😂 always a pleasure. Muga please mwongereze umwanya wa ma deep topics please😂, basi mugire moitié moitié. We like your different and oppositive points of view 😅 ku ma sujets ari délicats. Bonne année à vous aussi 🎉
Uyo mugabo yakuriye muri Canada biratangaje kubina avuga ikirundi sana accent,uzi ko mu Burundi hari abantu bavuga ikirundi ukumirwa.Jewe mba hanze,ndahamaze imyaka myinshi kandi nta occasion ndonka yo kuvuga ikirundi mais ndakirusha abo mu burundi,mpora ndaba kuri youtube bariko baravuga nkumirwa,umenga bahejeje kwiga ikirundi,ni hatari
Ngo izo suggestions zanyu zose ntan'imwe i pashijer 🤣🤣 Par la suite izo beef zanyu za naragutumiye ntiwazaa 💀 pour finir kuri imbwa ikuriye ntuyigira unugenzi 😂 On a de tout vraiment murino podcast 👌 Ma suggestion y'izina : Tera Ryarenga Podcast, or 'Ku ziko Podcast (kubera ku ziko ariho baganirira de tout et de rien.. Sinon hariho uwa propojer 'Utuntu nutundi ce serait ma 3è suggestion.. Have fun dissing us again 😅🎉 and Keep up the good work
@@DJMurya aho ncuti! Double Take aborde des thématiques variées, qu’il s’agisse de la réalité des Burundais de la diaspora ou des sujets d’actualité qui animent le Burundi. Le tout dans un esprit d’humour, de sincérité et de respect des opinions.
Where are you watching from? Drop your country/ flag in the comments!
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮IMUHIRA Kawaida 😂
@@jooo-hy 😂😂😂😂😂 thanks Joo🇧🇮✊🏽✊🏽
Edmonton, AB 🇧🇮🇧🇮🇨🇦🇨🇦
Vancouver 🇨🇦🇨🇦🇨🇦
@@DoubleTakePodcast613 all the way from 🇧🇮 kuziko sha
Umwaka mwiza mwese. Mufise ibiyago biri 👌🏿. Again ntimubikomeza nukuri bikanigisha mu nkuru. Komera cane. Jah bless
😂 always a pleasure. Muga please mwongereze umwanya wa ma deep topics please😂, basi mugire moitié moitié. We like your different and oppositive points of view 😅 ku ma sujets ari délicats. Bonne année à vous aussi 🎉
Here we're now😂😂 the begining is so funny 🤣😂. Love you guys keep it up 🎉
@@GagaBrown0artist hah enjoy the ep! 😂🫶🏽
Noé afise vibes nkiza Dj Mbitious
Why nciye ndabibona😭😭😭😭
@@CamilleKamanzi ibaze🤣🤣🤣🤣🤣 None ninde yoba yariganye uyundi?
@@Melody0-z4v😂😂 ndakumbagaye
We enjoy you guys❤️😂😂 -from the USA
@@BellaJoselyne Thank you Bella 😂🙌🏽🎊 🇺🇸
watching all the way from Sri Lanka ❤
@@pramodthsahabandu3321 Sri Lanka 🇱🇰 🤩🤩 twabaye international 🤣🤣Thanks for watching! 🫶🏽🫶🏽
🔥🔥🔥
36:46 😂😂😂😂sha nturiwenyene 😂😂😂iyo commentaire ni sooo
😂😂😂😂 soo sana
Jesuis a Ottawa !!!
Iy emission ir interesting cane😂 u're even funny 😂 keep it up 👏
@@GagaBrown0artist Glad you liked it! 😃🫶🏽thank you for your kind words
❤️🔥🔥🔥👌
@@niyomukizafernand2204 thanks Fernand
11:27 Podcast name idea ivuye kuri Noé- Mur des lamentations: Ikiganiro co kwidoga😂😂
😂 dead
@@gracie5497 😭😭😭not kwidoga
Murakoze caaane mufasha benshi kandi mutere imbere mubandanye muduha utu astuces twinshi two kuba muriki gihugu. En tout cas merci muradufasha intégration. Hari utuntu twinshi numvise muribi biganiro vyose bibiri naravyumvirije vyose
@@anitamusanisoni2817 murakoze gose
@@anitamusanisoni2817 merci ☺️
Imicanwa podcast
Irizina niryoo pe 🚀🔥🔥🤣tuzoryiga
@@CamilleKamanzifacts !
Vyumve podcast 😂
Cank Byumve kur Noé 🇷🇼😂
@@GagaBrown0artist BYUMVE!! Im hollering 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
🤣🤣😂😂😂😂
Hello 🙌Bdian from South K
@@oxyulrich9956 😀😀Wow! South Korea 🇰🇷 in the house!!! Enjoy the pod Ulrich!
Bonne annee 2025. Umugisha Wimana Ubane namwe !!!
@@scholastiquemukambabazi3819 Amen 🙌🏾
Uyo mugabo yakuriye muri Canada biratangaje kubina avuga ikirundi sana accent,uzi ko mu Burundi hari abantu bavuga ikirundi ukumirwa.Jewe mba hanze,ndahamaze imyaka myinshi kandi nta occasion ndonka yo kuvuga ikirundi mais ndakirusha abo mu burundi,mpora ndaba kuri youtube bariko baravuga nkumirwa,umenga bahejeje kwiga ikirundi,ni hatari
@@dianeinamwiza ikirundi for life ❤️
Iyo podcast muzoyite : utuntu n’utundi.
@@lancetrecasseuse250 😂😂😂 good idea
Ngo izo suggestions zanyu zose ntan'imwe i pashijer 🤣🤣 Par la suite izo beef zanyu za naragutumiye ntiwazaa 💀 pour finir kuri imbwa ikuriye ntuyigira unugenzi 😂
On a de tout vraiment murino podcast 👌
Ma suggestion y'izina : Tera Ryarenga Podcast, or 'Ku ziko Podcast (kubera ku ziko ariho baganirira de tout et de rien.. Sinon hariho uwa propojer 'Utuntu nutundi ce serait ma 3è suggestion..
Have fun dissing us again 😅🎉 and Keep up the good work
@@liessenathalienineza2396 haha Thank you Liesse
Ngo barabirukany no mwi komine😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@Mpayinkandayisnga 😭🤣🤣🤣🤣😂 uradutohoreza
Ministère yamavoka😭
@@brianankunzimana10 ☠️☠️😭😭🫶🏽
@@brianankunzimana10 😂😂😂😂
👍
None ligne editorial yanyu niyihe? Vyobafasha gutorizina
@@DJMurya aho ncuti! Double Take aborde des thématiques variées, qu’il s’agisse de la réalité des Burundais de la diaspora ou des sujets d’actualité qui animent le Burundi. Le tout dans un esprit d’humour, de sincérité et de respect des opinions.
@ Murico gihe yite “Duterabiri”. Hama wewe Kamanzi muri evenement ya shika centre narakunonyeho ndiko ndanima 😄. Komeza komeza
Isange (s’intégrer) podcast
Yite tumaran'irungu basii Urabona 😂😂😂😂😂
😭😭😭😂☠️☠️Remesha FM
Nukuri mugize neza muvuze ibintu vyankenerwa
Murakoze gose 🙏🏽😀
Muyite : Tohoza
@@rosuwr 😂😂😂documentation ☠️☠️
“Miss développement azo développa iki” Iki nyene..😂
suggéstion y’aka zina “Mambata podcast”🩰☝🏾
Hahah mambata 😂🤣🤣🤣 iratwengeje
Double take in Kirundi 🙊😂
dix ans uba utsinze ibigeragezo !!!
Take my Subscription guys ...and keep it up
Shout out Flo! Thank youu 🎉
Wow 💯
Mufise ikiganiro cyiza muduhe ikiganiro vuba vuba mutwicisha irungu
Nukuri ntituzosubira guteba 😅🙌🏽🙏🏽🙏🏽
🇺🇬. UG
Integration broacast