Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ur'Intwari, Ur'Umuvyeyi, Ur'Umutegetsi w'ukuri. Ramba👏👏🤝
UBurundi nsu Rwanda aho abaturage barira bakabura ikibahoza oye Burundi ❤
Wooooooooouvuzukuri reta mvyeyi ntikandamiza umunyagihugu nibavyubake
Yesu nashimwe murakoze cane vyari birenze kabs jew ndabibonye narira kwel Yesu abamper umugisha
Igihugu cacu gikeneye abayobozi nkaba abemeranya nanje mumpe like
Ntubona ibintu bizima!!!!Ahari abagabo ntiharwa ibara. Ivyo Minister akoze, bavyita gukura igitutsi ku Gihugu.
ubwo nibwo butangane dukeneye mugihugu iwacu
Unwobutungane nibwotwifpuza igihugu cyose❤❤ndagukunze nabandibeshyii
Imana ibatuzigamire cane
Mutama Imana ibahezagire cane,mutabare abanyagihugu.
Barababoshe 😂🤣😂🤣reta nvyeyi niho yibereye 👍💪♥️bakwigira abakomeye vyari vyakera
Urumugabo pe!bakongere amashi urayakwiye
Ubwo nibwo butungane twipfuza mu gihugu c'Uburundi.
Imana iguhe umugisha wakoze nkumuvyeyi
Uburundi bushasha oyeeee💪💪💪
Ubwo nibwo burongozi twari tunyotewe, hamwe abandi bategetsi bokora nkuko igihugu cacu cotungana kigaterimbele
Abo nubwo bogurisha utwo bafise vyose ntiboshobora kuvyubaka ahubwo reta niyubakire abo banyagihugu kuko amakosa yakozwe na leta ( abakozi bayo nyene) hama leta izoca imenya ukungene ihana abo bakozi bayo
Ur'intwari pe nciye ngukunda kabsa
Abo nibo batware twari dukeneye 👍🇱🇷
👏👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮nimwe twari turindiriye
Mzee tuna wapenda sana komeza caane kumuheto
Niwe Muvyeyi. Imana imuturagirire.-
Niyo reta nkozi rero.mukomere
Turasabye itegeko ryamamoto namabajaje bisubire kubankuko byaribiri kera kuko twarushe kugenda namaguru. Ibaze kuvamurivile namaguru njewe ndumunyagihugu asanzwe ngenda namaguru
Erega ikosha si abo ba de quartier ni uwo musitanteri yitwaza ico ari co ngo yironkere ibarabara
Reta mvyeyi mwubahwe ariko abategetsi bahohotera abanyagihugu nukubakosora canr
Nukuri nyakubahwa wewe nuwuguhamagaye uramwitaba umwubahwa mwiza wabene gihugu waooooo icerekezo cabene burundi
Urintwari vraiment 👏👏👏
Amena amena sana jina lamungu liinuliwe milele daima uburundi bwaronse abategetsi beza nkanyakwigendera umukuru wigihugu magufuli naramukunda gushikaho numvakonoja kwibera muri 🇹🇿 nonendabakunze kabisa
Leta y'u Burundi yita kubenegihugu bayo niyubawe icemezo bafatiye abo bagizi banabi niciza
Musazawubahwe
Turashimiye reta nkozi yarenganuye abo benegihugu
Reta Mvyeyi oyeee Wirambire Mutama❤️🇧🇮
Turagushigikiye mwubahwa tubashaka kutwama hafi nkuko
Uri umuvyeyi Imana biguhezagire
😂😂🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌👍👍👍🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🥰🥰🥰🥰💪💪💪💪💪💪💪uburundi oyeeee
Uuuuuu ko ndirukobuca akaze wana kdi mbonye nawe azi u wenge kbs urumugabo rwose kuko icyo nocyo gituma abaturage bishima
Komera mutama
Uravuzijambo nkumugabo Nimuci nibazubake
Gaddafi yavuze ati umuntu yamaze kuba ahantu haba ahareta mutegerezwa kumuha ikizomutunga
Barokurya zambonerakure kwel uyomupfasoni aratimba
Bateshe bateshwe!
murinde numutekano wabobantu babomorewe kuko ivyubu biragoye
Uyo mupfasoni arabonekewe
komera mutama wacu tukurinyuma Leta mvyeyi leta nkozi
Neza cane
Nyakubahwa general, mwibuk ya dosiyeya isilamu bararabaratumenumutwe namamicrophones, ivyomwavuze ntibavyubahirije.
Abanturro bamabigira ba najua bagnd bukbuk.
Wao dagukunda sena numeregwe neza mutam
Uragahezagirwa nyakubahwa
Ministre ur umugabo wubahw can
Iwacu barakubwira ngo sohoka dusenye, ugasohoka ipiki ikavuga bikarangir'uko.Ubu noneho ntan'umunyamakuru ukihakandagira.
Eeeh nuko nukuza murabakorerako
Amen 🙏
Urumuvyeyi papa hezagirwa
Ramba Reta nkozi
Ramba reta vyeyi yacu
Reta mvyeyi komera mutama
Mwikomerere cane 🙏. Mbega yemw mwari mwarindiriye iki ko mwatevye ?
Good job
Ahorero mukatwibuka iwacu gasanzasabwa muvyeyi nibavyubake
Ahorero baribitwajengo barimuri senidede vyasaba mubacenamande kubomorinzutubatse nagasuzuguro
Babwire bumve
👏👏👏👏
Kumugoboka nihe?komera niwirambire mutama hariho abantu bigira utugirwa mana kubera bari mumugambwe ubu bigiye kubaherana
Ni haruguru ya Mutanga Nord
@@uwinezajohara8362 eeee ok
None jewe ndimwo ndabaza iterambere rusangi nukubomora?😂😂😂
Aho
Hamwe bokora uku Aba tweet base twoshika kure.
Ramba mutama i
🇧🇮🇧🇮❤️❤️💯💯💯💪💪💪🙏🙏🙏🙏🙏🙏
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣nibunveko biryoshe nabo ninivyo nabonye mukamenge inzu zose baziciyeko imisaraba mutabaye hafi muzosanga bazibomaguye bobo umengo nimisimikuru bibereyemwo
Nyakubahwa wewe niwe kuva ukiri umuvyeyi wubushikiranganji niho amategeko aheruka kuja mungiro.
Ur'Intwari, Ur'Umuvyeyi, Ur'Umutegetsi w'ukuri. Ramba👏👏🤝
UBurundi nsu Rwanda aho abaturage barira bakabura ikibahoza oye Burundi ❤
Wooooooooouvuzukuri reta mvyeyi ntikandamiza umunyagihugu nibavyubake
Yesu nashimwe murakoze cane vyari birenze kabs jew ndabibonye narira kwel Yesu abamper umugisha
Igihugu cacu gikeneye abayobozi nkaba abemeranya nanje mumpe like
Ntubona ibintu bizima!!!!
Ahari abagabo ntiharwa ibara. Ivyo Minister akoze, bavyita gukura igitutsi ku Gihugu.
ubwo nibwo butangane dukeneye mugihugu iwacu
Unwobutungane nibwotwifpuza igihugu cyose❤❤ndagukunze nabandibeshyii
Imana ibatuzigamire cane
Mutama Imana ibahezagire cane,mutabare abanyagihugu.
Barababoshe 😂🤣😂🤣reta nvyeyi niho yibereye 👍💪♥️bakwigira abakomeye vyari vyakera
Urumugabo pe!bakongere amashi urayakwiye
Ubwo nibwo butungane twipfuza mu gihugu c'Uburundi.
Imana iguhe umugisha wakoze nkumuvyeyi
Uburundi bushasha oyeeee💪💪💪
Ubwo nibwo burongozi twari tunyotewe, hamwe abandi bategetsi bokora nkuko igihugu cacu cotungana kigaterimbele
Abo nubwo bogurisha utwo bafise vyose ntiboshobora kuvyubaka ahubwo reta niyubakire abo banyagihugu kuko amakosa yakozwe na leta ( abakozi bayo nyene) hama leta izoca imenya ukungene ihana abo bakozi bayo
Ur'intwari pe nciye ngukunda kabsa
Abo nibo batware twari dukeneye 👍🇱🇷
👏👏👏👏👏🇧🇮🇧🇮nimwe twari turindiriye
Mzee tuna wapenda sana komeza caane kumuheto
Niwe Muvyeyi. Imana imuturagirire.-
Niyo reta nkozi rero.mukomere
Turasabye itegeko ryamamoto namabajaje bisubire kubankuko byaribiri kera kuko twarushe kugenda namaguru. Ibaze kuvamurivile namaguru njewe ndumunyagihugu asanzwe ngenda namaguru
Erega ikosha si abo ba de quartier ni uwo musitanteri yitwaza ico ari co ngo yironkere ibarabara
Reta mvyeyi mwubahwe ariko abategetsi bahohotera abanyagihugu nukubakosora canr
Nukuri nyakubahwa wewe nuwuguhamagaye uramwitaba umwubahwa mwiza wabene gihugu waooooo icerekezo cabene burundi
Urintwari vraiment 👏👏👏
Amena amena sana jina lamungu liinuliwe milele daima uburundi bwaronse abategetsi beza nkanyakwigendera umukuru wigihugu magufuli naramukunda gushikaho numvakonoja kwibera muri 🇹🇿 nonendabakunze kabisa
Leta y'u Burundi yita kubenegihugu bayo niyubawe icemezo bafatiye abo bagizi banabi niciza
Musazawubahwe
Turashimiye reta nkozi yarenganuye abo benegihugu
Reta Mvyeyi oyeee Wirambire Mutama❤️🇧🇮
Turagushigikiye mwubahwa tubashaka kutwama hafi nkuko
Uri umuvyeyi Imana biguhezagire
😂😂🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌👍👍👍🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼🥰🥰🥰🥰💪💪💪💪💪💪💪uburundi oyeeee
Uuuuuu ko ndirukobuca akaze wana kdi mbonye nawe azi u wenge kbs urumugabo rwose kuko icyo nocyo gituma abaturage bishima
Komera mutama
Uravuzijambo nkumugabo Nimuci nibazubake
Gaddafi yavuze ati umuntu yamaze kuba ahantu haba ahareta mutegerezwa kumuha ikizomutunga
Barokurya zambonerakure kwel uyomupfasoni aratimba
Bateshe bateshwe!
murinde numutekano wabobantu babomorewe kuko ivyubu biragoye
Uyo mupfasoni arabonekewe
komera mutama wacu tukurinyuma Leta mvyeyi leta nkozi
Neza cane
Nyakubahwa general, mwibuk ya dosiyeya isilamu bararabaratumenumutwe namamicrophones, ivyomwavuze ntibavyubahirije.
Abanturro bamabigira ba najua bagnd bukbuk.
Wao dagukunda sena numeregwe neza mutam
Uragahezagirwa nyakubahwa
Ministre ur umugabo wubahw can
Iwacu barakubwira ngo sohoka dusenye, ugasohoka ipiki ikavuga bikarangir'uko.
Ubu noneho ntan'umunyamakuru ukihakandagira.