NATANGUYE KUNYWA INZOGA N'ITABI KU MYAKA 15 GUSA | UMUGABO WANJE NAMUSAVYE DIVORCE NDAMURENGANYA.

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 27 ноя 2024
  • Haruwo afise iciyumviro ashaka guterera canke icipfuzo kubijanye ni kiganiro? Yoduhamagara canke akatwandira kuri izi numero: 1 (602) 525-4010
    Muri iki ikiganiro, twaganirije Umukozi w'Imana Emelyne asengera mw’Ishengero rya Christ life center.
    Mu ntahe yaduhaye, yatubwiye ubuzima yaciyemwo akiri umwana muto aho yabuze abavyeyi biwe akaza kurerwa na Nyurakuru, munyuma akaza kurerwa nundi muryango ariko nawo akaza kuwunanira.
    Yahise ava muri urwo rugo aragenda atababwiye , kuva ubwo atangira ingeso yo kunywa itabi n'inzoga yinyegeje ku myaka 16 gusa.
    Nyuma yaje kubakana na Elvis kazungu umukozi w'Imana ubu muri Christ life center Bose banywa inzoga. Nyuma Kazungu we yaje gukizwa hanyuma yimukira muri America asiga Emelyne n'abana, kuva ubwo Emelyne atangira kumubwira ko bagomba gukora divorce.
    Igihe kimwe Emelyne yabwiye Umugabo we ko atazopfa yongeye kubona umubiri we.
    Ubwo umugabo we yari muri America, Emelyne yaje gukomeza ajya gusenga Kuwamungu, aza gukizwa by'ukuri ivya divorce arabihagarika.
    Kuri ubu Emelyne abana n'umugabo we n'abana babo muri America, ni umuryango ushima Imana.

Комментарии • 97

  • @spesruhwabare3439
    @spesruhwabare3439 Год назад +4

    Amen! Nukuri ndafashijwe cane madame Emelyne Yesu aguhe umugisha ikinkozeko ukuntu wigiriye délivrance nanje ngiye kuyigirira waciye mu bibazo nk'ivyo ndiko ndacamwo.

  • @alicenizigiyimana9264
    @alicenizigiyimana9264 6 месяцев назад

    Imana Irakomeye cane, nanje ndanezerewe kubw'intahe ya couple nziza ya Elvis et Emeline, YESU yaravuze ATI ntaco mushoboye mutamfise nukuri nukuri umuntu adafise YESU KRISTO ntaco yoshobora, Imana Ishimwe cane yazanye WARUBIZI❤

  • @rosineharerimana3339
    @rosineharerimana3339 Год назад +2

    Imana n'igitangaza. Biraryoshe kubona umuntu yarahindutse akavuga ukugira neza kw'Imana. Emelyne nukuri icubahiro kibe ic'Imana kubwawe

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 9 месяцев назад +1

    Ndakunze uyu mu maman afis Imana muriwe. Intahe yiw iranyigishije

  • @EvelyneNkunzimana-c6h
    @EvelyneNkunzimana-c6h Год назад +2

    Imana irarera igakuza yarangiza igashyingira igatanga n'urubyaro.....Hashimwe Yesu kubw'ubuhamya bwiza udusangije

  • @waldradegakwaja4100
    @waldradegakwaja4100 8 месяцев назад

    Amen Emeline, Imana Yèhova Ininahazwe mwizina rya Yezu Kristu

  • @EmelyneMAJORI
    @EmelyneMAJORI 8 месяцев назад

    Merci bcp. Intahe nziza caane. Turafashijwe vraiment. Wahisemwo kubaka urugo gwawe. Umukama adufashe iryo jambo rirame mungo z'abashakanye. Iduhe kubabarira n'ukudasubiriramwo umukunzi wawe ivyagufashije. Ijambo ryiza caaane

  • @waldradegakwaja4100
    @waldradegakwaja4100 8 месяцев назад

    Dada Imana Ikomeze Kugushoboza, kandi Ininahazwe mwizina rya Christ Jésus.

  • @MINOUCHEMIREILLE
    @MINOUCHEMIREILLE 10 месяцев назад +1

    Yooooo Emelynee 😭😭 Temoignages yaweee irateyee de Frisson .. .. Ndagusavye cane kandi Cane Umutware Wawe uzoo musabe IKIGONGWE ,, UMUKORERE Surprise hamwe yibagirwaaa ayoo majambo yose wama Umubwiraa Amubabaza Umutima..... En effet votre Mari c'est un Enfant de Dieu .. 🙏🙏

  • @happymunezero4923
    @happymunezero4923 8 месяцев назад

    Yesu ashimwe yakoze ibikomeye ku buzima bwa Emelyne. Intahe yawe yofasha benshi. Ico yanyigishije nuko umuntu ashoboye cane kwigirira délivrance, na none aba afitaniye ubucuti directe n’Imana yamuremye.
    Ndakunda abantu batanga intahe ku bikorwa Imana yabakoreye nasanze ubwanje bimfasha kuko bishimangira ijambo ry’Imana.
    Dada na Emelyne Uhoraho ashishikare kubarinda umwansi no kubahezagira cane🥰❤️.
    Dada utuzanira abatumire badufasha cane.

  • @arianaakimana6394
    @arianaakimana6394 10 месяцев назад

    Yesu ahezagire madame Emelyne caaaane kandi akomeze kubarindira mu gakiza bo n'umuryango wose akomeze kububakira
    Ndafashijwe caaaane
    Be blessed Emelyne

  • @goodz993
    @goodz993 8 месяцев назад

    Ndafashijwe caaaane urakoze Emelyne ❤

  • @inesininahazwe2178
    @inesininahazwe2178 10 месяцев назад +1

    Madame Émeline uramfashije caaane,uhezagigwe

  • @ndayisabaadele2742
    @ndayisabaadele2742 9 месяцев назад

    Emelyne témoignage yawe irakomeye cane nukuri wamye wigwanako gushikaho na délivrance uyisabira ....IMANA nayo ico ndayikundira ntiheba uwayo .......upfa kuyegera gusa

  • @RahmaKhamissi-dh5ie
    @RahmaKhamissi-dh5ie Месяц назад

    Uhoraho arankomeye Amen Amen ❤❤❤❤❤

  • @ArianeYamuremye-jq5qn
    @ArianeYamuremye-jq5qn 10 месяцев назад

    Merci bcp kuri témoignage.vyukuri yuzuye ubwenge bw'Imana.Uhezagirwe cane n'umuryango wawe.

  • @godisgood316
    @godisgood316 Год назад +2

    Woooow madame Emelyne ndakunda ukuntu uciye bugufi ukavugana ubwenge nubwitonzi bwinshi.Mumutumire kenshi pls kuko jewe ama vidéos yiwe yose aramfasha

  • @yesunumwamiwabami643
    @yesunumwamiwabami643 8 месяцев назад

    nibwo mbonye iyi chaine ariko umunyamakuru ni mwiza ,akora ikiganiro neza Enelyne ufite ubuhamya bwiza usa na barumuna wanjye uko ubutanga nabonaga igitangaza mu muryango,Imana ibahe umugisha

  • @elysemanishimwe9732
    @elysemanishimwe9732 8 месяцев назад

    Merci pour le témoignage,c est très important

  • @CassiusNteziryayo
    @CassiusNteziryayo 7 месяцев назад

    Amenn yesu abahe umugisha cane❤❤❤

  • @fleurybubegwa1841
    @fleurybubegwa1841 Год назад +1

    Urukundo rw’IMANA rurengey ubwenge bwabantu. Urakoze kuntahe ikomey ushikirije Emelyne….

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 8 месяцев назад

    Madame Emelyne urakoze kunyigisha, iyi channel ndayimenye nteba nari narahomvye

  • @beatricenezerwa3809
    @beatricenezerwa3809 9 месяцев назад

    Wow Emelyne ndamwibuka kuri Lycée ...... elle était très calme et très civilisée vraiment

  • @NKUNZIMANAAlice
    @NKUNZIMANAAlice 10 месяцев назад

    Emelyne a.k.a Capelo la beauté de chez nous Ndiho akora neza ubandanye ukorera Imana

  • @vincent-jt1ty
    @vincent-jt1ty 8 месяцев назад

    Wow... God is really good and great. He is a loving Father . God bless you Emelyne

  • @elysemanishimwe9732
    @elysemanishimwe9732 8 месяцев назад

    Hamaa madame la directrice ou bien wow nkoresha ikiganiro umuntu yogu contactant gute abakeneye, merci

  • @gynka5374
    @gynka5374 10 месяцев назад

    Waouuuhhh !!! Amen amen !!! Urakoze cane kuriyo ntahe. Uhezagirwe n'umuryango wanyu.

  • @modesteniyonsaba4965
    @modesteniyonsaba4965 Год назад

    Imana ishimwe cane Emelyne. Wakoze ncuti kuri témoignage puissant!!!

  • @MrNibigirwe
    @MrNibigirwe Год назад +4

    Témoignage didactique en Christ. Intelligente et quelle grâce, quelle bonté, quelle humiliation !!! Bel reportage enrichissant en tout genres !!!Merci Éméline !!!

  • @charleneirakoze817
    @charleneirakoze817 10 месяцев назад

    Ikiganiro ciza 🎉🎉🎉Be blessed murakoze kuri temoignage yanyu Madame Emelyne ❤

  • @alinebaranyizigiye1193
    @alinebaranyizigiye1193 8 месяцев назад

    God is good
    Emelyne merci pour ton témoignage

  • @rozminmuzananyana7888
    @rozminmuzananyana7888 8 месяцев назад

    Murakoze cane kuri témoignage

  • @mbisavyimanapatchery333
    @mbisavyimanapatchery333 Год назад +1

    Amen Madame Emeryne lmana kumpere imigisha cane

  • @remyremesha727
    @remyremesha727 Год назад +2

    Ooohh Imana ni nziza kdi iriho mukugirira neza abo yaremye!!! Ndahezagiwe niyo ntahe 🙏🏼🙏🏼

  • @larissaishimwe2113
    @larissaishimwe2113 10 месяцев назад

    Merci bcp pour cette emission
    Ndafashijwe cane
    Nashaka mumfashe mumpe num ya Mme Emelyne mwoba mukoze

  • @belyse-bynenskaneza8561
    @belyse-bynenskaneza8561 9 месяцев назад

    Urakoze cane ku Ntahe♥️♥️🙏

  • @user.6793
    @user.6793 Год назад +2

    Wooow mbega amajambo y'ubwenge!!!! Merci bcp pr l'émission

  • @cocomumpe7688
    @cocomumpe7688 10 месяцев назад

    T’es la meilleure Meme. Babyita ubutwari!💪🏼🙏🏽🫶🏽💥❤️

  • @mariekamikazi9308
    @mariekamikazi9308 Год назад +2

    Iyontahe yawe Emelyne irimwo inyigisho nyishi cane Kandi lmana ishimwe ko yaguhaye agakiza urimwiza uvuga neza ndagukunze dada nawe nzoza nanje ndabahe intahe yanje very soon

  • @JeanClaudeNshimirimana1982
    @JeanClaudeNshimirimana1982 8 месяцев назад

    kunywa itabi si experience nfise ariko nikintu kinjemwo directement nciye ntahura igituma abarinywa bibakarira cane bashavuye il y a deux actions kandi zikomeye caaneee. gukwega akotsi(inspiration) kugasohora( expiration tres important pour se vider la tete de mauvaise idees ou la colere.

  • @victoirehagerimana6079
    @victoirehagerimana6079 8 месяцев назад

    ❤❤❤❤❤ ndafashijwe cane.. uzomitubqrize ko yasubiye gusaba imbabazi ya famille adoptive? Ari sage cane Imana ikomeze kumukoresha .

  • @nicolendabateze6307
    @nicolendabateze6307 Год назад

    Imana yacu ihabwe icubahiro kubwa Emelyne, ibandanye ibubakira. Muraba damu bubwitonzi muraryoshe kumviriza

  • @carinenkuzubwatsik.4331
    @carinenkuzubwatsik.4331 10 месяцев назад

    Yemwe Mme Emelyne ndagushimiye caaane uri igishingantahe Koko!! Knd urintwari cane uhezagirwe pe kurusha

  • @LaReineJojo
    @LaReineJojo 6 месяцев назад

    Emelyne ndagutoye Imana ninziza warakijijwe Yesu ashimwe ndondera yooo Emelyne ndakuzi ukiri kwa grand mere nanje nyibuka ndabe mfise abana bava iwanyu 😅

  • @ericmanirakiza932
    @ericmanirakiza932 Год назад +3

    Well said madam Emeryne thank you and be blessed

  • @AldaPatience
    @AldaPatience 10 месяцев назад +1

    What a powerful testimony!! To our Lord Jesus Christ be the glory.

  • @marialyncamuco2256
    @marialyncamuco2256 9 месяцев назад

    Mercii ku ntahe!

  • @luciemizero6954
    @luciemizero6954 Год назад

    Thank you Emeryne .temoignage yawe izofasha benshi cane.

  • @esperancendayishimiye6450
    @esperancendayishimiye6450 Год назад

    Yooo Mana weee!! Yesu akumpere umugisha kuri iyo ntahe.

  • @karirenelly4752
    @karirenelly4752 Год назад

    Waouh !!! Merci pour le témoignage !!L'Eternel est bon!!! Shaaa!!

  • @PlacideHabarugira
    @PlacideHabarugira Год назад +1

    Imana Idufashe caane, Ni Nziza cane.

  • @MasuPacifique-tl4xn
    @MasuPacifique-tl4xn Год назад

    Cousine wanje ,ndafashijwe kandi ndemeza ivyo wavuze ko arukuri, ufashije benshi uzubihererwe igitsibo mw'ijuru

  • @mutesievelyne1757
    @mutesievelyne1757 Год назад

    Hallelujah 🎉Imana ninziza ibihe vyose

  • @patiencebukuru3166
    @patiencebukuru3166 Год назад

    Emelyne, uri umukirisu mwiza peeee. Kandi iyi témoignage iza gukiza abantu benshi

  • @JeanClaudeNshimirimana1982
    @JeanClaudeNshimirimana1982 8 месяцев назад

    Izo mvugo abagabo turazimenyereye

  • @dancilladusabe5822
    @dancilladusabe5822 Год назад +1

    Intahe nziza cane

  • @mestelle3
    @mestelle3 10 месяцев назад

    Waouh. Glory to Jesus waouh

  • @pascalinensengumuremye4642
    @pascalinensengumuremye4642 Год назад

    Madam emelyne uramfashije cane , ndagusavye umfashe kunsengera kukintu cishavu nanje rimperemwo

  • @amandinekanyambo2237
    @amandinekanyambo2237 Год назад +1

    Intahe nziza cane, Sweden turabakurikira

  • @nmnteamdknn8405
    @nmnteamdknn8405 Год назад +1

    Wari umwana ku myaka 15. Imama ishimwe ko wayimenye... muri beza, muvuga neza mwitonze, intahe yawe ni nziza kubera abantu beshi ntibazi ko ishavu ari icaha ...

  • @espk4104
    @espk4104 10 месяцев назад

    Nivyo Emelyne avuze ukuri, imyuka mibi , karande zirabaho… ariko abantu bamwe bamwe ntibabizi, ntibamenya ingene basengera ababo 🤔🥲

  • @eduigenicishatse8549
    @eduigenicishatse8549 Год назад +1

    Blessed Indeed ❤❤❤

  • @christajoyndikumasabo4066
    @christajoyndikumasabo4066 Год назад +1

    Ndafashijwe👏

  • @claudinekamariza9221
    @claudinekamariza9221 Год назад +2

    Intahe ikomeye

  • @secondenizigiyimana8825
    @secondenizigiyimana8825 Год назад +1

    Ukomeze usigwe Ncuti!!!!

  • @Willa_ozos
    @Willa_ozos Год назад

    Well said Madame 👏

  • @JeanClaudeNshimirimana1982
    @JeanClaudeNshimirimana1982 8 месяцев назад

    umunsi wambere ariwo wanyuma inywa itabi hari hari muri 1995 niga muri 5 eme primaire kuri saint Michel. nanyoye supermach 3 naraborewe ndaraba.sinzibagira ico kintu,nunomusi sindasubira

  • @luciemizero6954
    @luciemizero6954 Год назад

    Turiko turafashwa cane.

  • @nyamugishagoreth8556
    @nyamugishagoreth8556 Год назад

    YESU ashimwe kubwanyu Emelyne..ndakuzi..hari vyinshi nibutse kabisa 😂😂

  • @EvelyneNkunzimana-c6h
    @EvelyneNkunzimana-c6h Год назад

    Ur'umwana wa Rukundo na Hermenance??Imana n 'umukozi w'umuhanga

  • @anaBugingo
    @anaBugingo Год назад +1

    Darlène ibiganiro vyaw vyubaka benshi❤

  • @MarieIrakoze-dd8kd
    @MarieIrakoze-dd8kd 10 месяцев назад

    Kandi muri beza cane

  • @ngendakumanalewis1472
    @ngendakumanalewis1472 Год назад

    Les jeunes murongore abakijijwe neza ndavug uwashitse k'umusaraba vy'ukuri kuko s'umugabo uwari wewese yokwihanganira ibi à moins que ushobozwa n'IMANA

  • @rozminmuzananyana7888
    @rozminmuzananyana7888 8 месяцев назад

    Wow❤❤❤

  • @anibaze
    @anibaze 10 месяцев назад

    Oh wow… douceur na wisdom out of this world. God bless you Emelyne for a beautiful testimony 🙏🏽🔥

  • @MINOUCHEMIREILLE
    @MINOUCHEMIREILLE 10 месяцев назад

    Please Murashobora Kuduha numero ya Emelyne muzoba mukoze ... 🙏🙏🙏

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 10 месяцев назад

    Gukubita abana n'umugenzo mubi cane kandi bisaba ko n'abavyeyi bafashwa n'aba psychologues kugira ntibasubire gukubita abana. Umugore canke umugabo barwana, abavyeyi canke abakuze bakubita abana baba bafise ikibazo co mu mutwe. Ari abo bavyeyi, ari wewe mwari mukeneye uwubafasha yize ivy'imigenzo n'inyifato.

  • @MarieIrakoze-dd8kd
    @MarieIrakoze-dd8kd 10 месяцев назад

    Turabashimiye cane mutatwigishije cane kandi muduhe aka number tuzobasabe impanuro

  • @huguetteimboneza4919
    @huguetteimboneza4919 Год назад

    God is good

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 Год назад

    Ntiturakwandikira kuko nturaduha numero yawe

  • @nyamoyamelchior4109
    @nyamoyamelchior4109 Год назад

    Ico gishingantahe kirubaka
    Muramutumira agaruke

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 8 месяцев назад

    😊😊

  • @pascalinensengumuremye4642
    @pascalinensengumuremye4642 Год назад

    Oooooh my God😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @mbisavyimanapatchery333
    @mbisavyimanapatchery333 Год назад

    intahe yawe ntibura abo isubira kubakira

  • @mestelle3
    @mestelle3 10 месяцев назад

    ❤❤❤

  • @niyondikochimene3568
    @niyondikochimene3568 Год назад

    ❤❤❤🙏🙏🙏

  • @alphonsinendayikengurukiye9005
    @alphonsinendayikengurukiye9005 Год назад +1

    Urakoze kuriyontahe mugabo haricowibagiye kwisi ntamuntu numwe yikuramwo abadayimoni intahe niziza mugabo hariho ukuri utavu 😅

    • @clovisntirubuza4202
      @clovisntirubuza4202 Год назад

      Kwibohora bibaho ni auto-delivrance..lntahe ni nziza ifasha benshi..Warufis abagenzi babi (abagenzi b'ikirori gusa /mauvaises compagni es)