Thank you apostle Kevin for message,it is true so protect the Light for lighting people in Jesus Name.so we must protect our representative by: praying for them, Doing everything that they guide for US,again to love kingdom.thank you
Muri Africa turasenga ariko usanga ari indongozi nke zifise bino bontu 3.I Buraya ategetsi benshi ntibemera n'Imana ariko ibi bintu 3 usanga babifise. Abanyafrika twikebuke.
Preach preach my pastor.... u have told them the truth ikibwirwa nicumva icerekwa nikibona
Thank you apostle Kevin for message,it is true so protect the Light for lighting people in Jesus Name.so we must protect our representative by: praying for them, Doing everything that they guide for US,again to love kingdom.thank you
MY MAN GO GO GO ON
Izondongozi zibisuma zaramaz gubora mumitima yabo bafuye abagenda Barakabona ayo tubonye iman izobibabaza izonda zabo bibazako zitazobora😭😭😭😭😭
Ivyo bisuma vyaramaz gukomera imitima ntivyumva aho ntibakumva ,indani baraboze ntaterambere bagikeneye love you president Neva ❤🎉🎉
Uvuze ukuri di apôtre imana igume iguha ubuhanuzi nkubwo kugihugu
Imana iguhe umugish Apotre kevin❤❤❤
Muri Africa turasenga ariko usanga ari indongozi nke zifise bino bontu 3.I Buraya ategetsi benshi ntibemera n'Imana ariko ibi bintu 3 usanga babifise.
Abanyafrika twikebuke.
Baravyumvase k amatwi baba bayicayeko bavaho baturenganya wagira basenga kukora ikibishe gusa
Apôtre Kévin wubahwe urarinda kabisa .Ayo majambo nibake boyavugira imbere ya gouvernement.
Tell them Mr Man of God
Ntuhogore pasteur iyo nigeneration yabayingayi ntagishasha kuko ama étage barujuje mugabo guhamba igihugu nabanyagihugu nivyobibaranga
Yes! Iki nico bategerezwa kumenya.wigishije neza ugezagirwe!!
Amen Amen
Pasteur nureke nukwirusha kuko aba bagabo ntakezaa kabo ubusuma bwaramaze kubamara kubatimvya umutima aba ntaterambere tubitezeko
Nahita muha gutwara intara imwe vraima 🔥🔥🔥❤️❤️❤️
Kuki abantu mukunda kuba abatware
Uhezagirwe cane mtumishi wa Mngu
Wooooooo mbg umugbo mwiza wimana yesu akurind mwizina rya yesu
Imana igukomeze mr kevin
Yesu kristo aguhezagire
Amen
Africa irarwaye cane twarapfuye tugenda
Non iyo montage gute ko kevin abonek ark aravug ubutumw ahandi akabonek icaye
Kevin IMANA uguhe umugisha❤❤
Wooow mbega inyigisho
Kabisa
Principes Trois z'abatware zoba jewe arizo menya
Ibindi vyoose. Vyinjira mw'izo nyene 3
Ngize makeee Canée.
Muronderere ngaho
Murakozeeee
Babwize ukuri mugomba mukuzire kuko igihugu muri mubogikiza kuko mwavuz ico mwategerezwa kuvuga bizibe amatwi bavyumva mwebwe babwire bagomba babarabe nabi
Bwana Mukoziwimana uvyiciye hamwe,abongaha siko bameze!!
Muricogihe ,ntivyari bikenewe kusarara gutyo wari kuberekako bo nkabakoze nk'abafasha ba David canke nk'abatoranijwe babikwiye nkuko Moïs yabikoze ati:"Ehe ntawubidogera ,Guma gutyo ,turashima ukuntu mutuja imbere muri vyose nikimenyamenya mutoranijwe uburundi bumeze uku none ubu nisawa,ati :"Ariko rero dusengere Cameroun irageramiwe muri ibi bihe!! muribi "
Ok,kumbure wageze aho utinya amaso y'abantu kumwe vyaba kuri Moïs.Hezagirwa ntaco twatoraguye umwe wese yiyumvise nubwo kaciyemwo
Ariko aravuga aratera ubwoba abamwumviriza
Numukozi wimana nukur
Abo muri Cameroun twavyumvise
Wubahwe mukozi wimana
Mwavuga nuk tutunva
Wavuga ntuvura nukuri Peeeee