Uburundi mu gikombe c'isi : birashoboka ?
HTML-код
- Опубликовано: 11 июн 2024
- ⚽ Wokwiyumva gute Intamba zishitse mu gikombe c’isi ca 2026 ?
😉 Ng'uku uko vyogenda kugira iyo ndoto ikunde.
Muri "mairie" ya Bujumbura haje bishasha mu gutanga impapuro zimwe zimwe. Ayo n'ayandi ni mu nkuru y'uno musi 👇🏾
#KuMusi
#inkino
Ikiganiro cyiza rwose, much respect from 🇷🇼
nibagerageze kwer.. Biragoye gushika kuri wrld cup.. but we have faith🇧🇮🙏
Birashoka!!!
Imana imbere .dusenga dukora ,,,dukora dusenga
Amahoro Davy.
Uzorabe uvuge no kuri football féminin, harimwo abigeme n'abakenyezi bakina neza biteye igomwe.
Mbese nkubu hari match ziriko zikinwa zo kuja muri coupe du monde des U17, Intamba z'abigeme bageze kure, kandi nabo gushigikirwa.
Ntibishoboka
Biragoyemuvandimwe
Vyose bishoboka mugihe Leta itovyivangamwo bategeke abakina nabadatangura mukibuga
Uburundi bugakina mondial nzocantanga agaparasera canje ndakagabire intamba murugamba
Impossible
Wosanga UBurundi bugitahanye kuko ibintu vyose bifise igihe cavyo
Reka nindoto😊
🇧🇮🇧🇮💥
Kalebe arihehe kontamubona afise imvune
Ego
Neww ivyo ibi kurah
😂😂😂😂 reka ntwenge
Nikimwe bakinira ku musenyi uriko uvuga?
Muribibwa gusa ubwo se mwajyana abahe bakinnyi
Uganda turabakwirikirana
Abo bazoc banyika baburigwe irengero
Birashobok kk ntac twacumuy Ku mana
Ivyo bavyita kwikinisha
Twarishimy hino muri malawi kuba twaranganiz
nta mondial twojamwo kubera nta championat tugira niyanyuma mukarere nta mahera bashiramwo
Na Can ntimunyara gushikayo
Batsinze Seychelles ariko urukino rwari rubi... dufise défense n'a milieu bijogajoga
Bro gabanya cocaïne muta ivyontibishoboka
Shan natwe u Rwanda nta cyizere dufite kabisa
Gusa wewe sinari ndakuzi. Ariko uvuga neza amakuru. Ibindi navyo vyokuja muri coup du monde bshimye kugumya ibanga.