Wow, Imana ishimwe ko ijya itanga second chances. This is such a moving and powerful testimony. We his sisters in faith pray he stays on that path and we believe that he who started a good work in him will surely accomplish it.
Ariko Mana uratangaje nta mwana wumuntu yari kubikora Yesu warakoze 🙌🏾Sis Joselyne nukuri urakoze kuza guhamiriza Imana .Ndize pe .Muzomutumire pls aze kubwira abandi ba jeunes boba babirimwo
Jocelyne wa zamani ndaryohewe kunva ikiganiro cawe kandi izo mpanuro utanze zose nukuri kandi uko nukuri kweli. Iyi si iratwigisha cane kandi nivyiza kubwiza ukuri kare nokubasengera.
Ndagira shime Imana kubwa Madame Joseline kubwineza y'Imana mubuzima bwiwe
Kandi ngirango mushimire imbere y'Isi yose , yangiriye neza mbabaye ee😢 ngoweee 😢nabuze ubufasha nari muri State of Maine, Imana izomunyiturire kuko niyo yitura neza, ikintu gitangaje nuko ataranzi , ariko mubyumve benedata narimumubabaro urenze gusobanura, gusa sinzomwibagirwa❤
Rimwe nanje nzobashingira inta kuri waruziko
Maman Pastor joseline imana iguhezagire kudusangiza ubukuru bw'imana
God bless you so much Madam Jocelyne.Wabaye open kuntahe n'inyigisho.Ndakuyemwo vyinshi
Imana ishimwe cane ku buzima bw'uwo mwana. Muze mumutuzanire nawe twumve version yiwe
Hallelujah hallelujah
Uhoraho urakomeye
Tunezeranywe nawe Mma Joseline
Kuvyo Imana yakoreye umuryango wawe.
Imana ni nziza kandi ishimwe kuba yaramufashije agasubira kumurongo mwiza
Elle est adorable cette maman. Abitera inkuru n'uryenya rwinshi. Imana yaragize neza kugukiriza umwana. Bless you 🙏🙏🙏
Hallelujah
Hallelujah
Hallelujah.
Nukuri ndafashijwe caneeeee.
Imana yacu ikora ibikomeye kandi n,inyuma ya Zeo Imana ikora.
Hallelujah
Oooh mbega umu maman mwiza nakunze kuva nkimumenya, ntanguye kwumviriza intahe ziwe. Warahise gose, intahe zaw ziteye igomwe, zikorako, zikora ku mutima, Imana ishimwe kuvy'Imana yakoze ku buzima bwiwe nubw'umuryango wiwe. Ntaho Imana itokura umuntu habi nomu maganya, niyo yo nyne ishoboye. Tr agréable mukungene uvuga ni nkuko usa nyne, mu kutuganiriza neza cane vyos atakurya umunwa, warampezagiye cane. Imana ibandanye igukayangana mu kubandanya ufasha benshi, mu gukira imitima yabo no mugufashwa kubw' ibitangaza Imana yagukoreye n'uruvyaro rwawe ❤👏🫂🙏
Murakoze @ sandyhav
Amenn iyo niyo Mana idatoranye ku butoni nihabwe icubahiro cayoooo 🙌🙌
Si intahe gusa ahubwo n' ubuzima bwa Yesu christu mu bantu biwe❤
Ndamwakiriye Yesu kandi Ndamwizeye. Imana Ibahezagire cane
Ndabakunda ntabazi. Mushinga intahe neza Imana ibakomeze caaane. Sindabazi ariko narabakunze cne. Naguye kuri témoignage yawe gutyo ariko nasanze iyi chaine ari umugisha. Abarundi twaratoranijwe caaane. Imana ni igitangaza
God bless u Joce👏🏽Uwababariwe vyinshi, azokunda cane. Là où le péché a abondé, la grâce a surabondé.
Imana iguhe umugisha mama joselyne,iraduhezagiye,Iyo Mana izokora ibikomeye kubavyeyi benshi bategereje igitangaza
Wow, Imana ishimwe ko ijya itanga second chances. This is such a moving and powerful testimony. We his sisters in faith pray he stays on that path and we believe that he who started a good work in him will surely accomplish it.
Amen amen
Mudusengere Natwe bimeze nkivyo Uyo mwana yaciyemwo
Ego tuzobasengera kandi turiteze kw’Imana izomukiza @breedebora
Yesu ni Muzima mwenedata irakuzi kandi iragukunda
Komerezaho izonyigisho ninziza can
Amen,Amen Amen, Imana yacu ishobora byose nta kiyintaniye🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻
God bless my childhood sister Jocelyne 🙌❤️Uhoraho agume agusiga kandi agukoresha ivyubuhizi Mwiza 🙏
Amen Imana ni nziza
Amen amen Yezu agiraneza
Abarundikazi nibeza cyane 🥰🥰🥰
Wow. This is powerful.. God bless you and your son. Dada merciiii 🙏🏾
Amen@ninanzeyimana
Imana ibahezagire murivyose muvuzukuri
Imana n'inyuma ya zero irakora. Izi ntahe zanyu zizozura benshi abarundi n'abanyamahanga
Imana igira neza kandi ntacidashoboye. Biraryoshe Imana yaragufyinishije.
Ndagukunze Mubyeyi Imana iguhe umugisha 🥰
Madame Joseline uretse ko uri mwiza useka neza vraiement Imana iguhezagire
God bless you guhamiriza imirimo y'Imana 🙏🏾 Yesu n'umunyembabazi🙏🏾
Imana ni nziza ibihe vyose
Ooh Iman'ishimwe cane ntakure Imana itokura umuntu
Ndasavye muze mu mutumure muri Warubizi woah🎉🎉 merci
Ego cane @ kennyinesinamahoro
@@irakozedarlene7743Murakoze cane ku ntahe nziza izodufasha turi benshi cane.
Yesu yarakoze gukora ivyubuhizi muruyo muryango
Ariko Mana uratangaje nta mwana wumuntu yari kubikora Yesu warakoze 🙌🏾Sis Joselyne nukuri urakoze kuza guhamiriza Imana .Ndize pe .Muzomutumire pls aze kubwira abandi ba jeunes boba babirimwo
Imana irahambaye cane nukuri
Oooh Jocelyne ncuti yanje turitiranwa, twariganye ku Université Lumière de Bujumbura . Nari ngukuuumbuye
Yesu agira neza Jo❤
N'ijuru azoriduha peeeee
Imana imuhe umugisha kd ikomeze imukoreshe kd twungutse ubwenge bless you
Ameeen ameeen 🙏🏻🙏🏻thank you so much for your testimony ❤
Ikiganiro kinshimishije kandi nezerewe ku bwa aba babyeyi❤
Imana ishimwe cyane ko yakijije umwana wa Jocelyne. Icyampa kuganira nawe.
Powerful message.Be blessed women of God
Wow Imana irahindura amateka nukuri! Shimwa mana ❤
Imana ishimwe nashaka kubashimira ibiganiro vyanyu biradufasha mumpande zose imana ibagirire neza
Urakoze cane @mucoalice
Murampezagiye kabisa ❤Madame Joselyne I just love you❤Imana yagukunze akaramata
Dada uzotuzanire uwomusore Imana yahinduye
Imana ni karuhura, Ishimwe ko yakuruhuye, ikazura uwo mwana. Reka natwe dukomeze kuyizera.
Inkoni ntirera umwana madame. Inkoni izana ubwoba gutinya mugabo umwana ntaba yabiretse kubera ubwoba. Ashitse aho utabona akabikora. Muri amerika abevyeyi ba bazungu barazi ko kizira gukoresha inkoni bakoresha umwumvikano ndetse ibihano bijanye no gushira umwana face à ses responsabilités. Umwana arazi ko akoze ikosa aza kubura sa récompense. Ikindi barakoresha kugaanira cane. Abavyeyi bavuye muri afrika birabagora kuko batazi kuyaga n'abana. Niyo challenge abavyeyi biwacu bafise. Ikindi abazungu bavyara bamaze kwitegura kubujanye n'uburyo ariko abiwacu tuza dukuze hama tugafatikanya❤no guca amahera kugira ubeho neza no kurera abana. Murazi ko abiwacu baba bafise pression yoguteterwa mugihe wokena. Urumva abavyeyi baca batwarwa no kurondera amahera
Haleluaaaaaa
Ndanezereeewe
Wari umwigeme mwiiiiza uceye ubweeenge
N'ubu t'es restee la même
Uretse ko birenze kuko wamenye christo
JO i love you❤
Mukinyarwanda bavugako "uwiba agetse aba abwiriza uwo mumugongo
Imana ishimwe kubw'uwo mwana
Bimpaye inkomezi
Kandi ukomeze uhezagirwe
Good job my sister.
Wao!Very interesting
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢iyintahe irandijije nukuri iconyereka uwomwana😢😢😢😢😢😢nukuri Imana ntiheba abayo
Wagize neza l’invite Jose nda mukunda trop Imana iguhe umugisha 💋❤️
Ndabakunze pe lmana ibagure muri speech zanyu zirubaka.
Nejejwe nuko umwana wawe yahindutse nukuri Imana ishimwe cyane gewe ndabyumva cyane pe gusa nange nsabye inkunga yamasengesho pe mfite umwana nange ameze nkuwo wawe kuburyo nageze kurwego rwokwifuza ko Imana yamutwara gusa nabyo sinabibona nimfura yange agahinda karanyishe ngeza ho nange nifuza gupfa ndabibura nkubu tugira mahoro aruko afunze nukuri nkababyeyi mumfashe kunsengera pe🙏
Mpore kandi Komera muvyeyi, komezagusenga cane nawe uzishurwa kuko Irishura ni Nteturuye!
Si muri America gusa niburayi niko bimeze biteye ubwoba
😭😭😭😭😭😭😭😭 Mana ugira neza! Sinabona uko mbivuga!
Umudam mwiza atwenga neza 😘😘
Wow God is good
Amen nukuri ndafashijwe ... Nkumupfasoni haribyo nkora bikojeje isoni
Dada ndagukurikirana from belgium ariko nka suggestions ntakuntu nkizontahe zojako nkama écrits yicongereza cank francais nukuri haraho nifuza kuzipartagea nkumuntu atumva ikirundi nkababara zirubaka cane kandi courage abamaze gushingintahe bose barahezagiwe nizubaka gusa❤
Ohhh my God! Second chance rwose. Imana ishimwe
Umengo ni film.babikinye nka film vyofasha benshi nukuri.murakoze jewe ndize cane
That's a great idea tho 🙌🏾
Dieu tu es grand 🙌🙌🥹🥹
Muri abarundikazi, nimugerageze muvuge ikirundi. Uburere ni ikiyarwanda. Mukirundi ni indero
Merci pour l interview! Mon frère ari pareil. Q Dieu nous aide
Imana nokumunota wanyuma Irakora mwizina rya Yesu kandi Imana Imubohore
Ntamuntu ahindura uwundi
Urakoze cane madame Jecelyne, Imana ikomeze kukugirira neza mwana wiwacu i Gitega. We love youuu
Murakoze cane kubuhamya bukomeye Imana ishimwe yasohoye uyo mwana gusa turabingize muzomutuzanire atwihere ubuhamya🙏
Yabohoye
❤❤❤Tjrs belle
God is good
God is good.🙏
Biragoye kuba single mother here in America especially ufite abana babahungu in that age 13 and up. Ibyuvuga nukuri mbibona buri munsi
None link irihe?
Musi ya description irahari
Nitwa Bosco muburundi cibitoke
Urwaruka 🙃
Amen
Hezagigwa muvyeyi
Tirasavye telefone ya Mme Jocelyne🙏🙏🙏
Satani yaramwivye uwo mwana! Hashimwe Yesu yatsinze satani
Jésus est bon
Jocelyne wa zamani ndaryohewe kunva ikiganiro cawe kandi izo mpanuro utanze zose nukuri kandi uko nukuri kweli. Iyi si iratwigisha cane kandi nivyiza kubwiza ukuri kare nokubasengera.
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
🙏
Burya Imana yaraka wewe muvyeyi harya niwe wamutebeje murivyobintu Imana yashaka uyirondere umaze kubonako inkomezi zawe nivyufise bidahagije Imanayashaka bikuruhishe hama Umenyeko Imana ariyo ifs inkomezi😢😢😂😂 Mana warwko nukuri
Ooh sorry Imana yashaka wewe
Mana we muvyeyi urintwari Imana yaragutabaye hinge ndanginze ikiginaro numve nyimba umwana yarakize😢😢😢😢 Manaweee ewe satani urimubi😢😢😢
❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮♥️
❤❤❤❤❤❤
Ouuuuaaaahhh
Be bLeSSED guYz😊😊😊
Ayo majwi yanyu ko mwese muba musaraye munywa ibiki
HATEYE UMUDAIMONI AKOMEYE CANE MUBANA BIKI GIHE. NAHO WOBA UMU PAPA NTACO WOVUGA NGO BUMWE. BITWAZA AMATEGEKO NGO ABAKINGIRA.
ewe mupfasoni , umengo nijewe koko , nanje vyambereye uko wamuntuwe! jewe ubu yiryamiye mugasho. agahinda niko kanyishe kiwe
Mpore maaa...Imana Ikugirire neza
Yooooo 😢😢😢😢😢😢Manawee tabaza Ndiho azonikora
Impore muvyeyi…. Ariko Imana Ica inzira aho zidashoboka… Isaha yayo izogera igutabare.. abavyeyi dufise ibanga rikomeye…
Mpore muvyeyi, hang'amaso Imana nuwawe siwe atohinduka nigihe kitaragera. Ja kumavi ntawayitakambiye ngwimwihoze mama.
Imana iguhe inkomezi
Amahoro y"lmana abane namwe.lmana yarakoze ibikomeye kubona yakurobeye umwana yaragiye gupfa.Imana ninziza ibihe byose muvukanyi.
Abarundikazi nibeza cyane 🥰🥰🥰
Trooooop ❤
Amen
Abarundikazi nibeza cyane 🥰🥰🥰
Vyizacane
English translation yiyi phrase iratwengeje hewe!!😂😂😂
Uratangaje: iyo umutwe utarimwoza ubabaye cg urwaye