назад

    Ijambo ryiza caane.gusega nibibi

  • @JeromeBigirimana-wb4lz
    @JeromeBigirimana-wb4lz 27 дней назад

    Nyakubahwa Président, abatari bake turzmaze kumenya ko abakwononera ari benshi. Komera ku muheto abenshi turi inyuma yawe!

  • @melancenindaba7179
    @melancenindaba7179 Месяц назад +3

    Be mureka kuducurira Sha,mbe izomodoka zigugwa none zaguzwe nabarundi imiriyoni 13?hoho icogitoro uvuga gike kuberako imiduga yabaye myishi ,mwakiduha kubuntu cnk twakigura?kotwakigura ayo tukiguze muca muyashira hehe?ndabarahiye lmana izobahana,nubwo Butare muvuga ko dufise butumariye iki? Bushore hanze buduhe amahera mvamakungu

    • @FatumaNtirampeba-pk3yq
      @FatumaNtirampeba-pk3yq 29 дней назад

      😊Weweneva nutangeimihoho cankeutange igihu wamuchenziwe
      Igihugu cakunaniye gutwara

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Месяц назад +2

    Ntagitoro kizoboneka mwebwe aba CNDD FDD mugihe mukiriko mutwara igihugu. Ariko nibagukura n'akagwi kawe bizokunda

    • @joelnzeyimana7791
      @joelnzeyimana7791 Месяц назад

      none nimutashoborakumukura uzoca wiyahura ,mbememurazi kuntwarozanyu, akaga mwateje Igihungu ,? cirabirura kugaruka sinyuma yimyaka 40.

  • @TimotheeGatangaza
    @TimotheeGatangaza Месяц назад

    Ukonyenega.

  • @user-tm9ew3sy6s
    @user-tm9ew3sy6s Месяц назад +1

    Koreshumwanya biboneke

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Месяц назад

    200 k lsaac juu 🎉🎉

  • @user-jh7lq5hx1w
    @user-jh7lq5hx1w 29 дней назад

    Sha Ntamukuruwigihugu dufise 😢

  • @duydhjfjfj7007
    @duydhjfjfj7007 Месяц назад

    Muzoguma reka nturindire

  • @NiyonkuruAliera
    @NiyonkuruAliera Месяц назад

    Imani
    Dufasekwel

  • @wilsonwilson6833
    @wilsonwilson6833 Месяц назад

    Igihugucacu kizotebagi tereimber

  • @sagamba
    @sagamba 27 дней назад

    Burundi needs to stand up like Kenyan

  • @BizimanaInnocent-rz4hb
    @BizimanaInnocent-rz4hb Месяц назад +4

    Ariko uyu numu padri

  • @user-ps2ul2hi7x
    @user-ps2ul2hi7x Месяц назад +1

    Iyaba mukorera hamwe mutaza muraryana hagati yanyu igihugu ntikiba kir mubibazo vyubutunzi,ariko kuber kujuragirika kwanyu mur politic nokutamenya ibigezweho nivyobituma igihugu cama mubibazo bigatuma atawobizera🤦🏻‍♂️

  • @bayiramyedanielkolenda2141
    @bayiramyedanielkolenda2141 Месяц назад

    Mutumye nseka

  • @GatekaNene
    @GatekaNene Месяц назад +2

    Uyu mu gabo arafise urugambo ngo kwihebura bitera umuvumo 🤔🤔🤔 niho bavuze ngo uwuhaze apfa kwivugir ico acaste atazi ko ariko arababaza abashonje arik IMANA niyacu twese.

  • @Musindi736
    @Musindi736 Месяц назад +2

    Ese uyumugabo ahaaa twe twariyakiye

    • @SallmaXg
      @SallmaXg Месяц назад

      Rka ntuzewe aha nihatar😢😢😢

  • @user-ry2yj7gv2v
    @user-ry2yj7gv2v Месяц назад

    Mutama
    Komerakwimvora
    Waradukuyeko yamazinayibintazi ngokivuyehejuru
    Bagikashi bagwembe nayandi
    Wubahwe

  • @user-yl4jr2tw7h
    @user-yl4jr2tw7h Месяц назад +2

    AMAJAMBO YABO TURAYABOREWE NDUSHAKA I BI KO RWA

  • @user-om1uv8ml9p
    @user-om1uv8ml9p 29 дней назад

    Arinda aheza mis yose atanakomwe ntahuye cakamarp😂😂

  • @user-hi3ir8fn5z
    @user-hi3ir8fn5z Месяц назад +4

    Kura ngaho abantu bagura imiduga none igitoro kirangurwa nande ugira ntabafise amahera bokirangura none Ivyo muduhenda Nibiki?

    • @user-om1uv8ml9p
      @user-om1uv8ml9p 29 дней назад

      Oya imodoka zigugwa mumarundi😂😂😂😂

  • @paci_faith
    @paci_faith Месяц назад +2

    Without lying, politics scares me

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Месяц назад +4

    Isaac tv felicitation wakwije 200k niwe wamber muma tv yomuburundi😂😂😂😂😂

  • @user-qs7lj7kj1k
    @user-qs7lj7kj1k Месяц назад +2

    Mbega umu comedy

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy Месяц назад

    🎉🎉🎉🎉

  • @user-lm2oc7nd2b
    @user-lm2oc7nd2b Месяц назад +1

    Uyu muyobozi ntabwo azi inshingano ze !!!

    • @victorg7280
      @victorg7280 29 дней назад

      Uwuzi inshingano ziwe, nurya dctator,assasin Hitler kagame wawe? Kwirigwa anarara arigita abatutsi n, abahutu batemera ubu dictator bwe , nibyo wowe umushimira wa nothing we!!!

  • @DesireNdikumana-hx9ui
    @DesireNdikumana-hx9ui Месяц назад

    Nagira mwaracifatiy mumunyw

  • @user-gm3sn6kb8s
    @user-gm3sn6kb8s Месяц назад

    Arikose yabaye umupadiri
    Cyangwa nuko yabuze ibyo avuga

  • @NshirimanaClova
    @NshirimanaClova Месяц назад

    Twiyakire bizoboneka

  • @MajyambereAnderson
    @MajyambereAnderson Месяц назад +2

    hhh ntamuperezida dufise

  • @Aiuoex
    @Aiuoex Месяц назад +1

    Sha aba CNDD Bagenzi bawe bazokuremereza amagogwa mpaka bakweguye. Bunyoni azoguhumira ndakubwiye!!😂😂😂😂

  • @DesireNdikuriyo-vs9bq
    @DesireNdikuriyo-vs9bq 29 дней назад

    Umuti irahari nafate igiciro😂cikawa akiduze arabe KO basubira kuyicisha muri magendu

  • @BigBrother-lm7xo
    @BigBrother-lm7xo 27 дней назад

    😂😂😂😂😂 ndacatwenga

  • @user-wx8ig1hn7m
    @user-wx8ig1hn7m Месяц назад +1

    Igihugu nibagihe reveyiyano

  • @TUYIKOREREFiacre-zp3nd
    @TUYIKOREREFiacre-zp3nd 29 дней назад

    Igitangaje ibinyarwanda nivyo umengo birababaye cane ninavyo ubona bitukana cane n'urukundo mukunda abarundi?

  • @niyonkurubosco26
    @niyonkurubosco26 Месяц назад

    MN ikigihugu cyubakiwe kumahame yidini cg 😅😂

  • @user-hk9ln5tq9p
    @user-hk9ln5tq9p Месяц назад

    Nomubind bihug ntibafis vyos kl niyompamv dukwiy kwizer iman gusa

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Месяц назад

    Ahomuzoruhira.munzira bigumamumajambo ahosintumwanyanunviriza invugoyuyoneva iragwazumutuma twaratew😅😅😮

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 28 дней назад

    Ubu inzara yariyongeye.amatora nayo yagenze kurya nyene mbere ngo yoba yaribwe

  • @user-qs7lj7kj1k
    @user-qs7lj7kj1k Месяц назад +1

    Wewe aho gukora ibikogwa vyakuzanye wirigwa imbere yabamenyesha makuru wewe uraba ivyabandi nivyawe vyakunaniye😂😂

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 28 дней назад

    Mutama ucemeza ko ubusuma muri leta yawe ari bwinshi ivyo uvuga ntibizokunda

  • @DieudonneNiyonkuru-qz5pg
    @DieudonneNiyonkuru-qz5pg Месяц назад +1

    Ivyusiguy ntibihuy nikibaz turik turahur ciken cibitor mitam non kobibuz ngah mugihug iwacu gusa dufate karitwe duteyimber kurush ibindi bihugu mukugur imodok nyish nivy udondaguy vyotum tubur ibitor kwer ??

  • @RuzindanaEvrard
    @RuzindanaEvrard Месяц назад

    Asha ni hatari kweli, 😂 Neva niwe wanje kweli

  • @nduwimanaclaude4908
    @nduwimanaclaude4908 Месяц назад +1

    Ache uswahili bana we are tired

  • @hoppyjerry
    @hoppyjerry 29 дней назад

    Genda ukore ibindi naho uburongozi bwo burakuroka pe.

  • @DaevYankunda
    @DaevYankunda 27 дней назад +1

    simbona iyotuva niyotuja

    • @DaevYankunda
      @DaevYankunda 27 дней назад

      igitoro kitabonetse ntamarya

  • @NiyonkuruVianey-pl9jn
    @NiyonkuruVianey-pl9jn Месяц назад

    Reka nirenganire

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx 28 дней назад

    None ivyo ubivuga siwewe2ukwiye kugwiza umwimbu twagushizeho ngo utugwanire none woburipresedent

  • @user-uc6zj1wp6j
    @user-uc6zj1wp6j Месяц назад

    Ntanisoni ufise

  • @innocentwasafi7787
    @innocentwasafi7787 Месяц назад +1

    Yayagurira hirya ngo umwagazi wintama wazize urwanko rwanyina uri umusuma wambere muhigu ariko kubera atawugutuma urutoki niyompamvu uvuga abandi nkabarundi bagutoye barihenze reka mbabwire sorry

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Месяц назад

    Imana yakuduhaye ikuducungire ❤❤❤

  • @JaphetNkurikiye
    @JaphetNkurikiye 28 дней назад

    Padiri reka kuntwenza😂😂

  • @visitrwandanew
    @visitrwandanew 28 дней назад

    Mwihangane mwiba indashima iryarya 😂😂😂😂

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 Месяц назад +1

    None ko uvuga ko ngo urakize ukize iki niba ntagitoro ufise

  • @KubwimanaMashaliki
    @KubwimanaMashaliki 28 дней назад

    Kwiga nivyiz kwl aho ndavuze

  • @NiyongereZackalia-fp7tz
    @NiyongereZackalia-fp7tz Месяц назад

    Komera

  • @NdohoAud
    @NdohoAud Месяц назад +1

    Mzee cakunaniye gitange abagishoboye bagitware wewe nimvugo zawe ntizigaragaza kuri président

  • @DezileDuwayo-mb1id
    @DezileDuwayo-mb1id 27 дней назад

    Biintmbarivo

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Месяц назад

    Se wowe ubona ari u Burundi n'u Rwanda ari abahe bahombejwe cyane n'uko imipaka iduhuza ifunze?

  • @SimeonNizigama-it4kk
    @SimeonNizigama-it4kk 27 дней назад

    Mzee vip usigaye uvuga ubutumwa nka padiri wewe tuzokwongera hamwe twokubura ntawundi mu comédie tworonka ameze nkawe😂😂😂

  • @user-kc5ee4xg2s
    @user-kc5ee4xg2s 29 дней назад

    Jewe nakeneshejwe nikibanza canje nanyazwe kirimwisoko mukinama nari nagiraniye amasezarano na reta ndacubakisha nca dakinyarwa kandi meri dufitaniye amasezerano

  • @ferdinandodanielo1
    @ferdinandodanielo1 Месяц назад +1

    Comedy gusa ntakindi.Abarundi bari babayeho neza muntambara gusumba kubukorini bwa reta yubukoroni yubu.Abarundi bararushe namajambo.

  • @user-hg3ec3iz7t
    @user-hg3ec3iz7t Месяц назад

    Amahera uwuyatwaye arayasinyira ko agiye kukivi,noe mutabonyic yakoze ntimwobagira nkabandi?Bakanyagwa ivyobivye

  • @belloboy6342
    @belloboy6342 Месяц назад

    Iki kibwa kivuga ubureve

  • @gelaserukundo2353
    @gelaserukundo2353 29 дней назад

    Aho ni murusengero?

  • @nshimirimanajoel2875
    @nshimirimanajoel2875 Месяц назад

    Kkkkkkk

  • @sharonsharo
    @sharonsharo 27 дней назад

    Kabisa twihangane ntakundi,none atanguye guharura ubwoko bwose bw'ingendeshwa ziri mu Burundi,wuumva?ahandi n'ibitigiri vyazo ntavyo bazi,kandi nta gitoro wuumva ngo cabuze,ariko uyu nawe agiharura ugasanga haheze umwaka ata na 1l ibonetse mu gihugu cose!

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty Месяц назад

    Politic nubuyobe kabisa nkuyu yageze kubutegetsi gute?

  • @todicompany
    @todicompany Месяц назад

    None iyo title irahuye n'ivyo yavuze?

  • @user-zz8kd3ci4z
    @user-zz8kd3ci4z Месяц назад

    Abarundi bubwenge barapfuye hasigaye abanyabwoba gusa abanye politique bacu bamwebamwe nibabihagarike ntaco bakora

  • @fredericntihabose
    @fredericntihabose Месяц назад +1

    NIMBA WEMERAKO IGITORO KIGIYE KUBONEKA, KORA KURIYI FOTO YANJE UMENYE VYINSHI

    • @mariamsakora2818
      @mariamsakora2818 Месяц назад +1

      Wasaze wewe wotoma udisabz tukagushigikira utarinze kutuvugisha mesh😢😢😂😂

    • @fredericntihabose
      @fredericntihabose Месяц назад

      @@mariamsakora2818 Oya mugenzi sinasaze, ahubwo nkorera umuti mukwiyabonesha ahuzobukoze

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd Месяц назад

    Ryari se?ikikwereka ko ntabwenge ugira nigihe uko amakosa yayandi ikitega impinduka itandukanye.muzokomeza murindire nkabarindiye ijuru

  • @DesireNdikuriyo-vs9bq
    @DesireNdikuriyo-vs9bq 29 дней назад

    Ngo kera Bari batunze?muzomubarize KO akuze harigihe yageze Abona igitoro kibura nkunomusi

  • @peterlove4g869
    @peterlove4g869 Месяц назад

    None kwariwe mutwe wabarundi twashize imbere kugira uhagararire abarundi tubuze idorare ,igitoro nibindi tworabande? Canke ikuvyo turishire kurinde? Kuvugako udasiba kwereka abarundi ivyo utwereka ntavyotubona kuko ubitwereka mumajambo yaba wabitwereka ntakwidodomba kuba kuhari . Nimukorere igihugu mureke inyungu zanyu mube abambere mukwihebera igihugu
    Ibrahim Traorè ababere icitegererezo ,John Pombe Magufuli ababere icitegererezo,mureke uburyarya .

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 Месяц назад

    Messiah have mercy on this gullible regime

  • @user-gm3sn6kb8s
    @user-gm3sn6kb8s Месяц назад

    Neva ubu koko arasizira
    Ni sebyago kabisa

  • @AimableHayimana
    @AimableHayimana 29 дней назад

    Ahonawe ngo uravuze?

  • @KubwimanaMashaliki
    @KubwimanaMashaliki 28 дней назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @constantinndayishimiyenshu4948
    @constantinndayishimiyenshu4948 28 дней назад

    Vuga witonze nk'umuyobozi reka kuvuga usahuranwa iyo report rwose siwowe wagomba kuyitanga uku ni ukwivanga ndakurahiye nta Minister mufite ujejwe ibi?abarundi kweli!!!

  • @mugwanashakamadiba8726
    @mugwanashakamadiba8726 Месяц назад +6

    Ibintu muri gusobanura ntahantu ntanyishu nimwe irimwo, ibaze kuvuga ko igitoro kibura kubera haguzwe imiduga myinshi nukuri...none uburundi nibwo bwonyene bugura iyo miduga ....😂😂 none mubindi bihugu izo baguze barahagaritse kugura...reba impamvu zumvijana ibyo ntaho bihuriye

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 Месяц назад +1

    Ewe Mana warakoze kuduha president aciyakenge azigusoma ijambo neza kandi ativuguruza mumajambo avuga 2027 haratevye tukwongere ntamurundi wumutima numwe atagukunda

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 Месяц назад

    Aho ariko avuga iki? Bla bla.
    Ntaco ushoboye uretse kuvuga ubusa. CNDD ikwiye gushirwa kurutonde rw'imigambwe itemerewe kongera gutwara igihugu. Ntaco bashoboye uretse gusambura gusa.

  • @aaronbe9966
    @aaronbe9966 27 дней назад

    On peut mentir au autres mais pas en soit même, il sait très bien qu’il ment

  • @constantinndayishimiyenshu4948
    @constantinndayishimiyenshu4948 28 дней назад

    Speech itabereye umuyobozi pe,iyo voice ntabwo ariy'umuyobozi pe wogirango ...,..,......biri bored kabisa byumvikana nabi wagirango ni musitanteri man mbega weeeeeeee Sha abarundi mufite urugendo rurerure

  • @InitungaGuyHubert-id5jd
    @InitungaGuyHubert-id5jd Месяц назад

    Komera umukuru wacu wigihugu imana iguhe ukuramba

  • @nssimeon9084
    @nssimeon9084 25 дней назад

    mais maintenant, c'est le président du pays 🤣🤣 Je dis la vérité, ce n'est pas le président. parmi les moutons menés par la chèvre . est-il vrai que tant de voitures et tant de motos ont été achetées, c'est ça le progrès que tu as ? d'autres meurent au Congo tous les jours mais ne vous inquiétez pas allez-y et dormez bien barundi 😂