Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Hari ibintu vyinshi bituma ubutunzi bwiguhugu buhungabana , Hariho corruption, ibiturire biteye ubwoba muri bamwe mu ndongozi zuburundi , gusesagura itunga ryigihugu , gufata imutungo yareta nkiyabo nakarwi kamwe kabantu bigize ibihangange muburundi.Ntivyumvika ukuntu umuntu yonyuruza 54 billion zagenewe kubaka urugomero kumuyaga nkuba hama uwo muntu ntakubitwe intake mugahanga . Guha akazi abantu bitwaje yuko bava mugambwe uri kubutegetsi ata bumenye bafise biri mubishibije uburundi..Ikibazo dufise muburundi dufise abategetsi bacu bahindutse aba comedians na pasteri umengo nta vision yigihugu bafise.Ikibazo cigitoro kimaze imyaka ingahe caranamiranye? Muburundi dufise ihinguriro ryi Sima, isukari , beer ariko ntibiboneka mugihugu. None abo bantu barongoye ayo mahinguriro bakoriki ? Bakwiye gutanga imihoho kuko vyarabananiye. Dukwiye kwemera Uburundi na barundi turi mungorane zuburunzi kubera indongozi mbi zitwara uburundi.... uburundi umengo turi kuyundi mugabane ibindi bihugu bitariko.
uyu ndikuliyo niwe kijunju uburundi bifise , nyaguswera nyina
❤❤❤❤
Bunyoni ari mu munyororo ahuriye he na SABOTAGE ECONOMIQUE y'IBIHANGANGE MURI CNDD-FDD.Ni buce kabiri CA GITORO UMUKONGOMANI YEMEYE GUSHORA MU BURUNDI naco kiburizwemwo, bizosigurwe ngo BUNYONI BUNYONI.NIMWIRUNDARUNDARUNDA ... RUNDIRE
Hari ibintu vyinshi bituma ubutunzi bwiguhugu buhungabana , Hariho corruption, ibiturire biteye ubwoba muri bamwe mu ndongozi zuburundi , gusesagura itunga ryigihugu , gufata imutungo yareta nkiyabo nakarwi kamwe kabantu bigize ibihangange muburundi.Ntivyumvika ukuntu umuntu yonyuruza 54 billion zagenewe kubaka urugomero kumuyaga nkuba hama uwo muntu ntakubitwe intake mugahanga . Guha akazi abantu bitwaje yuko bava mugambwe uri kubutegetsi ata bumenye bafise biri mubishibije uburundi..Ikibazo dufise muburundi dufise abategetsi bacu bahindutse aba comedians na pasteri umengo nta vision yigihugu bafise.Ikibazo cigitoro kimaze imyaka ingahe caranamiranye? Muburundi dufise ihinguriro ryi Sima, isukari , beer ariko ntibiboneka mugihugu. None abo bantu barongoye ayo mahinguriro bakoriki ? Bakwiye gutanga imihoho kuko vyarabananiye. Dukwiye kwemera Uburundi na barundi turi mungorane zuburunzi kubera indongozi mbi zitwara uburundi.... uburundi umengo turi kuyundi mugabane ibindi bihugu bitariko.
uyu ndikuliyo niwe kijunju uburundi bifise , nyaguswera nyina
❤❤❤❤
Bunyoni ari mu munyororo ahuriye he na SABOTAGE ECONOMIQUE y'IBIHANGANGE MURI CNDD-FDD.
Ni buce kabiri CA GITORO UMUKONGOMANI YEMEYE GUSHORA MU BURUNDI naco kiburizwemwo, bizosigurwe ngo BUNYONI BUNYONI.
NIMWIRUNDARUNDARUNDA ... RUNDIRE