Moi j'etais surpris par cette visite, car le parti CNDD-FDD est au pouvoir depuis 18 ans et il doit etre contre des coups d'Etat comme celui du Gabon survenu apres la re-election d'Ali Bongo. En invitant ces nouveaux jeunes presidents de l'Afrique de l'Ouest le gouvernement burundais voudrait dire aux burundais de chasser un gouvernement qui n'arrive pas a resoudre les problemes du pays. Je m'imagine que c'est le chef d'Etat gabonais qui a demande de visiter le Burundi dans une campagne diplomatique pour se faire accepter dans la sous-region d'Afrique centrale. ``« Le Burundi est un pays membre de la CEEAC et il fait partie du Conseil de Paix et de Sécurité de l’Union Africaine, c’est dans ce sens que nous comptons sur la voix du Burundi », a-t-il fait savoir..." www.iwacu-burundi.org/libreville-gitega-le-president-gabonais-de-la-transition-en-quete-de-soutien/
Iwacu nkiri umwana mu myaka ya 1950/1960 hari umuntu yitwa Nkagabana kandi ataco nabona atandukaniyeho n'abandi bantu, kandi yari yavyaye umukobwa yasa neza (kukubera akazobe kiwe naturel). Jewe simbona ikiri iwacu iBurundi cohahabura uwo general de brigade wa Gabon anganya ipete rya gisirikare na general Neva arongoye Uburundi, kandi muri rusangi igihugu ca Gabon kirateye imbere gusumba Uburundi. Ndafise umugenzi hagati y'imyaka ya 1970 yagiye mumurwi w'abarundi bahawe akazi ko kuja gukora mu ma chantiers de construction muri Gabon ko hariho petrodollars.
Bravo le Burundi, que tu invites aussi les présidents de Burkina Faso, Mali et Niger...des grands Africains de coeur et d'âme.
Moi j'etais surpris par cette visite, car le parti CNDD-FDD est au pouvoir depuis 18 ans et il doit etre contre des coups d'Etat comme celui du Gabon survenu apres la re-election d'Ali Bongo. En invitant ces nouveaux jeunes presidents de l'Afrique de l'Ouest le gouvernement burundais voudrait dire aux burundais de chasser un gouvernement qui n'arrive pas a resoudre les problemes du pays.
Je m'imagine que c'est le chef d'Etat gabonais qui a demande de visiter le Burundi dans une campagne diplomatique pour se faire accepter dans la sous-region d'Afrique centrale.
``« Le Burundi est un pays membre de la CEEAC et il fait partie du Conseil de Paix et de Sécurité de l’Union Africaine, c’est dans ce sens que nous comptons sur la voix du Burundi », a-t-il fait savoir..."
www.iwacu-burundi.org/libreville-gitega-le-president-gabonais-de-la-transition-en-quete-de-soutien/
Video nziza cane
Nivyiza🎉
JESUS CHRIST IS COMING BACK
Gift bayipfunyitse mugikwembe😅😂 Abarundi turabemera❤❤ muri abavandimwe.
Ico nico conyene wabonyemwo😊
@@gilbertciza9317 Ego kidasanzwe
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Abarundi barakina se😂, nako ntibafyinata
@@Thierry-k7i😂😂😂
IKINYAMAKURU C'UBURUNDI KIRIHO
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nic
Les gants servent à quoi finalement ?
Igihugu cuburundi camuhabuye urabonako yanyuzuwe intebe ikaramu vyose vyagoraniye muntoki ziwe
Iwacu nkiri umwana mu myaka ya 1950/1960 hari umuntu yitwa Nkagabana kandi ataco nabona atandukaniyeho n'abandi bantu, kandi yari yavyaye umukobwa yasa neza (kukubera akazobe kiwe naturel).
Jewe simbona ikiri iwacu iBurundi cohahabura uwo general de brigade wa Gabon anganya ipete rya gisirikare na general Neva arongoye Uburundi, kandi muri rusangi igihugu ca Gabon kirateye imbere gusumba Uburundi. Ndafise umugenzi hagati y'imyaka ya 1970 yagiye mumurwi w'abarundi bahawe akazi ko kuja gukora mu ma chantiers de construction muri Gabon ko hariho petrodollars.