Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Komera son Excellence
Yeah ivyo nukuri 100%
Nukuri urwaruka turabashigikiye abobatama batipfuza kuburundi butera imbere tuzobirukako abajeune dushaka iterambere ntantambara dushaka uwuzoyitera tuzomurwanya
Abatama birukanwe vyanze binoze😅😅
I really like my mr president ❤
À 26ans un DG? Kweli hariho Benevyo😊
Ntuko bimeze pe
Komera mutama waba jeune
Iguhugu kutagira umuyobozi. Kumaramaza abantu gusa. Ehe umuntu ngo numukuru wigihugu. Ajangaho akavuga yuko hari abantu biba Igihugu hama bakidengevya canke ntiyumvire inguvu zokoreshwa guhagaritsa abantu nkabo. Sinzi niryari igihugu kizoronka abantu babikwire atari incompetent.
mwaje gukoli ki mwa mbwa mwe ? ngo twaje kurondera ikoli twebwi mbwa , waraliliye mwambwa , twaraliliye twebwi mbwa.....igipulizo rwose ndacyemera sana nkundukuntu kudutamo udu comedi ukuntu
Aba jeune ntituzoguhemukira nkabobatama binzanwa zera ngonabashikirangaji bazibira uburundi ngontibuterimbere
😂😂
turikumwe bwana