Reka dushime ko Bruce abamwishe babonetse! None mu myaka icenda abantu bicwa, iyo niyo enquete yonyene igizwe igizwe ku bwicanyi buba iminsi yose! Abandi bishwe na nde? Le ridicule ne tue!!
@@blackmamba2500urubuze inkware ruvumbukana igihuna Niko babivuga mu Burundi abarundi sinzi Ico bapfa nu Rwanda ariko yaba yari umuhutu atwara u Rwanda baba bacuditse je sinzi ryari amacakubiri azova mubantu
Iperereza ry'uburundi risigaye rikomeye, congratulations 👏👏👏👏
Basha igipolisi c'uburundi cubahwe kabsa
yesuweeeeee😢😢😢mundabire aba papa nkabo nukuri bishe uyundimwana😢😢😢😢nabone nibabice
Musigay mukora ibintu vyiza cn👍
Mbabazwa nigihugu change cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda twabuze uko dutahuka imipaka irugaye mudufashe yugururwevpeeeeeeeeee murakoze ❤
Gerageza uce muri tanzania canke muri kongo, kuko iv'ipfungurwa ry'imbibe bishobora kuba bikurengeye.
Nihatari Nukuri 3millions Ubusabwubusa Atanukwezi Ndaburya Abantu Bagera Muri 4 Bakemera Kuyakira Ngobice Umuntu Barakavumwa Niyabaremye😢😢😢
Imana niyomucamanza wukuri nayo abisinababeshigusa ijamboryimana rivugango ingero ugererako mugenzawe niyonawe uzogererwa
Birababaje😢😢😢
Abipfuzako Bruce Irakoze aronka ubutungane afyonde kurino foto yanje ameny nibindi
Jewe numiwe nukuri 3millions frbu,mama weeee abantu bazima koko4 900mille ngo wice,ubukene buhari buragatsindwa n'Imana nukuri
Bravo PNB much respect mukomereze aho basaza!
Ariko harikintu twibagira kweli nikuki twica tukibagira kotuzopfa natwe ??ikindi nikuni twibagira kotuzopfa ? Nokuki twibagira kodusaza ?nokuki twibagira koturwara ??ariko tukica benewacu 😭😭😭from America
Abakoziryobara baragahura naguba nimihimbiri.3millions ukaka ubuzima umuntu .
Uyu mugabo avuga nezaaa
Nukuri Imana yihanganira vyinshi.ivyo bintu birababaje cane
Nkunda uyu policy cane nkashima ukuntu avuga yitonze nashaka inamba yiwe
Mubarase bapfe kuko namuganziwabo yarashaka ubuzima ,
None kuri gutwenga nkuwuri kuvuga inkuru iryoshe ahubwo menga wavyishimiye
Ntivyoroshe
Birakunezerey
😢😢😢😢😢
Wow,
Gusa abantu benshi turi ibijuju,uba wibaza ko wokwica umuntu hama Imana ikakureka bigaherera aho?
3million zikaba zisigaye zigura umuntu agapfa.igihano cokwihora kirakwiye gushirwaho uwishe agaca yicwa nawe
Bamurek bavyivugir nivyovyiz banyakubahw
Ahubwo nabo nibabamanike
😢
Ariko ga man ayo namahera yokwicira umuntu kweri mana garukira igihugu cacu
Nabo bakwiye kwicwa
Nimubice nabo Abo bagesera
Abishe Kirahwata nabo ko ataco wabavuzeko kandi baravuzwe !!! Barafashwe ?? Uburundi bwacu umucafu gusa
Ruce rucibga ikibiriraho.
Jew mbonumenga sivyo ivyobintu arakarengane kubivuga utwenga
Niko yimereye uzohore umukurikirana uzobonako ariyondemanwa yiwe
Nn ushaka abivuge arira ??? Aho hoho yokwama ararira ntamusi atorira
None mwumva hasigaye iki nabo bamanike uwishe nawe azokwice
Irambona JD😂😂😂😂
Nawe uko uriko urabosigûra womenga hari caméra yariko irafata jvyabereye aho nuko yagandaguwe
😂
Nn ww wunvirij ibyoyavuze . N amatohoza .
Erega nibo bavyivugira
Ivyuburund biragoye
Mbega komutaretse ngo bavyivugire??
Mbwira igihugu wabibonyemwo
Genda ubavugire ww
Urinkabo
Ahubwo nawew urabizi kwikintu uwokubaza neza
Abo bantu nayonyene. Bakwiye. Kwicwa
Reka dushime ko Bruce abamwishe babonetse! None mu myaka icenda abantu bicwa, iyo niyo enquete yonyene igizwe igizwe ku bwicanyi buba iminsi yose! Abandi bishwe na nde? Le ridicule ne tue!!
None ushaka hakorwe amatohoza kubo bataronse . Uy babaronse bahora baberekana .
oyasimyakicendagusa iyuvugakuva zamirongindatu irindwinakabiri nkagatatu naninumunani cendagatatu abishereta ndandaye yariyashinze iyubivuga utinibabazane baberekanenabo
Urikureporting avec sourire? motherf***
Ikigaragaza ko Arimo abeshya
Niko kimeze iki kijama very fucked up
Reportage du porte parole de la police
Muraraba ko atarabanyarwanda babarungitse
Urwango mufiteye Abanyarwanda Sinzi aho Ruva.
@@blackmamba2500urubuze inkware ruvumbukana igihuna Niko babivuga mu Burundi abarundi sinzi Ico bapfa nu Rwanda ariko yaba yari umuhutu atwara u Rwanda baba bacuditse je sinzi ryari amacakubiri azova mubantu
@@yvettekaneza4385 nn ivyo vyabahutu navyo ubivundurukanye heh ??? Muzokwicwa nintuntu??
@@chadracknihorimbere7278 sije nabizanye birazwi KO umututsi yankwa Kagame iyaba Ari umuhutu uburundi ntibuba bumwanka
Reportage du porte parole de la police