Ahubwo iyaba abashikiranganji bari abakunda igihugu nibo boja kubaza mu minsi 100 ico indongozi z ibisata kanaka bakabereka ico bagiye gukorera abenegihugu kuko Sebarundi ntiyokwira hosekandi afise abo yagenye ngo bamubere icariho. Ahubwo simbona ingene President wa Republika ariwe yoja gukora akazi ka ses subalternes.
Ariko nizere ko inyuma y uyumwaka tugiyemwo wa2025 ko nk uko ubahaye imisi ijana bazoba babishize mungiro kko birababaje uravy imiryango y Abatwa ubuzima babayemwo buratey isoni n ubwoba mu komine yegereye igisagara .
Mutama Imana igukomeze hama intererano notanga nukwo umutegetsi yofatanwa IKoza ryokubuza igitorokokiza kumukuragusa ntivyoba bihagije yonyarwa urukombamazi diplom yiwe igataburwa hama akangazawa
Komera nyakwubahwa🫡🙏icambere nukwigishanyako atabwoko bubaho Ari virus yumuzungu yatuzanyemwo kugirango atwibe🫡🙏nyakwubahwa reka twigigishanye duhereye ngaho nyene♥️🙏🫡twumveko twese Turi kurugamba gwuguteza imbere igihugu cacu catwibarutse🙏🫡dukore re ibibondo vyacu🙏♥️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ntanumwe akunda igihugu Bose bakunda ivyo bakironkako ngo bariko baragikorera président wenyene agwiza nakabiri amahera yahora akoresha ariko agacavugako abarundi bakunda kwidoga badashima nukwikunda gusa ntakindi ivyo bibona abafise amaso yokubona ngo Ubu abana biwe ntanzara bafise barafise ivyo bafungura kandi ntacotuma babibura kko budget yigihugu irahari
Indundi culture bandanya muduha ivyavugiwe mukiganiro na se Barundi
Nevagisuma.camatora civyeingoma itariyiwiwe
wowe nta bwenge ufite utuka umukuru wigihugu uzikoraho ntaduru irwana ningoma mugenzi.
Jewe ivyo avuga président nzovyemera ndabibonye kuko ivyo amaze kuvuga ntabikore nivyinshi
Nkunda Gaelle komeza utuvugira abatagira aho tuvugira. Vyukuri abatware dufise bamwe bamwe ntaburundi 🇧🇮 Bakunda namba bakwega bikwegeraho gusa.
Twagez mumatora nukwipanga... reka tuvyiyumvireko.. Mandat iraheze twipanga none igiye gusozerwa mu mwimenyerezo.. Ewee Burundi
Okay
Ndakwemey,mukubito,ubajij neza kabisa,
Gaël ndamusabiye ubushikiranganji bw'urwaruka lnsinzi abandi ukora muvyumva
Ahubwo iyaba abashikiranganji bari abakunda igihugu nibo boja kubaza mu minsi 100 ico indongozi z ibisata kanaka bakabereka ico bagiye gukorera abenegihugu kuko Sebarundi ntiyokwira hosekandi afise abo yagenye ngo bamubere icariho. Ahubwo simbona ingene President wa Republika ariwe yoja gukora akazi ka ses subalternes.
Se Barundi tanga itegeko ryuko umuntu azoba aje gufasha BURUNDI bazoze bagirana ikiganiro binabicishe kubuhinga bwa none Muvyumvise Muzomenya amanyanga ari mundongozi nibigenda uko Murakoze
Ahubwo ivyo mwiba mwabimaze hasigaye ko mugurisha nigihugu muri congo ko mutanguye kuzana abacongomani ngo batuzanire igitoro
Uwo mushirangangi ashobora kuba uri bamwe barwanya k'uburundi buronka igitoro
Igihugu kiriko kirazuka Kandi muriko murakizika,kuri Nkurunziza hariho ivyo yari yagerageje gukora aca arigendera,kuriwe idorali ntiryari bwagere kuvunjwa nkubu,nakamaramaza
Mutama wacu ko meza Uburundi muzobuteza imbare.
Nyen'icubahiro,n'ukuraba neza kuko ama dollars igihugu gikenye,aba jeunes twarerekanye uko yoshika mu gihugu,ariko aho muri presidence vyarahugariwe.
Kizoboneka
Iyibwa Neva 😂🎉🎉🎉
urubahutse uvuga.kosebarundi arikibwa! ahanaso nikbiwa nawewe numuryango wawe wose,kandi ntiwarezwe.
Nagomba nungamire kugisata co kwivuna abansi nigitegure guhamagara imigwi iri mwishamba baganire impamvu bari mwishamba nicorangiza ivyo bibazo nimba hari namakosa yabaye bagire aho bahuriza baharirane twubake igihugu cacu ngwintibagira ntibana , bitabayivyo bamwe bubaka abandi basenyura bamwe babiba imbuto nziza abandi babiba ugwamfu ntaco tuzoba dukoze
Comra
President wacu turakeneye kubona impinduka zikomeye mubakozi ba RETA kandi turiphuza kubona ufata ingingo gukora ntitugishaka kwumva uvuga ko harubuma nubwononyi hanyuma ntibahanwe turabisavye.
Wirambir gayer igisigay.nuk Borek dukor mug ivyodukor bamw barabigwany
None kariho vyase gukunda igihugu tworinda kuvyiga
Ikibabaje urwaruka rwubu ubwo rwariko rurengera ubuhutu,ubututsi,ubutwa haribihe bamwe mundongozi usanga mumvugo zabo harimwo izibiba urwanko
Se Barundi ndakuramukije ndakwipfuriza Noel nziza n umwaka mushsha. Kukijanye n imbonakazoza mwihaye ubuskiranganji bw bwogufatana munda hamwe n ubujejw amatongo ko boshshikara gushira mungiro itegeko ryoguh amatongo abatwa kugira baronke aho baba naho barima kko imbonakazoza ntiyoboneka neza hakir abantu bakiri mubugererwa kko n ubwo uyo mugambi watanguye hariho amakomine amwamwe nka Mutimbuzi uyo mugambi utarashirwa mungiro bivanye n ababijejwe kubishiramungiro babikwegamw amaguru haraheze umwaka ninusu iryo tegeko ritarashirwa mungiro mu Komine yacu.
Ariko nizere ko inyuma y uyumwaka tugiyemwo wa2025 ko nk uko ubahaye imisi ijana bazoba babishize mungiro kko birababaje uravy imiryango y Abatwa ubuzima babayemwo buratey isoni n ubwoba mu komine yegereye igisagara .
Ntavyo kubembereza uwovyankiye nukumukura ikibiriraho apana kumugabisha, ikindinacho nukwerekana abasuma not kubakingira ikibaba
Nitwaniyonkuruabraham.muribubanzazonebuvyukoumutumbawazinakuwindege.ndasavyeinomeroyaprezidayawatsapendafisijambonomubwira!murakoze.
Abo bagwanya igitoro ntabicanyi babasumba kuramwe baje kurima.
Imvugo yuwo mushikiranganji irimwo uburiganya
Mutam nadufash abagwany imigamb yugwaruk dufis ivyiyunvir tubuz abadushigikir
ruclips.net/video/He3zR495p-c/видео.htmlsi=oA_W-bp6dEXNdc4t
ruclips.net/video/R98x8Rr4gGg/видео.htmlsi=jvik7kt9duxQ9RoL
Uw mushikirangaij wigitor mumurabir Hafi KK j ndumva isgur ziw ntizifashel knd uw mumu mucongolais arine ashikir président yaraburabujw nababijejw bivuzek nuw ajejw igitor ashobor kub ariw nyirayabazane rr mwihwez bien président naw fata ingingo nkumunt wumugabo uwujaganij umurungik ww wumvis rêverie yavuz gt ubushikirangaj butarik bukor nez ondoka ww rr ukimenya abajagany ukabareker muvy bajejw knd uzik arib Bari bajagany nuw mu congolais bazomubuza amahor hamw wenyene ayamanika akabivalw kuberkbutaziba urik uhana vyabibir bijejw kukinyuruza banzu ubikomesh unit mur yomp atakurab ubwok cnk umugambw urbek igihugu mumyak 2 umugan w reverien yuk bwaburund twategekany mur 2060 butaeoba mumyak 2 GX ww Iga gufata ingingo gx
Se Barundi tanga itegeko ryuko umuntu azoba aje gufasha BURUNDI bazoze bagirana ikiganiro binabicishe kubuhinga bwa none Muvyumvise Muzomenya amanyanga ari mundongozi nibigenda uko Murakoze