Une administration pour servir turacayikenye. Benshi ikitabafitiye inyungu personnel ntavyo bakora. Ndafise akarorero kico nasavye nokora ngo ngifashe noguteza imbere igisata ca Science na technologie noguterera mu gisata co gufasha urwaruka kwishiriraho akazi muga dossier yanje vyaranse ko itera intambwe hari kwihinguza kwinshi kubayifise mu minwe
Urakoze cane nyakubahwa. Mu gihugu cacu igituma tudashika ku vyiza biramba ni: Ukudakunda igihugu cacu. Ukudakundana umuntu wesi akikunda ntakunde. Kugiriranira amahari n'ib.... Uwubonya umwanyav il n'est pas là pour servir mais pour être servi voilà leproblème. Ariko ikiganiro cawe nu cane Imana iguhezagire.
Ntamunya politique numwe muburundi atari muri luxe/vie confortable et aisée!!!!N'umuntu yahora ari umwigisha wa ecole primaire abaye musitanteri kandi ata contrat afise yotuma agira investissement; inyuma y'imyaka ibiri usanga ari DANGOTE mukarere! bisigura ko inyungu zabo zirengeye kure inyungu z'abo bakorera!!!! Abajejwe gushinga inzego babikorereko ko evaluation doit etre regulier et rigoureux.Kuko biragoye kumenya si les criteres zisungwa kugira ngo umuntu aje mumabanga zifitiye akamaro igihugu!on a besoin des technocrates dans les secteurs moteurs sans discrimination liée aux appartenances politiques et regionales .
Ivyo uvuze nivyo. Mugihe babwira abanyagihugu ngo barabarongoye mu kurondera iterambere, bari bakwiye kumenya modele de developpement des tigres asiatiques harimwo na Singapour.
Le Monsieur a tout comparé mais il n'a jamais soulevé une comparaison importante basée sur l' HISTOIRE de deux pays. Ce qui rend alors notre pays loin comparable au Singapour aujourd'hui hui. Nous sommes en train de nous rattraper au moins 60 ans perdus à cause de notre histoire tragique dont nous sommes tous responsables, nous devons l'avouer.... [Je vous épargne LES DETAILS ]....Je suis d'accord avec le Monsieur du point de vue OPERATIONNELLE, le Singapour dispose certains similitudes sur lesquelles nous devons nous aussi nous baser pour redresser notre économie et le développement durable. Et c'est ce qu'est en train de se faire... Notre gouvernement est train de fournir les efforts possibles...Certe on est encore au début mais on est sur une bonne voie, nous devons tous avoir une même vision , changer nos mentalités et travailler dur pour y arriver,...Merci
@@bucindikapierreclaver429 imigambi irakorwa na mahera ava mubintu biri mugihugu no kubintu bisohoka hanze y'igihugu, ari ibintu vyinshi biriha amakori hati mu gihugu, amazu ,amabutike,amapikipiki, ama velo, imidugu ,amasoko... Ni bindi ntashoboye kuvuga .
Uwuraho ati nibazako tudakomeye mu mitwe. None nk'uyo agereranya le Burundi na Singapour mwumva afise ubwenge ? Situation géographique du Burundi na situation géographique de Singapour nta sano bifitaniye
I love burundians ❤. Thats why i will visit burundi 🎉🎉
Welcome my brother Burundi it's beautiful
Voila, ce qu'est a dire pour un peuple noir. Merci Mr Faustin, en tout cas.
Une administration pour servir turacayikenye. Benshi ikitabafitiye inyungu personnel ntavyo bakora. Ndafise akarorero kico nasavye nokora ngo ngifashe noguteza imbere igisata ca Science na technologie noguterera mu gisata co gufasha urwaruka kwishiriraho akazi muga dossier yanje vyaranse ko itera intambwe hari kwihinguza kwinshi kubayifise mu minwe
Babivuga kumunwa gusa
Faustin ndikumana ❤❤
Arivyo nkora noguha Uburundi none ....
Urakoze cane nyakubahwa.
Mu gihugu cacu igituma tudashika ku vyiza biramba ni:
Ukudakunda igihugu cacu.
Ukudakundana umuntu wesi akikunda ntakunde.
Kugiriranira amahari n'ib....
Uwubonya umwanyav
il n'est pas là pour servir mais pour être servi voilà leproblème.
Ariko ikiganiro cawe nu cane Imana iguhezagire.
My country love u we will be rich soon 😊
This man is intelligent for sure .
❤turihasi muburimvyi cane abakene nibobarima iwacu hakenewa machine zirima
Imana ishishikare kuguha ubwenge kandi ndizerako ivyuvuze bazobikorerako
Bien expliqué mon ami Fsustin .
Izi nizimwe muncabwenge uburundi dufise
Ce monsieur est très intelligent 🧠
Imana ituje imbere mumyaka y'imbere Bujumbura hazoba hameze neza dufise Abavyeyi twizeye
Très intelligent 🧠
Turishimy caaaan kub umunt nka Faustin aronk umwany nkuwo agasigur nintambw kugihug cacu
Ndi muyinga ndiko ndagukurikirana uriko uvuga ivyo tunyotewe
Muburundi ubwingenge butavuye mwiterambere ntakigenda. Ufashwe wivye muri Singapour uca wicwa uzanye ibinyuranye numugambi bateguye urahanwa
Musaza komera
Ntamunya politique numwe muburundi atari muri luxe/vie confortable et aisée!!!!N'umuntu yahora ari umwigisha wa ecole primaire abaye musitanteri kandi ata contrat afise yotuma agira investissement; inyuma y'imyaka ibiri usanga ari DANGOTE mukarere! bisigura ko inyungu zabo zirengeye kure inyungu z'abo bakorera!!!! Abajejwe gushinga inzego babikorereko ko evaluation doit etre regulier et rigoureux.Kuko biragoye kumenya si les criteres zisungwa kugira ngo umuntu aje mumabanga zifitiye akamaro igihugu!on a besoin des technocrates dans les secteurs moteurs sans discrimination liée aux appartenances politiques et regionales .
🤔Président, ses ministres, et tout l'appareil étatique baricara izuba rikarenga bigishwa Singapour... Uburundi bwaba DD twaragowe!!!
Ivyo uvuze nivyo. Mugihe babwira abanyagihugu ngo barabarongoye mu kurondera iterambere, bari bakwiye kumenya modele de developpement des tigres asiatiques harimwo na Singapour.
I like yr speech
Urusha neva speach nziza
Uyu mutama ndamwemeye
Peaple of Bdi❤✊🏾
Murihenze
Singapore ivyo barya vyinshi biva Malaysia 😊😊😊
Gusa ni Paradise fiscal niho Amahera ava na Tourisme
Nyakubahwa Pres,ndagushimiye kuriyi n ama nziza yari kenew!
Ndabemera sana
Faustin ivyavuga abanyepolitique barabimusumvya Kure igikenewe nukugira umutima wugukunda abarundi n'ukubakorera
Urumugabo Faustin ndashimye ukuntu ubahaye isomo
PARCEM arabeshe,divide and rule niyo yatwononye.ivyabaye muburundi nibintu vyateguriwe iburayi kandi ntabwo abazungu bashakako dutera imbere niyo mpamvu twama mukutumvikana.divide and rule na autodestruction system kugira tywame turaryana.imfashanyo ziroze twamenyereye .
❤❤❤
Ce monsier ese tres intergent
Urumuntu wokwubahwa uravuz ibintu atamuntu numwe yobtora akaneng
Ahandi ufashwe wivye urapfa kweli ariko iwacu 😮😮😮😮
Urifisikibanza komera kwibanga
Kubaho neza birashoboka, biva kuguhinduka mu vyiyunviro, guta ubunebge nk'akanuka tugakura amaboko mu mpuzu, kugira indero no kwubaha ibidukikije
Waravuze non hahindutse iki
👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👍👍👍👍👍🙏🙏🙏
Le Monsieur a tout comparé mais il n'a jamais soulevé une comparaison importante basée sur l' HISTOIRE de deux pays. Ce qui rend alors notre pays loin comparable au Singapour aujourd'hui hui. Nous sommes en train de nous rattraper au moins 60 ans perdus à cause de notre histoire tragique dont nous sommes tous responsables, nous devons l'avouer.... [Je vous épargne LES DETAILS ]....Je suis d'accord avec le Monsieur du point de vue OPERATIONNELLE, le Singapour dispose certains similitudes sur lesquelles nous devons nous aussi nous baser pour redresser notre économie et le développement durable. Et c'est ce qu'est en train de se faire... Notre gouvernement est train de fournir les efforts possibles...Certe on est encore au début mais on est sur une bonne voie, nous devons tous avoir une même vision , changer nos mentalités et travailler dur pour y arriver,...Merci
Ugomba tugumeyeyo ntituveyo
Singapour ufashw atanz nuwuhaw igiturire baca bakwica!aha umw wes akwega yikwegerako icibagiwe nigiturire uza wumva ngo'nako bokirya bakanyuza aho nshaka'
Kura amakodi mubintu binjira mugihugu , muce murabe ingene abarundi bazotunga kurusha muri singapore🎉
Hanyuma nibayakura imigambi ya reta izoca ikorwa n'iki,abakozi ba reta bace bahembwa iki?
Barabe abatozwa amakori apana numuntu yinjije udufungugwa arihishwa muga ugasanga bo bari mbere binjiza vyishi kndi atamakori atanzwe what happened
@@stonewalljackson1320 jewe mvunze ibintu binjira gusa, ibisohoka birehe ukuri kwamye.
@@BUSHASHASWITCH ategerezwa kuba ubusumbanesumbane kubintu , umuntu afise ikiro cumi ati arihe kori ivyo sisawa mpe.
@@bucindikapierreclaver429 imigambi irakorwa na mahera ava mubintu biri mugihugu no kubintu bisohoka hanze y'igihugu, ari ibintu vyinshi biriha amakori hati mu gihugu, amazu ,amabutike,amapikipiki, ama velo, imidugu ,amasoko... Ni bindi ntashoboye kuvuga .
Wari uvuze iyaba watubwira tukumva. Uwugize ngo arazanye investissement baca baraba ingene amwiba. Bakamupfunga...nka Dr. Sahabo!!!
Mutanze akarorero keza cane , ikibazo kihari mubari imbere mubutegetsi ntagukunda igihugu bibarimo ahubwo barikunda gusa bo nababo
Vyicwa no kwikwegerako
Aha wasanga Faustin atanigihori canke umurima w'ibiharage w'imeteri imwe atunze.
Nimba ivyo ata n'ivyo afise,ariko afise umutwe ushobora guhindura uburundi.Wobaza abo Bose barima nk'uko yabivuze ko ariko baduza umwimbu ?
Bose ntibashobora kuba abarimyi, Faustin yerekana ico leta yokora kugira duterimbere.
@bwenge Ugiye kuraba uko iBurundi turima ivyo biharage n'agasuka, usanga productivite ari ntoya cane. Kandi Faustin ari muri economie du savoir/knowledge economy.
Nubwo utangiye akarorero kuri Singapure utari umurwizatunga biragoye kuba wohaba ubuzima bwaho buragoye
Prezida Evariste Ndayishimiye niwe yivugiye ngo ingunguru igaragara niyo ivuza induru cane?
Nibaze kwari wew nyene wivuze
Nimba ufise ubwenge nk'ubwa Faustin,Imana ishimwe.Mbega ho wumvise leta yamutumiye kugirango atware iyo ngunguru igaragara uriko uvuga ?Mbega nawe woba watumiwe muri iyo nama kugira ugire usubirire Faustin hanyuma ugire ico uterera ?
🤣🤣🤣,biramaze kugushikira ukavuga wibaza ng uvugiye umuntu kumbe uramuvuguruje ??
Uwuraho ati nibazako tudakomeye mu mitwe. None nk'uyo agereranya le Burundi na Singapour mwumva afise ubwenge ?
Situation géographique du Burundi na situation géographique de Singapour nta sano bifitaniye
Oya Uburundi buratunze 😂😂😂 cane kurusha ububirigi 😂😂😂" ijambo ryu mukuru w'igihugu✍🏽
NGOZI turafise incabwenge.
I'm confused about these white People in parliament???
Une administration pour servir 😂😂😂 ive muri Cndd 😂😂😂hanyuma bazo kwibi iki ?
Uyu Faustin ntimbazako atari mu Cndd 😂😂😂😂
Imbwa zose zikuga kimwe! Kandi kugira umenye ko murundi rugo hariyo imbwa iryana,uze ubanze kuja kutemberera urwo rugo
@@Topnews6148 ushaka kuvuga nawe numu cndd 🤣🤣🤣
@@yes_yes1310 none mbaye umu CNDD-FDD noba mbaye iciro ry'umugani? Mbega wewe wemera nde?
Nyakubahwa Faustin ivyuvuga vyofashije cane ariko ubiravye neza abanyepolitique dufise ngaha muburundi dufatiye kubadutwara 95% niba caratuvunye ivyovyiterambere ryuburundi ntibibaraba bahanzwe nokuzuza amabanke yabo yohanze ahandiho guteza imbere igihugu vyari ibintu bitwara umwanya muto kubantu bakunda igihugu none ingorane politique turimwo nubuhinga bwokubesha abanyagihugu gusa tuza twarabihaze tubura ukotugira gusa ariko hejuru yavyose neva turafishe icizere ko ashobora kugira ico afashije ko ubona anabumviriza namitende murakoze.
uyo ar très intelligent,avuga ivyo azi nuko abwira abashira munda zabo
Mushyire abarundi mwishuri bige. Abanya Singapore barize . 😂😂😂😂😂😂😂🔥🔥
Ninde yakubwiye ko abarundi batiga ?🤔🤔
@@larissaakimana3384 ufite ikihe kibazo waaa???
@anny leslie Uwineza ahubw urasara uraza ubigishe ko humva kobatiga ,ww nkeka utanakwije 😏😏
Ariko ururimi ruriko rukoreshwa sinarushimye mubarundi