@@godeliveniyongabougiye kuvuga ibyo urabizi ko iyo ntwaro ya ba Dede ishaka ku munyuruza yo bikora kuko si we wa mbere iyica Adolphe ikica kararuza Ara basirikare bakuru bashaka padili bamureke ikica bazungu mu kamenge padili niwe batinya
Gaël ikiganiro na patiri tugihabwe nkumwanya utakaza kuri Samuel ndayiragije na fabrice manirakiza nkizindi lbunuza urakwiye guha ikiganiro uwumwuvahwa na mbayahaga avuga ubujajwa uramuha micro
La finalité, les principes et le profil du dirigeant tels que définis par ce sage passeront par la revalorisation de l'école. Merci infiniment pour la contribution de l'église catholique à l'édifice de ce pauvre peuple burundais.
Uyo Musacerdotti n’Umusubirizi wa Rwagasore, humura Burundi we! waribarutse Intwari. Bitebe bitebuke impinduka zizobaho. L’exemple : le Rwanda😢🇷🇼 . Les incompétents les DD ni bakinjure
Ton homélie est extrêmement beau et constructif. S'il te plait que Dieu te protège.tu edifie des coeurs par ton enseignement
Ahusa nkuwuriko usukamazi kumugongo wimbata 😢😢😢 ntakutarugize mukozi w'Imana
Hanyuma NEVA agume abesha ngo ntagira abamufasha.
Uwo musaserdoti uwomuha gutwara igihugu twoca tuba muri paradis.
Urakoze cane Musaserdoti w'Umukama 🙏
Na wewe Gaël washize izi nyigisho kuri uru rubuga wakoze.
Église catholique yubahwe 🙏🙏🙏 Niyo yonyene yubahuka gukebura no kubwiza ukuri aba DD
Je ndi umu pentecôte yiyemera ariko rero....bivanye n’ibihe turimwo mu Bjrundi hamwe Imana ibiciye irya n’ino ikabona ko bibereye uyu museserdote ikemera bigakundacakaba 1 er Ministre twoba duhiriwe.
Umukama atuje imbere kuk uburundi bugeze muri coma
Ibanga ry'ubusaserdoti ntiribangikanwa n'ayandi mabanga
iciyumviro cawe niciza vraiment gusa kubanza kuvuga ko uri umu pentecoti yiyemera ntaco bifasha nakimwe hanyuma uzobireke. Reka twese twige gushira mungiro izo mpanuro zuwo muntu w'Imana. Imana ihezagire uburundi n'abarundi
Basha avuze ukuri! Imana Iduhumure Idukundanishe kuko twese turi aboko y'igihugu! Bamwe bagoyagoya umubiri wose aribwo Burundi uja mubitaro! Much Love🫂
Imana iguhezagire cane.Nukuri abayobozi b'abanyafrika ntabusuku bafise ahubwo ni Amafyisi muntama barya izo baragiy.
Imana yahuje ingabire nyishi muri Abbé Dieudonné. No kw'ishure yari incabwenge maze Imana iramutora kugira abe umusuku, umwigisha wabana bayo akerebutse. Imukomeze.
Docteur en communication arazi gutanga ijambo neza riranyurisha amatwi
Umusaseredoti mwiza yezu ndibaza arakwishimira❤❤❤❤
Uyu mu saserdoti , aravuga ukuri kwose . Imana imukomereze ingabire yo kuvuga ADATINYA ! Mu Burundi ni sawa kweri . Ibi abivugiye mu Rwanda yoca arara yaburiwe irengero ! Kuko aya majambo abategetsi ntibashaka kuyumva ! Imana idukomereze patiri wa Ekleziya yacu nkunda cane ❤
Urabesha ntaco Yaba kuko aya niyo majambo president wacu atubwira ku tarya ruswa ni bindi
Sigaho , n"amajambo yo mururirimbo president Kagame arayasesengura ! Saint KIZITO MIHIGO , ngo amashuka yahindutse ivyuma ! Abihaye Imana mu Rwanda , ntawuvuga ngo yisanzure ect.... !
@@godeliveniyongabougiye kuvuga ibyo urabizi ko iyo ntwaro ya ba Dede ishaka ku munyuruza yo bikora kuko si we wa mbere iyica Adolphe ikica kararuza Ara basirikare bakuru bashaka padili bamureke ikica bazungu mu kamenge padili niwe batinya
Kiremwa muntu ni NTAVOGEGWA , NICOKUBAHWA . Dusabiranire , ariko mu Rwanda ho Kagame ararengeje pe ! Ati : tuzahora tubarasa kumanywa y'ihangu 🫢
Raba ningene bagize Cyuma Hassan ngo nuko yatangaje ivyo yabonye ku murambo wa Saint KIZITO MIHIGO ! Bwa butareba bwabo nabwo ngo ntakarata agira y'ukumenyesha amakuru ! Ariko urumva izo ntwaro Koko arizo kwishimira ?!
Amen. Ndafashijwe. Ese abantu twese twokwibuka ko Imana ibona vyose. Tukayitinya.
Philosophiquement parlant ✔️✔️✔️✔️
Mwakino gihe umengo uburundi nigihugu cakarwi kabantu bake .Abatwara bakwiye kwibaza ico abarundi bazo bibukirako mugihe batazoba bari kubutegetsi. Aho gutera imbere turiko dutera inyuma kubera indongozi mbi
Uripfura ❤imana igukomereze ingabirano maze ushishikara gusangiza b,amwe n,abandi inyigisho nkizi isi yose irakeneyo kumva b,unobutumwa maze umuntuwese akaba umuhizi
Pati turagukunda❤️❤️❤️❤️
igihe nkiki dukeneye abakozi b.lmana bahagarara bashikamye mukibanza lmana imushakamwo rero padiri abere icitegererezo kubantu bwitwa abavugira lmana muburundi
Uratandatukanye na pasteur mbayahaga isidore
😂
Mbayahaga ni mbayahaga
Ekleziya Katolika ❤❤❤
Mukozi w,Imana utanze ubutumwa kubayobozi b,Urundi Neva niyumve ubwo buhanuzi
Uyu mu patiri inyigisho ziw uzumvirij zamana akanovera, urazumviriza ugasubiramwo
Nasubiyemwo gatatu ❤
Kandi nababaye k-umutima kubera ivyo yashikirije Satani bimuca inyuma!
Kwiba kwaba leaders n iragi kubanyafrica ,,Africa yose nikibazo mweho nkabarundi nuko mwemerewe nokubivuga😢😢ahobitagenda neza
Uyu mupadiri n'ubwoko bw'abamaratiri
N'ukuri,hari uwundi mupadiri yigeze kuvuga ngo"AHO KWICWA N'IJAMBO WOKWICWA N'UWO WARIBATIYE"
Courage waremeye kwitanga wese,witangire intama washinzwe
Imaniguhezagire mukoziwimana ❤ ntakutagize mwarahezagiwe
Homélie très chouette et réelle
Iyo abatwara uburundi bakumva bakazirikana ico iri jambo risigura bohondutse.Ntamuntu agira iteka kuko yiba,arenganya,aturubika,anyaga,ukubaka amazu muvyo yivye umutegetsi ameze atyo ni ikivume imbere y’Imana n’abantu.
umukozi w'lmana yasizwe amavuta agabwa ingabire y'ljambo ry'lmana !!! lmana lguhezagire !! N
Uwo munyamakuru niwe yama asigiririza atubwira vyose kobimez neza atera amashugwe abo patiri atubwira.
Patiri coups de chapeau ntakuvugira muvumbi kumuvumba.
Inyigisho nzizaa goseee, turasavye suite yiyo nyigisho kandi merci bcp Gael kudu partagea izo nyigisho.
Ahsante sana Uduhe ubutumwa bwose bwa Apostle Sibomana Kevin
Thank Gaël for accepting to let this speed be heard entirely
Neza cyan irimvuga kuri
J'admire l'homélie que vous donnez
Imana yarakoze kukuduha, ntutinya ukuri. Be blessed
Imana uzobategirire ikibanza ciza. Imana nyeninganji ibahangaze😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Ijambo ry Imana rifise ububasha, ibintu bigiye guhinduka kuko iryo jambo rirakomeye
kandi ntirizira ubusa, nyenurugo agiraze gusuzuma kugira abasuku babi basezererwe
Nico nkundira catholique 😍😍
Biraryoshe kwumviriza ivyo avuze tukabiroresha kubadutwara gusa...
Ariko twibuke ivyo avuze nivyo ( 29:43 ) kandi twese aho turi turafise nico tujejwe. Mumwanya tuzobona ko hari abandi bakwiye kudufasha atari twebwe nyene nabo tujejwe, vyukuri urubanza rwacu vyose biheze ntibizoba vyoroshe
Asha aho ninkogusuka amazi kwibuye abarundi twariyakiye hasigayeho Imana yonyene itwibuka😢 twe generation shasha nitwe turi kuhababarira cane tutabona ejo hacu, icizere caraheze ntampuhwe bagira.😢😊knd twari Burundi bwejo
😅😅😅😅😅kuvuga nukuri biraza nkamazi anyure kwibuye😅😅😅😅
Imana ibahezagire Pati izobahe ikibanza mubereye 🙇
Uyu muntu ndamukunda
Mwavuga p nuko mubwira abatumva
Gaël ikiganiro na patiri tugihabwe nkumwanya utakaza kuri Samuel ndayiragije na fabrice manirakiza nkizindi lbunuza urakwiye guha ikiganiro uwumwuvahwa na mbayahaga avuga ubujajwa uramuha micro
Nti vyari bikenewe gutuka abo 2 uvuze kuko ndibaza wewe ntanico mupha kandi ntanico bakwononera. Hama ego patiri arakwiye ikiganiro cane gose👏🏽
Excellent message
Imana iguhezagire mukozi wimana gusa nkubu nyakubahwa yokugira ministre de la justice kumbure Burundi bwokwogorora nukuri
La finalité, les principes et le profil du dirigeant tels que définis par ce sage passeront par la revalorisation de l'école. Merci infiniment pour la contribution de l'église catholique à l'édifice de ce pauvre peuple burundais.
Urumukoziwimana wukuri urabikwiye❤❤❤
Put much respect on this name : Priest Dieudonné
Ego kuvuga uravyga urashishikara uwutosora ifuku agumiza agati mujisho ahubwo Imana yogushirimbere ukarongora iki gihugu uburundi bunyotewe abantu nka mwebwe Imana Ikurinde kandi iguhezagire kumuco utanze kugihugu kubwimana yaremye iki gihugu
Pati, ndagukunda 🙏
Umukama abakomeze Kandi mubandanye mu muvugira mudatinya
Respect
Urakize cane ,urabikwiye niwe mwungere imana yarikwiye kuragizi ntama zayo
Yavuga ubutumw harimwinyisho mais nuk abibwira abimitima yamaz gukongatara😭😭😭
Kabisa hasimitima Ibintu biruzuye
❤❤❤❤❤
Amen Amen 👍🙏🙏👍
bwasubiye inyuma gose
Mbega patiri weee.urimfuri cane
Basha ntiryumunwa kabisa
Uri umuntu muzima , turazirikana cane uruhara rudasanzwe rwa zino nyigisho mu gihe abategetsi bozishira mu ngiro
Twihojeje ivyotwaciyemwo 70 na 90 na dd ntishoboye nagato reka tubihimana ahandiho nidanger
👏👏👏
Nuko ntari ndahari twari guharura abagutahuye, Nkurunziza yarababwira ,bamubwira mumitima y'abo bâti "Vuga ugende" Nawe nkubu bakwumva nkamagwara yananiye muganga"😅😅😅
Pâti uravuga ntuvura. Ariko nothing will ever change
Mbega ubutumwaaaa !!!!!nukuza muravuga atakurya umunw mushake mubizire
Ese iryo jambo ry'inkoramutima ryoshikira abategetsi
Comme a enseigné Jesus, le prince de ce monde a aveuglé les autorités qui, au lieu d’être des serviteurs pour le peuple ils se servent eux-même😢
pasiri ajambo yararicokoye kabisa! muga avomeye amazi murukangaga ! ntaco atarakoze gukebura1!
Merci Juste Gaël
Just Gael urapfuye ivyo bintu ushize kurubuga rwawe
Uri imvugakuri
Reka mbonereho mvuge kunzoga! Inzoga bakwiye kuzikumira bakigisha abantu ko ataco zitumariye tukarondera ibindi vyoguteramirako! Turarengeje! Kandi niyo mpamvu dukenye! Aho kwemvestissa mubintu vya production bose nimunzoga no mumubare ngo nivyo vyunguka kandi bitwicira ubuzima! Mumico yacu dukwiye gukumira inzoga! Zikadandazwa ahantu hake habaho nko kuma hotel amwe amwe nahone kugiciro kiri hejuru! Aho kuzicisha abantu bishwe n'ubukenw tukazishora hanze zikinjiza amahera en devises, ikaba business aho kuba culture yacu! Kubukene n'inzara dufise turabo kunywa akayi no kurya ivyamwa ! Ariko tunywa gusumba n'abakize kera🤦♂️! Duteye isoni pe! Nasanze ibihugu vyabarabu batera imbere kuko inzoga zitari izokwishimira! Ariko iwacu n'inama y'umiryango ni mukabare💔
Ndagushigikiyeee kwl
Reka nkwite ikijuju ça mbere uburundi bufise', we wibaza k ingorane défilé mu Burundi buva ku nzoga?
@@NaomieIneza abantu nkaba ntuta umwanya ubishura kuko bafise ingorane mubwonko
Sindi umukunzi w'inzoga ariko ivyo sivyo bibuza iterambere ry'igihugu.
Uburundi ntiburetse guterimbere kubera inzoga ahuribeshe kuko nivyovyayi nivyovyamwa uhaya bigurwa amahera isukare irazimvye .rero umuti sukuzirukana
AMEN
Mubutumwa dukeneye ninkubwo ariko benevyo biyumvise canecane abo''''''''',,,,,,,
Mbega impanuro
Uravuga ntuvura arik ninkugusuka amazi kwibuy
Amennn
Urakaninahazwa Mukama
Uraba wumva birenge dd niwe ubwigwa
Uravuga ntuvura nuko ubwira babwaguke
Utura ibisebe (vidonda ndugu ) kugirango abarundi bakire KUKO uburindi bwishwe nabategetsi BAMWE BAMWE pe😢😢
Ubutumwa buhambaye
Abarundi ko mwakanuye?
Umuntu yatumiye uyu mu padiri yaragize neza kuko inyigisho zirakwije ivyankenegwa uwuri n'amatwi n'umutima niyumve kandi ategere yongere agarukire ubuntu ubupfasoni n'ubutungane
Umurundi wa 1950 atandukanye cane niwa 2025 .
Abategetsi bacu womengo babateye Ikinya (anesthésies) kuko ntibumva ils sont insensible aux malheurs causés par eux-mêmes.
Je vous partage Une anecdote: Umuntu yama yiba igihe cose hanyuma umuryango wiwe urakorana bamubwira bati: » turakwihanije ntuzosubire kwambura Abantu bahita, nyamusuna aca yishura abo bamuhanura ati: «ahubwo vuga ningoga nyabuna sinsange abo n’ambura bansize😅😅😅!! Au Burundi naho Uyo Musacerdoti avuga, eka vyararenze ihaniro. Dusabe Imana yo Rudasumbwa, rien n’est impossible à Dieu. Amen. Bonne année chers compatriotes ❤
Mwigisha nukuri ntako utagize imana ikwongere amavuta nayo abarongoz baradukoreyeko sinkubesha 😢
Ayo majambo arahambaye
Yemwe nimba bagomba kwigihugu gihinduka, nyakubahwa président turagusavye wiyegereze uyu mukozi w-lmana kuko ndabona yotanga intererano kugira uburundi bwacu buterimbere
Nukuri ivyabavyoshoboka. Warukwiÿe Kuba umuhanuzi waperezid!!!!!¡!!!!
Wavuga ntuvura ariko nuko ubwira intumva pee
Patiri abwira abategetsi nivyo ariko arabwira twese dufise ivyo dushinzwe. N'ukwikebuka tugahindura ingendo kuko le bien public ntiturategera ivyarivyo.
Muzovuga muruhe kuko abo mubwira baramaze guhitamwo sekibi, they don't care. Aho bavuga bati "reka sha kutumena amatwi iryo ni ishari mudufitiye".
Patiri patiri %
Arikourumugabo ataniganwa ijamo. Urumugabo. Kabisaaà
Uyo Musacerdotti n’Umusubirizi wa Rwagasore, humura Burundi we! waribarutse Intwari. Bitebe bitebuke impinduka zizobaho. L’exemple : le Rwanda😢🇷🇼 . Les incompétents les DD ni bakinjure
Emwe ndagukuriy inkofero .n,uko ubwir ibitumva ariko wavug pe.
Mandat ya 2027 -2034 izoba nziza cane kuko agatoro ni dollars bizoba vyabonetse bivuye mubushake nibikorwa vyacu .
❤
Waruvuze nuko ubwira abantu batumva