Imyemereere na politique bisigura abantu muzi ivyo gutwara iyo abantu babonye ko vyanse bagerageza kubishira muvyizerwa kugira abantu batahure neza ko ibintu biba biva kumana , In burundi the majority are Christians but what happening in there are much different about Christianity so want people need is just goood leadership no good pasteur
Musa wacu Neva Niwirambire forever ❤❤🎉 abatwanka kabadye naka karamaze 😂😂
Good❤❤❤❤❤❤❤
Uyu muzungu arabihuhuye wallah😊
Vyose tu depande ku mana?
God bless Burundi 🇧🇮
Amen amen🙏🙏🙏💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Good
❤❤❤❤❤
Amen
Ngaho harabariko barumva umushiha wabamaze 😂😂😂😂😂😂❤ orosha imitima mwumve mwumvire iyonishetani nshabanyafrika y aduteye imitima mibi gusa
Never arikwandika😂😂😂
🇧🇮🇧🇮🎉🎉❤🎉❤
Ikibazo abarundi benshi babonye umuntu nkuyu imbere yabo baca babona kwabazungu bose bo kwisi babashigikiye uwo mose sumurunfi si rwagasore canke mwambutsa kuberiki twovyumviriza ?
Abarundi izo protic zaratayigihe nobwo mutuzarira abantu bashimagiza uburundi munigwa kwubaka igihugu imyaka 21 mutwayigihugu mwadukoreyiki
Aboba dd ntibumva umengo babaroze umunoho nabazungu barabagunduye umviriza😂😂😂 uribaza nkumuntu afise ama étage nkabiri atatu nibindi vyishi ariko akabandanya anyuruza amamiliaridi naho igihugu kigeze?
Imyemereere na politique bisigura abantu muzi ivyo gutwara iyo abantu babonye ko vyanse bagerageza kubishira muvyizerwa kugira abantu batahure neza ko ibintu biba biva kumana ,
In burundi the majority are Christians but what happening in there are much different about Christianity so want people need is just goood leadership no good pasteur
Ibi avuga azunza umutwe ahakana urabona aho hantu kweli
None uyu ninde mwa bantu mwe? Mujye mumenya itangazamakuru.
Good
❤❤❤❤
Abarundi izo protic zaratayigihe nobwo mutuzarira abantu bashimagiza uburundi munigwa kwubaka igihugu imyaka 21 mutwayigihugu mwadukoreyiki