Kugarukana igihano co gupfa, ni umuti ku kibazo c’ubutunzi (G. Ndabirabe)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 30 сен 2024
  • Umukuru w’Inama nshingamateka, Gélase Daniel Ndabirabe, asaba ko hosubizwaho igihano co gupfa kugira ikibazo c’igitoro kimaze imyaka kibura gishobore kuboneka. Abona ko kibura kubera hari abakinyegeza kugira bagishore hanze y’Uburundi, ico gihano co gupfa kikaba ari bo cogenerwa. Yabivuze ku munsi wa kane, aho Inama nshingamateka yariko iriga itegeko ry’amafaranga leta izokoresha mu mwaka w’2024-2025. Mu mvugo ya Ndabirabe, yanahamagariye guca ibikonjo abo bose bakorera ku masoko yo mu gifuri bita marché noir badandaza amafaranga y’agaciro kubera banse kuyacisha muri banki nkuru BRB.

Комментарии • 261

  • @Sebarazingiza
    @Sebarazingiza 3 месяца назад +13

    Tugeze habi. Abo bategetsi dufise nibo dukwiye, sinzi ko Imana igikunda uBurundi kuko isa niyatwibagiye.😮

    • @AdB-oe9yh
      @AdB-oe9yh 3 месяца назад +7

      Ntiyatwibagiye burya iriko irabihweza umunsi numunsi ikabakubita inkoni yimana

    • @migazocumba7212
      @migazocumba7212 3 месяца назад +2

      Bitey agahinda numubabaro aho umutegetsi atakibona ibibazo vyabenegihugu😢😢😢😢ewe Burundi

    • @jeanjulesmartial6091
      @jeanjulesmartial6091 3 месяца назад

      Kuva Neva yavuga ko atumva ukuntu abantu bakennye kuko we afise stock y'ibiharage n'umuceri nahise mbona ko igihugu kizahura n'ibibazo.
      President ntiyumva ko kubura ibifungurwa bitareberwa kwa President cyangwa ministre.
      Ni abaturage bo hasi.

    • @zephilinniyigaba1159
      @zephilinniyigaba1159 3 месяца назад

      Iryo jambo

    • @zephilinniyigaba1159
      @zephilinniyigaba1159 3 месяца назад

      Iryo jambo ryuko Imana yatwibagiye vrt urivuze utiyumviriye

  • @bonifaceniyongabo1954
    @bonifaceniyongabo1954 3 месяца назад +15

    Imana iguhe gukena ndazi ntawuzogusigurira ingene umurundi akenye abameze, n'ikibazo turacafise ikibazo murikino gihugu!

    • @ThierryNDAYIZIGAMIYE
      @ThierryNDAYIZIGAMIYE 3 месяца назад

      Oyaah gusa birazwi ko abarundi turabamanyanga kumpande zose

  • @Khalidniya380
    @Khalidniya380 3 месяца назад

    Aba bantu umenga nta bwenge bafise ibifyoti gusa
    Nimba ari kwica batangurire kuri mwebwe nyene ni mwebwe mugisibije
    Umutwe utagira ubwenge uruhisha amaguru

  • @pascalnyandwi8277
    @pascalnyandwi8277 3 месяца назад

    Ahubwo bahane uwivye wese.kuko uwiba suwiba carburant gusa.
    Ndazi Aho nyene munzego haraho vyofata

  • @didacenindabira5785
    @didacenindabira5785 3 месяца назад

    Nihatali

  • @ChadrackNiyonkuru-f8k
    @ChadrackNiyonkuru-f8k 3 месяца назад

    Imyaka twamaze muntambara twagenda nuki?

  • @DidasNiyosenga
    @DidasNiyosenga 3 месяца назад

    Babwire izontumva bariyigihugu cacu

  • @maniragabaclaude-i1t
    @maniragabaclaude-i1t 3 месяца назад +1

    Hhhhhhhhh umuyobozi muzima aravuga umwenegihugu ngo yicwe aho kumuhana

  • @BernardNzitunga-ms3qt
    @BernardNzitunga-ms3qt 3 месяца назад

    Demonitisation nayo ntiyari ikenewe kuko ntanyishu y'ivyubutunzi vyagomba gucemura,ahubwo kwari guhana ibisuma vyo muri leta baca bahitana na nyagupfa,
    Demonitisation ni amakosha yakozwe azotugeza kure.

  • @Ntambwe4040
    @Ntambwe4040 3 месяца назад +11

    ☆ Niba hari iki juju cambere uburundi bufise ni ca Gelase. Nukuri uburundi ntabategetsi bufise☆ guma murya ivyo abenegihugu birondereye ngo ntanzara bafise. Intwaro yabatama bose ikwiye kuhava tukikura agasuzuguro. Dushaka ba Traore mu Burundi nukuri. Ivyo bizehe vyose bibohwe

    • @hatungimanaEmery-oh9th
      @hatungimanaEmery-oh9th 3 месяца назад

      Uwokurengutsa imbere yinama nshingamateka ivyo uvuze wobisubiramwo ukabisigura nezaa

  • @munyamahoromushyori4129
    @munyamahoromushyori4129 3 месяца назад +15

    Ariko abagabo bahoze i Burundi urugero nka Bagaza,bavutse rimwe.

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz 3 месяца назад +11

    Yewe akigarure hari naho nawe aricyo gihano kizomuhitana

  • @user-vp1ne7mi5b
    @user-vp1ne7mi5b 3 месяца назад +13

    None ga yemwe tuzokizwa na nde usangwa abo twitoreye ngo baduserukire biyumvira gutyo!!!!

  • @Musindi736
    @Musindi736 3 месяца назад +15

    Ababantu vyamaze kubacanga nimutahe vrt igihugu cabananiye

  • @LionelDusabe
    @LionelDusabe 3 месяца назад +23

    Nyakubahwa Murongoye Inama nshingamateka,singwanije ivyo muvuze ariko nimba umushingamateka asavye ijambo akavugako abenegihugu bakenye muzoje muravyumva!!Mwe murara mufunguye kubera mufise Aho mukura ariko iyo mutaba mwicaye kwiyi ntebe mutunzwe n kurima Haraho namw muba muguma mwipantalon 1
    Igitoro kukibika ntibitera ikena ryigitoro!Kuvuga abo bakibika kubazi umaze gufata bangahe Eka naho woba ubazi ntaburenganzir ufise bw kumufata kuko ntba yaracivye aba yarakiguze,tora ayo mehera yakiguze muje kuranguramw ikindi🤷🤷

  • @nizeyimanaboniface1709
    @nizeyimanaboniface1709 3 месяца назад +2

    Nonese nyakubahwa, kuberiki mumenyako, baciba, ntimubafate ngomubafunge,kdi mubazi, ??
    Nonese koko cyaba kiza murwanda cg intebe yagushuhanye??

  • @JohnwarkerBonjour-lj3iw
    @JohnwarkerBonjour-lj3iw 3 месяца назад +7

    Mbega ahigitoro kiri wokigura ukinyegeza mumazu ukaronka aho ukibika.ahubwo nabakigura kugire urudandazwa ntiruhagarare kubera ejo kitazoba kihari.

  • @MoiseNgiruwonsanga
    @MoiseNgiruwonsanga 3 месяца назад +9

    Reka kudedemba ngaho nimba uhaze numa

  • @rudahunganzideson7383
    @rudahunganzideson7383 3 месяца назад +4

    Igitoro ngo bagishora mu Rwanda? 🤭🤭🤭😀😀😀😀😀😀😀 Igihugu cyabananiye pee. Iyo umuntu yananiwe ibibazo abishyira ku bandi. Uyu Ndabirabe , Umushikiranganji wa mbere ubwe yivugiye impamvu nta gitoro. None ngo kiza mu Rwanda? Akabi gasekwa nkakeza

    • @daphnk738
      @daphnk738 3 месяца назад +1

      Ni akambaro k’ibara😢

  • @evscottdumas8825
    @evscottdumas8825 3 месяца назад +3

    Bavuga ngo la honte, le ridicule ne tue pas … 😢 Iryo shaaano arahaze ugorupfyu nagwo ihereko ujane nabo musangiye ubujuju urabe ko igihugu kitaronka amahorooo … bête sauvage

  • @mutombopatrick1292
    @mutombopatrick1292 3 месяца назад +20

    Urikibwa wakigabo we!!! Igitora bakinyegeje muba murihe nkintwaro byakaguteye isoni,!!ntawakurenganya urigushaka gutanga speech nkiya sendagara

    • @Joan-k9k3b
      @Joan-k9k3b 3 месяца назад

      Nyara hirya . Uradutukira muzehe , kandi nawe mubashak gusenya ubutegetsi urimwo

  • @peterlove4g869
    @peterlove4g869 3 месяца назад +10

    Uyu mukuru winama nshingamateka nibazako ntampano yuburongozi afise! Uburongozi si amashure, numutwe
    Anyway uwimana ihaye abandi ababonako aribijuju😢

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira 3 месяца назад

      N amashuli nibazako atayo, ubushingantahe ntabwo, ubuyobozi bwiza ntabwo. Nayo kuvuga Urwanda, *UWO VYANKIYE NTABURA UWO VYANKANA* Urwanda rwarabasize iyo mutazopfa muruhambije !!!!

  • @LaurenceBucumi
    @LaurenceBucumi 3 месяца назад +1

    Mbebash icokigabo Burundi bwagitoraguyehe ça vukiye Burundi gikurira muburundi? Abakizineza batubwir

  • @NdahiroJonathan
    @NdahiroJonathan 3 месяца назад +6

    Urihenda mugabo 😢

  • @isaya4819
    @isaya4819 3 месяца назад +3

    Nihushaja ntabwenge ufise

  • @IRAMBONADonFerdy
    @IRAMBONADonFerdy 3 месяца назад +5

    Be mureka gucira urubanza urwo mudashaka ko babacira! Kwica uwo anyegeje igitoro ntaho atandukaniye n'uwivye ama milliaridi ya leta mukuvuga rero nimuvuge bose hamwe ko bakwiye gupfa apana uwanyegeje igitoro ngo apfe hama hasigare uwivye ama milliaridi🙄so ataruko uri akagabo ka ntajambo ndakurahiye.🙏

  • @hazard7110
    @hazard7110 3 месяца назад +2

    Jewe unomusi ntakomanteri ndabaterera kuko yobiphuyumusa ikigipara ntabwenge gifise ndake

  • @shinebaby4725
    @shinebaby4725 3 месяца назад +1

    Ico kibwa kirabwanuka kbs

  • @MajyambereAnderson
    @MajyambereAnderson 3 месяца назад +2

    iki kigabo ntabwo cyuzuye mumutwe

  • @claireuwimana9973
    @claireuwimana9973 3 месяца назад +1

    Vuga urahaze ariko uko buca siko bwira. Uko bwira siko buca but stop talking about you failed how to help your people & you keep talking nosense

  • @niyonkuruOdette-ew3be
    @niyonkuruOdette-ew3be 3 месяца назад +1

    murwanda barakeneye igitor cyuburundiii? 😂😂😂 atanico mufs?

  • @CalebMinani
    @CalebMinani 3 месяца назад +1

    Igiturumbwe gica kurihishiye harigihe ariwe wotangura gupfa.

  • @ElyseNimubona
    @ElyseNimubona 3 месяца назад +1

    Mbega mutama gerazi abivye amamiriyaridi reta yanyu yama yavuze komutabakomakoma nibo bakoze nabi gusumba uwivye akaritiro k'igitoro?😢harigihe ururimi runyerera😂bamureka kudusimbura😢

  • @BitangimanaJeanFischer
    @BitangimanaJeanFischer 3 месяца назад +3

    Igitoro wokinyegeza ugasanga ama stations yose yuzuye Hama ukakijana he? Ntagihari bamwemera kuk Aho kir ntivyokund k ukinyegez mugih Aho ugiy hos ugisangaho

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 3 месяца назад +3

    Uyu mugabo uyoboye inama nshingamateka mu Burundi jyewe namubonye kare sinzi ikibazo afite mu mutwe pe!
    U Burundi bwaragowe ni ubwambere mbonye bufite abategetsi bameze gutya😂😂

  • @Didace-ee8mm
    @Didace-ee8mm 3 месяца назад +1

    Uwomugabo ntakwiye nagato kujimbere yabaserukira abenegihugu nihamwe vyayangaye nyene navyo biracayangara kabisa

  • @AlainSAFARI-bo5py
    @AlainSAFARI-bo5py 3 месяца назад +2

    Aka kagabo gafite ubugome ndenga kamere, arashaka kuzakata abantu intoki kubera cash zabo? Uwakongerera iyo NYINYA.

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 3 месяца назад +1

    😂😂😂 nje niyo ndaba uyumutama aransetsa abategetsi bacu 80%nabakomedie gusa ngo umuntu adakenye asa gutee araza kubuterera arabe abakenye uko basa

  • @cedibrown5067
    @cedibrown5067 3 месяца назад +1

    Je Nibaza yuko Mwotanga imihoho imvugo zanyu ntizihumuriza Ego Vyabananiye nimuve kubutegesti Mureke kuza muradedemba uburofa

  • @RenovatNsavyimana-rf9sz
    @RenovatNsavyimana-rf9sz 3 месяца назад +1

    Ego vrt garukana ico gihano cogupfa nakare utuvire mugihugu kuko we ntakintu nakimwe umariye igihugu atari kurumatwa nkumwana

  • @jeanpaulnizigiyimana5997
    @jeanpaulnizigiyimana5997 3 месяца назад +1

    Muri America umuny'america wese afise imodoka? Ariko abakene bariyo none umuntu abika carburant yayinjije aciyehe??

  • @MugaruraIssa-z8e
    @MugaruraIssa-z8e 3 месяца назад +1

    Hewe raka kubesha ama devize Ari hehe ?igitoro kiri hehe wa mbura kimazi ubuze ico uvuga reka kudahwa

  • @DesireBigirimana-l6l
    @DesireBigirimana-l6l 3 месяца назад +1

    oya igihugu cabaniye muta nimuvugishe ukuri mutama kotwatoye tubizeye nibi uriko uvuga tunganiriza abarundi ivyo bakeneye

  • @SergesNduwimana-dy1ch
    @SergesNduwimana-dy1ch 3 месяца назад +1

    Muta, urakwite gukukuruka kuko iyo mvugo ntikwiye umuntu nkawe kandi nimwe mwisuguza. Gusa abagushize kuri iyo ntebe niwe yadukwegeye ariko imperanimperuka inkurikizi

  • @oliviermpumuro6669
    @oliviermpumuro6669 3 месяца назад +5

    Igitoro gishorwa murwanda 😂😂😂😂 ahwi

    • @EmaNiyimubona
      @EmaNiyimubona 3 месяца назад +1

      Kandibarugayeee😂😂😂gicah

    • @Usbar-oc1kl
      @Usbar-oc1kl 3 месяца назад

      U Rwanda rwaragowe kbs

    • @roberttuyambaze1491
      @roberttuyambaze1491 3 месяца назад

      Hhhh bite sha olivi? Ndebera abarundi uko bataye umutwe

  • @ElvisNduwayezu-ok8ky
    @ElvisNduwayezu-ok8ky 3 месяца назад +3

    Imana isibangany ivyutunz vyose gushik ubayeh nkumurundi atagir inz ya rofingigi

  • @Harerimana-hi6jg
    @Harerimana-hi6jg 3 месяца назад +2

    Nyakubahwa nimba mukunda igihugu vyukuri nimutange imihoho

  • @manuchoepics779
    @manuchoepics779 3 месяца назад +1

    CNDD kuva ifashe ubutegetsi uburundi bwasubiye inyuma bimwe bikomeye nigihe intambara yaba ntabwo twabura igitoro,isukari,amazi,amatara,i dollar, none cndd umariyiki abarundi? Gutwara si inzigo? Abarundi turabona kandi turumva

  • @ChizaJean-z7d
    @ChizaJean-z7d 3 месяца назад +4

    Uburundi nicyo gihugu kimbabaza nukuri kirarushe pe mugezehabi

    • @semuganzabicusulaiman2353
      @semuganzabicusulaiman2353 3 месяца назад

      Uburundi sibwo burushe ahubwo harushe abayoboye nabayobowe nahubundi Uburundi baje babusangaho bazobosigaho.

  • @SamsonPiffa
    @SamsonPiffa 3 месяца назад +1

    Hapfa bazima hagasigara imburamumaro peee

  • @ElyseNimubona
    @ElyseNimubona 3 месяца назад +1

    Isekere mutama 😂reka tugutubikire uwavubi😢

  • @Aud-10
    @Aud-10 3 месяца назад +1

    Uyu mugabo nikirofa kweli

  • @jeanbigirimana9365
    @jeanbigirimana9365 3 месяца назад +4

    Uwo mugabo ntahora yiyumvira mukuvuga nibintu biboneka nuwurengana arabibona nisi yose irazi ikibanza dufise ku rutonde rw’ibindi bihugu

  • @DieudonneNiyonkuru-qz5pg
    @DieudonneNiyonkuru-qz5pg 3 месяца назад +1

    Ww nyamba uronk ivy kury ntuc uvug umurund wese arafungura mbega nakatwege dusanzwe dukor umwuga wokunguruza abantu nibintu ntiturik twicwa ninzara motif ngumurundi wese araronk ivy gufungura

  • @nsengiyumvaclaude7064
    @nsengiyumvaclaude7064 3 месяца назад +1

    Erega wewe nyakubahwa urongoye inama nshingamateka ntiwoshonza kuko turakugaburira twebwe abarundi batobato ariko twebwe tukarara dutibitse uwavubi ndetse ntiwonakena kuko twebwe twaraguyungishije.ikindi kdi Uwimana ihaye yiyita umuhinga kdi niwabona uwisi ikaeanze ntukamushinyagirize kuko nawe harigihe wosanga iba ikikuvangira ibirungo kuko ize igukubite igikarango kigezweho

  • @desirendihokubwayo1324
    @desirendihokubwayo1324 3 месяца назад +1

    Ndumiwe ntaco norenzako

  • @munyamahoromushyori4129
    @munyamahoromushyori4129 3 месяца назад +1

    Ariko uyu mugabo uko yisobanura biteye isoni ku rwego ariho koko?Ngo igitoro bagishora mu Rwanda ariko u Rwanda rwabagoreweho koko ko mwafunze imipaka se babishorayo bate?Ubushobozi bwe n'ubwo kuyobora ikigo cy'ishuri rya primary.

  • @AdB-oe9yh
    @AdB-oe9yh 3 месяца назад +1

    Ibirwari ngo nabategetsi birabaho kabisa ndumiwe umuntu nkuwo ngo arongoye inamanshingamateka???nakumiro kabisa

  • @barnabesaruvyiro7437
    @barnabesaruvyiro7437 3 месяца назад +1

    Gelase, quand même ,
    Si le carburant existe, il est dans les stations à essence faites pour cela. Si on trouve quelques litres d’essence dans les maisons, c’est parce qu’il y a pénurie de carburant. Si pas de pénurie de carburant, on l’a dans les lieux appropriés.
    Dire que les burundais ont des millions, c’est exagérer ou cacher la réalité. Le discours de Gelase devait s’appuyer sur des statistiques. Si plus de 50% des Burundais ont des millions, à ce moment , on peut un peu généraliser. Je pense que ces Burundais avec des millions dont Gelase parle n’atteignent même pas 1% de la population. À ce moment, Gelase erre dans son discours et devait se taire. Mais au cas contraire, il aurait raison. Mais il n’a pas raison. S’il veut nous convaincre, il doit s’appuyer sur des chiffres pour faire des affirmations. Un officiel comme lui devait faire des affirmations bien vérifiées, étayées par des chiffres. Voir quelques personnes avec des millions ou voir quelques maisons chères construites ne signifient pas que 12 millions d’habitants vivent décemment comme Gelase semble le confirmer. Cela relève de la malhonnêteté intellectuelle et c’est grave pour un officiel comme lui.
    Je pense que nos plus hautes autorités du pays devaient réfléchir avant de sortir des mots blessant la population. Gelase parle pour la population et je pense que la grande majorité ne s’est pas retrouvée dans son discours.
    Je répète encore une fois, ce sont les chiffres qui confirment les discours de nos officiels. Le discours sans chiffres mais avec de fausses affirmations constitue une insulte pour une population qui a voté un député sensée représenter tout le monde.

    • @SightBijou
      @SightBijou 3 месяца назад

      Bien dit
      So Faith Over Fear.

  • @GilbertBangirinama
    @GilbertBangirinama 3 месяца назад +3

    Urimbwebwe abantu Bariko BAFA ninzara indagara zirihe inyama zirihe igitoro kirihe ikiro cibiharage kigugwa angahe

  • @ericnduwimana8246
    @ericnduwimana8246 3 месяца назад +1

    Hariho nabafungiwe mubitaro kubera ubukene,ibitoro biri muri banyene ivyubahiro nyene,none ko imodoka zabo tutazibona k'umurongo nkizindi?

  • @marie-gorettihavyarimana9047
    @marie-gorettihavyarimana9047 3 месяца назад +1

    Guillotine est mort par la guillotine. Il a perdu la boussole! Que Dieu lui pardonne!

  • @spesirakiza7063
    @spesirakiza7063 3 месяца назад +1

    Dukomeza kumirwa

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 3 месяца назад +1

    Wok wivugiye ukareka kuvugira abarundi bose wamutamawe uretse inda yabasumvye niwowe uhaze gusa naho abarundi barakenye.

  • @jeanpaulnizigiyimana5997
    @jeanpaulnizigiyimana5997 3 месяца назад +2

    Nitwe twavyiteye reka ntibidutere isoni nimwivugire

    • @mugishaboaz5799
      @mugishaboaz5799 3 месяца назад

      Ariko nkuyu ayobora iki? ubuse ibyo arimo kombona yatandukiriye aziko abantu abwira bafite competence nkizo afite ? Yewe Burundi bwacu we ntacyo mufite kabisa

  • @yvettekaneza4385
    @yvettekaneza4385 3 месяца назад +3

    Wewe udakenye benshi ubukene bubagejeje kure iyo umuntu ahaze ntamenya ko uwundi ashonje

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 3 месяца назад +5

    igihano co kwica kigaruke kweli birakwiye

  • @AndyDellardIzere
    @AndyDellardIzere 3 месяца назад +1

    Abasuma biba muri leta KO mutabica ariko uwubitse carburant niwe azoca apfa?

  • @dusengimjohndavid
    @dusengimjohndavid 3 месяца назад

    Hahahaaaaaaa Ubu rero IGITORO abarundi Tukigurisha MURWANDA hahahaaaa nitubanze twebwe nyene twifashe Kbx

  • @nduwumwamiMoise
    @nduwumwamiMoise 3 месяца назад +1

    Nabarimwe mwisuzuma ntimwiyizi

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 3 месяца назад +1

    Hhhh! nta bategetsi igihugu cy'u Burundi gifite pe! ngo igitoro cyabo bagishora hanze mu Rwanda😂😂😂

  • @jeanmarienkurunziza2316
    @jeanmarienkurunziza2316 3 месяца назад +2

    Uri ndabirabe nyene,uvuga nk'umwana ataramenya n'ukwihagarika,uko n'ukudedemba.mbega wew umaziki nk'imbwa nkuru irongoye izindi

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 3 месяца назад +1

    Ibyiburundi sijya mbisobanukirwa ninde ufata icyemezo iburundi? Kumuturage arira numuyobozi akarira

  • @TurabumukizaTheogene
    @TurabumukizaTheogene 3 месяца назад

    5000l de carburant ayi stoka muki

  • @munyamahoromushyori4129
    @munyamahoromushyori4129 3 месяца назад +1

    Uburundi ntibushobora gukira ibibazo bafite kuko batazi responsibility bafite kugira ngo bave aho bari bajye mbere,muri make bayoboye nk'abayobowe(kudatekereza nkuyoboye ahubwo ugatekereza nk'uyobowe)kwirwanya ibibazo bigahora ari abandi,none ibibazo niba ari abandi ibisubizo ufite ni ibihe nk'umuyobozi?

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 3 месяца назад +1

    Ayomamiriyoni avuga yazanywe nabangahe!! Ivyobigori avuga bifise bangahe??

  • @UmuhirewayezuEvergiste
    @UmuhirewayezuEvergiste 3 месяца назад

    Nonese niba kiza mu rwagasabo jyicahe ko imipaka mwayuga mu 🐏 😂😂😂😂😂

  • @GilbertBangirinama
    @GilbertBangirinama 3 месяца назад +1

    Igihano cokwica ntimukigarukane kuko musanzWe murabicanyi mwicabantu ataco mubagiriza homwoca mwicagusunvya

    • @KwizerimanaDesire-wv4qo
      @KwizerimanaDesire-wv4qo 3 месяца назад

      None ngo mucibitoke abantu ngobahanye amafranga burya Ubu uwosuzuma ntiwosanga Ayo ma devise aja Aho yategerezwa kuja twarushe cane Kuko tugeze habiiii

  • @japhetntirandekura
    @japhetntirandekura 3 месяца назад

    Ivyowavuze vyose nivyiza mbabajwe nahubajije ngumukene amera gute😮😢ngumutunzi amera gute😅😢
    Eeeee nimba imvugo ariyo turacagowe

  • @MussaNtihinduka
    @MussaNtihinduka 3 месяца назад

    Uwishumuntu n
    Yidegenvye hicwe uwufatanywe igitoro?

  • @NduwimanaRichard-yn1be
    @NduwimanaRichard-yn1be 3 месяца назад

    Nimukemere ivyobibazo birihagatiyanyu bituma tubura ibutoro hama hatwivandanirize ibikogwa nn kiryacivugo mutubwiraca 2040 tuzogishikako gt?

  • @shabajims2966
    @shabajims2966 3 месяца назад +1

    Kuviriza abantu nkab uburiko urata umwanya.nubwenge ubufise buca bunahera .

  • @BowazeMukeshimana
    @BowazeMukeshimana 3 месяца назад +2

    Njewe naburaye sha hariho abatazi uko inzara ibaho

  • @mnyongedjumapili4959
    @mnyongedjumapili4959 3 месяца назад

    Abarundi ntibakenye hubwo indogozi Zacu nizo zidakora ntacyo zitumariye

  • @shinebaby4725
    @shinebaby4725 3 месяца назад

    Ico kibwa kirabwanuka kbs

  • @shinebaby4725
    @shinebaby4725 3 месяца назад

    Ico kibwa kirabwanuka kbs

  • @shinebaby4725
    @shinebaby4725 3 месяца назад

    Ico kibwa kirabwanuka kbs

  • @CeleusHARERIMANA
    @CeleusHARERIMANA 3 месяца назад

    Ikigihugu coronkamahoro kibanje gutwara umunyamahanga akorahembwa wew yotinyagusahura kuko yovugango bikagenfanabi nzofatwa nfungwe abandibose ntiboroshe

  • @RenovatNsavyimana-rf9sz
    @RenovatNsavyimana-rf9sz 3 месяца назад

    Niwashikirwa uzobonako wavuze ivyo utazi imiryango yubusho ntirugarwa

  • @DavidMbabazi-hb4hv
    @DavidMbabazi-hb4hv 3 месяца назад

    Ntabwo umurundi wese atunze,ahubwo nugushima Aho bigeze Kiko EJO canke hirya yejo tuzobishikako ahumurundi wese aba yifise, ntayindi nzira bizocamwo atarukwongereza ibikorwa nurukundo nugufashanya

  • @LouisMUHIGIRWA-nc4tz
    @LouisMUHIGIRWA-nc4tz 3 месяца назад

    Hahaa ngo umurundi, kugurisha mu Rwanda Igitoro banyeguruye mu nzu??? Reka mbabwire: ntibishoboka. Reka mbabwire: Igitoro kiramutse kibuze kw'Isi yose, Urwanda rufite stock ishobora gukoreshwa imyaka 50 nta crise ibaye n'umunsi umwe. Na Congo iyi ivuga ibi, iza kugura Igitoro mu Rwanda... Jya ku Gisenyi mubyirebere...

  • @thejohnntw
    @thejohnntw 3 месяца назад

    Iyi mvigo ni nkiyo muri communisme. URSS yahenutse abategetsi bama baririmba ko vyose ari igitangaza !!! Ko ahandi mu ba capitalistes bica bigacika !! Ko ahandi ariho bagowe !!! Rwanda ko mwugaye frontière, coca he ??

  • @jeanaimable4735
    @jeanaimable4735 3 месяца назад +1

    Ibibazo vyose muzobikemurira mubwicanyi??

  • @HN-ur3kb
    @HN-ur3kb 3 месяца назад

    Hhhhh ugishora mu Rwanda😂😂😂 ahubwo mujye mu Rwanda babavomere nka mbere yuko mufunga douane!! Nta soni iki kigabo kigira yemwe. Ariko u Rwanda murarutaramana kweli!

  • @jeanpaulnizigiyimana5997
    @jeanpaulnizigiyimana5997 3 месяца назад

    Ibihori bigurwe ama dollars twese tube abarwiz'atunga

  • @Great-Lakes-Stories
    @Great-Lakes-Stories 3 месяца назад

    😂😂😂😂
    Cyakoze Africa yarababaye pe. Uyu muntu ubu amariye iki abaturage ahagarariye? Isi yose irazi ko u Burundi bukenye, none urabihakana? Ngo 5 millilitres ngo 3 millilitres de carburant. Nta nubwo yize disi 😂😂

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 3 месяца назад

    Abo ba zungu!? Nta na kimwe bivuze!? Banza mwi teho imibereho mwiza y'abarundi!? Abo bose baba sabota yaba abarundi corrompus, kubera akajagari!? Iyo B.R.B., uvuga n' iyihe Migambi ifise canke za projets B.R.B., canke ingurane B.R.B., itanga ku mu rundi muto muto ata garantie afise canke umushahara comme garantie!? Mwese, mukora nabi cane!? Nta bwo, ari umuzungu, azobitaho!? Ni Leta y'Uburundi, ite gerezwa kwitaho zina mwenegihugu cacu!?

  • @ntirenganyajeandedieu2074
    @ntirenganyajeandedieu2074 3 месяца назад +1

    Ntaco ndonse cokuvuga ndumiwe gusa kuko novuga nabi

  • @EricNininahazwe-f6g
    @EricNininahazwe-f6g 3 месяца назад +1

    Gelase nikirofa ndabivuze kand mbivuganye agashavu

  • @gasarabwepatrick659
    @gasarabwepatrick659 3 месяца назад +1

    Sinari nabona ibirofa kwisi 😂😂😂😂😂😂