Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Imana IkujimbereUzotubere Président.Uzokorere mungata samuragwa wacu.TuzogusengeraImana Igushitse kwiryo yerekwa ufise.Amen
Ndimumpimba ariko ndabakunda cane nyakubahwa nyeniteka Kandi imbonerakure musongembere nanje ndikugororwa nzogaruka nkomereza ahomugejeje murakoze cane mbonerakure zingozi nomugihugucose mukomeze musongembere 💯💯
Eka henda izo mbonerakure nyene. Hama kwitwa umweranda ntubanza kwangaza abana b'Uburundi. Ubugunge, ubujuju no Kutamaramara nivyo bibuzuye !
Imana ihezagire Burundi bwacu...,
Ndagukunda kubi wew kbx❤❤❤
Nciye nyoterwa amajambo yinkoramutima yanyakwigendera Nyenicubahiro Petero Nkurunziza
Uvuze Ukuri Nyakubahwe
None mwagifashishe umuheto?aba dd vyarabacabze.
icompa nkakubona uri président
Mushire imbere iterambere intambara yaraheze. Mureke kwiba igihugu
Uvuga nez yaravuz AT inkino nazonyen zituma kugira amagara mez zigatuma tubana nez ngo ninkirudandaz mumwak itan cumin tobiboz non turahay tubibon itaranahe yubahw yarumugab p👍🇧🇮👏👏
Komera komera mutama wacu umukama abandanye akugirira neza muri vyose nahose
Komera ramba guba Ntakugugumwa shiriraaaaa
Ndakwemela urakabaho imisimyishi 🎉🎉🎉🎉🎉
Umuhimbiri avuga ibiki, interahamwe reverin
Karakurya sha
Asha kirakuniga ariko ntaco umukoza
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Mana tabara u Burundi. Ibiswi by'inkona😮😮😮😮
Ntacomvuze😂😂😂
Iy statue ❤❤❤
Révérien yarakunda Nkurunziza vrt urupfu rwiwe rushobora kuba rwaramubabaje nuko tutazi icamwishe neza na neza nubu.
Komera cane Mutama!
Urugamba gwo gukenesha abenegihugu
Komera mzee ndakwemera cn
Naje nahoranvungo abobadede arikubu naramenye icobatumariye Imana yomwijuru ikomeze kubahezagira ibakomeze ubu naravuye ibuzimu ndajibuntu ubu nimumaraso kera narumubono kabisa
Muvyukur urumugabo vrt
which country is this
Uyu Muntu icompa akaba Prezida w'igihugu cacu
Ngo bararwanye?Nonese ko bishyize hamwe na Tshishekedi bakaba nana 1cm baramugaruriza ahubwo abana b'abarundi babamariye ku icumu
Akagatama karabesha muveho igihugu sichaso urinde mwichi igihugu mwigishe kwiba igihugu muveho myaka 20 mwakoziki nikibuga chindege nacho mufite stadium nayo mufite none mushaka kwigisha iyo ngeso abana muveho I'mbonerakure zitachiye kwishuri
Nagahimbo shaa nibareke
Noe uburundi bumaze 20ans kuva bubayeho?
Uyu mugabo yaba President mwiza ndumva atanfukanye na wawundi kbs
❤
Ayomafaranga wayakuyewe ????
komera komera nyeniteka
Mukome mubeshye abarund mwisahurire igihugu nabo bashinyitse.
None ubabajwe n'iki ??
Iyomifuko 500 ntimwoyifashisha abatishoboye???
Ahaaa
Nyara hiyo shaaa igitoro nisukari birihehehAmakara ariheheAmazi numuyagankuba birihehe internet irihehe
Uvuga neza mutama
Muba muhaze shahu
uvuze ukuri mutama wacu imana ibandanye ihezagira igihugu cacu
😢😢😢 imbonerakura ntanahamwe ziriko zirajana uBurundi. Mureke kutubesha. Iyo discours wamenga ni comédie 🥵🥵🥵
Mbega no gukaraba bisaba amafaranga? Ntabwo kuyobora ari ibyanyu😢😢
Nivyabande 😂🤣
Gusta muzi kuvuga
Yubahwz sokuru wacu twabuze tutanka
komera mutama uvuze neza
hhhhhhh ngo yarwanye intambara arazitsinda sha hhhh ibinyoma gusa, wewe wenyine watubwiye ko nta numutumba numwe mwafashe
Henda Bandi wankende we
Mutama w,amateka caane
Ni vyiza ariko abakunzi ba sokuru muduhe umuco tumenye icamwishe
Nukuri. Murihanga ritavumika
😂😂😂😂😂😂😂
Ihanga irihe?
Ni abicanyi kabombo mbese ni barukarabanzigo
Ahubwo hakenewe ibintu vyoteze imbere igihugu vyokwiyemera wapi ahubwo ibikogwa gusa nivyo bituma umuntu bamwemera mwubahwe
Ntamuntu arekuriwe gutagatifuza iwundi urubanza nugw'imana mushoboravyose ingero itangwa na Rurema twotagatifuza umuntu?ninkuko atawohezagira canke ngwahezagize Imana
Comédie
Ntaco mvuze !!!
Yego rwose muta abatagatifu bacu ni abarundi batwitagiye bakadupfira atari abazungu .
Ni WWE dusigarany
Oya, Nta ntambara Nkurunziza (CDD) yigeze irwana ngo iyitsinde ahibwo kubera imbaraga nkeya z'ubuyobozi bwariho bwahise bubashyira ku ibere Akarorero muri DRC nuko abo mwoherezayo abagaka cg abazagaruka m'uburundi ni mbarwa ntimukajye mwirirwa mubeshya abarundi
komeraaaa
Mwatsindiye hehe kobakibagabiye none nka wewe wihaya zana kaburimbo Imana irihangana nukuri
Status ya Ndadaye na Rwagasore
Uyu ninterahamwe cyecyeka
Rumeshangabo Mzee uratuba hafi mukiyago kabisa Iyataba wewe basi uzuraturemesha tuba tugeze kure mutama Wubahwe cane
Imbonerakure = interahamwe muri 1994 ni abafasha ubuyobozi bubi gushyira munziro imigambi yabwo mibisha
Mureke avugire aba bahutu bi nterahamwe..imana irabona amabi bariko barakora, ibikoko gusa.
Ark ikiza gihari ni uko m23 irimo kubahanira muri congo
Aba DD vyarabacanze. Muraciyita abocavunye? Canke Abo cananiye.
Baravangiwe
Ivya CNDD FDD vyose ni comedy umengo nta vya Politics bazi
Inkezi ikera ubwo bireha Kandi umuvbumvyi w'inzavya ntabumba imibindi
Zanibyiwanyu babyoturebe
Ariko ko ata na 1m carré bigeze bafata nizihe ntabara yatsinze les conneries n, avancent pas le pays nuwa muguye impande asa nuko ari kumviro mwarabonye iyo yamukoreye (rajabu)
Ibiswi hhhhhhh
Ubahwa mutama
Haaaaa huuuuuuuuu
INDWARA Y' IGISUKARI( DIABÈTE SUCRÉ Type 2)Benshi turazi neza ko Diabete idakira ivyo tukabitegwa n'inyigisho twigishijwe ariko nubwo ariko twese twigishijwe.Twomenyesha ko ishobora gukira igihe cose yubahirije amategeko y'imirire akanafata ningaburo kama ziyivura.DIABETE YIYEREKANA RYARIDiabète n' indwara yibonekeza igihe urwagasha ( pancréas ) rujejwe guhingura inkaburamubiri ( hormones ) bita insuline itakiboneka bivuye kuduhimba bita cellules de bêta des îlots de langerhans tuba twononekaye kubice biri hagati y'ibice 75 na 80.Aho rero Ugwagasha ntiruba rugishoboye gukora umusembura Insuline ushira isukari kurugero gwiza ninaho bavugira ko umuntu agwaye Igisukari.IBITUMA UMUNTU AGWARA DIABETE DU TYPE 2.Ubundi Diabete, Hypertension arterielle, Goute nizindi tutavuze ningwara zitegwa n'ikora nabi ry'uduce ndemangingo (Cellules) bitewe nimvo z'imirire mibi (Malnutrition) kuri Diabete rero du Type 2 ngiye kuvuga ibintu bike bidufasha gutahura:1.Gufungura ingaburo igwiriyemwo isukari ryera ryinshi.2.Ukubura vitamine B 63.Umuvyibuho w' umurengera ( obésité,)4.Gukoresha ibintu bikoresha nabi umubiri nk'inzoga,itabi,Icayi,...5.Hariho nibindi ariko ivyo nivyo bibafasha gutahura.IBIMENYETSOIyo umuntu kenshi bishitse agafatwa na diabète du Type 2 hari ibimenyetso bimwe bimwe vyibonekeza bikamutera kwikanga iyo ngwara.Hamwe nawe wovyibonako vyiza woca uja kwisuzumisha kugira umenye ubuzima bwawe:1.Gusonza cane( polyphagie)2.Kunyoterwa bikabije (polydypsie)3.Kwihagarika kenshi kandi bitavuye kumazi menshi wanyoye (Polyririe ).VYAKOMEYE ( COMPLICATION )1 .Kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ( impuissance sexuelle masculine ou frigidité )2.Kugwara amaso ( Retinopathie diabétique )3 .Infection urunaire Repetitive4 .Kwonda cane kuri bamwe5 .Kwononekara Amafyigo (Insuffisance Renale Diabetique),...Harico wobaza canke ukeneye impanuro ningene wofungura woturondera kuri: +257 *62790705* ( WhatsApp, appels ou sms )Avec des conseils nutritionnels, le Diabète izwi nkingwara idakira iba isezerewe !!!
Ukomer bwañ mukubwa
Imbwa ziragwira
Urabesha ntanisoniMufisekl
Emwe uvuze ibintu bizima,,ABASOGOKURU bacu tubatagatifuze kweli ni INTWARI
😂😂😂😂😂
😂😂😂😂
none wewe iyuhaze wibaza kotwese tumeze neza?iyo democras ntayomuragerako
Mwubahw mutam
Stupidity 😅
Imana Ikujimbere
Uzotubere
Président.
Uzokorere mungata samuragwa wacu.
Tuzogusengera
Imana Igushitse kwiryo yerekwa ufise.
Amen
Ndimumpimba ariko ndabakunda cane nyakubahwa nyeniteka Kandi imbonerakure musongembere nanje ndikugororwa nzogaruka nkomereza ahomugejeje murakoze cane mbonerakure zingozi nomugihugucose mukomeze musongembere 💯💯
Eka henda izo mbonerakure nyene. Hama kwitwa umweranda ntubanza kwangaza abana b'Uburundi. Ubugunge, ubujuju no Kutamaramara nivyo bibuzuye !
Imana ihezagire Burundi bwacu...,
Ndagukunda kubi wew kbx❤❤❤
Nciye nyoterwa amajambo yinkoramutima yanyakwigendera Nyenicubahiro Petero Nkurunziza
Uvuze Ukuri Nyakubahwe
None mwagifashishe umuheto?aba dd vyarabacabze.
icompa nkakubona uri président
Mushire imbere iterambere intambara yaraheze. Mureke kwiba igihugu
Uvuga nez yaravuz AT inkino nazonyen zituma kugira amagara mez zigatuma tubana nez ngo ninkirudandaz mumwak itan cumin tobiboz non turahay tubibon itaranahe yubahw yarumugab p👍🇧🇮👏👏
Komera komera mutama wacu umukama abandanye akugirira neza muri vyose nahose
Komera ramba guba Ntakugugumwa shiriraaaaa
Ndakwemela urakabaho imisimyishi 🎉🎉🎉🎉🎉
Umuhimbiri avuga ibiki, interahamwe reverin
Karakurya sha
Asha kirakuniga ariko ntaco umukoza
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Mana tabara u Burundi. Ibiswi by'inkona😮😮😮😮
Ntacomvuze😂😂😂
Iy statue ❤❤❤
Révérien yarakunda Nkurunziza vrt urupfu rwiwe rushobora kuba rwaramubabaje nuko tutazi icamwishe neza na neza nubu.
Komera cane Mutama!
Urugamba gwo gukenesha abenegihugu
Komera mzee ndakwemera cn
Naje nahoranvungo abobadede arikubu naramenye icobatumariye Imana yomwijuru ikomeze kubahezagira ibakomeze ubu naravuye ibuzimu ndajibuntu ubu nimumaraso kera narumubono kabisa
Muvyukur urumugabo vrt
which country is this
Uyu Muntu icompa akaba Prezida w'igihugu cacu
Ngo bararwanye?
Nonese ko bishyize hamwe na Tshishekedi bakaba nana 1cm baramugaruriza ahubwo abana b'abarundi babamariye ku icumu
Akagatama karabesha muveho igihugu sichaso urinde mwichi igihugu mwigishe kwiba igihugu muveho myaka 20 mwakoziki nikibuga chindege nacho mufite stadium nayo mufite none mushaka kwigisha iyo ngeso abana muveho I'mbonerakure zitachiye kwishuri
Nagahimbo shaa nibareke
Noe uburundi bumaze 20ans kuva bubayeho?
Uyu mugabo yaba President mwiza ndumva atanfukanye na wawundi kbs
❤
Ayomafaranga wayakuyewe ????
komera komera nyeniteka
Mukome mubeshye abarund mwisahurire igihugu nabo bashinyitse.
None ubabajwe n'iki ??
Iyomifuko 500 ntimwoyifashisha abatishoboye???
Ahaaa
Nyara hiyo shaaa igitoro nisukari biriheheh
Amakara arihehe
Amazi numuyagankuba birihehe internet irihehe
Uvuga neza mutama
Muba muhaze shahu
uvuze ukuri mutama wacu imana ibandanye ihezagira igihugu cacu
😢😢😢 imbonerakura ntanahamwe ziriko zirajana uBurundi. Mureke kutubesha. Iyo discours wamenga ni comédie 🥵🥵🥵
Mbega no gukaraba bisaba amafaranga? Ntabwo kuyobora ari ibyanyu😢😢
Nivyabande 😂🤣
Gusta muzi kuvuga
Yubahwz sokuru wacu twabuze tutanka
komera mutama uvuze neza
hhhhhhh ngo yarwanye intambara arazitsinda sha hhhh ibinyoma gusa, wewe wenyine watubwiye ko nta numutumba numwe mwafashe
Henda Bandi wankende we
Mutama w,amateka caane
Ni vyiza ariko abakunzi ba sokuru muduhe umuco tumenye icamwishe
Nukuri. Murihanga ritavumika
😂😂😂😂😂😂😂
Ihanga irihe?
Ni abicanyi kabombo mbese ni barukarabanzigo
Ahubwo hakenewe ibintu vyoteze imbere igihugu vyokwiyemera wapi ahubwo ibikogwa gusa nivyo bituma umuntu bamwemera mwubahwe
Ntamuntu arekuriwe gutagatifuza iwundi urubanza nugw'imana mushoboravyose ingero itangwa na Rurema twotagatifuza umuntu?ninkuko atawohezagira canke ngwahezagize Imana
Comédie
Ntaco mvuze !!!
Yego rwose muta abatagatifu bacu ni abarundi batwitagiye bakadupfira atari abazungu .
Ni WWE dusigarany
Oya, Nta ntambara Nkurunziza (CDD) yigeze irwana ngo iyitsinde ahibwo kubera imbaraga nkeya z'ubuyobozi bwariho bwahise bubashyira ku ibere
Akarorero muri DRC nuko abo mwoherezayo abagaka cg abazagaruka m'uburundi ni mbarwa ntimukajye mwirirwa mubeshya abarundi
komeraaaa
Mwatsindiye hehe kobakibagabiye none nka wewe wihaya zana kaburimbo Imana irihangana nukuri
Status ya Ndadaye na Rwagasore
Uyu ninterahamwe cyecyeka
Rumeshangabo
Mzee uratuba hafi mukiyago kabisa
Iyataba wewe basi uzuraturemesha tuba tugeze kure mutama
Wubahwe cane
Imbonerakure = interahamwe muri 1994 ni abafasha ubuyobozi bubi gushyira munziro imigambi yabwo mibisha
Mureke avugire aba bahutu bi nterahamwe..imana irabona amabi bariko barakora, ibikoko gusa.
Ark ikiza gihari ni uko m23 irimo kubahanira muri congo
Aba DD vyarabacanze. Muraciyita abocavunye? Canke Abo cananiye.
Baravangiwe
Ivya CNDD FDD vyose ni comedy umengo nta vya Politics bazi
Inkezi ikera ubwo bireha Kandi umuvbumvyi w'inzavya ntabumba imibindi
Zanibyiwanyu babyoturebe
Ariko ko ata na 1m carré bigeze bafata nizihe ntabara yatsinze les conneries n, avancent pas le pays nuwa muguye impande asa nuko ari kumviro mwarabonye iyo yamukoreye (rajabu)
Ibiswi hhhhhhh
Ubahwa mutama
Haaaaa huuuuuuuuu
INDWARA Y' IGISUKARI
( DIABÈTE SUCRÉ Type 2)
Benshi turazi neza ko Diabete idakira ivyo tukabitegwa n'inyigisho twigishijwe ariko nubwo ariko twese twigishijwe.
Twomenyesha ko ishobora gukira igihe cose yubahirije amategeko y'imirire akanafata ningaburo kama ziyivura.
DIABETE YIYEREKANA RYARI
Diabète n' indwara yibonekeza igihe urwagasha ( pancréas ) rujejwe guhingura inkaburamubiri ( hormones ) bita insuline itakiboneka bivuye kuduhimba bita cellules de bêta des îlots de langerhans tuba twononekaye kubice biri hagati y'ibice 75 na 80.
Aho rero Ugwagasha ntiruba rugishoboye gukora umusembura Insuline ushira isukari kurugero gwiza ninaho bavugira ko umuntu agwaye Igisukari.
IBITUMA UMUNTU AGWARA DIABETE DU TYPE 2.
Ubundi Diabete, Hypertension arterielle, Goute nizindi tutavuze ningwara zitegwa n'ikora nabi ry'uduce ndemangingo (Cellules) bitewe nimvo z'imirire mibi (Malnutrition) kuri Diabete rero du Type 2 ngiye kuvuga ibintu bike bidufasha gutahura:
1.Gufungura ingaburo igwiriyemwo isukari ryera ryinshi.
2.Ukubura vitamine B 6
3.Umuvyibuho w' umurengera ( obésité,)
4.Gukoresha ibintu bikoresha nabi umubiri nk'inzoga,itabi,Icayi,...
5.Hariho nibindi ariko ivyo nivyo bibafasha gutahura.
IBIMENYETSO
Iyo umuntu kenshi bishitse agafatwa na diabète du Type 2 hari ibimenyetso bimwe bimwe vyibonekeza bikamutera kwikanga iyo ngwara.Hamwe nawe wovyibonako vyiza woca uja kwisuzumisha kugira umenye ubuzima bwawe:
1.Gusonza cane( polyphagie)
2.Kunyoterwa bikabije (polydypsie)
3.Kwihagarika kenshi kandi bitavuye kumazi menshi wanyoye (Polyririe ).
VYAKOMEYE ( COMPLICATION )
1 .Kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ( impuissance sexuelle masculine ou frigidité )
2.Kugwara amaso ( Retinopathie diabétique )
3 .Infection urunaire Repetitive
4 .Kwonda cane kuri bamwe
5 .Kwononekara Amafyigo (Insuffisance Renale Diabetique),...
Harico wobaza canke ukeneye impanuro ningene wofungura woturondera kuri: +257 *62790705* ( WhatsApp, appels ou sms )
Avec des conseils nutritionnels, le Diabète izwi nkingwara idakira iba isezerewe !!!
Ukomer bwañ mukubwa
Imbwa ziragwira
Urabesha ntanisoni
Mufisekl