Prezida Neva yarashimiye abakoze ibikorwa bitandukanye vy'ugukunda n'ukwitangira igihugu.
HTML-код
- Опубликовано: 15 сен 2024
- #Burundi: Intwaro ibereye irangwa n'ukugwanya akarenganyo, gukorera abenegihugu muvyo bakeneye vyose no kubungabunga itunga rusangi. Ni mw'iyo ntumbero Umukuru w'Igihugu yatanze ubushimwe kuri bamwe n'abandi bakoze ibikorwa vy'ugukunda igihugu no kugikorera neza harimwo abarundi n'abanyamahanga.
#BurundiAt61
Niwubahwe papa Burundi
My God Continue to bless Perezida "NEVA"😇✍️🙏
Thank you so much Your Excellency the President of the Republic of Burundi for publicly recognizing and awarding the people who exhibit the highest degree of Patriotism. This will inspire even more people to love the Motherland. I am impressed, and your recognition and applause of their accomplishment is evidently from your Heart.
Nyakwubahwa nukuri turagukunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤ imana ikutuzigamire
Vyizavm caneeee
Nzokwama gusabira Ku Mana rungira vyose uze wame utuyobora mugihungu cacu ❤❤❤❤
Aho .Mubikozeneza.Gusamurabobose ba Aho Harimwo Abafise IMITIMA Ikomantay.Atacobibabwira.Ariko Bazohinduka.Kuko Ikibi.ntabwo kizonesha Iciza 🇧🇮👏 Very good President Neva💖
Vive Evariste NDAYISHIMIYE
Nibyo yacunze neza cyane nabandi bakore bacyo
Very good thanks you ❤❤❤❤❤
PRESIDENT UGIRA IVANGURA MOKO. WAKWIGIYE KURWANDA? ABARUNDI MUKENEYE KWIGA UBUBI BW'IVANGURAMOKO.
Ark president kuki abarundi bawe batajya baguha amashyi??
Yahe kagome
Ahariho hose hakoma amashyi ushaka udashaka ntayo akoma none gukoma amashyi ni itegeko??
Nanje Mama Burundi Angeline Ndayishimiye 🤍🎉ndamukeza kuko arabikwiye ntako atagira ku gihugu cacu kijembere nivyinshi amaze gukora Imana ibandanye imushumbusha ubuzima n'amagara meza
Mukoko Édouard niyubahwe abanyamuramvya turamukunda cane adutungarije vyinshi cane,umwiza ararangwa kweri aronse agashimwe agakwiye.
Allow me to also congratulate her excellence Angelique I am overwhelmed by her works of charity
Nyenicubahiro komwibagiye ndirakobuca jerve? Nawe nyene yaritanze
Abakozi barakwiye kuba abizigigwa
Ibi n ivyiza bituma n abandi bakunda igihugu
Kabisa
Imana imbere vyenicubahiro
Biraryoshe pe
Ntaba mundorere umuvyeyi umupfasoni wumkoru wigihugunimwubawe
Komereza ho mutama wacu umwami Mana aduhane umugisha ❤❤❤❤
Ayo mafaranga ari gutangaho amashimwe kubakoze neza cg bakunda igihugu,aba ari muri budget y'igihugu,cyanke ayakura mumifuka wiwe? Motivation y'abakozi ni nziza ariko iyo bikozwe nabi bizana imvururu mubandi bakozi mu secteurs zitandukanye.
Ariko sha pasifike buri wese agira uko atwara nonese avangura ate
ese i burundi president avuga yifatiye microphone
Niyirambire Neva
papa Burundi ndagukunda caneee ❤❤❤
Munanirwe gutoza ingabo ngo zimenye.urugamba mwabarundi mwe murimo gukina Red tabara mubona itaje kubatwara igihugu
❤❤ndamwimpfurijekuba umukuruwigihugu
Well done
Neva juu❤❤
nukuri ivyo turabishima , ariko muturabire naho ibindi vyugariye murakoze
Reba ukuntu aba bodyguards zabikabirije hhhhhh😂😂
Ummm❤
This guy is serious . Sinzi ibintu nkurunziza yararimo igihe ciwe
👏
🇧🇮 🇧🇮 ❤❤
Njye mbona nawe uwagushungura ntiwakuburamo inkumbi
Naze kudukorera ibarabara rya mabayi
iyo nyubakwa yayubatse nayahe ma fond?
❤❤❤❤
Komera ntakibazo wariyoba
Babwire Nyakubahwa Président bumve bihane
Kuki baguma baratangamahera yigihugu natwe tutaagira ibarabara tuba muminyaganyaga angeline ndaziko atoburamwo denisewe na queli nkurunziza ntaciza boba barakoreye igihugu?? Bâ domitile nibenshi bohabwubushimwe ntituze turikwegerako
Pasifiki nawe uzakore neza uzakore neza uzahembwa
Jyenkunda uyu perezid arasaban
Abafrundi ntibazi gushima bakoma amashyi
Abahorabatukana iyonyakubahwa avuze nibasubire twumve ribaye iryamberekuva uburundiburemwa
Kabsa nashimirwe cn yarakoze cn!!abo nibo bakenewe!!
None nyakwubaha kuki utaha abanyarwanda baje kuzimya isoko ryanyu umuriro?
Komera❤❤❤
Ibintu birarenze iyaba ububushimwe muonse mwisi nomwijuru vyobayuko natwe turikukivu mugukunda igihugu
Nineza,pe
Neva ni ikirofa ndaqaswi....😂😂😂wagirango ari guhemba abana bo muri nursary 🤣🤣🤣🤣🤣aho bukera azahemba na za bombons
Cpl ashimishije cane
2:07 2:10 2:12 2:12 😊😅😮😢🎉😂❤😢😢😢😢😢😢😢😢
Ninde yamutoye akareganyo avuga cnl ayihoriki nicogituma avuga yuko muburundi atazara ihari ntiwatowe tangimihoho
Oya bahembe kbs
Sebarundi ntawariguhaye ntabaho
Ubworozi bwamafi
Yari gukoresha ibitoro bidahari
Nakamaramaza bararya bakarenza raba wiyegereze abantu nkabo kandi atarabo mumugambwe gusa abantu beza barihosi tohoza ataraho igihugu kizotabagurika turorera
Lol🎉 3:45 3:46 3:47
Muvyeyi ntako utagira nukuri nuko ubwira abicaye kumatwi
Ariko abarundi nibabyenda gusetsa rwose ibintu byabo byose ni comed
Reta mvyeyi imana iyijimbere
Ntawakoze ineza azohembwa inabi
Ndatangaye uyu muyobozi: Mbonihankuye yarabaye Directeur wanje kuri ESTA
Yaraboneka ingene yicisha bugufi kuva nkihari yanahora ampamagara mu bureau ankeza Ku manota meza kuko naba uwambere
Mon Directeur nzohava nza gutora diploma yanje ya exta
Ntusarara
Prezida ko Atanga ishimwe Abaturage ntibakome Amashyix
Bayakumeye lmana bskareka kuyakomera prezida🎉🎉🎉🎉
O0ôô
Uyomuporsi
🎉👀📡👀✍️👏👏👏🎊💝🎊
Komera mutama
Yubahwe vraiment abikoze neza nya kwubahwa
Kwiyemera nicyo Uzi abanyarwanda uzateara iki?