Ijambo rishikirijwe na Sebarundi, mu gusozera umwaka wa 2024 no kwinjira mu mwaka mushasha w'2025

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 3 янв 2025

Комментарии • 148

  • @ANGEJEMUMU024
    @ANGEJEMUMU024 3 дня назад +16

    Murakoze cane; namwe turawubipfurije, uzobabere umwaka mwiza, w'umugisha no gushikana Uburundi n'Abarundi ku buzima bw'ubwiza 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
    By Jeremiah Burundian man ❤

  • @d.r.5350
    @d.r.5350 3 дня назад +10

    Natwe abanyarwanda turakwemera umusaza ❤

  • @JeanBaptisteHakizimana_01
    @JeanBaptisteHakizimana_01 3 дня назад +6

    🎉🎉 HAPPY NEW YEAR 🥳 FROM RWANDA, NDAKUNDA ABARUNDI BOSE CANE, KANDI NDABIPFURIZA UMWAKA MUSHYA W'AMAHORO.

  • @GilbertNiyo-w3h
    @GilbertNiyo-w3h 3 дня назад +5

    Komera mutama wacu dukunda 🇧🇮 harakaramba Neva uburundi n'abarundi ✊

  • @distinctionsanslimite8428
    @distinctionsanslimite8428 3 дня назад +4

    Tout les peuples du grand lac vous salut Excellence .Meilleurs voeux a vous aussi🎉🎉🎉🎉Le Burundi est un pays beni

  • @AudaceBizindavyi
    @AudaceBizindavyi 3 дня назад +4

    Gira umugisha mubyeyi wacu.Imana ikuj imbere kuko abavyonga ni benshi.

  • @etienneumuhoza649
    @etienneumuhoza649 3 дня назад +7

    Komera cane se barundi !Hano mu Rwanda turabakurikiye kandi turi ababanyi!Gusa twifuza ibihugu bibanye neza! Murakoze!

  • @BarakaSaimon-w5y
    @BarakaSaimon-w5y 3 дня назад +3

    Urakoze cane muvyeyi

  • @HabiyaremyeFosto
    @HabiyaremyeFosto 3 дня назад +4

    Imana iguhe umugisha

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 3 дня назад +13

    Uvuga neza Nyenicubahiro, turanyotewe kubona amajambo muvumera yagiye mungiro nukuri

  • @NSENGIYUMVAMethoucela
    @NSENGIYUMVAMethoucela 3 дня назад +2

    Imana Iguhezagire Cane Mutama . Ikurinde igushoboze Guhana abobose Bafise Imigambi Mibi kugihugu abobose Bononera igihugu kikaguma kija Mubibazo . Tuzosabira Ivyago Uwo wese Akora Ibintu Ibintu bituma igihugu cogwa muvyago canke Mundyane . Imana ikurinde Abansi bawe . Abansi bawe Bose Baje kumugaragaro bamenyekane . Umwansi kuwukuvuga Nabi umwansi nuwunyegeza Amahera, uwunyegeza Igitoro, uwunyegeza isukari ,uwunyegeza ibidandazwa kugira ngo abigurishe kwibeyi yishakiye . Natwe abanyagihugu dukwiye kudomako urutoke kuruwo wese Akora ivyo kuko nakare ntaneza tubonamwo Atari kwitera Ibibazo Kandi abo duhishirira bakaguma bimwrererwa neza Natwe tumererwa Nabi . Nimuze tudomeko urutoke abantu Bafise izo ngendo mbi ataraho tuzoguma tuvuga Nabi abadutwara Kandi Natwe harivyo dufisemwo uruhara .

  • @DeoMinani
    @DeoMinani 2 дня назад

    Murakoze cane.Umwaka mwiza namwe n'umuryango wanyu. Ni ijambo ryiza cane , ibiciro vy'ibintu vyoshingwa hakaba ugukurikirana ishigwa Mu ngiro ryavyo vyohimbara abenegihugu.

  • @tharcissehakizimana-y7j
    @tharcissehakizimana-y7j 3 дня назад +5

    komera kw ibanga MUTAMA. Imana ihezagire UBURUNDI n ABARUNDI

  • @NdayikezaSarthier2
    @NdayikezaSarthier2 3 дня назад +1

    Imana yakuduhaye ikudutungire Burundi gihugu ciza .Imana ikutuzigamire bubahwabacu :sebarundi: tukurinyuma

  • @EricNDEREYIMANA-r1c
    @EricNDEREYIMANA-r1c 3 дня назад +6

    Imana ikuzigame.Nyakubahwa.

  • @jeremiendayishimiye3467
    @jeremiendayishimiye3467 2 дня назад

    Mwaravuze ko mwabonye ko beshi bari inyuma yawe, burya abo utazi turi inyuma yawe tugushigikiye turi beshi gose harya mwebwe ubona bake ushigikiwe na beshi. Imana ishishikare ibana namwe muvyeyi wacu Sebarundi

  • @DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz
    @DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rz 3 дня назад +2

    Imana ikutuzigamire Se Barundi wacu tukuri inyuma turizerako imbere ari heza.

  • @manassensengiyumva
    @manassensengiyumva 2 дня назад

    Amen muvyeyi komera urambe imana yakuduhaye ikuturindire

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 2 дня назад

    ❤❤❤❤mutama wewe turagufise🎉🎉

  • @HabogorimanaNestor
    @HabogorimanaNestor 3 дня назад +2

    IMANA Igukomeze kandi Igukize Abashaka Kugutobera

  • @NgendabankaManasse
    @NgendabankaManasse 3 дня назад +4

    Uri sebarundi koko Imana y'abarundi n'uburundi ikwongere umugisha no gukomeza urongora igihugu cacu c'uburundi Imyaka mille na milele

  • @nelsonzebedayo8281
    @nelsonzebedayo8281 2 дня назад

    Komera mtama,Imana iguhezagire

  • @IrakozeWilly-v8l
    @IrakozeWilly-v8l 3 дня назад

    Vert ijamboryiza
    Aboyobo. L'éta ntabazi ivyobakora namahera yigihugu agaciro afite nuko yokongerenzwa
    Ikibababaje uvuga aharibibazovyinkora mutima vyozamura. U. Burundi
    Nukuvuga abakumye munda. Igihugu nakarwi gatoya kandi. Sebarundi
    Imana imufashije yogaragaza ibikorwa😊 vert ijambo rirakwiye ariko.
    Muragaba mugutara wabivuze. ikindi. Uvuze ukuri. Ntwa twotera imbere nurushinge ruvahanze

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 3 дня назад +1

    ❤❤❤❤❤ komera kumuheto president w'igihugu cacu c'uburundi nubwo igihugu cacu kitarigaba kitanazwi henshi ntitwihakana igihugu cacu kukwo uheza kugoka ibigori bikera turizera kwo uburundi bwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 buza hindurigwa izina buzwimwo mumakungu.

  • @damel4575
    @damel4575 3 дня назад

    Bravo President ubu usigaye uvuga Discours neza ntukibifata n'inkuru kumwe wahora

  • @Shimirimanarichard122
    @Shimirimanarichard122 3 дня назад

    Nyenicubahir turagushigikiy ❤

  • @janvierwisdom2747
    @janvierwisdom2747 3 дня назад

    Komera muvyeyi wacu Imana yakuduhay ikudutungire

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 3 дня назад +6

    komera kumuheto sebarundi twebwe urwaruka nabarundi bumutima tukurinyuma

  • @ntakisadock2239
    @ntakisadock2239 3 дня назад +1

    IMANA irinde uBurundi n'abarundi 🎉🎉🎉🎉

  • @ericrukundo707
    @ericrukundo707 3 дня назад

    Komera
    Imana ikwongereze ubwenge nka Salomon
    Kuko mbona abavyonzi bo ari ivyatsi.
    Bisaba kubona kure sinon kuko batuma tukubona nabi ariko nje numva ata kabi kawe Your Highness
    Vive le Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 ✊

  • @KankilihoJuvenal
    @KankilihoJuvenal 3 дня назад

    Mubyeyi mwiza. Turagushigikiye

  • @LévisNIYONKURU-w1y
    @LévisNIYONKURU-w1y 3 дня назад +1

    Imana ikuzigame muvyeyi wacu

  • @youngcee.003
    @youngcee.003 3 дня назад

    Na kubali sana 🎉

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2wh 2 дня назад

    Hezagirwa cane sebarundi turakwumva mutama wacu I gihugu uzokigeza kuntambwe ishimishije

  • @Noella-o5c
    @Noella-o5c 3 дня назад

    Urakoze cane Muvyeyi wacu hama ubu muze murahana abarongozi banatobera batuma tukubona Nabi Kandi wew ntakabi kawe uwugize ikosa irirenze gatatu mute yahuzo kbsa

  • @torres12299
    @torres12299 3 дня назад +4

    Uwanse Kumva ntiyanze Kubona.
    Ndipfuriza ubundi gutera imbere nokubana neza Nibihugu Bibanyi.U Rwanda si Umwanzi Ugwegereye ugakorana nu Rwanda wobona impinduka mu gihugu igihugu kigatera imbere. Utabishaka naho ntangorane nuburenganzira Sitegeko U Burundi nigihugu cipangira ivyago.. ikibazo nukugerageza guhungubanya umutekano wu Rwanda cank gushaka kurugirira nabi kugwinjirira kuruhangara.
    Kubana neza nu Rwanda vyodufasha mwiterambere kanatsinda bamaz igih kinini biyubaka bodufasha muri experience ...
    Nitwaruhangara naho bizotuma tugera kure hashoboka mubukene nibindi bibabaje.
    Excellence Ndakwifurij Amagara meza Ubwenge , nokuraba kure,,, Ugurura imipaka saba Ibiganiro hagati Congo nu Rwanda reka kuja kuruhande rwa Congo tutazokubitwa nico tutazi,FDlR ,M23 etc bari hafi yumupaka wu Rwanda bashaka kubahungabanyiriza umutekano namwe muriko mufasha Umwansi wabo 😢
    Tanzanie Uganda Kenya bazi ukuri bari hagati
    Why wew?
    Cari iciyumviro canj nyakubahwa,
    RESPECT Excellence Président Evariste Ndayishimiye

    • @NosaFamille
      @NosaFamille 3 дня назад

      Mba nkututse nuko arikurubuga gwihugu canje wamuredi tabara mushaka ahomusubira kumenera mugaruke kwica abana namama bibugenze twe ntituri uganda canke Tanzania tuburundi kandi iteramabere rizova muri twebwe abarundi imyaka imipaka yariyuguruye badufashijiki atarikwiyitirira umwimbu wacu kumasoki mpuazamahanga komeza babaha ibigwanisho muga ntantambwe muzoduterana nukubaha amavya yabaso genda hiyo wamuredi tabara

    • @Ibiyago250
      @Ibiyago250 3 дня назад

      Urayavuze da 😏😏😏

    • @torres12299
      @torres12299 3 дня назад

      @@NosaFamille Wirambire
      NUmwaka mushasha uzokubere Mwiza cari iciyumviro Sindi umu Red Tabara ndi Umurundi 100 kwi 100 sindi umunyepolitique. Niyumviriye nkumuntu muto yipfuriza igihugu Amahoro nUmutekano .
      Burya Umutegetsi niw afise ijambo ryanyuma j ntaco noshobora, ,NIKO J NAVYUMVA ntihagire uwo tubipfa ,,

    • @KabweJonson
      @KabweJonson 3 дня назад

      Ntamigenderanire nugwanda jenkumurunfi nifuza ko ahubwo umupaka wokugagwa ibitakigaruka ntaco duhuriye nabanyagwanda uburundi ntitwigeze tubicunti zanyu genda mubuganda nasomari nizo ncuti zanyu

    • @ThamiKhundula
      @ThamiKhundula 3 дня назад

      ​@@torres12299oya iyurigutanga iciyumviro suko urwanda rurafise ibiruhanze wew ubona Kigali ugaca wikanga iterambere uzoze nkujane ,uzocumugani burya urabona bokubakira etage igeretse incuro 8 kuri kimwe cose ari made in rwanda?😅😅kumyaka irenga 30 bafashwa vyabahinduriy iki?jewe iyaba nari president w urwanda nohemba umwenegihugu 300dollars kukwezi atakoze ariko kubwubusambo bwabo baracarushe kuko ntagikoresho wew nakimw ufise ari made in rwanda

  • @OnesphoreNdayisaba-f3i
    @OnesphoreNdayisaba-f3i 3 дня назад

    Urakoze cane imana iguhezagire

  • @HassanKaboss
    @HassanKaboss 3 дня назад +1

    Natwe murwanda turakwifurije umwakamushamuhire numuryangowaw sebarundi

  • @NiyomwingereNvuye
    @NiyomwingereNvuye 3 дня назад +1

    Komera nukuri intovyi nizikebuke zireke kutwononera igihugu cacu cu burundi

  • @IKORICIZADonimix
    @IKORICIZADonimix 3 дня назад

    Imana ihezagire uburundi nabarundi bose

  • @DanielHavyarimana
    @DanielHavyarimana 3 дня назад

    Murakoze nyenicubahiro

  • @edouarddj5267
    @edouarddj5267 2 дня назад

    Komera mutama wacu Imana ikuturindire🎉

  • @Chadrack-o1b
    @Chadrack-o1b 3 дня назад

    Murakoze mutama muhezagirwe mugire umwaka mwiza watwese.murakoze

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin6629 3 дня назад

    Kubwo kwizera no kumenya Imana isezerano rikuriye ayandi. Isenjyeso. Murakoze cyane. 5:06

  • @ferdinandnyandwi1092
    @ferdinandnyandwi1092 3 дня назад

    NUKURI UBURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 NDABUKUNDA. HANGAMA MUTAMA.

  • @NsengiyumvaEric-v6x
    @NsengiyumvaEric-v6x 3 дня назад

    IMANA izigame UBURUNDI nabarundi mwizina ryab YESU KRISTO

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or 2 дня назад

    Uzoshira igihugu kumurongo 🎉

  • @BambeWacu
    @BambeWacu 3 дня назад +1

    Ndabasuhuje ndi kigali

  • @noellambazumutima3585
    @noellambazumutima3585 3 дня назад

    Murakoze canee Nyakwubahwa Mukuru w'igihugu cacu ciza cubu 🇧🇮🙏 Mwirambire.

  • @titevyizigiro4730
    @titevyizigiro4730 3 дня назад

    Murakoze Mutama wacu ako kaborerwe n'amaligala mubituze pe. Ariko murondere uburyo bwo kuramira abaja ku maligala ari uko babuze ico baha amaboko kubera kubura umutahe wo mu buryo bwose

  • @musangamfuracelestin6629
    @musangamfuracelestin6629 3 дня назад

    Imana ikomeze ibahe Umujyisha. 3:06

  • @edouardndayisaba117
    @edouardndayisaba117 3 дня назад +1

    Burundi 🇧🇮 mon pays hangama

  • @BvvvGh-g5t
    @BvvvGh-g5t 3 дня назад +2

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ turagikunda my perezident wacu

  • @danikasembe1804
    @danikasembe1804 3 дня назад +3

    Thank you very much

  • @Dieudone-dc9jb
    @Dieudone-dc9jb 18 часов назад

    Genda wire igihugu amajambo yawe twarayahivye

  • @SprieNiyonkuru-y2u
    @SprieNiyonkuru-y2u 3 дня назад +1

    Komera mutware mwiza

  • @mugiramanagerard3010
    @mugiramanagerard3010 3 дня назад +1

    Umuntu wese amaze kuba umurongozi arazi KO bitoroshe,naho woba warabaye délégué de classe urabizi.rero Mutama warakoze cane ahubwo ukwiye gushimirwa cane Imana ikuzigame

  • @AppolinaireBukuru-x2z
    @AppolinaireBukuru-x2z 3 дня назад

    Koresha ububasha wahawe na twebwe abenegihugu Mutama udukureko abansi b iterambere duheze twiterere imbere . Hezagirwa nyakwubahwa

  • @nibayubahesamuel8569
    @nibayubahesamuel8569 3 дня назад +1

    Je ico noterera nobasaba guhindura abayobozi nka bose bahari ubu kuko vyaragaragayeko benshi atabumenyi bafise bujanye na vision yikigihe baracafise imyunvire yakera nicogituma uzobabona bambaye amakoti muga ataco bashoboye gukora aha novuga nkaba directeur bo muri education , santé , energie no mubindi bisata raba muhe akazi ugwaruka nigwo rufise vision na effort zogukora nayo abobategetsi bose mbona dufise ubu ntaho bariko batujana bafise ivyiyunviro nkivyo muri moyenage.ikindi naco service de renseignement ifashijwe nigi police nibije kukazi barondere abobose bitwara nkimpene zomuci zongere zibahane ariko abo bose babe arabantu mubonako babishoboye vyukuri kuko nabone barakemangwa muvyubumenyi nimyunvire yabo

  • @VenantManirakiza-z1u
    @VenantManirakiza-z1u 3 дня назад +1

    Uburyo bwokunguruza ibintu niyo nta mba myi ituma ibiciro biduga kumasoko. Nyakubahwa naturonderere ukuntu igitoro coboneka ibindi turikukivi.wubahwe mutama wacu🙏

  • @munezeroolivier411
    @munezeroolivier411 3 дня назад

    Let's go, Champ 🏆

  • @ElvisArakaza-s7d
    @ElvisArakaza-s7d 2 дня назад

    👏👏👏👏👏👏

  • @CassildeKampimbare
    @CassildeKampimbare 3 дня назад

    Komera nyakwubahwa turinyuma yawee imana ibandanye ikuzigama

  • @Nathan44Nathan75-ti7we
    @Nathan44Nathan75-ti7we 3 дня назад +1

    Komera mutama,abarundi isinzi tukurinyuma.Imana igukomeze

  • @MoiseIgirimbabazi
    @MoiseIgirimbabazi 2 дня назад

    Nabanze akurikirane imapuro zomuri OBUHA badashaka gutanga ngo abantu bubake bakazinyegeza kubwibiturire

  • @ClaudeNkurunziza-m2g
    @ClaudeNkurunziza-m2g День назад

    Imana ikuh kuramba uko bir kos aho uzodushits harahar

  • @BambeWacu
    @BambeWacu 3 дня назад +1

    Muraho ev

  • @MJK-jo3kx
    @MJK-jo3kx 3 дня назад

    Imani kutuzigamire papa wachu turagukunda twaritunyotew kwumv iryuvumerey twebwe bana bawe turikukivi imana yakuduhaye iguhe kuramba tukuguman kuku rumugisha twahaw ni mana❤

  • @vantegeye11
    @vantegeye11 3 дня назад +2

    Komera se barundi 2025 uyu mwaka tugabanye amajambo tugwize ibikorwa🥷

  • @BarthazarNyabenda
    @BarthazarNyabenda 3 дня назад +1

    Vumera muvyeyi mwiza

  • @ntarejohn1843
    @ntarejohn1843 3 дня назад +1

    Vuga ibiryo ninzoga nibyo ushoboye naho gutwara si gwawe

  • @bigiriherezotv
    @bigiriherezotv 3 дня назад

    Nkukurikira kuri bigiriherezo tv

  • @brudabruzd7199
    @brudabruzd7199 3 дня назад

    Ijombo risoreza umwaka ? Cg ni ultimatum.

  • @muhammadunduwimana5311
    @muhammadunduwimana5311 3 дня назад

    Komera mwiza

  • @mauricemuhizi
    @mauricemuhizi 3 дня назад

    Tukuri inyuma turaziko ivyu kora vyose ubikora kunyungu zabanyagihugu Bose.wirambire

  • @MpangajeNathanael
    @MpangajeNathanael 3 дня назад

    Komera mwubahwa

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete 3 дня назад

    Mutama wacu président kugira duterimbere udatunganije ubutungane bwuburundi tuzokwama mubwire ntibuce ,kuko abo uvuga bogwiza umwimbu baguma biruka mu masentare kubera akarenganyo, wanse guhana kuko udahanye nukuri tuzotangura umwaka tumare uwundi aruku nyene

  • @pinpajo1155
    @pinpajo1155 2 дня назад

    Umujama wacu urwaruka turikumwe namwe

  • @BernardNzitunga-ms3qt
    @BernardNzitunga-ms3qt 3 дня назад

    Umwaka mwiza mutama wacu,ariko urugendo ruragoye lmana ije igushoboze gupanga abashikiranganji n,ama sociétés de production.ce sont des hypocrisies agrégées.

  • @rusakazatv7930
    @rusakazatv7930 3 дня назад

    Ibigaba birya bitarushe ni vyo vyuzuye mu Burundi vyantwaye iparisela bivuga ko nta Munyarwanda wemerewe kugura mu Burundi biri banyishe nahunze nciye Congo

  • @tuyisabeevariste3251
    @tuyisabeevariste3251 3 дня назад +1

    Nariko ndasoma comments ariko ndabona indyadya zabaye nyishi cane

  • @torres12299
    @torres12299 3 дня назад +1

    FDLR ishaka guhungabanya u Rwanda
    M23 bafitany ibibazo na Congo Kuko naba congolais HAKI YABO nabo bari hafi numupaka wu Rwanda bagwana
    Gerageza politique ya diplomatie

  • @jclaudebizindavyi2568
    @jclaudebizindavyi2568 3 дня назад

    Ndabakengurukiye kw'ijambo mushikirije

  • @Phageï-xu7sm
    @Phageï-xu7sm 3 дня назад +3

    🇧🇮🇧🇮🎉🎉❤

  • @PatientmgMugisha
    @PatientmgMugisha 3 дня назад +3

    Sebuntu 🎉🎉🎉

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd 3 дня назад

    Turagusengera caane votre excellence 🇧🇮

  • @IBISUSADIVERSE
    @IBISUSADIVERSE 3 дня назад

    Sebarundi urakamba, twese turagushigikiye

    • @EmmanuelMunyaneza-g7h
      @EmmanuelMunyaneza-g7h 3 дня назад

      Mumushyigikiye kwica abakongomani babanyamurenge???? Mwanterahamwe mwe , mwaba Genocidaire mwe

  • @titevyizigiro4730
    @titevyizigiro4730 3 дня назад

    Izo ngingo zine Mutama wacu ashikirije turamushigikiye

  • @JonasIrakoze-zr4ws
    @JonasIrakoze-zr4ws 3 дня назад

    Guterimbere ninguvu zacabarundi

  • @IrakozeWilly-v8l
    @IrakozeWilly-v8l 3 дня назад

    👍💯

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 3 дня назад +1

    Ko wibagiwe gukeza imbonerakure zirimokwica Abanyamurenge ???

  • @KabweJonson
    @KabweJonson 3 дня назад

    Uburundi nubwaneva nabarundi ntamunyagwanda dukeneye kubutaka bwacu ntamunyagwanda akenewe iwacu nomuvyacu. Ntamunyagwanda dukeneye kumucanga wacu ntamunyagwanda akenewe nimwice ninzara ntabwo tubakeneye

    • @karimwabofideli1214
      @karimwabofideli1214 2 дня назад

      Wowe nturarenga numupaka ariko uti ntamunyarwanda dukeneye😂😂 icyakwereka abarudi turikumwe hano mu Rwanda uhageze wowe ntiwasubira muburundi.

  • @MbonyishutiFranswa
    @MbonyishutiFranswa 3 дня назад

    Ndi umunya Rwanda wikundira abarundi aliko nimutamunaniza azabarutira abandi baperezida babategetse

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana7791 3 дня назад

    urakoze cane kudukebura tugiye kukivi..

  • @BigirimanaAzariah
    @BigirimanaAzariah 3 дня назад

    Uyu mwaka nzowibukira ku kwibwa amahera y'intabire!!!!

  • @SaidatiNemeyimana
    @SaidatiNemeyimana 3 дня назад

    Igihugu c'ibisuma

  • @jeanboscondagijimana1141
    @jeanboscondagijimana1141 3 дня назад +1

    Reka dukomeze dukore

  • @BizabishakaTharcisse
    @BizabishakaTharcisse 3 дня назад

    Turagushigikiye,turinyuma yawe nimwirambire.

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 3 дня назад

    Ntambwa zivuga gezaho , ni Sebamenja , Sebahutu ubwoko bwavumwe

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete 3 дня назад

    Hama nyakubahwa kugira umunyagihugu arime yimbure canke adandaze yunguke biva kuri mwebwe indongozi kuko mu muha ivyo akeneye nawe azoca akora uwo mwimbu uboneke