Kurikirana ibirori nyezina vy'ingene Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yarahiye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 сен 2024
  • Kurikirana ibirori nyezina vy'ingene Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yarahiye kuri uwu wa kane mu ntara ya #Gitega, imbere y'Abarundi.

Комментарии • 38

  • @clementinemahoro1437
    @clementinemahoro1437 4 года назад +11

    Felicitations ku Barundi mweseeeeee👏👏👏👏 kubera ukuntu igihugu cyanyu cyateye imbere👌 impundu nyinshi kandi kuri perezida mushyashya warariye uyu munsi Evariste Ndayishimye💐 ni byiza cyane rwose kandi Imana ikomeze ihe nyakwigendera perezida Petero Nkurunziza iruhuko ridashira🙏🙏 ntazibagirana na rimwe❤❤Amahoro kuri mwese mwese. Umuryango we ukomere cyane❤🌹

    • @morisburundi515
      @morisburundi515 4 года назад +1

      Komeraaa

    • @jeandedieundereyimana7750
      @jeandedieundereyimana7750 4 года назад +2

      Komera caane shaa mwene wacu
      Hoba na we, utandukanye n'abandi.
      Ndagukeje caane..

    • @Sirila18
      @Sirila18 4 года назад

      Ndashimiye uyu muvukanyi Clementine kumwe n abandi bavandimwe batubaye bugufi baduhoza twabuze , bakaba n ubu banezererewe n intambwe ya democratie Uburundi bugezeko ata maraso asesetse. Murakoze.
      IYAKURE TV YARI YATURIYE UMUTIMA N UBU IKIRIKO.

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 4 года назад

      ✊🏾🇧🇮

  • @kayitarebenon2692
    @kayitarebenon2692 4 года назад +1

    All The Best Mr. PRESIDENT.
    Congratulation to Burundian People.
    You just made a new Era, A new beginning of democracy in the Great Lakes Region.
    I'm From Rwanda

  • @jonathanniringiyimana1197
    @jonathanniringiyimana1197 4 года назад +6

    Imana yamahoro izabashoboze kuyobora neza ico guhugu!

  • @jonathanniringiyimana1197
    @jonathanniringiyimana1197 4 года назад +4

    Imana niyo yambere rwose!!!

  • @morisburundi515
    @morisburundi515 4 года назад +2

    Asante sana mashariki

  • @hadijasalimu1808
    @hadijasalimu1808 4 года назад +2

    Imana ikujimbere murivyose papa👏👏👏👏

  • @juslainendayikeza6376
    @juslainendayikeza6376 4 года назад +2

    Imana ikujimbere my president amaso yabarund bose turakuraba

  • @anicetdoto6526
    @anicetdoto6526 4 года назад +2

    Komera mutama mushasja Imana ikuje imbere muri vyose

  • @bebebebe9269
    @bebebebe9269 4 года назад +3

    IMANA igukorashe murivyinshi mu BURUNDI

    • @Sirila18
      @Sirila18 4 года назад

      Igukorashe?????

  • @arcadearakaza6925
    @arcadearakaza6925 4 года назад +1

    Musa w'uburundi yaratashe Imana yaduhaye yosuwa,ntankeka ikivi ca mosse azogikutsa,niharambe amahoro,ubutungane,iterambere n'ukwikukira nyakwo kuri mubikorwa atiri mumajambo,yorodani twayijabutse Imana ihorane natwe.ndabakeje nyenicubahiro Neva uwiteka abakomeze yosuwa wacu

  • @bebebebe9269
    @bebebebe9269 4 года назад +2

    Felicitation

  • @ndikumanadesire5961
    @ndikumanadesire5961 4 года назад +1

    Congratulations congratulations our president may Almighty God bless you.

  • @nahimanahussein707
    @nahimanahussein707 4 года назад

    God bless u in brndi thank u

  • @trophainamagogwa7966
    @trophainamagogwa7966 4 года назад +3

    Inapendeza saana ila Tu Vita ikiwepo naumia mno mpaka Moyo unataka kutoka. MUNGU wasaidie Warundi akili ziamke kama Tanzania Wampende Raisi mpya tutakushukuru Kwa wema wako

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 4 года назад +1

    Toutes nos félicitations au nouveau président de la république du Burundi.

  • @pice-marcntigahera2621
    @pice-marcntigahera2621 4 года назад +1

    Toutes nos félicitations au niveau président de la république du Burundi.

  • @ghhhhy1812
    @ghhhhy1812 4 года назад

    From 🇧🇮Saudia 😘😘

  • @iracymartins1432
    @iracymartins1432 Год назад

    Reba iyi vídewo congregação cristã no Brasil mwizina rya nyagasani yesu ufite inzozi nziza.

  • @abodetidings8392
    @abodetidings8392 3 года назад

    byari byiza cane

  • @mistanackis8269
    @mistanackis8269 4 года назад

    Waouh nice

  • @nadmuzikaofficial9392
    @nadmuzikaofficial9392 4 года назад

    Dukurikire aka karirimbo kabakongomani
    NAD MUZIKA - hommage Pierre Nkurunziza

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 года назад +1

    ✊🏾🇧🇮

  • @jonathanniringiyimana1197
    @jonathanniringiyimana1197 4 года назад +2

    Felecitation kubaturanyi bacu!

  • @biziyaremyeemmanuel63
    @biziyaremyeemmanuel63 4 года назад

    😍🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @laurentuwitonze310
    @laurentuwitonze310 4 года назад

    A nimaux

  • @jean-mariedikunduakila5481
    @jean-mariedikunduakila5481 4 года назад +2

    KABILA NA TSHILOMBO BOTALA NDENGE NINI PSSATION DE POUVOIR ESALAMAKA.OYO ESENGO TE PONA KIMIA NA MBOKA.

  • @libetztanzania-kiswahilina2845
    @libetztanzania-kiswahilina2845 3 месяца назад

    TUNAWATAKIE MAISHA YENYE FANAKA NA AMANI TELE MJENGE BURUNDI MPYA

  • @jean-mariedikunduakila5481
    @jean-mariedikunduakila5481 4 года назад +4

    BATO OYO BAZALI KOKENDE MOSIKA PENZA,NA MONOKO YA BANGO MOKO.MATONDO SOLO PONA MBOKA BURUNDI.BILAKA MALAMU MOKONZI EVARISTE.

  • @emmanuelgatsinzi9289
    @emmanuelgatsinzi9289 4 года назад

    mbonye abantu ndusha parade

  • @andrewbarichako270
    @andrewbarichako270 4 года назад

    Tugomba amahoro muri iyi si

  • @bizashira2108
    @bizashira2108 4 года назад

    Ko mutikingira CORONA basha!?