imana yaraduhaye igihugu ciza cuburundi ndavye ukuntu turima tukimbura kubwinshi karaba imisozi yuburundi karaba ikiyaga tanganyika karaba ubutare dufise karaba amaho dufise Eka uburundi ni umutima wa africa ni Eden ndashima kuba ndi umurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Ni byiza pe nukuri tuguteye intege kandi ni byiza gukunda iwanyu ariko kandi ni byiza gukora ibishoboka byose ngo hatere imbere, kuko kurima ata fumbire nikiyaga nibintu kama byahozeho nibyiza ko habaho kubuteza imbere mu ngeri zose, imihanda igezweho, inyubako zigezweho, uburere mumashyure bigezweho, iterambere mubinyabiziga byoroshya ibyingendo nibindi, ni byiza ko mukora cyane kandi u Burundi twese turabukunda niwacu pe, na benshyi mubayobozi bu Rwanda ubona gushyika kuri first lady bavukiye bakurira I Burundi
Ndagusabye umbabarire uduhe amateka ya Omar mukhtaari wabukoze saaana na film ya ertugrul bey na authman umwana wa ertugrul bey nifirime zikurikirana uzabukoze sana
Rochy, ndagukunda cane! Watubwiye ivyerekeye igitabu khadafi yanditse citwa THE GREEN BOOK. wobukoze cane. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Egooo
Ismael mwanafunzi yaragize ico akivugaho cyose, "waruziko/green book by khadaffi"
Azakitubwireho kbc ❤❤🎉🎉
Jya kuri primo media tv kiriho
imana yaraduhaye igihugu ciza cuburundi ndavye ukuntu turima tukimbura kubwinshi karaba imisozi yuburundi karaba ikiyaga tanganyika karaba ubutare dufise karaba amaho dufise Eka uburundi ni umutima wa africa ni Eden ndashima kuba ndi umurundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️
Haaaaaaah
@@dukundepracide8032 mutama iyo weekend ingeze nibereye kukiyaga Tanganyika ndikwifungurira umukeke canke indagara akamyama kokeje nuburobe karenzako ikiyeri akazuba karikurenga ncabona kwabarundi twahiriwe dufise igihugu ciza Eka ni Eden
😂😂😂😂😂😂
Ni byiza pe nukuri tuguteye intege kandi ni byiza gukunda iwanyu ariko kandi ni byiza gukora ibishoboka byose ngo hatere imbere, kuko kurima ata fumbire nikiyaga nibintu kama byahozeho nibyiza ko habaho kubuteza imbere mu ngeri zose, imihanda igezweho, inyubako zigezweho, uburere mumashyure bigezweho, iterambere mubinyabiziga byoroshya ibyingendo nibindi, ni byiza ko mukora cyane kandi u Burundi twese turabukunda niwacu pe, na benshyi mubayobozi bu Rwanda ubona gushyika kuri first lady bavukiye bakurira I Burundi
@@RUBERINTWARIErnest gutera imbere kuri wew niki? muburundi turi kwubaka biteyo ubwo uhereye kumabarabara ikivuko ca Bujumbura ikibuga cindege stade intwari salles de comferance du Bujumbura ibarabara ryindarayi rizova tanzania gushika congo presidence de Gitega ingomero zumuyagankuba jiji murembwe kabu 16 Kirasa nibindi kubijanye nuburimyi hoho tugeze kure nimba wiza kuburundi nabarundi tudateye imbere urikwibesha cane ikijanye namashure hoho carakemutse uburundi buri mubihugu 15 Muri africa Bufise abantu bize
Uwambere vuba mu 🇧🇮 likes nzihabwe
Kbs kirakenewe green book by KD
@@thebestfilmsoffice7522❤❤❤❤❤❤❤
Icyakoze uyu mu president abona Imana mbere cyane kbs kd ntaho yibeshye
Erega kuvuga Imana siko kuba umuntu w'Imana,kuvuga Imana udakora Imana ntibishima
Niba azi Imana se wigeze wumva urupfu rwa Nkurunziza rukurikiranwa(investigation) kubera iki? Byibaze nawe
AMASHIMWE
JE NARIMAZE AMEZI ABIRI NGWAYE NRYAMA NICAYE. KANDA HANO ruclips.net/video/osSbdDuN-Tc/видео.htmlsi=Xu53P-qy5l8QlMpR NONE IMANA YANKIJIJE YUMVE KO NDAYISHIMIYE
ruclips.net/video/osSbdDuN-Tc/видео.htmlsi=Xu53P-qy5l8QlMpR
Ndasavye abanyarwanda nabarundi twikyndanire dusenyere kumugozumwe politique tuyihebere beneyo basha sivyo none?
Nibyo rwose bana b'Iwacu
Yego rwose ibi nanjye ndabyifuza
Uvuze ukuri kuko Urwanda n'Uburundi turi bamwe ahubwo imitwe yacu niyo yarozwe. Kandi mwoza tukibanira neza ndazi nizo ndongozi zohinduka 🇧🇮💖🇷🇼
😂😂😂😂ego nukuri uvuze neza ariko rero abashaka kwinjira muvya politique nibobabi.
❤
Nukuri abarundi barihanze nibo bonona igihugu evarist numu gabo cayane 💪🏾💪🏾👏🏾👏🏾
Nyimba arumugabo wanyoko wambwawe
@@NinaZouzou-v9mHoya wimutuka nge sinemeranya nawe 1000% ark ntampamvu yo kumutuka
@@ntwaraneadolphe5850genius
Reka wivu 😂😂
@@NinaZouzou-v9mibipfamurima bibaho pee ntasoni gutuka umuntu nkuko?
Abemera Yuko rocky arenze mumpe like
Mutama wacu tukuri inyuma imana Ibane naw ibigumye ibihindure ivyoroshe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤
Mbaye uwambere muntemwo Like abemera ko Rocky arikizigenza ❤
youtube.com/@jaguarhunq?feature=shared
Love from Burundi❤
Burundian MPa like
Izo link murazihembegwa??
Imana ikomeze kugukomeza 🇧🇮 🇧🇮
Kuva nabaho kuva Neva yaja kuntebe nubwambere numvise ijambo rikantera amarira kubera umunezero kuko ndabona mu Burundi imbere hararyoshe imana idufashije ikadukiza abasuma bari mur Leta yuburundi
Erega Arazi Vyose gusa abo barikumwe bamugirira Nabi ariko bizohinduka tuu
evariste ndayishimiye ndamwemera byahatari
Uwu Nyakubahwa wacu nakomere kw'ibanga ndamukunda cane❤❤❤
President Ndayizeye ndamukunda kuko akunda Igihugu cye n'abaturage .👍
Nange sha noneho mbaye uwambere bavandimwe mumpe aka like 👍
ROCK hejuru cane nd umuabonné wawe kugasobanuye nakuze nunva ariwe usobanura nanubu uracabizobereyemwo uzoze kunsura I Burundi 🇧🇮
President wacu turamukunda cane abavuga nibavuge twe turi inyuma yiwe
Rock uzankorere ikiganiro kubijyanye na ba chef cg abatetsi❤ ndagukunda cyane 👏🙏
IMANA ikomeze ibungabunge uburundi bwacu❤🎉🎉
Uzatubwire kugitabo cya khadafi GREEN BoOK
ndagukunda cyane❤
Turamukunda cane president wacu
Tuna mshukulu mungu kutupa raisi shujaha wa burundi ❤❤❤❤
😢😢😢😢
AMASHIMWE
JE NARIMAZE AMEZI ABIRI NGWAYE NRYAMA NICAYE. KANDA HANO ruclips.net/video/osSbdDuN-Tc/видео.htmlsi=Xu53P-qy5l8QlMpR NONE IMANA YANKIJIJE YUMVE KO NDAYISHIMIYE
ruclips.net/video/osSbdDuN-Tc/видео.htmlsi=Xu53P-qy5l8QlMpR
Kwambaza Imana ni vyo.
Ariko Imana ntizoza kubakorera mwa bantu mwe.
😂😂 Sawa sawa mzee 🔥🇧🇮 Twe twariye tugahaga ivyo bindi nimutureke 😊 Jewe kwi 100 ryanje ndamanura ivoka ariko umuzungu🇺🇸 5$ atayafise ntakorako 👌 OOOOH EDENI🇧🇮🔥🔥😂
Sawa Boss
We ndagufana😂😂 from Burundi 🇧🇮 makamba nyanza lac
AMASHIMWE
JE NARIMAZE AMEZI ABIRI NGWAYE NRYAMA NICAYE. KANDA HANO ruclips.net/video/osSbdDuN-Tc/видео.htmlsi=Xu53P-qy5l8QlMpR NONE IMANA YANKIJIJE YUMVE KO NDAYISHIMIYE
ruclips.net/video/osSbdDuN-Tc/видео.htmlsi=Xu53P-qy5l8QlMpR
umu President twemera cane ariguhumura amaso abarundi kandi turi mwiterambere ryiza imana ihezagire abarundi nuburundi
Ndavyishimira kuba ndi umu🇧🇮 ✊✊✊✊
We love you our president❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮.
Umu president wamateka 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 wemeranya nanje mpa iyo like 🤗🤗🤗
Rock urarenze kbs uradudamwo utuntu twubweng niwubahwe
Nduwambere❤
Rock wubahwe cyan kbx iburundi turikumw 5 /5
Très bien Rock, mesage bien reçu
Burundi ndagukunda sana ❤
Imana ifashe abaturanyi bachu baba rundi ❤
Hahaha.Mu Rwanda mwarateye imbere?
Umupfu ntiyinukira.
Urwanda ni co gihugu abantu barwara amavunja, inzara yica...
Rock icukoze uciyubwenge kuki atacowashimye kuvuga kwayamajambo ya nyenicubahiro G.E.Ndayikengurukiye?
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥
Ndagusabye umbabarire uduhe amateka ya Omar mukhtaari wabukoze saaana na film ya ertugrul bey na authman umwana wa ertugrul bey nifirime zikurikirana uzabukoze sana
Caykoza. Nibyo pe
Rocy na evariste mwubahwe cane murintwari peee
Number UNO
Welcome again brother😊
Disi uyu mugabo akunda igihugu n'Imana naho yaba adakijijwe kuba ajya ayutezaho akanayishyira imbere mubyo avuga ntizabura gutabara abavandimwe bacu biburundi
Rock niwubahwe cane 👍👍
Yarabahariye sha😢 .
Kutatubwiy ukuntu joe Biden yeguye kuziyamamariza kumwanya WA us president
Eden yejuru cyane kli 💪✌️
Imana ishimwe
Mr Rocky wubahwe🤝 turakumva 5/5
Asante sana raisi wetu
Como Estas Amigos?
Estamos bien
Na boa
Ico utabeshe namba, abasoda n'abapolisi baragukunda caane goose kurusha abandi bakuru b'ibihugu babayeho kuva no kubami....kuko warabagarukiye ubongera amahera menshi caane no kubafungurira neza nk'inyama, ubugari bwa sembe, ibitoke, ibiraya, icayi n'umukate, etc...
Mbega agahinda uteye isi n'abarundi muri rusangi 😭😭😭 Imana nitabare biteye ubwoba n'agahinda😢😢😢
Sarira iroma wakirwariwe
Uburundi imana yamye ibukunda bizohera
Ndakundigihugu canje Ariko ndafisubwoba bwakazoza😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Asante sana msaza rocky kuduha amateka
Rocky urikimomo kbx niwaza muburundi nzoguha akantu niwirambire
Ngo Irya Ryanawee Zirihehe Nareke Ububesh Shaa Ibintu Birazimvye Kugwego Gohejuru Ngo Gtg Ibiharage Ibishimbo Ngo 1600 arabizana Tubigura Asha Ndumiweee
Kimomo turakwemera saan burund
Umwansi wambere w'Uburundi numurundi nyen! Intambara turwana nizabarundi nyen badakunda igihugu! Ariko umugani wa Nyakubahwa President, turi kumwe n'Imana vyose bizogenda neza..... umwansi azotsindwa
Rocky ndagushumiye ko usigaye ukora ibiganiro vyo muburundi
❤❤❤🇧🇮
Ndagukunda Papa tugufasha gusenga Kandi never give up turi inyuma yawe
Njyewe ndagukunda cyane president ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Edeni 🇧🇮
Wubahwe Mr Everist Ndayishimiye Uburundi burigutera imbere imana ishimwe❤
Ushingiye kuki ?
@@ntwaraneadolphe5850 make research,hariho new projects nyinshi zirigukorwa nkimihanda myiza ibiraro nibindi
Kabisa uvuze ukuri
Rock uraduha s3ya bel air ndagusavye
Nareke itabi
Respect
Umumfashe mutsobanurire mbe igitoro nigiki plz kinyarwanda🙏
Petrol & essence
Thank you
Nanjye byaribyancanze ariko thanks
Amen pastor
Uzavuge kuri Edden kukiganiro cyibutaha
Hangama Mze wacu ndakwemera Sana uwukwitambika nikumusongako 🙅🏻🙅🏻💫🇧🇮
Abarundi bamwe bamwe barihanze nibo kibazo c'Uburundi mukugicafuza
Arabesha
Rocky wacu ❤❤❤
Cyakoz
Aho mutam waj komera kumuheto🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🙏🙏🇧🇮🇧🇮
Rocky ndakwemera
Sinanze ko avuga Imana birashimishije kubona President avuga Imana ark yesu akiri mu isi ibikorwa bye nibyo byavugaga ubutumwa kurusha amagambo ye meza yajyaga avuga simbona ibikorwa byuyumugabo uretse kwivugira inzitizi nimbogamizi
Uzabibona waaa niba amaso yawe afunze se😂😂😂
@@Invisible-97 Reka ubuhezanguni umpe fact
Dunia siombaya watu ndoabaya 😢😢
Bokinda bagaramye bubika inda Imana izobigenza neza sinarinzi ko aribatobiya batwugariye inzira z'igitoro.
Ngo ikibazo n'igitoro gusa 😂😂😂😂😂😂😂 mugihe umuceri wahoze kuri 1800 ibeyi ya nyuma ibiharage vyar 1200 ifu ifu yinyange yari 700 ikivude kuri 1100 ubu ibiharage ni 3500,4000 umuceri 4000,5000 ikiro c'ibirunguru kingan n'umuceri 😂😂😂😂😂😂 isukari yoyo sivyo kuvuga 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 IMANA ishimwe pe 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Mana ni wewe vyose 😂😂😂😂😂😂😂😂 Mana hezagira igihugu canje ❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi speech imeze nka zimwe zabazungu baje bitwaje Imana nyamara bafite izindi missions ubu c abarundi baracyari injiji zo kubeshywa kuri uru rwego???! 😂 Ngo polisi nabasoda barishimye bari gushirira muri RDC
Uyumugabo igihugu cyamunaniye
Ingo ukimufashe noe
Nanje mbaye uwicumi 10 mump like
NEVER URAKWIYE KWIGA IBIJANYE NUBUYOBOZI KUKO NTAMVUGO YUBUYOBOZI UFISE
ABARUNDI TWARARAMBIWE NA COMEDIES ZAWE
Sinamutoye ariko ndamukunda Never ntazocikintege mutama nagume akora ukunyene
Ese arimo arasenga cg?
😮😮😮😮😮
2060 nzaba nyiriho🤔
President wacu yubahwe inryarya duhinduke
Mercie
Neva😂
Iyo miduga baguze none yaguzwe mumarundi ko muvuga ngo ntama dora ??
Igitoro nigiki rocky?
Essence
😢😢
Ese speech zuyu mujama ntizijya ziburamo ibiryo?
Imana ninigukomeze musaza