IBIHE VY'UMUBABARO BIGANISHA KU MUHAMAGARO || INTAHE YA PST. JANVIER IRAKOMEYE
HTML-код
- Опубликовано: 9 фев 2025
- #ubuhamya #intahe #ubuzima
Muri iki kiganiro, Pastor Janvier Nduwayo atubwira ubuzima bw'amarira yaciyemwo, Imana iri kumwigisha. Atubwira ingene yabanje kuba umutunzi kuko yahoze akorera muri UN, hanyuma Imana ikaza kumucisha bugufi kugeza igihe imurungikiye ibugande agatangura gusabiza indaro.
Yabayeho ubuzima bubi cane muri Uganda, rimwe na rimwe yasaba uruhusha rwo kurara asenga mw' ishengero kugira ngo ashobore kuronka aho arara ( ku gatuti ).
Intahe ya Pastor Nduwayo, ni ikimenyetso ko ibigeragezo tunyuramo akenshi biba ari ari inyigisho. Ibihe vy'umubabaro biganisha k'umuhamagaro.
Yooooh ubuhamya bukomeye; utaraciye mu bikomeye, ntiwasobanukirwa kbs👏🏽👍🏽👌🏽
Balikiwa sana past Janvier
Urakoze Darlene, ndashaka mumbwirire uyo mukozi w'Imana Pst Janvier andondere please, n'umugenzi cane, nitwa SANCHO mba Angola, thank you......
Oooh Data wa twese akora ibihambaye caaaaane...!Darlene intahe nzongaha ziradufasha cane !YESU abakomeze mubikorwa vyiza!
Amen 💖 Imana irahambaye imigambi yayo kuritwe nimyiza merci dada Imana iguhezagire
Amen amen !! imana iguhezagire cane
Wow wow mbeg' intahe😢 bless u pastor .
Janvier, wibagiye kuvuga k'Uhoraho yakurinze mu intambara warwanye za masasu uri Umusirikare( wibagiye mu Kibira nahandi)
Hello, Please Dada mugarukane 😭
IMANA n'Umukozi w'umuhanga Past Janvier twabanye neza mu Mpimba mw'ishule ryanje nanje narimwo kandi ryambereye umugisha pe
Murakoze cane kuriyo ntahe nziza yigisha Imana ibahezagire mwese 🙏
Nabonye Imana ikomeye Mwuyu mugabo 💪💪💪 💃💃👏 Nishimye guhura namwe twagize ibihe vyiza 🙏💪👏 tera mujimbere🇳🇴🇳🇴 from Norway.
Ishure ry'imana udasavye inkomezi nukuri ntiwobivamwo.imana ikwigisha mubintu utaruzi
Merciiii kuri Warubizi...Irafasha caaane.
Murakoze kuriyo ntahe twumvise.Iranyigishije.Muhezagirwe
Janvier ndamwibuka muri egliz vivante...
Ahubwo wagendera muma cellule de prière cane gushaka ubuhanuzi nabo bakavuga si non umukozi w'Imana nyawe ntaco yaja kukuvuga
Ndafashishwe cyane nongeyi kumva ko Imana idukomeresha imbaraga zayo uvuze ubuzima bwanjye bwose ndarengewe Imana iguhe umugisha Pastor 🙌🙌🙌
Iman’Ishimwe @Harriet🙏🏼
Urakoze kudukomeza
Imana ibahe umugisha kubqa padt Jamvier umengo nintahe yanje ndqhezagiwe
Ivyo ducamwo bikajaye nsubiye kumva kwarurukundo rw'Imana kugura tuyizere yonyene
Pasteur ibyo avuze nanjye nabinyuzemo Imana yari yarambwiye ko ngiye kujya mwishuri kumbe n'ibigeragezo
Ooh @stephanie nibaze kw’Imana yabagiriye neza! Muhezagirwe
Hello Dada..
Ikiganiro cawe ciiza caane kiradufasha goose..
Nagira ndaguhe aga suggestion gato.
Iyo uriko uganiriza imutumire mu rugendo rwiwe rwa gakiza ko yari yarakijijwe akabivamwo ba ubaza ingen vyasubiye kugaruka akagira inyota yukubisubiramwo .
Aamen Aamen.
Aamen Aamen
🙏🙏
Oooooh my God 😢ndakeneye pasteur number yawe ndashaka kuganira namwe ndumva mwomfasha .ndumva nkeneye uwomfasha gukomera mugakiza kandi ndakeneye uwo nganira nawe kuva kuri A de Z
Sweden turabakurikira gosee. Ndasavy Joselyne na Janvier bazogaruke batwigishe .bikora kumutima ya beshi nanje ndimwo.
Votre what's app svp?