Harageze ko ubutare buri mu Burundi bwimbwa hanyuma bukaramira Abarundi bose.
HTML-код
- Опубликовано: 13 сен 2024
- #Burundi: Umukuru w'Igihugu asaba urwaruka rwize ibijanye n'ubutare gushira ubuhinga bwabo hamwe kugira ngo ntirusaze rutabonye ubutare bw'uburundi bucukuwe nk'uko vyashikiye abarundi bize ibijanye n'ico gisata mu myaka yaheze. Hari mu nama yagiranye n'urwaruka rwize gisata c'ubutare bari kumwe n'abigisha muri ico gisata muri Kaminuza y'Uburundi.
Rwose komeza ukunde abarundi nabo bajye bakumva kuko bafite umuperezida mwiza ubakunda. Imana ikomeze ikurinde.
Barundi ntihakagire ababaca intege mukore cyane (amanywa n'ijoro) mushyigikire na Président wanyu maze muteze imbere igihugu cyanyu
Murakoze cane Namwe Imana ibahezagire
Murakoze namwe ndagukunze kuba utwipfuriza ivyiza
❤🎩
Mercii bcp mwana turamushigikiye vyumevyumye
Urakoze cane muvandi 🫂
Nditeguye guterera 10000 fr ndumwenegihugu muto. Muga twubake ihinguriro naho ryoba rimwe. TUBISHIRE MUBIKOGWA
Ko mu Burundi 🇧🇮 twashize Imana imbere mu kubwimba muzobanze mukoranye abakozi b'Imana bose bemera Imana basengere igihugu cacu kugira ntihaze haseseke amaraso nko mur DRC
Kandi bongere basabe Imana ihishure n'ibundi butare bunyegej Imana itarerekana ko buriho Imana ibwerekane hama u Burundi 🇧🇮 butunge butunganirwe ariko niyo mutabikora ndabona ko ataho muzoshika. Murakoze ndahanur sintegetse❤❤❤❤
😂😂muzama murivyo harumusi butimbwa 😂😂
@@suavisndihokubwayo-cc3id non ga Mutama tuvyakire gut? Erega ntakundi ,iyo bavuze natwe ntitwohora
Ngo abakozi bimana hhhhhh yewee mana yanje 😂😂😂😂
@@fatmahaf4951Non kuva aho babwibiy ko atabarundi barabahasha kandi ukaba uziko iminsi y'igisuma ari 40 erega biciy mwiyo nzira Imana yohangana nabo basuma ubwo butare bugashikira bose
Waberewe nyakubahwa president imana ikudutungire natwe nkabarundi turagushigikiye m
President wachu Imana ikomeze kukurinda ikongere ninkomezi kuko turi mumisi yanyuma aho mubihugu bibanyi bariko bugara amashengero Abarundi dufise amahigwe kubatugufite Ushir Imana imbere wubahwegose❤🙏🙏🙏
Son Excellence wacu yubahw cyaann abarund bensh barikunda ariko koresha abo banyabwenge nabakoreshe kandi bose hama bucukurwe kandi neza mumahoro muravyicarire nkamezi atandatu hama uburundi bwibere Dubai yo muri africa nkuko gitwaza yabivuze .Mumpe like aba bibona nkanje❤
Nyakubahwa ndanezerewe cane ndaciriritse ariko ngomba guterera 30000frw tukubaka igihugu cacu nyakubahwa ndabakunda cane.❤❤❤❤❤
Banza umenye gutandukanya( frw na frbu)kwanza
@@ekaiesikiria2104iyo siyo ngorane , nayo ni amafranga tu
Son excellence mufanye kazi sasa muache maneno
Neno ndiyo ina umba. C'est la parole qui crée. Arrêtez votre fausse philosophie. Tout vient de la parole...
@@panacool978 ok lakini mujuwa watu wako nawa wekea macho waki tarajiya makubwa unaona nawa burundais wana stahili maendeleo leo hii wanyarwanda wako naji vuniya sana kwajili ya ile magorofa yao burundi iko nautajiri kuliko rwanda rwanda inashi kwa ujaja ujaja burundi nayo inapashwa waonesha kama iko capable miye naminiyaka warundi sana tu
Mutoma nanjye kuva nakumva naragukunze njyewe ndi umunya Rwanda
Nagukundiye ukund abenegihugu bawe
Murakoze
Urakoze can aradukunda murundi nuko twenyene twananiranye
Mutama wirambire muvyeyi wacu❤
Nyakubahwa komeza. Uhatanire icyateza imbere abanyagihugu natwe abanyarwanda turakemera komereza aho
11:49 ndibonye !! Notre président yubahwe
ni uwaba jeunes 🤍🇧🇮
Congratulations bro ❤
Ubwo uyu mutama k umengo ariko avuga ukuri kwinshi niki cinyegeje inyuma?! IMANA yonyene igushoboze kuko basesa nkuyoze baruzuye
In white color ndabona wari wateze ugutwi twizer k mwshize kumuzirikanyi
@@jmc2196 tuguma tubizirikana 🙏
❤❤❤❤❤❤❤❤ Burundi bwacu Burundi buhire❤❤❤❤❤
Kintu cambere coteza Imbere Burundi ni UKWUBAKA AMASHULE Y'UBUMENYI SCUENCES NA TECHNOLOGY MENSHI KANDI AFISE LABORATOIRES! N'AMA UNIVERSITÉS ARI KURI STANDARD ZO MUBINDI BIHUGU n' AHINGURIRO RERO, Aya mahera turiha tuja kwiga hanze nabo bakayariha baje kwiga iwacu❤
I lov u Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
I love too 😂
Ndagukunze cane gusumbuko vyahora
Mutama turagusavye turatakamvye abansi barakaka singombwa k vyose muguma mubivuga bimwe bimwe muvyibikire ibikorwa bibe vyinshi amabarabara amatara amazi ubuvuzi services izarizo zose ziharwe ababikwiriye nivyo bizokurusha kuko ufise abo mukorana bamw bamwe bari gito ariko hamwe n'Imana birashoboka ikuturindire niba batazoca kubiti nokumabuye ngo duhekurwe. Amen
Igikuru dushime Imana imbere vyose bizogenda neza
nanje nditayari guterera❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nyakubahwa, ariko Imana tuvuga tuyishire imbere vyukuri ubundi ivy'uburundi ntavyo tuzomara kuko nivyinshi.!!!
Ukwiye kuzotwara gushika 2040 nyenicubahiro
Nyakubahwa ,uvuze neza🎉🎉🎉tanguza batoze ayomahera 'natwe duterere ' uko dushoboye🇧🇮🇧🇮🇧🇮💙
Good lucky
Tanguza uwo mugambi nyenicubahiro twiyubakire ico gihinguriro
Ububeshi, koragusa ukure amajambo
❤iryo jambo nukuri ndarishimye. Kandi uko abivuze nivyo cane.
Nikuri nibabikore duterere Imana iguhumugisha president wacu❤
❤
❤ from z👽
Imana igufashe ntutinye abantu utinye Imana yonyene.
Nyecubahiro ,gira itegeko abarundi twese tuyatange tugire
industrie.
Nta mpano yo kuyobora igihugu mufise nyakubahwa ,igihugu kitagira igitoro ,isukari ,ibaze na bière mukaba muriko muvuga amajambo ya buri gihe atagira ibikorwa !!Abantu batize nibo bonyene bakumva gusa
akakagabo nama mbona imisi yose gatukana ahubwo nsanze urushe aho wibaza ubwobukomantaire bwawe koharuwo buzoca intege uzisanga ariwe usigaye ukenye twebwe tugeze kure nkajew kuva ntanguye gukurikiza impanuro ziwe ndamaze gutera intambww intarinto mubuzima ndamaze kwiyubaka imbonakazoza ndayigejeje kuri nkiri umujeune
@@bizomenyimanaelias5455 akagabo ni so
Reka kwidoga muta imyaka4 iraheze uguma uvuga gusa ata bikorwa ariko ndagukunda cane my pres
God bless burundi My country
Nihatari
Nyakubahwa birukeko kabisa Imana imbere
Mundondere jew nditeguye guterera ibihunbu cumi kugirango duteze inbere igihugu cacu
Imana ukurinde ❤❤❤❤🎉🎉
Komera mutama wanje! Obeyeri yorohereze umudandaza wi mitayi mitomito kuko ino mumahanga ya Zambia ntitworohewe! Twifuza gutaha gukorera iwacu kuko ino duhigwa nk'impongo!
President Neva arigutanga isomo nyaryo muri African nimutirwanahomubyubukungu muzaguma mukennye ukomuri Niko ibihugubibakikije bibashaka kugirango muhore kumavi Neva mumushyigikire muzamure uburundi twishimiye imiyoborereye jye ndimurwanda annyibutsa magufuri wa Tanzania numukozi wanyawe ashishikajwe nokubona uburundi bujyambere ❤❤❤ turagukunda abanyarwanda
Ntavyuzi ivyo ngaha kazibe
@@user-ry5pm9ni1bNoé nkahoo umuhoy ik vrmt
Murakoze cane Imana iguhe umugisha oya Imana izobikora muvandimwe urakoze
@@user-ry5pm9ni1bnone nkaho umutukiyi????ntanisoni gutuka umuntu akwipfurije ivyiza akakubwira ko anakunda president wacu uzi ijambo ngo ndagukunda????niryagaciro ntugatuke umuvandimwe ntanisoni????ivyatazi nibiki??vyose ntibiri kukarubanda???niki gihishijwe muri 2024 nivyawe barabizi kuko ubu isi ninka cartier
murakoze cane ubu abarundi twarahagurutse kandi dutegerezwa gutera imbere duteze imbere igihugu cacu
Turwize amahinguriro
Banyakubahwa muranezereye cane kuko abasokuru bacu baari bazi gukora umuhoro ishoka isuka nibindi kandi batari barize ariko abikigihe niyo bokwiga bakaminuza ntakintu bariko barakora ngo bavyaze umusaruro ivyo IMANA yaduhaye,babwire babwire
Mon General ndagukunda gusa nuko uriko uravigiriza impene igitari abarundi ntibumva twararozwe
Imana Ukuje imbere
Abazungu bamaze gushika muburundi naciye bagira icegeranyo cabari bami guhingura ubutare Bose. Bacabarabahamagaza ngo bagiye kubungurira ubumenyi.ijisho ryabaye iryo.ubu muburundi natwe Hari gihe twari kuba tumaze gukora imodoka,indege ....Abazungu ninkozi zibibi zirengej.Ndasaba ko hobaho munyigisho icigwa mu masomero cerekana ububi bwabazungu kuva kera gushika uno musi.
🇧🇮komera kw' ijambo nyakubahwa prezida🇧🇮
Yes Aho ndamushigikiy ingorane z ubutunzi dufise n ikubera ivya 2015 uko n ukuri ingorane z ubutunzi turimwo n ikubera ivya 2015
sivyo nagato. Ibintu vyagiye kuba nabi mutama Nkurunziza apfuye.
Mukurikire ibyo Amnisty international yavuze ejo....baratangiye...
Vyose mon frère ningaruk 2015 kuk igihugu imyaka 5 carafatiw ibihano president Waco atava mugihugu kuri wew ubon kwaribisanzw gus imana irakunda uburundi
@@ryitangiyemoise5258 Iyo myaka itanu Nkurunziza yamaze adasohoka igihugu ntagitoro cigeze kibura canke ibindi vyankenegwa.
Hama imyaka 4 uwutwara ubu ayimaze asohoka kandi aronka nimfashanyo murabona ukwo vyononekaye.
@@sofunnystars5557 Eka suko harya vyari vyaramaz kuyangara gusa bigenda Buk buk Ni nka kumwe bokurasira Muri Nyakabiga ukaguma wiruka ukabimenya ugeze kw Ijabe n ibindi n uko
Ahubwo igihe caraheze
Nyabahwa turabahinga mukwimba ubutare muduhe ikiganiro dushobore kubwimba
Tuzanire uwurongoye ubutare muburundi amaye adusigurire ihihe amaze cose amahera amaze kutwereka nico yakoze kuko jw sindavyumva pe
Kabisa
❤abobahinga nabonyene mbona ari abakiri bato bisaba kubakwirikirana kuko nabo nyene shetani yohava abatera bagakora bashaka guca munzira abandi baciyemwo.
Twemere ko perezida yaronse abahinga (jeunes ingenieurs des mines), igisigaye yari akwiye kutubwira iyo azokura nka 50 canke 100 millions de dollars zikenewe kugira ngo yubake mine, kandi iyo azokura umuyagankuba ukwiye mugihe ubu igihugu kidafise 100 megawatts d'electricite.
Jewe nihagire uwumpa exemple y'igihugu ubu ari Reta iriko irimba ubutare.
Uburundi jewe ndabona kobuterimbere kabisa akarorero jewe navukiye munzu yivyondo nibiti mucamuyimenya beshi muri twe bisanze gutyo wewe urazi imyaka wamaze ugenda nibirenge utagira na pireri irato cipine ariko ubu wirabe uko umeze nivy utunze ucuharura imyaka umaze hama urabe imbere mumyaka irenga 1000 urabe uburundi bukayangana 🤝🤝
Asha nibatubwire twebwe nyene abarundi iryohinguriro turyiyubakire turaterera sha mukwezi kumwe tuzoba turangije mutama 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ahubwo nyenicubahiro iyongingo yogutereza abarundi bose amafaranga ijana mbere nabipfuza gugerera nayasumbaho yarikwiye kuja mungiro kuk abarundi turarushe nokumvako turi mubihugu bikenye knd dufise itunga imana yaduhaye
Eden yacu hejuru
🤸🤸🤸🤸
Ndagukunda❤❤❤❤❤❤
Ndashimye cane iciyumviro co guterera twese kubikorwa ngirakamaro rusangi. Hariho ibihugu vyakze ibikorwa vy'inguvu atamfashanyo yo hanze. Igihambay ni bonne gouvernance et transparence dans la gestion de fonds collectées , amahera agakora ico yagenew.
Akarorero nkubu abaturongoye bakorany n'abahinga bagashikiriza plan itomoy bagaca basab umurundi wese gutanga 1000 mumez nkabiri ni amahera menshi cane.
Inyuma y'ikiring kanaka bagashikiriza Ku mugaragaro icubatsw mur ya ntererano y'umwenegihugu.
Ex.: ATI mur ay amezi atandatu dusubiremw ibiarabara iri, tugatanga inyuma y'i co kiringo bakatwerek ibiarabara ryasubiwemw atakunyonora vyabaye
Twogumana inguvu y gutanga n'ayandi pour d'autres projets
Fata ingingo nka HE Magufuli umuhisi. Vyorara bitanguye bikava munyandiko twama dusoma. Ivyo ko twabimenye aho bipfira koromuti turaremvye.
Beshera hiyo mwabibeshimwe vyibi senedede efedede
Ndamukunda cane🕊️
Wubahwe mutama wacu songa mbere
Turakemeramutama wacu uringabire IMANA yaduhaye nimwatangura guterereza iyontererano yokubaka iryohinguriro muruguruza Conté yomuri BRB tuzoyashirako mushirekonumuntu azoza arayakurikirana umurundiwese yumvakobimubabaza iyobavuze kuburundi aribwobukenye kwisinzima uwumvabavuze iryojambo rikamubabaza ategerezwa kuzoterera atagahato kabayemwo umwewese aho aherereye kwisinzima akaba arumurundi akundigihugu camwibarutse azoterere ayumutimanama wiwe uzomuteheka kuko biratubabaza iyutembereye mubindi bihugu ukavugako kurumurundu bakumenyaningoga ukumva avuze nguburundi cagihugu gikenyecane kwisi tubishatse iryozina tworihindura tukaba abatunze ❤❤❤
Merci bcp de Notre president a a vos conseils
Igisagara CA Bujumbura kirimwo igitoro harya hose asiatique huzuye igitoro
urabizi man??
2015 intarambara yakwezwe na petero kuko yaranse gutanga mumahoro,mbe KO président ndayishimiye avuga kwabiba abazi kwatabafata??mbe izo colta yirirwa avaga kandi inzara yishe abanegihugu,amajambo turayamenyereye
Mbega iyi Mana uvuga niyihe.? Nimwe igutuma gufungira abantu ubusa. Kunyuruza abantu bigacika umugenzo.
None mwotanguza hoho ivyobikorwa uwudashiririye azobamwo? Mbe abo nyenicubahiro avuga k ar abasahuzi n'abatavuga rumwe n'umugambwe uri kubutegtsi? Nibitange icirwa mube nka Ibrahim Traoré
🇧🇮❤️
Imana iguhe kuramba ushikane abarundi kwitunga imana yabikiye abarundi ibindibihugu bize gusaba abarundi nakare imana yarabivugishije abasavyi bayo.
Hakenewe génération z niyo izohindura ibintu abobasaza bose kuramwo Exallence.
Amezi atanu dutanga 1000fb harimwo industrie ikomeye ndakwemera Nyakubahwa benshi narababwiye koboreka kukwanka kuko uvuga uvyubuhanuzi kugihugucacu .Hakenewe amaraso mashasha apana abobagabo bafise ivyiyumviro bifunganye .Inyigisho ivuye k 'Uhoraho gusa amaso namatwi yacu ntibikora neza bigwaye amacakubiri nokwishira hejuru gusumba abandi
Uzofate amahera y'amatora yose ukatishirize muri industrie
Mutama komeza imana ikujimbere.kugeza ushikanye ahowipfuza kuburundi bushika.abenegihugu turipfuza kubona .uburundi bwahindutse.kikaba igihugu.cifashe kandi gitunze .imana ikujimbere pee
❤️ u never
Vyose birashoboka turikumwenimana
Nyakubahwa, igihugu n'icacu na effort de guerre twarayitanze ,none umutahe uzoduteza imbere niwo tutotanga? Ahubwo sohora itegeko tuyatange hashigwe iryo hinguriro iBurundi bwacu busayangane !
Imana ishimwe
Vizuri sana ❤❤🎉
Imana ikuzigame
Le japon est riche avec un sous sol pauvre. Le burundi est pauvre parce que il lui manque des hommes integres.
Mwumvise ibyo Amnesty International yatangaje kuri NEVA ? Dayimoni za tangiye...
Ntagihugu nakimwe cyafrica cyidafite ubutare icyingenzi nukumenya kububyaza umusururo nah ibindi wicecekre barugigana batakwirenza utayariye
Komera
Ayo nanje ndayatanga kugira igihugu canje kibehoneza
Reka gusamaza abantu twaramenye iyo bipfira. Uri president ukaba utazi ico amategeko agurekurira. Uguma uboroga gusa ngo abasuma nibenshi.
Bashingantahe!!! Ntakuntu mwajya mukora n,inama mumuhezo!!?? Ntabwo ibintu vyose mukwiye kubitangaza!!?? None sivyo ga Ye!!!!
N ikibazo
Uze uvuga amazina yabo my president tubamenye😊
Nukuri abanyafrica dukwiye kwisubirako tweye kwemera uruhendo gw'abana ,abazanye amacakubiri nayokubuza iterambere kandi n'abana ba wamubi.Imana ni Urukundo none abobandi nabokwande??
Nimutumbwire twitange mpaka twubatse ihinguriro nibitagira akamaro duhora tuvyitangira
Umunyakuri yama yiteguy guhagarara wenyene.komera mutama
Jewembonumintuwese mwoteguratugaterera abarunditwese
Abobagabo baduza iminkanyari babiterwa niki kandi ubutwarikanguye turindiriye impanda y umukuru wigihugu tuvyuke tuve mubitotsi
Koreshumwanya tuyaterere vyihuta
uwu mutama wacu ntanguye kumutahura kurusha kare.burya haraho tugira mu kivunga,tukavuga vyinshi bivanye n'ivyo twumvanye abandi...kumbe President we agendera mw'ihishurigwa mu gihe natw twiberey mu kuraba ivy'uwu musi gusa.IMANA iturindire igihugu cacu
🎉ikorekugih
Ivyo bizotunga abo bari muri CNDD gusa reka babazirike kukatsi amatora arageze baduhende ngo bugomba burere imbere ku 2025 kugeza ubu ko mutarabuteza imbere akarore nkahaeya muri rompoint kuri cotebu harya haba hari amabarabara aca hejuru nayaca hasi ibarabara rya mutakura ryabananiye gukora
Ni wewe nyene shetani ya mbere yishe Uburundi.😱😱😱😱😱😱
Imana yogorwa mugabo😅
Wew nukuvuga igihe cose gusa ibikorwa birihe???
Ntavyowomenya. Tweturabina icanaze
@@Nikiza.Bellansine 😂😂
Nta dayimoni, nta satani, nta Mana...
Bisaba kwiga neza .
Mu Burundi, indongozi zacu ntizize bihagije.
Ingorane ni amashule make.
Amashurwe siyo ngombwa imitima nugukorera hamwe kuko nimvugo zabantuzerekana icobari
Habuze iki? Dutangura gucanga ayo mahera?