Fabrice Imbere ya se BARUNDI || Diaspora twemerere dusanure isoko nkuru ya Bujumbura..

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Комментарии • 316

  • @kwizeralavie6615
    @kwizeralavie6615 Месяц назад +18

    Mr Fabrice aka Young Burundian investor known from Wode Maya love you brother from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @steveirankunda5297
    @steveirankunda5297 Месяц назад +18

    🎉🎉❤❤ big up sana bwana Fabrice bishobotse uzitoze mubushikiranganji kk abantu nkamw mugikunda igihugu nimwe mukenew iciyumviro cawe kirarash .tuvavanure ninda ndende nugwanko turabe konatwe twotera imbere basha😢 🎉❤❤

    • @Sirila18
      @Sirila18 Месяц назад +2

      Agiye muri leta kuba umushikiranganji aca aba nk abo bose babanza kwibaza ngo mbega ndyako angahe? Prezida ntiyabivuze uvyumva?
      Murekere mu migambi yiwe yitunganirije ariko OBR n abandi bamworohereze.

    • @JimmyNimpagaritse
      @JimmyNimpagaritse 5 дней назад

      Bien dit

  • @fiacrenduwimana7905
    @fiacrenduwimana7905 Месяц назад +15

    umu patriote akunda uburundi, courage Fabrice

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 Месяц назад +6

    Fabrice Imana ikurinde nukuri niwe dufise wubgenge muburundi ❤❤❤❤❤❤❤

  • @dushimeterry
    @dushimeterry Месяц назад +28

    Wewe niwe uvuga ibintu🙏Ukabikora😇Bera akarorero,Abo bafise uburyo bwokubikora ariko ataco babikorako😔Imana ikube imbere muri vyose👍

    • @migazocumba7212
      @migazocumba7212 Месяц назад +2

      Ndabona nabariko barumviriza banezerew kuruta amajambo bamazigih bumva atakivamwo naj ndabishimy amashi meshi

    • @sese667
      @sese667 Месяц назад +2

      ​​@@migazocumba7212Hari ubwoko bubiri bwa communication : communication verbale et communication non-verbale ...
      Iyo uravye inyifato (communication non-verbale) abantu bagira na cane cane abamwegereye (abaministres nk'abandi ...) iyo Perezida NEVA ariko arashikiriza ijambo, murashobora kubona ko baryohewe canke bataryohewe ...
      Ariko Fabrice avuze ijambo, murabona mumaso y'abantu (communication non-verbale) ko baryohewe caaanee bisigura ko Fabrice yemera ivyashitsa, ntayaga amasigaracicaro ...

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 Месяц назад +3

    Asha warisinye guhindura uburundi koko💙💙💙Imana ikuje imbere kandi ukomeze kuba umwizigirwa gushika mubusaza bwawe ❤❤❤

  • @user-fo9xb8ml9w
    @user-fo9xb8ml9w Месяц назад +15

    Fabrice hejuru caaaaaaaane turakwemera nukur IMANA igume ikongera imigisha nukur urumugabo wubahwe!

  • @THEWAYOFSUCCES2024
    @THEWAYOFSUCCES2024 Месяц назад +12

    Fabrice nibamuhe uruhusha yubake isoko kuko centre ville irateye isoni 😢

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Месяц назад +5

    Ubwoba nfise nibumweee fabuleux wacu mungu akurindi ntabagucikane harinyanka Burundi ziri kujingitwaa😢 tura❤❤❤❤

  • @timotheeciza1592
    @timotheeciza1592 Месяц назад +10

    Mr le président vyose ni management. Abarundi benshi baranyegewe numugera wubusuma.
    Rero abo bavuga ngo baryako angahe nimw ubatwara iciyumviro yagishikirije ni muvugane bikunde hubakwe vraiment. Birababaje cane.
    Le diaspora kwisi hose mubihugu bitunganijwe neza niyo izamura igihugu donc yihe amahigwe mubitungane neza mubacungere umutekano surtout maze murabe ukwo bigenda. Murakoze

    • @Sirila18
      @Sirila18 Месяц назад

      Commentaire nziza cane mugabo abarundi ntibasoma commentaires. Ntubabaze.

  • @AugustinMugamba
    @AugustinMugamba Месяц назад +35

    Fabrice hejuru uwuvyemera ashireko like

  • @ClaudineIrankunda-p6d
    @ClaudineIrankunda-p6d Месяц назад +4

    RUclips izodushirireko options tugire like kenshi , Big up Fabrice

  • @user-xz3vq3ni7i
    @user-xz3vq3ni7i Месяц назад +10

    Wapi Fabrice ntibikunda. Isoko yaturiwe kuntumbero kandi abayituriye niho bakiri. MurabazaNDUWIMANA yavuzko ari ya mana yabo yayituriye. 😢😢😢

  • @samueltwizerimana5890
    @samueltwizerimana5890 Месяц назад +2

    Burya mugihe co muri kazoza igihugu c,Uburundi kizotanganza benshi caane👲👲The future will be perfect💪🏻💪🏻🙏🏽🙏🏽👍👍

  • @Bihomebuja
    @Bihomebuja Месяц назад +6

    Fabrice afise bon sens kandi Ihihugu kibuze bon sens nyene. Nyenicubahiro nabone ko birya bitama vyose vyibi chef ari ibisuma gusa atangure kwizera abantu bari open nka Fabrice. Iyaba hari bon sens irya soko aba ari umunara uri hagati mugisagara au moins wa 10 niveau

  • @PascalNgabonzinza
    @PascalNgabonzinza Месяц назад +2

    Le projet est très bon.. Néanmoins 1) Est ce que le gré à gré est à encourager au Burundi 2) EST ce des bonnes études (sol, structures, architectures, normes anti incendie) sont au préalables faites ? UN BON CABINET D, INGÉNIEURS ET D, ARCHITECTES DEVRAIT D, ABORD NOUS ÉCLAIRER

  • @IRADUKUNDAMarieJosee
    @IRADUKUNDAMarieJosee Месяц назад +8

    Obuha ntakintunakimwe bazigukora nibisuma gusa ahubwo fabrics nimumunyarukirize okorebishasha

  • @user-sq4lo2cg7o
    @user-sq4lo2cg7o Месяц назад +6

    Asha nibadukomeko kabx,aba diaspora turahari kwl,,,by Elyse from American

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 Месяц назад +9

    Icociyumviro ca Fabrice niciza cane kandi Ministre Dukundane ndamwizeye azomufasha bashike kukintu kiboneka

  • @karaokeberceau
    @karaokeberceau Месяц назад +10

    igihugu bakigize icimbonerakure abarundi bakunda igihugu cabo babuze aho gukorera.

    • @user-jh6nj4lf1q
      @user-jh6nj4lf1q Месяц назад

      nabaso bar barakigiz icaba jerere Tekan reo

    • @user-qt3tw7km4x
      @user-qt3tw7km4x Месяц назад

      😂😂😂😂😂😂😂​@@user-jh6nj4lf1q

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Месяц назад +9

    Uburundi turakeneye nkaba fabrice 10 gusa hm uburundi bube eden nyayo mwirabire🙌🙏

    • @Nidivin
      @Nidivin Месяц назад +3

      Shn babonetse kl uburundi bworengana nurwanda nakure

  • @NiyitungaTheoneste-ph7gk
    @NiyitungaTheoneste-ph7gk Месяц назад +1

    OBR nireke diaspora yikorere ivyiwe !!!!! Son Excellence 🏆

  • @nibatutaClaude
    @nibatutaClaude 29 дней назад +1

    Wow nice

  • @ENOCKboyTv-fm5ye
    @ENOCKboyTv-fm5ye Месяц назад +5

    Nkaho President Yarikubonako Fabrice arumuntu wikimazi agashobora kumujeja ivyabonafisemwo ingabire atarukuguma arekeraho abasuma akabagumiza mumabanga 😢sha na president nakore ivyafitiyuburenganzira igihugu cacu agisubizagateka nkaho Fabrice, nkubushikiranganji yorongora ntiwumva kobworonka akarusho
    Hama ivyobintu bagira vyuko umuntu atari muri système ngo nigipinga nibabifute mumutwe twese twubake igihugu ikintu bakijeje uwugishoboye ahoniho tuzocubaka❤

  • @user-fw4uv1nb5u
    @user-fw4uv1nb5u Месяц назад +3

    Fabrice Imana ikuje imbere waje kumugambi w'Imana.varisito nagiricavuze adafatiye kuri politique.hama ahe fabrice akazi

  • @amolam97
    @amolam97 Месяц назад +2

    Kabisa nibareke abarundi bakunda uburundi bubake uburundi

  • @IrakozeJeandedieuruiz
    @IrakozeJeandedieuruiz Месяц назад +1

    Nibareke gusaba amadeni mubihugu vyamahanga twikorere abaritwe dukamisha ivyo twakoze kuko uko musaba amadeni ibihugu biteye imbere mumenye ko muba muriko mudamdaza igihu nabenegihugu.

  • @freetv4209
    @freetv4209 Месяц назад +1

    Diaspora y'abarundi mushyize hamwe iki gihugu mwagiteza imbere cyanee. Perezida abagenderere mu bihugu barimo.

  • @hadijasalim7769
    @hadijasalim7769 Месяц назад +1

    Uburundi burafise icabwenge imana ibajimbere bikunde ❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @Nidivin
    @Nidivin Месяц назад +1

    Urakaramba uragakomera urakaguma uragaterimbere gose urakaronka ibintu vyinshi cn Kandi cn kbx abantu nkamwe nimwe muba mukwiye gutera imbere kbxx ww ndakwemera sn Kandi urumwe Kbx mubarundi ww uzoshikana uburundi Kure cn ❤️ ww uzigira igisagara nez kbx nibaguhe uruhusha wikorere Kbx ❤️

  • @KennoKanse
    @KennoKanse Месяц назад +4

    Ndayishimiye lero akunda kuvuga ivyo kwifatira ibintu mu ntoki , ivyo bibazo vya Fabrice abifate mu ntoki. Obuha niba ari ubuha none irazana amafaranga, canke bategereza gutamira ayavuye mu minwe y'abandi nk'ivyana vy'inyoni.

  • @AudreyAkimana-sy9zy
    @AudreyAkimana-sy9zy 22 дня назад

    Courage diiii Fabrice ufis vision nziza👏

  • @richardmpawenayo302
    @richardmpawenayo302 Месяц назад +1

    Intwari 🥰🙏🙏

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 25 дней назад +1

    Uvuga neza❤❤

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani740 17 дней назад

    Viva africa Viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town ❤❤❤💪💪💪💪🤝🤝🤝🤝

  • @jaystrongmagaboy1633
    @jaystrongmagaboy1633 Месяц назад +10

    Fabrice akwiye kuba DG wa o
    Obuha

  • @JgjvigjvjNcjciv
    @JgjvigjvjNcjciv Месяц назад

    Fabrice imana ikoger imigicha can muhindure isoko yu burund turateye isoni. Fabrice🎉🎉❤❤❤

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 Месяц назад +6

    Uyo numurundi wukuri.

  • @52inno100k
    @52inno100k 24 дня назад +1

    Boa aidea ndakurahiye

  • @dundaentertainment6753
    @dundaentertainment6753 Месяц назад +2

    Dent tv, turashimiye Fabrice na President. Ni mutugirire Aussi challenges kabisa.

  • @GloriaIrabaruta
    @GloriaIrabaruta 10 дней назад

    Fabrice, God bless your plans

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2wh Месяц назад +1

    Fabrice good patriote

  • @PROSPERTVShow
    @PROSPERTVShow 2 дня назад

    Niwewe koko👏👏👏👏👏👏

  • @wazoochem127
    @wazoochem127 Месяц назад +5

    None Nyen'icubahiro kweri ivyobitama uvuga ko bitokwemera ntiwobifata ukabikura hanyuma ukahashira Fabrice akavyikorera kweri? Erega uriko usamara

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9 25 дней назад

    Yooo,Fabrice,igihugu caravyaye intwari yaje gushikana Uburundi kw'ihangiro Imana yavuze ku Burundi
    Komera uteze imbere igihugu mwana mwiza
    Nahora ndakumva ku matwi none nishimiye kukubona pe,Imana iguhezagire cane,shika kure kandi

  • @medsonbukuru529
    @medsonbukuru529 Месяц назад +2

    Nuko bigoye gukunda ubundi bwo mu burundi harikwiye kuba ba Fabrice nkijana(100) uburundi bwoteyembere cane gose kubera Fabrice n'intwari idasanzwe afise ivyiyumviro vyiza IMANA imutuzigamire azodushina heza

  • @dianekaneza7311
    @dianekaneza7311 Месяц назад +2

    Urumuntu muzima cane Fabrice

  • @SixWambula
    @SixWambula 18 дней назад

    Imana iguhezagire mzee

  • @nshimirimanaeric1389
    @nshimirimanaeric1389 Месяц назад +1

    Igihanze abarundi ni déplacement

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 Месяц назад +2

    Icodusaba umuyobazi wigihugu cacu azorabe ahindure umukuri wa Regideso kuko aradindije iterambere ryigihugu pe

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 Месяц назад +2

    Biragorana ko dukura ibikoresho mubindi bihugu kandi niterambere ryigihugu muga ugasanga turahomvye kubitangira ikori, urakoz cne sebarundi

  • @kareemabdoul14
    @kareemabdoul14 Месяц назад +1

    Iyo mvugo ngo ntibishoboka NIHAGARARE Nimutange itegeko nyakwubahwa uvuze ngo nimukorane na naka aho biraheze bihereye aho

  • @ndayisaTv
    @ndayisaTv 29 дней назад

    Fabrice Imana iguhangaze umugambi wawe nimwiza nimuje hamwe na nyene icubahiro président wacu dukunda uburundi bube Dubaï kandi bizokunda natwe turi kukivi

  • @BarutwanayoOmar
    @BarutwanayoOmar Месяц назад +1

    Uyumugabo azogirira akamaro igihugu pee❤❤

  • @IrakozeProsper-p5n
    @IrakozeProsper-p5n Месяц назад

    Igihugu kirose nkaba Fabrice ntacobuza tudatera imbere! Courage ukomeze gukunda igihugu nukugikundisha abandi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮god bress u🙏

  • @kanakadhafisenglishtv8075
    @kanakadhafisenglishtv8075 Месяц назад +1

    Komeza Kuvugira Uburundi neza Bwana Fabrice. Urashobora kurangura ibikorwa vyoranguwe n'abategetsi . Ubutegetsi ni Mumutwe no mumutima ukundana

  • @KubwimanaSimeo
    @KubwimanaSimeo Месяц назад

    Courage Fabric komerezaho turakwemera ❤

  • @IrakozeJeandedieuruiz
    @IrakozeJeandedieuruiz Месяц назад +1

    Ouiii exoneration irakenewe kumuntu nkuyu kandi atangure yinjiza isima fr a bton zinjir ata tax.nahabwe ubudahangarwa kugir ibintu bizimbuk

  • @lydi791
    @lydi791 Месяц назад +1

    Urumwe uvuga ikintu ukanagikora wubahe🎉🎉🎉

  • @necelatheniyubahwe5702
    @necelatheniyubahwe5702 Месяц назад +1

    ❤ je suis partant

  • @JoramMwangaza-is4oj
    @JoramMwangaza-is4oj 20 дней назад

    Fabrice big up Bro

  • @NitekaChamArleck
    @NitekaChamArleck Месяц назад

    Fabrice Imana iguhe umugisha n abategetsi iyaba bokwigiyeho

  • @Mucoma_vibes
    @Mucoma_vibes 18 дней назад

    Our Burundi our unity let build our country together 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️

  • @christelle2465
    @christelle2465 Месяц назад +3

    Natubwire tuhubake peeeee. ABA diaspora ntihotunanira. Eka n abarundi bifise bakajamo. Twese hamwe turashoboye

  • @user-dt1vg9hk7s
    @user-dt1vg9hk7s Месяц назад

    Imana ibibemwo fabrice hejuru❤❤❤

  • @Elshaddai2023
    @Elshaddai2023 Месяц назад +2

    Mutubwire dusanure isoko ya buja ariko murabe ntihajemwo amanyanga ngo dutange amahera yacu hama dutahe zirayoye

  • @AliceNdayikengurukiye
    @AliceNdayikengurukiye Месяц назад

    Courage di Fabrice

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd Месяц назад +1

    Ntidushobora gutera imbere mugihe abatuyoboye arantu baruguru kndi mubwonko atanayariyo

  • @Serges-fi7vz
    @Serges-fi7vz 24 дня назад

    Uko nukuri kwigendera nibarekure hubakwe

  • @stevenfabricenyambalo2243
    @stevenfabricenyambalo2243 Месяц назад +5

    President turagusavye mumushigikire Fabrice adukorer umuti kk arashoboy kabx😍

  • @alexbizimana4885
    @alexbizimana4885 28 дней назад

    Wew niwuvuga nkumugabo afise ivyiyumviro Bizima ❤❤

  • @NdayikezaArnaud-wt6qh
    @NdayikezaArnaud-wt6qh Месяц назад +2

    Fabrice ntazoje muri politique bohava bamukorerako niyigumiruko abandanye akorera igihugu

  • @yvesnyawendaverydeliciouss3606
    @yvesnyawendaverydeliciouss3606 17 дней назад

    Nice

  • @NellyCynthia-jm4ky
    @NellyCynthia-jm4ky Месяц назад

    Nivyo Kuel Hari amabarabara Ari ino hanze imodika ziyaciyemwo zirarira❤❤

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 Месяц назад +2

    Uyo niwe murundi dukeney. Kandi uwo Niwe Mukuru wigihugu twari tunyotew twese. Basha nanj munshiremwo.... Nca nitaba

  • @user-qt3tw7km4x
    @user-qt3tw7km4x Месяц назад

    Ariko mana 😢😢😢urakunda igihugi cane imana ikujimbere uduteturure

  • @Bizabishakapaterne
    @Bizabishakapaterne Месяц назад

    Uvuze vyo vrt respect❤

  • @josianenahama1868
    @josianenahama1868 Месяц назад

    Fabrince courage Imana ukuturindire nukuri uricabwenge

  • @ypdsitv
    @ypdsitv 29 дней назад

    Pamoja sana

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 Месяц назад

    ❤❤❤❤❤ wubahwe cane Fablice

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 Месяц назад

    Kabaye 🤸🤸

  • @GadSun-ui7ft
    @GadSun-ui7ft Месяц назад

    Nibareke aba investisseur bavuye hanze bakore ukuri kwamye urabe ko ubukene budahera mu gihugu cose

  • @hadijasalim7769
    @hadijasalim7769 Месяц назад

    🙌🙌🙌🙏🏿🙏🏿🙏🏿🙏🏿👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻

  • @candidegahugano7058
    @candidegahugano7058 Месяц назад

    Merci ❤

  • @JamesNyandwi
    @JamesNyandwi 4 дня назад +1

    Bikore kabisaw

  • @ZenabazigaZenabaziga
    @ZenabazigaZenabaziga Месяц назад

    Wazo zuri sana mungu awasimamie kwakwel

  • @SoniaKwizera
    @SoniaKwizera Месяц назад +1

    Mu Burundi turakeneye abantu bincabwenge nka Fabrice nukuri IMANA imukomeze aterimbere goooose

  • @mugishaclarisse8130
    @mugishaclarisse8130 26 дней назад

    hanze imiduga irazimbutse nkubu baretse uwishakira umudugawokugendamwo akawurungika mworaba kwimiduga itozimbuka iwacu😢😢😢😢ariko bavyemere

  • @Bngjdnr7783
    @Bngjdnr7783 Месяц назад +1

    President uwomuntu umwiyegereze unamuhe abarinzi ukwabarundi ndabazi ntibazogenda batamuhitanye kuko harihabariko baharura ubunyonyezi akonakagohe ndabavuniye abarundi nsigaye ndabatinya

  • @SimonNijimbere-fo9zt
    @SimonNijimbere-fo9zt Месяц назад

    Big up our President and Fabrice

  • @user-ci1vz1cv3w
    @user-ci1vz1cv3w Месяц назад +2

    Mbegumurundi niwewarukwiy kurongor Burund bwacu bwanyariw

  • @fanuelntirampeba1106
    @fanuelntirampeba1106 Месяц назад +3

    Aho usanga batazomwemerera bitwaj' izindi nyungu🤔

    • @lameknini2263
      @lameknini2263 Месяц назад

      Ngo yoba atugaye canke ngo ntitworonka ico turyako 😢

    • @user-qq6mv6vh3e
      @user-qq6mv6vh3e Месяц назад

      Uvuze ukuri ntayo bomuha inda ndende zabo zidahaga

  • @GivasNgezaho
    @GivasNgezaho Месяц назад

    Sha aba diaspora ni mwubahwe

  • @marcelnkomo7212
    @marcelnkomo7212 Месяц назад

    Biragoye brother Fablice imbere yabayituriye!
    Mugabo iciyumviro ni ciza caane kandi benshi bazogushigikira

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 Месяц назад

    Wow❤

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Месяц назад +2

    Yoooo yooooo mukhama fabrisi ndakomyamashi ndayagukomera ❤❤❤❤❤❤❤ uvuzukuri isokoniyubakwe Kandi Yoo yaritunzebesh prezidaniyemere🎉

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Месяц назад

      Fabrise yooo wirindacan ntiwijajare kurayomamikrofon kuko abasinibeshi kuko icondakubanamwo wew fabrise ufisihakiri gose isokoyabujumbura nigaruke nukuri❤❤❤❤

  • @ismailbigirimana-nb9ur
    @ismailbigirimana-nb9ur Месяц назад

    Love ❤❤❤ Diaspora from @Sumaboy

  • @josephineuwizeye8250
    @josephineuwizeye8250 Месяц назад

    FABRICE uhezagirwe Imana ikuje imbere kuri uyo mugambi mwiza ufise.

  • @NOELLABIZOZA
    @NOELLABIZOZA Месяц назад

    Wauuuh vyoba arivyiza can

  • @wabei2572
    @wabei2572 Месяц назад +1

    Jewe numvirije neza numvise umenga abo ba Obuha barusha inguvu Président wacu. Kubera nkaho yaca atanga itegeko ahonyene kandi agaca abibaka akabiha abo bagomba kubikora urumva sinamahera yova muri budget yivyateguwe gukorwa. Bisigure ko aya budget yoca akora ikindi gikorwa ahandi hantu maze igihugu kigasa neza. Muhabo urumva ko vyabiturire bigihari😢😢😢😢. ChimamandaMoses ndazi uzovuga kwiki kintu....