Umukuru w'igihugu amenyesha ko atazokwihanganira ico yise ubwicanyi bw'ubutunzi| Sentare zitegure

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 23 янв 2025

Комментарии • 37

  • @fistozndayisaba4559
    @fistozndayisaba4559 15 дней назад +5

    Courage ..ariko ibikogwa bisumbe amajambo
    Merci

  • @emerimanajackson
    @emerimanajackson 8 дней назад

    President ndagukunda caneee imana iguhe kuramba
    Abagomba kugutobera bazotsindwa
    Imana imbere.

  • @ernstjumainemyampi7314
    @ernstjumainemyampi7314 15 дней назад

    Komera komera!
    Bishe Ndadaye ntibishe ba Ndadaye.
    Pole pole njo mwendo!
    Wewe SEBARUNDI na Nyakwubahwa R. Ndikuriyo, Imana ibaje imbere.
    Je ndabashigikiye 100%

  • @ClaudeNkurunziza-m2g
    @ClaudeNkurunziza-m2g 14 дней назад

    Bien sana papa burundi urakurugutura pe courage ariko ubu dukeneye ibikogwa amajambo twayahaz ww urumuvyey watwes rab umwan agab umumashur akamwafumwafu

  • @mastershimayesudavid3064
    @mastershimayesudavid3064 12 дней назад

    Abakorinto 13:3- 5 Ni co gituma ukwiye kugamburuka, atari kubgo kurakirwa gusa, ariko no kubg' ijwi ryo mu mutima. 6 Ni co gituma kandi mutanga ikori; kukw abaganza ar' abakozi b'Imana, bashishikarira ico gikorwa nyene. 7 d Muhe bose ivyo bakwiye: abahabga ikori mubahe ikori; ababuguza mubabugurire; abo gutinywa mubatinye; abo kwubahwa mububahe.

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe 14 дней назад

    Fatafaka Turanbiweagasunzuguro 😂😂😂😂😂😂😂 e the girls are doing well

  • @JeanVyisi-sn2wh
    @JeanVyisi-sn2wh 15 дней назад

    Big up my president uriko ukora ibikorinka k'uburundi

  • @calebciza2568
    @calebciza2568 15 дней назад

    Mutama wubahwe tukuri inyuma👍👍🙏🙏🙏

  • @SakinaKabura
    @SakinaKabura 15 дней назад

    Komera mutama imana ikurinde❤❤❤❤❤❤

  • @THEMAX646
    @THEMAX646 14 дней назад +1

    Komera mutama uri munzira nziza

  • @SamuelBukeyeneza-u9s
    @SamuelBukeyeneza-u9s 6 дней назад

    😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬😬ati ? 😬😬amatundaa

  • @Isaactoyi
    @Isaactoyi 15 дней назад +1

    Iryojambo n'imburi ntimurikineko.
    Leaders Ezekiel 34-2-6
    Wana nchi 34-17

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 15 дней назад

    Tuze Tibabohe😅😅
    ✊🏾👍🏾❤

  • @NdayishimiyeJeanMarie-u7b
    @NdayishimiyeJeanMarie-u7b 15 дней назад

    Imana ikutubungabungire mutama

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 15 дней назад

    Ndagunshigikiye gutanga ikori kuri bose nubwo tuyatanga bikaba vy ubusa Courage mon frère

  • @umutonifioxy
    @umutonifioxy 15 дней назад

    uzabüaboha gute Kandidaten ubatinya ,,,,toka we mushenzi

  • @madamechemba3720
    @madamechemba3720 15 дней назад

    😂😂😂🎉❤

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 15 дней назад

    Fata ingigo ayo marestaurant bayajemwo inyuma y'akazi

  • @claudehabimana3109
    @claudehabimana3109 15 дней назад

    Uwo yavuze warongoye uburundi ninde?

  • @Dushimirimanaramedi
    @Dushimirimanaramedi 15 дней назад

    Mzee koreshumwanya

  • @JamesBakari-h1l
    @JamesBakari-h1l 15 дней назад

    Komera kwijambo nyakwubahwa from Kenya 😂😂

  • @JeanBoscoNIYONGABO-e6x
    @JeanBoscoNIYONGABO-e6x 15 дней назад

    Tubirindire.>non ntiyohera ubunyene akagira mumugwi w abenegihugu bakamufasha kubatuza

  • @SamuelBukeyeneza-u9s
    @SamuelBukeyeneza-u9s 6 дней назад

    😅😅😅😅😅😂😂😂❤❤

  • @alleluia-t9c
    @alleluia-t9c 15 дней назад

    Birukeko abo n'abasuma n'abambuzi. Ariko za murabishira mu ngiro nyakwubahwa mureke kubidusezeranira gusa.

  • @gagakenzybuffalo6839
    @gagakenzybuffalo6839 14 дней назад

    Turagukunda #Perezida. Ariko mumenyeko uburyarya bwobwo murabushoboye. Twebwe ntamajambo dukeneye kwumva. Twebwe dukeneye kubona ibikorwa. Shake mwirirwe muravuga canke mureke, atabikorwa ivyo vyose ntaco bimaze na gato. Turabizi nezako atamunya_politique asenga kuburyo yoturatira kudusomera ijambo ry'Imana. N'Imana ifasha uwifashije. Ataco umaze ntaco ubumaze. Kandi ataco ushoboye ntaco uba ushoboye.

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 15 дней назад

    Mugabo yarerekanye ko ari un dictateur none Rwasa agutobera gute

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama

  • @NdungutseElias
    @NdungutseElias 15 дней назад

    batwereke tubamese mutama.izonkezi zituma duhangayika bigatuma dutimyikomo kuri wewe ko ariwewe udupfukamye munda

  • @OlivierNtakarutimana-i7q
    @OlivierNtakarutimana-i7q 15 дней назад

    Emutam wew ntugomba kuva kuntebe usakiki??!icowarondera warakironshe ikidi urondera nikihe????

  • @madamechemba3720
    @madamechemba3720 15 дней назад

    😂😂😂🎉❤

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama

  • @BikorimanaAmos-ry1lb
    @BikorimanaAmos-ry1lb 15 дней назад

    Komera mutama