Haha ariko ko mutaga ama service gratuits muronka? Ko mitavuga amahera muronka surtout famille ije ifise abana baba mineurs. Nicompfa nabo biyita aba diaspora muvuga comme si mumerewe nabi iyo muba konzi Ottawa nayo mazu mubamwo arayo reta ibaha. You guys are so Negative! Erega Peux import igihugu kinda ugiyemwo ubwambere c’est normal ko integration igoye. Parcontre vyanse niho muca mutaha muvuga ingorane gusa pourtant nuko biba vyarabananiye kwi integra je suis désolé
Oui mais Uriha angahe? Hewe narabaye Ottawa pendant 6 ans je sais de quoi je parle. Nuko abarundi bibagora kwi integra. Kukguma muri community nivyiza ariko bituma umuntu aguma dans le même circuit Je suis en BC là ntavya service social bibaho et la vie coûte Cher mais tu vie en fonction akazi kariho si tu choisis ngo ngiye aho abarundi bazomfasha c’est Deja un problem. Muja kurondera ivyagusa bibatuma muguma mrondera ababafasha hagukorzsha ubwenge
Hosy,bonne année 2025! Turagukwirikira from Canada. Merci bcp ku biganiro uduha biryoshe cane.
Ikiyago kiryoshe. Umwana avugana neza 👍🏿.
Burundi, we want. Oye !
umengo ni agaseru kari muzuru.
Tack!
🥹🥹🥹🥹Thank Youuuu Ariel
@sirenvibestv you are welcome. For the beautiful new studio. Bisa neza cane
Bien fait mon ami👍
Ninde wundi ivyo bintu biri mumazuru bishisha kuraba nkanje?
Ntawundi
Ntawundi
Humiriza
Ni wewe wenyene
Ni wewe wenyene 😂😂😂
Burundi We want 🎉❤
48:45 Jw nsanzwe ndabakurikira🙂
Let's go ! 🔥🔥🔥 #Burundiwewant
Ewe sha uratuyagiye😂😂
ikiganiro ni ciza ariko son imeze nabi
Im here muri gutya 🫶
No 1, muze dufate agarebe twicare twumve
iryo hereni rero ukuntu rikubihiy ntavyuzi😅
Ba witonda😮nciy ndagashka honyn
Oya reka ubwivu nibiki?
❤❤❤
Ndabarahiye mûri canada ntakigoye giteye ubwoba kihari bivana iyi umuntu aje ava uko yahora abaho mugi wifyinisha no kuguhamba wohambwo tuzana agafyinyi
Vuga icoroshe caho twumve imbeho nko muri congélateur??nabazungu ntibahakunda nuko babura iyo baja
Nukuri ikintu cimbeho, inyishu ya mbere nukumenya kwambara hamwe no kuja muma activitès hivernales. Ivyo rero utavyize mu bazungu biragoye. Jewe ndiruka hanze muri hiver canke nkagira marche. Abana bavukiye ngaha baragira ski na skating....
Ivyo vyana vyafyinye nuko. Ivyo bizuru yatoboy ni antidepression?
Haha ariko ko mutaga ama service gratuits muronka? Ko mitavuga amahera muronka surtout famille ije ifise abana baba mineurs. Nicompfa nabo biyita aba diaspora muvuga comme si mumerewe nabi iyo muba konzi Ottawa nayo mazu mubamwo arayo reta ibaha. You guys are so Negative! Erega Peux import igihugu kinda ugiyemwo ubwambere c’est normal ko integration igoye. Parcontre vyanse niho muca mutaha muvuga ingorane gusa pourtant nuko biba vyarabananiye kwi integra je suis désolé
Reta iguha inzu 😂😂😂😂kiretse urumutama si non ntanzu yagusa ihari
Ninde yakubeshe ko Reta iguha inzu yagusa? Urabaza neza ntavyagusa bihari muri Canada 😏 reka sha urabaza neza ico bita Ottawahousing bagusigurire ingene ikora