To the Pam Channel Tv team, a big Thank you mwarakoze kuntumira no kumpa platform to share my testimony, muhezagirwe. Thank you so much to everyone who watched. God bless you 🙏🏽
Abusive relationship iranunuza ubuzima, divorce si icaha surtout iyo uba warafashe umwanya ukwiye wo kugerageza. Témoignage yawe inyibukije dépression nagize ngira jeûne de 40jours nsaba Imana gupfa ng mpfird rimwe n'a mes 4 enfants d façon k ata n'umwe a constata k uwundi yapfuye. Tout ça kubera abus verbal. Today, 10years later ndashima Imana ko namenye ico gukora, ubu am proud of my decision
Vs êtes une belle femme qui s'est mariée très jeune. Vs avez eu aussi l'effet hormonal. Vs avez croisé aussi un homme qui ne connaissait pas le fonctionnement du foyer. Il n'a pas été à votre écoute...c'est dommage..si vs étiez célibataire, je vous prendrais avec vos trois enfants. Lucky the man who got you now and sharing life with you. All the best ❤❤❤❤
Warakoze gushirimbere ineza y'abana muvyeyi Yesu azobiguhezagirire.personnelement narabaye muri famille iri divorcée nkumwana vyarankomerekeje mvugwa na Kristo Yesu.Imana igukomez murundi rugendo
Waaooouuh Fara uri umuhizikazi can ubu uri mu Burundi ? 😭😭Benshi bararuha bakisamburirako mu kugnda baravuga vyos aho bagez bakanaruhisha abavyeyi mu kubabwira ibitagenda mercii pour le témoignage
Words can not describe how proud I am of my girl to share her life journey so no one else can go through these atrocities of physical and mental abuse that woman have to go through just to please our surroundings or being afraid of getting out of it. I love you my Fara Chou
Très très bonne leçon de la vie. Vous êtes une bonne , brave et courageuse femme avec un espace de résilience rare, et assez redoutable!. Que le Bon Dieu, continue toujours à être de votre côté et vous bénisse fortement!!!. Aimez-vous profondément et cela ouvrira tjrs la porte à un second amour!!!. Dieu est amour !!!.
Vous êtes une brave femme ,en tout cas Allah yarabaye hagufi aragufasha kurengera ingorane zitari zorose. Ndanezerejwe ni ingéré wifashe mu rugo kandi hari amahwa. Ubandanye kugirirwa neza. Surtout umunezero utagabanije ncuti. Hama les dames tuvuge ibitugoye kuko ni inzira yo gukira ibikolere.
Chère Françoise, félicitation et grand merci pour ce partage de votre histoire de vie. Bizofasha benshi, nagira nkubarire ko benshi bagenda baragwaye mu mutwe kuber'ingo. Ariko ntibihebure, haracariho chance yindi. Imana Iracari kungoma.Mpore mpore kibondo.Imana yaraguhojeje kandi Irazi umugabane wawe
So amazing what a great testimony thank you Francoise it will strengthen many of us God bless you and continue to keep your family good job you ve done dear
Juste dire un grand merci kuri iyi témoignage c'est très courageux de ta part 🥰🥰Imana ntiyigera imaramaza uwayizeye baho uryohewe ubuzima bwawe bwose 😘😘🥰
🥰🥰 nukuri uri tres courageuse wavyitwayemwo neza... intahe yaw irakomey e surtout ko wakomej kwizere Imana malgré ivyo uriko uracamwo. Mercii Mme Francoise et mercii aussi kuri @pam channel TV
@Soso..ndagutahura caaane...amajambo nasanze agenda yica umuntu buke buke...kandi muri Société yacu biragoye kuvuga abus verbal kuko babifata nkaho atari ikintu gikomeye cane, alors que gifise ingaruka nyinshi ku muntu azikorerwa: gusanga warashishwe utazi nigituma, ugatangura no kugwara nka maux de tête canke kuvyibuha, kubura itiro,....kandi ntumenya ko biterwa nuko umutima wawe n' ubwonko bwawe bitamerewe neza kuko bigaburirwa amajambo mabi= le négatif est synonyme de ténèbres et le négatif tue à petit feu. Nkwifurije bon courage mu rugendo rwawe... Nuko ntazi ukuntu vyogenda ariko jewe nogutega amatwi ukavuga kuko biraruhura. Aussi, des fois biroroha kubwira umuntu atakuzi ariko agutahura kandi agutega amatwi dans la douceur.
To the Pam Channel Tv team, a big Thank you mwarakoze kuntumira no kumpa platform to share my testimony, muhezagirwe. Thank you so much to everyone who watched. God bless you 🙏🏽
Abusive relationship iranunuza ubuzima, divorce si icaha surtout iyo uba warafashe umwanya ukwiye wo kugerageza. Témoignage yawe inyibukije dépression nagize ngira jeûne de 40jours nsaba Imana gupfa ng mpfird rimwe n'a mes 4 enfants d façon k ata n'umwe a constata k uwundi yapfuye. Tout ça kubera abus verbal. Today, 10years later ndashima Imana ko namenye ico gukora, ubu am proud of my decision
AbaKristo benshi bakubwira ngo Imana iranka divorce yes I agree nanje ndayanka, ariko Imana ntiyanka umu divorcé
@@alisonkay6940 am glad you are alive and your family.🫂💕
Thx u fara for sharing ur testimony
Thank you for sharing this🙏🙏ur'umuhizikazi
Vs êtes une belle femme qui s'est mariée très jeune. Vs avez eu aussi l'effet hormonal. Vs avez croisé aussi un homme qui ne connaissait pas le fonctionnement du foyer. Il n'a pas été à votre écoute...c'est dommage..si vs étiez célibataire, je vous prendrais avec vos trois enfants. Lucky the man who got you now and sharing life with you. All the best ❤❤❤❤
Warakoze gushirimbere ineza y'abana muvyeyi Yesu azobiguhezagirire.personnelement narabaye muri famille iri divorcée nkumwana vyarankomerekeje mvugwa na Kristo Yesu.Imana igukomez murundi rugendo
Abarundikazi ndabakunda rwose mugira ukuri sister so sorry for what you went through but I thank God kuba none umez neza Kandi wishimye
Cette dame est forte, courage à elle et bonne continuation!
Intahe ikomeye cane , Imana ibishimirwe kuba yarashoboye gukira akabandanya ubuzima.
Merci bcp, nanj ubu niho nemeza ko umuntu adakwiye kwihutira caane gukora marriage numuntu mutagendanye,ngumenye imico yiwe neza. Birababaza cane kandi bitanga igikomere kinini
Yoooo fara wanje mpole mwiza.burya si iragoye vrma.umukobw yihangan niw ahura nibigeragezo nukuri.Imana ishimwe yakurinze.
Uri mwiza ga mana!!!💕💕💕💕
nakunze ingene atondeka amajambo kandi nta ndenzarugero ashiramwo aratuje, avuga nk'umuntu yakize, it's great testimony and hepful. Imana ikomeze kumuhezagira.
God blesse you! hari amakuru ! jewe ivyo vyambayeho tutaronka aho tubivugira sha , ayo mabwa nanje yambayeho , akamaramaza , murantumira kukayi , nanje ndabayagire , nakamaramaza , komera muvye , jewe ndashaje , kandi vyambayeho ndimuto nkawe , ntitwagira aho tubivugira , abakobwa nabahungu barongora , babanze basenge , bamenyane , ntamaraha ari muri mariage iyo Atari Imana Yabafatanije , nfise amakuru basha !
Muraho neza Mme Yvonne.Mwotwandikira numero yanyu kuri whatsapp +257 76 284 000 canke kuri email: pamchanneltvburundi@gmail.com , murakoze!
Akantu ka "ntacumaze "karababaza CN mbere gose.bravo kuba warashoboy kubisohokamwo Imana wizey yarakoz kuguha kuba uramahoro Ubu.
Intah nziz can.ntah Imana idakur umuntu .wakoz kwiy ntah sibesh bashobor kubivug ark ndaz kukijij imitim yabensh.Iman izogum yitwa Iman ninyum yakarabaye.urug ruhire ncuti.
Waaooouuh Fara uri umuhizikazi can ubu uri mu Burundi ? 😭😭Benshi bararuha bakisamburirako mu kugnda baravuga vyos aho bagez bakanaruhisha abavyeyi mu kubabwira ibitagenda mercii pour le témoignage
Words can not describe how proud I am of my girl to share her life journey so no one else can go through these atrocities of physical and mental abuse that woman have to go through just to please our surroundings or being afraid of getting out of it. I love you my Fara Chou
Madame Françoise ndahimbawe na témoignage yanyu mwavyitwayemwo neza waganyiye Imana yunva kandi ishoboye gutora solution yibibazo ,ndakwipfurije cane gose kuzokwama ugira ibanga Imana wame uyigira umugenzi ntizigera ikwandagaza
Chère soeur madame Françoise wabanye n'Imana warahezagiwe caaane turakengurutse ingene wavyitwayemwo Imana ninyembabazi yaraguhojeje umubabaro wagize nihabwe icubahiro
Binyibukije story yanje. Jewe bagels aho ngira divorce ntaranabibwira maman. Ma marraine yagiye guhamagara murugo abwirwa numugabo ko Nagiye. Ariko nanje natabawe nuko natanguye therapy nkiri muri izo ngorane. Nagiye kwimuka naramaze kwiyubaka. Ariko community yabarundi niyo yagiye kunkomeretsa nyuma. Kibera Imana na Therapy nashoboye kubandanya ubuzima. Consequence nagiye kugira info relation ntivyokunda caaane ariko Imana yarafashije turaronka nikibindo. Aba dame turashoboye.
Waouh nanyuma ya ntakundi IMANA iba ihari .merci Madame Françoise courage
Ça me touche vraiment,Merciii Madame Françoise
Merci beaucoup Francoise gutanga iyi temoignage.
Ma petite cousine chérie we love soooo much
Waouh une femme forte turakeney abagore b intwari nkaba muri société
La dame afise témoignage nziza uko yasubiye kwiyubaka malgré ivyo yaciyemwo. Ntakwihutira muri mariage kubera ivyamaso atwereka tubanze dukure dukwire.
Mwakoze cane kutubwira ingene mwihanganye mais au juste nigiki cagukomerekeje murugo kugeza umere ukwoo!! Intahe yawe yaciye hejuru!! Kugira utwigishe nezaaburasabwa ko udomako urutoki kukintu cabayeeee
Merci pr le témoignage Imana iducisha mubikomeye kugira tuzokomeze abandi nogukiza abandi Imana ibandanye iguhezagir gusangisa abandi ibibubaka numugisha.Thx Team kukayi ibiganiro vyanyu buradufasha cane ♥️
Urakoze cyane kukiganiro cyuzuye ubwenge kndi ikinejeje nuko witaye kubana ni encouragea kbs lmana yagize neza kuguha 2eme chance yumunezero
♥️♥️ uranyuguruye amaso muri vyinshi. Uhezagirwe cane wth ur family. Imana dusenga n'Imana yumva kdi yishura.
Iyi. Ntahe irankozeko knd inyibukije ibintu vyinshi k j traverse dans ma vie
Merci pour ce témoignage iratoucha ubuzima Imana ibandanye kugutwenza
Je dis un grand merci pour Françoise et toutes mes félicitations ufashije benshi
Uwompa nkamenyana nuyu mudamu,that,s my story one day will give you my one.
Imana n Inziza pe.
Merci pour ce témoignage 🙏🙏Uwizeye IMANA ntiyigera amaramara
N umukozi w umuhanga YESU arakora🙌🙌
😪😪yooo mukam wanj urazi gtabara abaw nukur Iman yarakurinz kutiyishe nuko yar kugiftiy uyund mugambi🙏mrci kur temoignag nijew ndiz kuvy wavuz vyose warabay une femm forte pe
Très très bonne leçon de la vie. Vous êtes une bonne , brave et courageuse femme avec un espace de résilience rare, et assez redoutable!. Que le Bon Dieu, continue toujours à être de votre côté et vous bénisse fortement!!!. Aimez-vous profondément et cela ouvrira tjrs la porte à un second amour!!!. Dieu est amour !!!.
Madame Françoise merci beaucoup nubwo bigoye ariko uri courageuse cane kndi biradufashije canee
Warabaye umuhizi ntibiba vyoroshe, merci pour le temoignage
Intahe nziza caaane. Girumugisha Fafq
Merci kukiganiro surtout ko yatwibukije kuguma imber y Imana no kurondera umwizigirwa wobwira ingorane zo mu rugo naho ubu bigoye
Courage maman imana yaguhaye ubwenge nu ubushishozi
Intahe yumutse kandi iruhishije,iyi émission ndayimaze mumutima wanj hameze nkuko ndiko ndaraba intambara ya Ukraine.yesu niwe akomeza ibikomere vyabakomeretse,burya ibikomere biri hose meme hariho nababa bakiri muri relation amoureuse bagakomerekerayo.rero no mwico gihe biragoye kuja kubaka kuko uba warakubaguwe ukiri mubukumi bwawe.
Urakoze cyane kndi Imana yarakoze kukubohora.Intahe yawe iranyubatse.tugendana depression zuburyo bwinshi ariko birakwiye ko tuvuga ngo dukire ❤️
Oooooh thanks alot testimony yawe iranryoheye bcq Imana ihindura amateka hezagirwa
Ko ngukunze ariko😍 la façon dont tu raconte ton histoire n'Imana ubundi birababaje😭Uhoraho yakugiriy neza aragahezagirwa
Merci bcp kur témoignage Imana ikomez kuhezagira famille
🥺ur'intwari koko 👌,intahe ikomeye cane 😭😍...Imana yarahabaye koko 🙏 Uhezagirwe Mme Françoise 🫂
Très très touchante chère Françoise. IMANA yarakoze kuguhoza nukukugabira urundi rugo rwiza
Intahe nziza cane 👌irafasha benshi, Imana ibandanye ihezagira Mme Françoise.
Ukuri gukwiye,muvyo umuntu acamwo vyose nugushira Imana imbere,niyo ihindura ibihe,merci kuntahe 🙏🙏
Merci beaucoup Madame Françoise intahe yawe irandyoheye caane urafashije abantu benshi bashoboye kuraba akaka vidéo cane
Nukuri temoignage yawe iramfashije urumupfasoni nukuri keep going my dear sst
Yoooo Faraaaaa😭Imana ikomeze kukugirira nezaaaaa...kd shahu uracakunda agasuko karyamye...hhh ico ukoze tu m'encourages cane mr6!
Vous êtes une brave femme ,en tout cas Allah yarabaye hagufi aragufasha kurengera ingorane zitari zorose. Ndanezerejwe ni ingéré wifashe mu rugo kandi hari amahwa. Ubandanye kugirirwa neza. Surtout umunezero utagabanije ncuti. Hama les dames tuvuge ibitugoye kuko ni inzira yo gukira ibikolere.
iyi témoignage ya francçoise iraryoshe pe .kandi courage 🙏🏾🙏🏾👌🏿
pam bandanya..umwanya ntiwawutaye ukora ibiganiro niryoshe cane..bitanga impanuro nzizaa... merci Mme pour ce témoignage...
MERCIII de tout mon coeur
Tres fiere de Françoise!
Ton histoire ma bcp touche.
Soit tjrs benie
😭😭nukubona abantu bagenda, Imana Ishimwe yakurinze♥️🙏
Wakoze Pamella kukiganiro ciza cigisha.Ubandnaye uterimbere.Merci beaucoup Mme Françoise kuri témoignage yanyu
Sha wamye urintwari mwiza.nibutse kowamy Ur responsable nomwishur tu étais délégué
Ni intahe ikomeye cane... Imana ibandanye igutwenza
Imana ishimwe ikora ibirenze ivy abntu bibaza
Entouca elle a été trop forte....Imana ishimwe ko yamubaye Hafi mubihe bitoroshe 🙏🙏🙏
Murakoze cane!!! Ntakwiruka. Tuzotekana mwitabe imanza z'abantu buzuye kandi bagiye gutanga ikintu kizima.
Merci beaucoup pour le témoignage
Mrciii pour ce temoignage Md Francoise 😘que Dieu vous benisse et continue a protege ta famille
Powerful story. Umutumire yakoze kuguruka akavuga her story ndazi bizofasha benshi
Mrci pour les conseils françoise
Chère Françoise, félicitation et grand merci pour ce partage de votre histoire de vie. Bizofasha benshi, nagira nkubarire ko benshi bagenda baragwaye mu mutwe kuber'ingo. Ariko ntibihebure, haracariho chance yindi. Imana Iracari kungoma.Mpore mpore kibondo.Imana yaraguhojeje kandi Irazi umugabane wawe
Merci Françoise uraduhanuye cane twebw abakiri inkumi ooooh thank you
kandi n'umugore wahukana n'umugabo we agashyingirwa undi, aba asambanye."
(Mariko 10:12)
Woow merci bcp pour l'émission😍❤
Mana abarongowe de cette époque nivyo twiyumvira,kuva muri circulation nogutera iteka abavyeyi na stabilité
Tu as été une mère brave Françoise👏.j'adore les mères qui pensent aux enfants avant tous.Yesu yategerezwa kukugirir neza.
Très bon témoignage, Gloire à Dieu
Temoignage nziza caane! Imana iguhezagire esperons que ça va encourager celles qui subissent encore les violences conjuguales à oser dire NON! ASSEZ!
Ndakuyambiriye caaane Françoise tu es magnifique Imana ihabwe icubahiro. Uwizeye Imana ntanakimwe aba. Tu es inspirante
So amazing what a great testimony thank you Francoise it will strengthen many of us God bless you and continue to keep your family good job you ve done dear
Words are useless, just few: Thank you, God bless you and your family!
Merci beaucoup pour ce témoignage 😭😭je suis vraiment touchée. Vs êtes béni🙏
Merci pour ton témoignage 🙏vous avez été courageuse 😍
merci kuri témoignage yawe Imana ni nziza ibihe vyose🤗🤗
Juste dire un grand merci kuri iyi témoignage c'est très courageux de ta part 🥰🥰Imana ntiyigera imaramaza uwayizeye baho uryohewe ubuzima bwawe bwose 😘😘🥰
Thank y madame francoise kumpnuro yaw nigishngntah cne nukuri ndarize😭
🥰🥰 nukuri uri tres courageuse wavyitwayemwo neza... intahe yaw irakomey e surtout ko wakomej kwizere Imana malgré ivyo uriko uracamwo. Mercii Mme Francoise et mercii aussi kuri @pam channel TV
merci beaucoup Sandrine IRAKOZE de nous suivre umva nawe turakwishimiye kuba ukurikirana KUKAYI kuri Pam channel TV chaque vendredi 18h
Merci Mme pour le témoignage kko hari abo biremesha tukabonako tutari twenyene.les violences verbales nimba cane, ndazibayemo pendant 10ans!ni mbi kko nturonka naho uhera ngo uvuge ivyo ubayemo niyo bishitse ukabivuga ntawugutahura!!nanje j'espère ko un jr nzoronka uwunyumviriza nkabasha gukira ibikomere mbana navyo
Mpore mpore muvyeyi, vous n’êtes pas seule kandi ndagutahura cane. Imana izogukiza kandi iragukunda. Ntiwihebure🫂💕
Très beau témoignage merci Madame Françoise yesu agukomeze uzobe umugisha wamahanga ndagukunze❤️
@Soso..ndagutahura caaane...amajambo nasanze agenda yica umuntu buke buke...kandi muri Société yacu biragoye kuvuga abus verbal kuko babifata nkaho atari ikintu gikomeye cane, alors que gifise ingaruka nyinshi ku muntu azikorerwa: gusanga warashishwe utazi nigituma, ugatangura no kugwara nka maux de tête canke kuvyibuha, kubura itiro,....kandi ntumenya ko biterwa nuko umutima wawe n' ubwonko bwawe bitamerewe neza kuko bigaburirwa amajambo mabi= le négatif est synonyme de ténèbres et le négatif tue à petit feu.
Nkwifurije bon courage mu rugendo rwawe...
Nuko ntazi ukuntu vyogenda ariko jewe nogutega amatwi ukavuga kuko biraruhura. Aussi, des fois biroroha kubwira umuntu atakuzi ariko agutahura kandi agutega amatwi dans la douceur.
@@nikkinikki3896 ivyo uvuze niko biri kabisa, wisangana des comportements bizarres nibindi vyinshi.
@@sosomh5430 nivyo...canke haraho usanga warahindutse ariko atavyo ubona, ukabibwigwa n' abandi...ugasanga usigaye ugira nk' ishavu ku kantu kato, ugasanga nta patiente nyinshi ugifise....nutuntu twinshi umuntu atabona ariko usanga asigaye yarahindutse ukuntu...
Niyaba atawe ufise woganirira, uzohore ufata basi i cahier wandike ukuntu wumva umerewe, ubisohore muri wewe kuko kuvyigumizamwo naho usanga atari vyiza, ahubwo vyonona umuntu...
Imana ikuje imbere, ikubere umuhoza mu bikugora vyose kandi iragukunda , ikwifuriza ivyiza.
Ndagushira ds mes prières🙏
Merci pour ce témoignage,tjrs souriante kuva kera et tjrs belle 🙏
Yoooh fara temoignage yanyu irankozeko
Wooooww Iyi temoignage ndayikunze cyane❤love from Rwanda 🇷🇼
merci nikeza Alice de nous suivre a partir du rwanda hama uzohore uza dusangire akayi chaque vendredi a 18h kuri pam channel TV
@@pamchanneltv1502 vraiment ninzajya mbona umwanya nzajya mbakurikira cyane
Awwwwnnnnn🥺🥺🥺🥺😭😭❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ IMANA Imuhezagire🙏🏾
oooooh mon Dieu 😚😚😚Imana ni nziza Mme vraiment tu es forte
kumbe abantu bahoz nihatali
kuvuga nivyiza.courage KANDIMANA ISHIMWE.ariko nabandi bavyunveko kwigumizamwo ibintu atarivyiza
Urakoze cyane Fara! You are so beautiful and your heart for God is priceless bzu bzu
Merci pour temoignage, Imana igume igucir'inzira
Très instructif! Merci bcp pr le témoignage!
Mpore maman ! Aha twarumiwe ma soeur !!
Pamela mukora neza
Merciiii Francoise
Imana ihabwe icubahiro yarahabaye 🥰🙏
Imana ishimwe caaaane ko yarokoye umusavyi wayo mumahoro,ikamusubiza akanyamuneza,merci pour ce témoignage mme Françoise,merci KUKAYI muhezagirwe cane❣️❣️❣️
une très bonne émission constructive.merci