Intahe ya Francine uko yakize Cancer yo muri intestin/Bankorera chimiothérapie 12 narababaye cane😭

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 фев 2025
  • #BurundiGospelTV_+25776804118
    Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, Répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, Twandikire kuri Email: burundiangospeltv1@gmail.com canke kuri Whatsapp #+25776804118

Комментарии • 347

  • @gorettiuwamariya132
    @gorettiuwamariya132 8 месяцев назад +5

    Uzi gushima neza Imana wa mubyeyi we
    Yezu ni inshuti yawe pe
    Yezu aratabara muvandimwe
    Uzi kuvuga neza témoignage
    Sois bénie

  • @AlineMunezero-b8z
    @AlineMunezero-b8z 9 месяцев назад +12

    Icubahiro Ni Cawe Mana ubereye amashimwe😢 Mwisii no Mwijuru Mana uri Imana yo Kwizegwa Uri Mana y' Ubuntu Urimana Y' Imbabaziiii

  • @Elvvicky
    @Elvvicky 8 месяцев назад +3

    Oooh umukama aguhezagire kubwiyo ntahe yanyu ,iranyubatse ,our lord is so faithful

  • @deniserwobahirya7573
    @deniserwobahirya7573 8 месяцев назад +1

    Ndashimye iyo ntahe yawe mwana w,imana iranfashije cane.kandi uri authentique. Love you ❤❤

  • @ezechielndikuryayo684
    @ezechielndikuryayo684 9 месяцев назад +5

    Yesu araryoshe gusumvya ubuki bw,inzuki Murakoze kubw, intahe nziza caaane ❤❤❤

  • @ritaoderakavugwa5398
    @ritaoderakavugwa5398 9 месяцев назад +4

    Hallelujah ✨✨✨ Maman Francine, Uhoraho akomeze kukwiyereka, ubeho ubona ukugira neza kw'Imana. Turagukunda canee♥️♥️♥️

  • @ParfaiteGapfasoni
    @ParfaiteGapfasoni 8 месяцев назад +3

    Intahe Intahe Intahe!!!!!!
    Yesu agira neza kandi la stabilité dans le Seigneur et dans l'église est ton premier et grand temoignage.
    Imana yarashoboye kuku localisant pour te secourir!!!!!!!!
    Ndifuza kukuvugisha

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  8 месяцев назад +2

      🥰🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️❤️

  • @nadegen.7850
    @nadegen.7850 8 месяцев назад +3

    Umuntu w' Imana ntapfa gupfa, apfa igihe c' Imana kigeze.
    Izina ry' Imana ribandanya ryamamara mu mahanga yose 🙌🏽🙏

  • @ViolaNizigiyimana-s8v
    @ViolaNizigiyimana-s8v 8 месяцев назад +5

    Ndashima IMANA kubw'iy ntahe yun mwenedata francine kuk inyuguruy amaso nk'ameny nkizera IMANA ukundi . Ndiho ashishikare kukugirir nez . MANA uhabw icubahiro n'amashimwe kuk urabiberey 🙏🙌🙌

  • @evrynenijimbere3956
    @evrynenijimbere3956 9 месяцев назад +3

    Oooh mbeg'IMANA🙏🙏iragahezagigwa yo yagukijije 🙏kdi nawe Uhezagigwe cane🙏🙏

  • @ChristineNZEYIMANA
    @ChristineNZEYIMANA 8 месяцев назад +3

    Imana ni nziza peeeee. Iyo ntahe maze kuyumva kabiri ariko iguma imbera nshansha. Mme Francine, Imana ibandanye ikugirira neza

  • @GoldienVyizigiro
    @GoldienVyizigiro 8 месяцев назад +4

    Manaweeeeee. Petero kwa coloneliyo yavuze ATI nukuri. Niho nkimenya KO Imana itarobanura abantu Ku butoni ariko uwuyuba wese agakora ivyo kugororoka iramwemera.

  • @Lauretteirakoze-qf7ch
    @Lauretteirakoze-qf7ch 8 месяцев назад +1

    Imana niyo yokwizera ibihe vyose, mungwara no mubihe bigoye

  • @gatavueliane5366
    @gatavueliane5366 9 месяцев назад +6

    Yesu ashimwe cane,Imana ihabwe icubahiro kubwimirimo yakoze

  • @FurahaAline-t5w
    @FurahaAline-t5w 8 месяцев назад +1

    Amen amen nibihererwe icubahiro ninyuma ya zero irakora

  • @jahbless4997
    @jahbless4997 9 месяцев назад +1

    Halleluaaaaaaaa🙌🙌
    Imana yacu ni nziza Kandi Ni kamere Yayo👌
    Yitwa Ishobora byoseeee hatavuyemo na kimwe
    Uwiteka Ahimbarizwe Ibyo Yagukoreye nawe gushima Kuko Yakoze igitangaza🙏🙌🙌🙌🙌

  • @toniaishimwe5572
    @toniaishimwe5572 8 месяцев назад +3

    Yoooooooo Imana ya up irakaninahazwa iteration na nje yandemeye ubuhamya Imana ntibesha bene Data na nje yarankijije cancer yo muri gros intestin Kandi nd n umu diabetic ahwiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii Yesu n umukiza akiza ubugingo Agassiz a n umubiri

  • @safariolivier2377
    @safariolivier2377 9 месяцев назад +1

    Amen amen Imana ni nziza,Mama urakoze kuyivuga neza nanjye na family yanjye Imana izaduhe kuvuga imbaraga zayo mu nzu yayo imbere y'abantu bamenye ko ikora🙏🙏🙏🙏🙏

  • @AurélieNiyonkuru
    @AurélieNiyonkuru 8 месяцев назад +1

    Ameeeeeeeeeeeeeeeeen shimwa ibihe vyose Mana🙌🙌🙌🙌

  • @dignemariekaneza500
    @dignemariekaneza500 8 месяцев назад +1

    ❤❤❤❤❤ Imana yacu irakomeye cane sha Francine wanje iyagukijie nanje yankoreye ibikomeye Amen

  • @Cla257
    @Cla257 8 месяцев назад +1

    Intahe iradufashije caane ..Imana ihabwe icubahiro iteka ryose

  • @MuzanezaSpes
    @MuzanezaSpes 9 месяцев назад +1

    Amen Amen Amen Amen.
    IMANA s'umuntu ngw'ibeshe.
    Francine vraiment idufashe vyishi.

  • @GoldienVyizigiro
    @GoldienVyizigiro 8 месяцев назад +1

    Imana iriho kandi irakora. Muvyukuri Imana yaragucishije ahantu ho mumuriro hokuvugutigwa.

  • @MarieclaireMUHORAKEYE
    @MarieclaireMUHORAKEYE 8 месяцев назад +1

    ❤Imanishimwe nafashijwe ,umutima wanje wongewemwo intege nsha!mwena data uvuze ivyanje ,nisanze ntrijenyene,Imana izoguhe ingororano yabera.amen,ndi umu mama yatabawe bisa nivyo ariko umfashe numéro yuyu muvyeyi.murakoze.

  • @chriscomedie5691
    @chriscomedie5691 9 месяцев назад +4

    uvuga neza lmana nukuri maman lmana wameny mwaragendanye pe

  • @Funny-ks9cu
    @Funny-ks9cu 6 месяцев назад +1

    Ndafashijwe niyi ntahe kora neza wigendere❤

  • @baramanaedith1224
    @baramanaedith1224 9 месяцев назад +1

    Ameeeen Ameeeeeen Yesu ntitukamuveko,ni inyushu yacu iminsi yose. Imana ishimwe ibihe vyose.

  • @nadegekwizera2921
    @nadegekwizera2921 9 месяцев назад +1

    Imana ishimwe maman Pasteur kubikorwa vyiza yagukoreye.🙏🙏

  • @mimiira9382
    @mimiira9382 8 месяцев назад +2

    🥹🥹🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽😍❤️❤️❤️ Imana ni nteturuye nukuri

  • @MuzanezaSpes
    @MuzanezaSpes 9 месяцев назад +1

    Merci Mme Francine IMANA idufashe tuyimenye.
    Ukomeze uhezagirwa.

  • @gakinjaveronica-cl3lx
    @gakinjaveronica-cl3lx 8 месяцев назад +1

    Amen 🙏 icubahiro nic'imana

  • @josineumarintimba5207
    @josineumarintimba5207 9 месяцев назад +2

    Amennn Amennn Amennn Amennn Amennn Amennn
    Imana ibishimirwe, nukuri ntibesha , ndanezereweeeeee

  • @venantiekangabe2298
    @venantiekangabe2298 9 месяцев назад +3

    Be blessed maman Pasteur.UHORAHO Akomeze Agushigikire

  • @lindankurikiye9881
    @lindankurikiye9881 9 месяцев назад +6

    IMAN'IHABW'ICUBAHIRO
    Francine ndagukunda❤

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  9 месяцев назад

      ❤️❤️❤️❤️❤️❤️

    • @eugenie-d6w
      @eugenie-d6w 9 месяцев назад +8

      Imana ihabwe icyubahiro.
      Imana ntibeshya rwose, iyo ntahe nali narayikulikiye muli Life center iranfasha cyane kuko muli icyo gihe (2022) na nanjye nali ndwaye cancer y’a estomac, nkorerwa chimio, ndetse bankuramo n’igifu, aliko Imana ibana na njye, ubu narakize ndashima Imana.
      Tuyizere tudashidikanya, irashoboye kandi iradukunda🙏

    • @lindankurikiye9881
      @lindankurikiye9881 9 месяцев назад

      @@eugenie-d6w AMEN

    • @cynetteIninahazwe
      @cynetteIninahazwe 9 месяцев назад

      🎉🎉🎉🎉🎉🎉Iyooooooo nari ndabizi KO oui ntahe itaziye ubusa nabandi bazokira Nawe uzotwihere intahe nawe nabandi bakire Imana ni nziza

  • @levisrukema2632
    @levisrukema2632 8 месяцев назад +1

    Francine, Imana Iguhezagire kubwo intahe y'Imana utanze.

  • @mamanrisa6059
    @mamanrisa6059 8 месяцев назад +2

    Nibindi izobikora ntibesha iragahezagigwa Imana ntakiyinanira

  • @SleepyFox-hs5ef
    @SleepyFox-hs5ef 5 месяцев назад

    Mubyeyi uravuga imana neza nukuri ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @candidebazombanza9423
    @candidebazombanza9423 8 месяцев назад +2

    Ndafashijwe. Urakoze gutanga intahe. Iranyubatse. Ubu ndi kuri chimiotherapie kubera cancer ya intestin.
    Warakoze kugamburumira Imana

  • @josmani5322
    @josmani5322 8 месяцев назад +1

    Imana n’igikiki itoshobora? Quel Dieu merveilleux nous avons!!!💕

  • @OrnellaGateka-qs2gt
    @OrnellaGateka-qs2gt 9 месяцев назад +1

    Imana s'umuntu ikora ibirenze ivyodusaba icubahiro nic'Imana ibidashobokera umwana w'umuntu ku Mana birashoboka Imana ishimwe cane ivyananiranye ku mana birashoboka irwara zidakira kuMana zirakira yesu numuganga mukuru ntiyigeze iguta nawe ntiwigeze uyirekura ndagukunda gose maman francine urumukozi w'imana cane

    • @burundigospeltv2661
      @burundigospeltv2661  9 месяцев назад +1

      ❤️❤️❤️❤️❤️❤️

    • @Uwera432
      @Uwera432 9 месяцев назад

      Ndasha mume numerous ya Mn francine

  • @moniadushime8499
    @moniadushime8499 9 месяцев назад +1

    IMANA ihabw icubahiro caneee idukorera ibirenze ubwenge bwacuu🥳🥳🥳

  • @Uwera432
    @Uwera432 9 месяцев назад +1

    Imana ishimwe ko n' Imana ishobora byose kandi ni Imana ikiza❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @roseumutesi5540
    @roseumutesi5540 7 месяцев назад +1

    David wacu sha yaratashye kwa Data wo mwijuru

  • @ndayisababeatrice8440
    @ndayisababeatrice8440 8 месяцев назад +1

    Intahe iryoshe cane!!!!yesu aracakora !!!!nuwo kwizerwa

  • @ketsiataty8703
    @ketsiataty8703 9 месяцев назад +1

    God bless you.
    Let the name of the Lord be glorified. I believe it Jesus is our healer. He healed me by replacing my damaged hip.
    I will praise Him all my life.
    From chicago.

  • @EmeryNiyontezibiganza-c1t
    @EmeryNiyontezibiganza-c1t 12 дней назад

    Imana izikurinda kl yagukuye kure nihabw'icubahiro

  • @didierngirimana4497
    @didierngirimana4497 8 месяцев назад +1

    Urakoze kubuhamya bwiza ndushijeho kwizera Imana

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza5601 8 месяцев назад +1

    Yesu numwizigirwa ibihe vyose 💕💕💕

  • @KezimanaBenigne-qy9xb
    @KezimanaBenigne-qy9xb 9 месяцев назад

    Glory to God 🎉Umwami ni mwiza cane ❤Aratuzi azi namazina yacu🙌🙌

  • @BBBBEug3
    @BBBBEug3 8 месяцев назад +1

    Imana ni nziza ibihe byoseeee

  • @pascalineharerimana1015
    @pascalineharerimana1015 8 месяцев назад

    Amen 🙏 😢😢😢Imana irafise ico ukeneye. Ndishimye cane kuntahe nziza. Muhezagirwe cane

  • @christianarakaza7590
    @christianarakaza7590 8 месяцев назад +1

    Imana ishimwe Fara ko Imana yakurokoye

  • @ISHIMWEFiston-iz5bo
    @ISHIMWEFiston-iz5bo 8 месяцев назад +1

    Nukuri YESU numwizigirwa🙌🙌🙌

  • @blandinehategekimana6831
    @blandinehategekimana6831 9 месяцев назад +2

    Imana yarakoze kugukiza warahezagiwe Baho Baho

  • @ClaudineNubizompa
    @ClaudineNubizompa 8 месяцев назад +1

    Imana ibandanye iguhezagira

  • @NoellaKUBWAYO
    @NoellaKUBWAYO 9 месяцев назад +2

    Amen Imana ni nziza ibihe vyose

  • @NzeyimanaVéronique
    @NzeyimanaVéronique 7 месяцев назад +1

    Ariko bene dada yesu arishura pe

  • @christinek7454
    @christinek7454 9 месяцев назад +1

    Mama y’isi n’ijuru. Uratangaje. Mama uradufasha kwumva ijwi rya we. Uturinde kukugambararira🙏🏽

  • @jolienyagasago-kw2er
    @jolienyagasago-kw2er 8 месяцев назад +1

    Mana habwicubahiro kumirimo myiza udukore haleluyaaaa

  • @devoteinakamikazi4877
    @devoteinakamikazi4877 8 месяцев назад +2

    Praise the Lord.Our God is great. Congratulations to Mme Francine

  • @kachristy
    @kachristy 9 месяцев назад +1

    Ndafashijwe cane ,Amashimwe Nay Isumbavyose

  • @belyseuwimana9573
    @belyseuwimana9573 9 месяцев назад +4

    Uvuze Imana neza ndafashijwe

  • @DonatienMvuyekure-i1g
    @DonatienMvuyekure-i1g 8 месяцев назад +1

    Imani habwe icubahiro izura abaphuye

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 9 месяцев назад +1

    AMEN AMEN yesu twakurikiy ntakoza isoni

  • @nsekoabijah8380
    @nsekoabijah8380 8 месяцев назад +1

    Dufite Imana itari bayali

  • @ishimwe5914
    @ishimwe5914 9 месяцев назад +1

    Ameeeeeennnn ariko Mana uri nkuru💞💞💞

  • @jolie7180
    @jolie7180 8 месяцев назад +1

    Alleluia alléluia alleluiaaaaa Imana n’ihabwe icubahiro

  • @audaciensabumugisha5602
    @audaciensabumugisha5602 8 месяцев назад +2

    Waouuuh Francine ,🙏🙏🙏🙏🙏🎉🎉👌👌👌😍

  • @karungikebikomiodeth3906
    @karungikebikomiodeth3906 8 месяцев назад +1

    Imana nibyose

  • @MuzanezaSpes
    @MuzanezaSpes 9 месяцев назад +1

    IMANA ihabwe icubahiro kuko n'icayo

  • @BasingaBasinga-cs9du
    @BasingaBasinga-cs9du 9 месяцев назад +1

    Halleluaaaaa
    Yesu uratuziiiiiii
    nanjye waramvuyeeeereeeee

  • @JoellaNishimwe-xf2ke
    @JoellaNishimwe-xf2ke 9 месяцев назад +1

    😭😭😭🙌🙌🙌🙌🙌🙌Icubahiroo kibe Icawe Mana ibihee vyoseee🙏🙏🙏🙏

  • @CalenieNGABIRE-hb2kw
    @CalenieNGABIRE-hb2kw 8 месяцев назад +1

    Imana ishimwe cane ikora ibikomeye,nobona gute whatsap ya francine.

  • @JessicaMinani
    @JessicaMinani 9 месяцев назад +1

    Amen Amen umwami aqogere umugisha

  • @Hairbyfabiola
    @Hairbyfabiola 9 месяцев назад

    Amen 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 dada imana niyo avula yes agakiza

  • @gentillenamajana6844
    @gentillenamajana6844 9 месяцев назад +1

    Imana ishimwe yagukijije

  • @chantaltuyisabe-mh6qf
    @chantaltuyisabe-mh6qf 2 месяца назад +1

    Mana uri nkuru uriho kandi uzahoraho😭😭😭

  • @shemabeatrice1505
    @shemabeatrice1505 9 месяцев назад +1

    Imana irahambaye🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @cizajacqueline3194
    @cizajacqueline3194 8 месяцев назад

    Halleluuuua Imana ni nziza nukuri

  • @mataratara1127
    @mataratara1127 8 месяцев назад +1

    urumugisha sha fara

  • @NadineNdimurukundo
    @NadineNdimurukundo 9 месяцев назад

    Amen Imana yacu ni nziza nu mwizigigwa

  • @NoellaKangorore
    @NoellaKangorore 9 месяцев назад +1

    Icubahiro kibe ica Ndiho🙏

  • @alinendayishimiye-zf8yt
    @alinendayishimiye-zf8yt 9 месяцев назад +1

    Amen amen.ndafashijwe caaane

  • @karegapascal
    @karegapascal 9 месяцев назад

    Naje ndamuzi kera akiri umwana muto kwi jabe Vivant turi bato.Imana ishimwe konongeye kumubona..

  • @MukambimburaOdette
    @MukambimburaOdette 8 месяцев назад +1

    Amen Amen❤🙌🙌🙌🙌🙌

  • @cycyira7457
    @cycyira7457 9 месяцев назад +1

    Ndafashijwe🙏🙏🙏

  • @alinekamariza4359
    @alinekamariza4359 9 месяцев назад +1

    Imana ihabwe icubahiro

  • @ChantalMUKAMPAZIMPAKA
    @ChantalMUKAMPAZIMPAKA 8 месяцев назад +1

    Imana ishimwe cyane

  • @michelinefuraha5290
    @michelinefuraha5290 8 месяцев назад +1

    Amen intahe iremesha

  • @jeaninemusaniwabo6218
    @jeaninemusaniwabo6218 9 месяцев назад

    Amen amen Imana ishimwe yagukoreye ibikomeye ❤

  • @InesNimpore
    @InesNimpore 9 месяцев назад

    Yesu wacu arakize arahambaye ôooh♥️😭🙌

  • @bettymtv2589
    @bettymtv2589 9 месяцев назад +1

    Yes Christ aguhe umugisha.

  • @childofgod-q1e
    @childofgod-q1e 9 месяцев назад +2

    N'intahe kandi harimwo inyigisho nyinshi❤
    Yesu nashimwe ibihe vyose

  • @NyirahabimanaSeraphine-f2q
    @NyirahabimanaSeraphine-f2q 9 месяцев назад +1

    Imana ishimwe

  • @AliceChantalIrambona
    @AliceChantalIrambona 9 месяцев назад

    Our God is an awesome God. Praise be to God.

  • @jeaninendayishimiye6623
    @jeaninendayishimiye6623 9 месяцев назад +1

    Shimwa Yesu❤❤❤❤

  • @ritahmutoni2960
    @ritahmutoni2960 9 месяцев назад

    Amen 🙏 Imana yacyu irakomeye

  • @umulisairene984
    @umulisairene984 9 месяцев назад +1

    Imana ni nziza

  • @fufjffdugj6626
    @fufjffdugj6626 8 месяцев назад +1

    Imana ninkuru

  • @paulineingabire9011
    @paulineingabire9011 9 месяцев назад +1

    God is good all the time ❤