Murekure ama MOTO ashike muri VILLE abantu bararushe caane II Umukuru w'inama nkenguza mateka

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 фев 2025
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Комментарии • 359

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 7 месяцев назад +10

    Abashingantahe nkabo nibotubadukeneyepeee abazi uburundi na abarundi bose murirusangi mumpe maua yake uyomu baba🥰🥰🥰❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹👍

  • @shizomaniga9627
    @shizomaniga9627 7 месяцев назад +30

    Nukuri😭abarundi turarushe gerageze mutworohereze banyakwubahwa mugire impuhwe kwel😢

  • @minanidenis9793
    @minanidenis9793 7 месяцев назад +21

    Iyo mbonye Président wa Sénat yacu afashe ijambo, ntirintoroka. Avuga ijambo ry umugabo w ijambo n ijunja. Uze wirambire. Imana ikuje imbere

  • @michelineharerimana6998
    @michelineharerimana6998 7 месяцев назад +14

    Yesu aguhe umugisha kuriryo jambo ryokwiyumvira kubantu bataronka uko biyunguruza

  • @ndabwarukanye-pg3zp
    @ndabwarukanye-pg3zp 7 месяцев назад +7

    NYENITEKA mwubahwe cane muga kandi nigute abashikiranganji batokora ibishoboka vyose abanyagisagara bagatwenga vraiment turarushe turakeneye ingingo zodufata mumugongo

  • @kakkadija7355
    @kakkadija7355 7 месяцев назад +2

    Batore
    Abafise akamaro
    Twabuze Pierre, Nkurunziza, ubu tubaduteyimbere, nurukundo, rwarirwatangiye,kugaruka
    Niyiryamire Murundi❤

  • @christelle2465
    @christelle2465 7 месяцев назад +4

    Imana iguhezagire Honorable Nsinzohagera. Muribake mwitwararika abenegegihugu. Nibarabe ayo abantu bagowe batabare. Aka n akaga kugihugu cacu c u Burundi. Amarira n imiborogo yacu yarakwiye kubuza izo ndongozi kuryama

    • @hategekimanamariespeciose5701
      @hategekimanamariespeciose5701 7 месяцев назад +1

      Erega bobo ntakibazo bagira ko iwabo vyama vyuzuye bakibagira kwaritwe tubahemba mumakori yacu imana irababona sha

  • @Ndayise65364
    @Ndayise65364 7 месяцев назад

    Mutama president du sénat vraiment je vous felicite de plus que Dieu soit vous benisse nukuri ndagushima cane ikiyago ukora kiraryoha mwavuga ntako mutagira kimwe gusa nuko mubwira abatumva.

  • @MakeraJanvier-v9f
    @MakeraJanvier-v9f 7 месяцев назад +3

    Imana imuhezagire nyakubahw iyakab bamwumvira bagakora ivyo yasavye

  • @GinetteNishimwe
    @GinetteNishimwe 7 месяцев назад +1

    ❤❤❤❤ nyishi wubahwe Aho nukuri uvugiy beshi kuber muburundi turarushe can nibareke mamoto nam Kinga kore

  • @ndayisengagregoire627
    @ndayisengagregoire627 7 месяцев назад +4

    Imana ikuturindire kabisa. ikongere inkomezi pe

  • @AganzeMarymia
    @AganzeMarymia 7 месяцев назад

    Uyu ndamwemera Imana yofuma ica inzira akaba Président ❤❤❤❤ivyo avuga nukuri

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 7 месяцев назад +3

    Yoooo mukhamaaa uyomuntu yiyunviyico ninde nomuheka nikigoma nkashirako mana nibarab babirekure kuko ayomategeko barikobazana siyo retayunomusi nihatari iteranyagahinda nibarekure ibintu vyose

  • @FofanandineBlack
    @FofanandineBlack 7 месяцев назад +1

    Turi mumyaka yanyuma yimiruho namagogwa kimwe umurundi wese akeneye kujahantu agafata umwanya agasengera igihugu cacu nabakibamwo muri rusangi atibagiye nindongozi kbx kk abarundi turarush kbx

  • @IrankundaRedampter
    @IrankundaRedampter 5 дней назад

    Nibabarekure bakor akazi igihugu gitere imbere

  • @RutareIrambona-gh1d
    @RutareIrambona-gh1d 7 месяцев назад +11

    Kndi nkaho ntihabuze abantu bariko bamubona nabii sha turacafise uwu mwubahwa Imana imumurikire

    • @Rahima-z5h
      @Rahima-z5h 7 месяцев назад +1

      Abonyene bicaranye

    • @sarasara-ur6nz
      @sarasara-ur6nz 7 месяцев назад

      ​@@Rahima-z5h😂😂😂😂😂aha hariho abavyakiriy neza n'abandi bavyakiriye nabi ivyikigihe ukuri ntikugikenewe.

    • @XhxhXhxh-i1f
      @XhxhXhxh-i1f 7 месяцев назад

      Abamugwany nib besh

  • @RanY-io5rz
    @RanY-io5rz 7 месяцев назад +2

    Uyumuntu iyavuze avuga ibyokunyungu zabenegihugu kandi arishira mukibanza cabanyagihugu bato bato Imana yomwijuru imishire hajuru kurusha

  • @MauriceHAVYARIMANA
    @MauriceHAVYARIMANA 7 месяцев назад

    Mukuru w'inama nkenguza mateka,Imana igukomeze cane kandi bitubere akarorero keza kubarundi.Umutima w'impuhwe niyo nzira izotuma dukora ibikorwa vyiza bibaho tugatera imbere.

  • @Ngenda-dg8bh
    @Ngenda-dg8bh 7 месяцев назад +3

    Ndamwemera arazi ico nkenguzamatika ijejwe kandi avuye ubwenge ,aratandukanye cane nawawundi.

  • @binancerwanda
    @binancerwanda 7 месяцев назад +4

    Muri Eden ngo ni gute brothers 😂😂, i like to watch your comedian #Neva. He makes my day

    • @kingshyakagilbert1394
      @kingshyakagilbert1394 7 месяцев назад +2

      Brother iki sicyo gihe cyoguseka ahubwo dusengere abavandimwe bacu byatuberabyiza bishimye rero tubafashe mumasengesho imana yitamurure kugihugu cyabo

    • @binancerwanda
      @binancerwanda 7 месяцев назад

      @@kingshyakagilbert1394 bro uvuze ko nyiri urugo yapfuye siwe uba umwishe

    • @kingshyakagilbert1394
      @kingshyakagilbert1394 7 месяцев назад

      Nonex ubwo urigutangaza cg urabyina kubyimba kugiranga nakazoza gahonoke uwasumuco nyarwanda kbx

    • @binancerwanda
      @binancerwanda 7 месяцев назад

      @@kingshyakagilbert1394 nrb bro ubwo uri kuki nta makemwa

  • @manimfasheansaansa7548
    @manimfasheansaansa7548 7 месяцев назад +26

    Nukuri uwumuntu lmana imurinde ntibamukureho 😢😢😢 namakinga babireke har abanyeshure bobewe kuber gucerw kwishure vyukur uburundi bugerey kure knd abenegihug batobato turababaye knd bizoheruk twese tuj mwibarabar mutwic mutwish kuk ntacombon tukimaz 😢😢

    • @Hi5392
      @Hi5392 7 месяцев назад +1

      Pore nukuri. Mukomere😥

    • @hategekimanamariespeciose5701
      @hategekimanamariespeciose5701 7 месяцев назад +3

      RINDIRA amatora arageze abanyagihugu birigwe barayerera nububuzima buruhije jew niyompamvu mvuga ndababaye pe abana bacu bayobewe kubera guceregwa gusa

    • @MinaniPenuel
      @MinaniPenuel 7 месяцев назад

      ​@@hategekimanamariespeciose5701😢😢😢

    • @EmelyneIgiraneza-p8e
      @EmelyneIgiraneza-p8e 7 месяцев назад +1

      Nico gituma BURUNDI kugira butere imbere bigorana kuko abo bitwa abategetsi cabura aba president birengagiza ibintu byinshi nokubona ko abantu bohasi ataburengazira bafite bwokubaho kuko ayo mamoto cange amakinga cabura ububajaje nibintu byafasha abobantu atabubasha bafise bwimodoka ariko ibyobyose ntibabibona

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 7 месяцев назад +1

      *Ngo abakecuru muri ibihwiji, ngw'ego data turi ibihwiji, ngo abakecuru muhendwa mubona, ngw'ego data duhendwa tubona*
      Twitabire ako kavyino n'akacu

  • @Fernand_KyGame
    @Fernand_KyGame 7 месяцев назад +8

    Uyumushingantahe Yubahwe Cane

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 7 месяцев назад

      Nta ciza c abo bagabo atari ububisha gusa gusa

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz 7 месяцев назад

    Mukomere cane mutama Imana iguhe umugisha nibadutabare kuko twebwe banyarucari turahaboneye ishano pee😢😢.

  • @adamoman4966
    @adamoman4966 7 месяцев назад

    Nyakubahwa invugakuri izondege zintaro ahotugeze nizozodukurayo ahubwo abazuko zikoreshwa ni babwire abenegihugu biyunguruze bitagonye cankagasukari tuguruka tugasangiyokari jembonavyoba vyizacyaneee wubahwe🙏🙏🙏turagushimiye kuvyuyunviro vyawe vyiza❤️❤️🌹🌹👌

    • @MutimaClinic
      @MutimaClinic 7 месяцев назад

      Abarundi mpereye kundongozi dufise ikosa rimwe ubona munzu yawe bimeze neza ububona umengo uburundi bwose burorohewe ,nkabo impamvu batatwiyumvirako nuko igitoro kiba gike kibicabooo rero bacababonako tweeese kwideplaca kwaramahorooo bref icutifuzako kikubakooo kirindeee abandiiii murakozeee

  • @EricManirakiza-g6d
    @EricManirakiza-g6d 7 месяцев назад +2

    Yooooo 🤔 mungu wangu we 🙆🤝ababashingantahe turabafisekweri mugihugu?mporanibazako batinya kuvuga,ariko mutama urakwiye kuba kiongozi nkumu president ijanakwijana uhezagirwe kuko ntamuntu murimwebwe nkawe abonako turushe uhezagirwe🙏🙏

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 7 месяцев назад

      @@EricManirakiza-g6d imburabana ngo yugumbira irekwe !!!

  • @fulgencenkurunziza4707
    @fulgencenkurunziza4707 7 месяцев назад +1

    Imana iguhe umugisha nyakwubahwa Emmanuel

  • @GerardMurenzi-p4l
    @GerardMurenzi-p4l 7 месяцев назад +5

    Sha ibyobibazo byawe urabizira,Sendagara arakugandagura

  • @anithanininahazwe4589
    @anithanininahazwe4589 7 месяцев назад

    Wubahwe mutama uvuze ijambo ryiza🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️

  • @ديانابروندي
    @ديانابروندي 7 месяцев назад

    Waaa. Naba tuba dukeneye🎉🎉🎉🎉🎉

  • @Beloved-E-l-h
    @Beloved-E-l-h 7 месяцев назад

    Bareke amakinga yongere gukora nimba ivyigitoro vyanse .ntakundi Imana ikomeze kuzugama uburundi nabarundi bose.

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 7 месяцев назад +4

    Jew umwana wanje yaba no 5. Afise ubwenge cane ariko ubu ariko arananigwa kubwo kwiga kure akabura bus Mana iyongira iyonja uburundi bwacu nobuvamwo pe

  • @nduwimanaabdoull743
    @nduwimanaabdoull743 7 месяцев назад +4

    Nimurekure gusa amamoto namakinga ashike murivile kuko nomuri tz amamoto niyo déplacement principal ikomey kuruta imodoka kuko amamoto namaking afash abanye gihuh kwiruka kukaz namanyeshur gushika kwishur neza ata bint vyo gucegwa vraiment murab ukunt mwodufash kbx turarushe kbx

  • @JoelManirambona
    @JoelManirambona 7 месяцев назад

    Mwubahwe cane Mwubahwa wacu murongoye inama nkenguza mateka

  • @PaulNzisabira-m9z
    @PaulNzisabira-m9z 7 месяцев назад

    Uyumutama yubahwe nuwamateka komera mutama imananikuj imbere iguh amagara meza ibandanye hutuvugira

  • @theontaki8062
    @theontaki8062 7 месяцев назад

    Murakoze cane gose Honorable

  • @nihorimbereaudace4187
    @nihorimbereaudace4187 7 месяцев назад

    Exactly ntaguhishumwotsi inzu yamazegusha nibarekuramakinga na mamoto aharakora for so long
    nukuri turakenye tuvyemere muhataco turaronka twikore kuburyodufise
    akarizo kimpene kiyagazaho kagera
    niko bayamaze

  • @ClarisseMunezero-zo7we
    @ClarisseMunezero-zo7we 7 месяцев назад +2

    Nibarekure izo moto na makinga kuko turarushe

  • @NGABO-f3q
    @NGABO-f3q 7 месяцев назад

    NYAKWUBAHWA Emmanuel Sinzohagera Yubahwe caneeee🎉

  • @hatungimanaEmery-oh9th
    @hatungimanaEmery-oh9th 7 месяцев назад

    Asha wubahwe cane vrt Aho bukera bakongeree yamara kugira bij mungiro nkuko mubituvugiraa kl

  • @byukusengedieudonne1894
    @byukusengedieudonne1894 7 месяцев назад +2

    Wise man

  • @jacquesnteziryayo3767
    @jacquesnteziryayo3767 7 месяцев назад

    Urumugabo w'ijambo kbsa, uwakugira umukuru w'igihugu harico wofasha abarundi

  • @ErickNduwimana-tp9gb
    @ErickNduwimana-tp9gb 7 месяцев назад +5

    Ikibazo Mwagaye Intumwa Y'Imana Peter Nkurunziza mwibuke isengesho ryiwe kumatora Nti"《 Uwozokwihenda akiba Amatora y'Umwene gihugu Imana izomugaragaza none nimwe mwavyikwegeye Muterako nuwo mwivye muramuduzugura. Nimusubize itsinzi benayo ahubundi nibindi baracaza.》

  • @MupendaJaphet
    @MupendaJaphet 7 месяцев назад

    Komeramashi uyu mukozi w'imana🎉🎉🎉

  • @MazaFabrice
    @MazaFabrice 7 месяцев назад +13

    Uyu mu président wa sénat ndamukunda cane

  • @HakizimanaMédiatrice
    @HakizimanaMédiatrice 7 месяцев назад

    nukuri imana ikurinde impande zose mutama urafise umutima wubuntu❤

  • @SibomanaJeanPierre-sy8fx
    @SibomanaJeanPierre-sy8fx 7 месяцев назад +3

    Nukuri ahubwo baracanganyikiwe nibatangimihoho turarushe igihugu umengo bagitoye kubuntu

  • @SergesNduwimana-dy1ch
    @SergesNduwimana-dy1ch 7 месяцев назад +25

    Urakwiye kuba umukuru wigihugu basi. Utandukanye cne n'a Gélase ndabirabe pe.

    • @violettekarenzo1157
      @violettekarenzo1157 7 месяцев назад +1

      urabivuze nanje ndumva yarakwiye kutuyobora Alaba sebarundi

    • @FeliciteNiybitanga
      @FeliciteNiybitanga 7 месяцев назад +1

      Nukuri yubahwe 😞😞ubwo busirimu bwo gukuraho ama moto & ama velos ntabwo aribwo busirimu

  • @ViatorNitung
    @ViatorNitung 7 месяцев назад

    Muzehe urumugabo p.ramba

  • @MaombiGift
    @MaombiGift 7 месяцев назад +1

    Uvuga neza Mutama vyukuri Amamoto Namakinga Ngobarayakuye 😂😂

  • @EllissaNiyogusenga
    @EllissaNiyogusenga 7 месяцев назад +1

    Abashingantahe bamaho.kenya imotozama Nairobi Kandi ariko ntantambamyimbona kbx nikinga uyifise urigira. Muta wubahwe uvuzengo ikintu kizima.uravugiye abenegihugu

  • @JeanvierHakizimana
    @JeanvierHakizimana 7 месяцев назад

    Ivugakuri ziracariho kweli Imana ibandanye imuhezagira inamuzigame.

  • @EvelyneNIYONGERE-o1x
    @EvelyneNIYONGERE-o1x 7 месяцев назад

    Nukuri

  • @B.s3909
    @B.s3909 7 месяцев назад +1

    Umuhutu wubwenge abandi ubwantwa bwarufutse umunwa
    Bravo nyakubahwa 😢😢🤲🏾🤲🏾

    • @Hi5392
      @Hi5392 7 месяцев назад

      🙄vyari bikenewe kuzana amoko ngaha? Ntazina ryiwe uzi? Ico nico gitumye igihugu cacu kiri icanyuna nuri vyose🤦🏽‍♀️

    • @B.s3909
      @B.s3909 7 месяцев назад

      @@Hi5392 ivyamoko sikibazo mugenzi no muri europe birahari mugabo babanye navyo neza, ivyo niwashaka nizopfa biheze
      Komera ✌️

  • @NdahiroJonathan
    @NdahiroJonathan 7 месяцев назад +21

    Uyumutegetsi niyiyamamaze ashike kubutegetsi

    • @TheWatcher-py3qm
      @TheWatcher-py3qm 7 месяцев назад +2

      Ikibazo, siko bigenda Muburundi.

    • @eloinikuze
      @eloinikuze 7 месяцев назад

      Ngira ntivyokunda,?

    • @popquent_b-bq2zg
      @popquent_b-bq2zg 7 месяцев назад

      uyu nanje nomutora kbs mbega yitwa gute?

  • @YollandeNkurunziza
    @YollandeNkurunziza 7 месяцев назад

    Urakwiye kuba umukuru wigihugu nyakubahwa

  • @ندشننن
    @ندشننن 7 месяцев назад

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤nibyooo papa kabisaaa🎉🎉🎉🎉🎉

  • @VioletteManirakiza-jf2rk
    @VioletteManirakiza-jf2rk 7 месяцев назад +4

    Mwarimuvuze neza mutama nuko ubwira abatumva nukuri uburundi turarushe

  • @ManiragezaMenard
    @ManiragezaMenard 7 месяцев назад

    Ndakunda cane Emmanuel sinzohagera si nsumirinda ni umuntu ari mukibanza yategerezwa kubamwo . Kumbure muri kazoza hamwe yokwigira haruguru gatoya twokira🏃🏃🏃🏃🏃

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 7 месяцев назад +1

    Na wew madame ivya transport bikunanire kweri jw bwana ishavu muntera wapi kabisa

  • @kakkadija7355
    @kakkadija7355 7 месяцев назад

    Uravugukuri
    Izontumva,zibona ababobahaze
    Bakiterera,kumaternet nguburundintacobukenye😂

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 7 месяцев назад

    Abagabo #binryamunyu nkaba barakwiye kuba benshi wew aratahura ko #umunyagihugu #mutoyi akwiye kworoherezwa

  • @GerardMurenzi-p4l
    @GerardMurenzi-p4l 7 месяцев назад +4

    Sha urumuhanga wallah

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 7 месяцев назад

    Nibemerere kumugaragaro abarozi nabapfumu gukoresha intaro kumurango no mwijoro atacamira kugira abantu twiyunguruze neza pe kuko jw simbona intwaro pe bose barasinziriye mwigire kubiriko bibera kenya nimutisanga ahatemba ndabarahiye reka turorore nimutume mugabanya imishahara yanyu turazi ko muhembwa ikirenga Kandi atanakimwe mutumariye muranterishavu bwana

  • @NduwayoBosco-xy1ut
    @NduwayoBosco-xy1ut 7 месяцев назад +1

    wewe bararara bakwishe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤imana ikurinde

  • @prudenthanyurwimfura7375
    @prudenthanyurwimfura7375 7 месяцев назад

    ohhh ndumva abarundi muri muri guma murugo ya 2

  • @louisnshimirimana9961
    @louisnshimirimana9961 7 месяцев назад +3

    Reka muvyeyi reka ,sivyo kuvugwa

  • @Mpawenayo-h6b
    @Mpawenayo-h6b 7 месяцев назад +1

    Uwo n'umugabuo kweri! Ubwo bubeshi bw'uwo mugore nabwo!!!

  • @fanuelntirampeba1106
    @fanuelntirampeba1106 7 месяцев назад

    Umukuru wi nama nkenguzamateka, biboneka ko, ariwe wenyene afise umwitwarariko w ingene abenegihugu babayeho!!!

  • @PacifiqueManirakiza-x7w
    @PacifiqueManirakiza-x7w 7 месяцев назад

    Imana iguhezagire kwijambo nkiri mutama

  • @manimfasheansaansa7548
    @manimfasheansaansa7548 7 месяцев назад +4

    😢😢😢😢😢😢😢 turababaye nuko mufise abatoni munzu zanyu basha

  • @emmanuelkoundensengiyumva2587
    @emmanuelkoundensengiyumva2587 7 месяцев назад +1

    Amashi mesh🙏🙏🙏

  • @Isa3th
    @Isa3th 7 месяцев назад

    Urimvuga kuri niwewe mutama uvuga ukuri wohoho urabona ayo tugowe mutama IMANA ikurinde.

  • @دورا-ظ5ش
    @دورا-ظ5ش 7 месяцев назад

    Urakoz.muvyeyi.

  • @nsengiyumvajeanine-u2w
    @nsengiyumvajeanine-u2w 7 месяцев назад +1

    Indongozi yijunja nijambo, hezagigwa mwubahwa wacuuu

  • @ndayisengagregoire627
    @ndayisengagregoire627 7 месяцев назад

    hahahahahaha.aire ruyigi😀😀😀😀na rutana ngirango

  • @GabinBitangimana
    @GabinBitangimana 7 месяцев назад

    Ico nogufasha mukuru wasenat jew ndakurungitse ugende wiyamamaze ijwi ryanje ucuburariharura vrt sinzigutetereza

  • @nirereegide1230
    @nirereegide1230 7 месяцев назад

    Aho cakiwerewere kitagira ubwenge ngo Gerase ndabirabe gica kimuzivya ngo navuga ibindi

  • @irakozemelance4703
    @irakozemelance4703 7 месяцев назад +3

    Aho rero akaba arahejeje kwishura😮 niwitahire sha wirire chips and chiken abandi dukomeze tuharye irege.

    • @kaburamaxime5100
      @kaburamaxime5100 7 месяцев назад

      Ego vrema akaba arhejej
      Barateran ishavu

    • @ericjohnson315
      @ericjohnson315 7 месяцев назад

      Wapi nuwamubajije ntiyari yizeye inyishu itomoye. Ntimumukarire madamu.

  • @bavuganezaImmaculee-pn9ni
    @bavuganezaImmaculee-pn9ni 7 месяцев назад

    Uvuganeza weho birarenze imana idutabare ivyokwiyunguruzabiraturuhije

  • @ClaudineNshimirimana-g5s
    @ClaudineNshimirimana-g5s 7 месяцев назад

    Nivyo nukuru turaruzhe cane amamoto yarafasha gosse cane nama bajaji

  • @صالحالصوافي-غ5و
    @صالحالصوافي-غ5و 7 месяцев назад

    Uyu mugabo🌹🌹🌹🌹🌹

  • @muthonicynthia3969
    @muthonicynthia3969 7 месяцев назад

    Uzokwitoze tuzogutora ijui ryanj urarifise.

  • @AkiliMasomo
    @AkiliMasomo 7 месяцев назад

    Umukuruwinamankenguzamateka niyirambire, abajije ikibazo cinkoramutima.harinabatskivuga batunturiyekumutima

  • @FofanandineBlack
    @FofanandineBlack 7 месяцев назад

    Turi mumyaka yanyuma yimiruho namagogwa kimwe umurundi wese akeneye kujahantu agafata umwanya agasengera igihugu cacu nabakibamwo muri rusangi atibagiye nindongozi kbx kk abarundi turarush kbx

  • @kwizeragauthier984
    @kwizeragauthier984 7 месяцев назад

    Vyoba vyiza kbisa abantu bakoroherwa na gatoya erega nibara ingingo nkizo

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 7 месяцев назад +1

    Nkunda uwumushingantahe.nonenkubu koko babangiriye rirya tegeko rijanye namamoto,bakareka amakonga agashika kubiraro yoyo atanwigitoro,namamoto agashika kubiraro,bajaji zikinjira vile.ahokoko ntibabona koboba bafashije abantu ?nihatari kweri.

  • @medissonmaslownemse2373
    @medissonmaslownemse2373 7 месяцев назад

    Harakenewe nkamwe 10

  • @FrancineNizigiyamana
    @FrancineNizigiyamana 7 месяцев назад

    Uravuzukuri nyakubahwa imani ikomeze kukwungura ubwenge

  • @emmanueluwamurengeye1049
    @emmanueluwamurengeye1049 7 месяцев назад +1

    😂😂😂 ngo ni leta mbyeyi birababaje kweli igihugu ntandongozi gifise ni abanyonyezi gusa buzuyemo

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 7 месяцев назад +1

    😢😢inzego zarijiriwee ewe Burundi Buhire

  • @vanessairangabiye744
    @vanessairangabiye744 7 месяцев назад

    Iyaba Bose arabashingantah nkawe igihugu coteye imbere

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 7 месяцев назад

    Nivyo kabisa

  • @NininahazweOlivier-c8o
    @NininahazweOlivier-c8o 7 месяцев назад

    Babiri nkaba uburundi bwohinduka❤❤❤❤❤❤❤

  • @EtienneNDAYIZEYE-r7w
    @EtienneNDAYIZEYE-r7w 7 месяцев назад

    Ibibazo vyiza

  • @jacquesnteziryayo3767
    @jacquesnteziryayo3767 7 месяцев назад

    Burundi uragowe rwose

  • @MusabimanaGeorge
    @MusabimanaGeorge 7 месяцев назад +1

    Uyumutama ndamukun'da gusumba abandibose kuko yiyumvira kubenegihugu cane

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 7 месяцев назад +1

    Uyumutama ndamwemeye

  • @BizimanaprosperBizimanap-wj1lj
    @BizimanaprosperBizimanap-wj1lj 7 месяцев назад

    Kweli mutama

  • @niyonsabaemmanuel2671
    @niyonsabaemmanuel2671 7 месяцев назад

    Nguyu uwarakwiye gutwara inama nshingamateka apana wawundi ndabirabe yivugira ayashaka

  • @kakkadija7355
    @kakkadija7355 7 месяцев назад

    Yani muteshwagutora
    Abingirakamaro,mugatora
    Abasahura itunga ryareta
    Abanyagihugu bagapfiramubukene,ninzara,😢