Yoya Jamal - Tina (Official Music Video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 окт 2024
  • #tina #yoyajamal
    Song: Tina
    Artist: Yoya Jamal
    Video Directed by Julien Bmjizzo
    Edited by Sani B × Julien Bmjizzo
    Audio produced by Madebeats
    Catch Up With Yoya Jamal On:
    Instagram: / yoya_jamal
    Facebook: www.facebook.c...
    Lyrics
    Verse 1
    Simfise amajambooo
    Mbona yoguhoza
    Umubabaro naguteye
    Intuntu n' agahinda
    Sinkoma k'umwango
    Ntaco mfise mvuga
    Sinonarira sinovyubahuka
    Kuko nteye isoni n' agahinda
    waranyizeye, umpa ivyawe vyose
    Unshira m'ukwaha kwawe
    Ntaco nakuburanye
    Waranyisemvye uko vyari bikenewe
    Sinabihaye agachiro
    Ndira ayo kwarika
    Chorus
    Tina Tina Tina
    Sindakumerita
    Nd'igipfamutima ntaco maze Tina
    Sindakumerita
    _Ooh Tina , Tina , Tina
    Sindakumerita
    Nd'ikigwarudubi nta mugabo ndimwoo Tinaaa
    Music
    Verse 2
    Fata ikibandooo
    Ukubite k'umutwe
    Nimba arivyo vyoguha amahoro
    Ugasubirana umunezero
    Ivy'umubanoo
    Ivyo bizoza Mu nyuma
    Icoza gusa kiguha amahoro ukagira umutuzo mu mutima
    waranyizeye, umpa ivyawe vyose
    Unshira m'ukwaha kwawe
    Ntaco nakuburanye
    Waranyisemvye uko vyari bikenewe
    Sinabihaye agachiro
    Ndira ayo kwarika
    Chorus
    Tina Tina Tina
    Sindakumerita
    Nd'igipfamutima ntaco maze Tina
    Sindakumerita
    Ooh Tina , Tina , Tina
    Sindakumerita
    Nd'ikigwarudubi nta mugabo ndimwoo Tinaaa
    Music

Комментарии • 712

  • @bfaceofficial
    @bfaceofficial Год назад +56

    Je ndakwemera san breddah👌👌👌🔥🔥🔥✊️ iraryoshe san ❤

    • @generouxmix808
      @generouxmix808 Год назад +2

      Respected broh tena tumekumiss uku kwetu

  • @KassimTzNimubona
    @KassimTzNimubona 7 месяцев назад +4

    Jamali Wanje Nukuri kw'IMANA Urakumbuuwe Wumve KO Atawuzoba Incungu yumuziki wu🇧🇮
    Atari wewe ingo shaaaa yoya ugaruke Burundi muyinga Idarapo Ryacu ryarahagaze😭😭

  • @Belle9ice
    @Belle9ice Год назад +37

    Wooooo that’s greatest song my lovely broda 🔥🔥🔥🔥

  • @kwestmotivationtv9831
    @kwestmotivationtv9831 Год назад +4

    Olaaaaaaaalaaaaaa Yoya Jamari....... Raison pour la quelle ncumviriza muramumbwiriraaaaa
    😴😶😶😶😶😶😶😶

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv Год назад +25

    YOYA wacu😩😩😩😍😍😍😍😍 basi ntuzosubire kumara igihe kinini udasohoye😩 turabigusavye twe aba fana bawe

    • @yoya_jamal
      @yoya_jamal  Год назад +7

      Jamais Jamais Jamais. October!

    • @IRARERAGuydevis-dy3lx
      @IRARERAGuydevis-dy3lx Год назад +2

      @@yoya_jamal tuzovyemera tubibonye we uradusarisha cane aha uzogaruka twasubiye kukwibagira vyiza nka September ni bn kugira ize isanga iyindi igihari kko nka nyakabiga yari yamaz kugenda so good song welcome again my best artiste ntugende knd.

    • @delacycy
      @delacycy Год назад +1

      Nukur😢😢😢turamwinginze😢😢❤

    • @jisreyuwarugira3826
      @jisreyuwarugira3826 8 месяцев назад

      ​@@yoya_jamalindirimbo yitwa ngo " mbwira impamvu diana " narayibuze kuri RUclips urayidushirirako

  • @danielyusuph6528
    @danielyusuph6528 Год назад +1

    nice song bro wari hehe my brother

  • @styvespopkrura361
    @styvespopkrura361 Год назад +2

    Umuririmvyi wanje wibihe vyose ndagukunda YOYA

  • @user5510
    @user5510 Год назад +1

    Ndagukunda cn gose mbanumva tuziranye cyane jama wangu

  • @TherenceIrankunda-pw5mh
    @TherenceIrankunda-pw5mh Год назад +1

    Papa ndabona wagarutse tunezerejwe n'igaruka ryawe we ❤️❤️❤️

  • @kenedyinnocent
    @kenedyinnocent Год назад +2

    Yoya wacu waratay igihug nabafana ndagufana kuva nkili kadog non ubu ngezumugor waradutay ntuzosubole yoya kama wigihugu

  • @obrian_oliver
    @obrian_oliver Год назад +3

    #yoyajamal nukur urimpano igihugu cacu gifise uryohera amatwi yacu so please ntuzosubire kutunyoteza
    #Tina good song❤❤❤

  • @elsairabona7741
    @elsairabona7741 Год назад +1

    Yoya welcome back 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥 And this is Banger song 😍😍😍😍😍

  • @AngeRicardoKEZIMAN-sg6kf
    @AngeRicardoKEZIMAN-sg6kf Год назад +1

    Yoya gumizako gusa nuko utagisohora cane tukwibuke...

  • @ndayizeyevictor8795
    @ndayizeyevictor8795 Год назад +1

    Wari wagiyehe wew kwl warukumbuw hatwike hashe mutama

  • @AfrimaxEnglish
    @AfrimaxEnglish Год назад +82

    My favorite singer ever.

  • @Gstaking257
    @Gstaking257 Год назад +1

    Nice song Jamal wubahweee kl uradukomye hit

  • @hittoptv
    @hittoptv Год назад +1

    Yoyo jamal wacu🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @iribaryurukundo5612
    @iribaryurukundo5612 Год назад +1

    Our Yoya Jamal, you did it well

  • @OsiasMbonihankuye-mp2pf
    @OsiasMbonihankuye-mp2pf Год назад +3

    Abari bakumbuye video ya yoya nkanje murihe??❤❤❤❤❤TINA❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @Emmy_official_257
    @Emmy_official_257 10 месяцев назад +1

    Garuka iburundi yoya. oyanawe turashaka ama hits after hits😢 come back Burundi please we miss u 😢 ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @asaacbusa2512
    @asaacbusa2512 Год назад +2

    Yoya wagarutse mubihe vyiza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @MafafariIsraelboris-sz5eg
    @MafafariIsraelboris-sz5eg Год назад +1

    Yoya I wish to see you once in Ma life tufurahishe Tena hapa barabarani za Kigali jamaa yangu .Mungu afanikishe malengo Yako daima ,much love from Mafafari israel BORIS wa kigali_ kanombe Rwanda ,hhh

  • @vitrahbongz9420
    @vitrahbongz9420 Год назад +1

    Sounds good 👌

  • @princebubus4754
    @princebubus4754 Год назад +3

    UrundiRwanda 🇷🇼🇧🇮

  • @NshimirimanaElie-ox7cr
    @NshimirimanaElie-ox7cr Год назад +1

    Good boy ❤❤❤❤❤❤❤

  • @Emmy_official_257
    @Emmy_official_257 Год назад +1

    My love yoya ndagufana sana❤❤❤

  • @NBLhaa
    @NBLhaa Год назад +1

    indirimbo ni nziza cane cnglat to yoya Jamal

  • @eloilievinNishimwe-e4n
    @eloilievinNishimwe-e4n Год назад

    Félicitations my big brother twaridukumbuye ibikorwa vyawe

  • @hamissbruce5418
    @hamissbruce5418 Год назад +1

    Love u brother ❤ i hope one day I will see you

  • @tuyishimeprince5898
    @tuyishimeprince5898 Год назад

    WHAT SAD LOVE STORY, IN RWANDA WE LOVE YOUR TALENT BRO KEP ON MOVING ......😪😪😪😪😪😪

  • @mahmoudsalim7043
    @mahmoudsalim7043 Год назад +8

    Can't understand the language but I believe that Good music speaks itself ✍

  • @bigirimanaberchimas-ir7im
    @bigirimanaberchimas-ir7im Год назад +1

    Warukumbuwe bana 👏🇧🇮🇧🇮🇧🇮yoya wiwacu yariyabuze turishimye kusubira kubona umuntu wacu womugihugu ciza cubirundiiiiiiiiiii

  • @juniors_trim
    @juniors_trim Год назад +50

    The sound and video quality that all Burundians been waiting for 🇧🇮🇧🇮
    1 of the best@yoyajamal🙌🏻

    • @THEMAX646
      @THEMAX646 Год назад

      ruclips.net/video/YYcm5aJaFls/видео.html

  • @habonimanasadick9830
    @habonimanasadick9830 Год назад

    Yoya Jamal comeback with amazing song.

  • @patrickmukendi3439
    @patrickmukendi3439 Год назад +17

    Je ne connais pas le Kirundi ni le Kinyarwanda mais franchement cette musique m'envoute. C'est magique ✨️🥰 Bravo you're a great artist🔥

  • @amanibw
    @amanibw Год назад +2

    Ijwi twari dukumbuye, umwe mubanditsi beza b'indirimbo dufise,umwe wenyene amara igihe adasohora song ariko akakirwa nkuwahahoze Yoya jamal hejuru cane

  • @aubin-luxburundi8819
    @aubin-luxburundi8819 Год назад +19

    Another Banger 🔥🔥🔥mukuru wanje much respect hejuru caaaane

  • @FranckG80Official
    @FranckG80Official Год назад +7

    Nice song my bro

  • @kadogocomedian527
    @kadogocomedian527 Год назад +24

    Abakunzi biwe mumpe like tumenyane 💓

  • @olizzoboyofficial4662
    @olizzoboyofficial4662 Год назад +5

    Tina by yoya jamal wallah so amazing song ndakurahiyeeee

  • @victorndikuryayo699
    @victorndikuryayo699 Год назад +36

    Finally, Yoya Is Back with a good hit😇

    • @THEMAX646
      @THEMAX646 Год назад

      ruclips.net/video/YYcm5aJaFls/видео.html

  • @Sam_on115
    @Sam_on115 Год назад +1

    nice song🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @PaccyObadMugisha
    @PaccyObadMugisha Год назад

    Welcome back soon our strong legend turakwubaha kbx ahubw guma kumurimoooo tukur inyum kbx ham big up ntuhagarike komerezahooo❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kabakaisaiah8705
    @kabakaisaiah8705 Год назад +1

    That's my favorite 😍😍❤️❤️💓 we love you 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @MRCHARLES277
    @MRCHARLES277 Год назад +3

    My favorite ♥️ yoya uratunezereza arko uracererwa

  • @francoisrubundi348
    @francoisrubundi348 Год назад +1

    Kaze neza Yoya wacu, erega ba Drama-T bari mukutwica baturogesha ibiririmbo bitagira umutwe n'amaguru 😢😢

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline8095 Год назад

    Mwan wigihugu🎉🎉🎉🎉🎉😊😊😊😊😊😊 Burundi 🇧🇮 ♥️ ❤️ 😍 😊😊😊

  • @NdacayisabaBashiir
    @NdacayisabaBashiir Год назад +1

    Respect yoya music burundian hejuruuuuuu cn🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍

  • @IngabireJospin
    @IngabireJospin Год назад +1

    Yoya my favorite burundian artist nukuri narababaye cane kubona waravuye muri game nari nkumbuye your emotional voice

  • @paciburundi6127
    @paciburundi6127 Год назад +1

    Good song Yoya ntabwo wigera uhusha kbsa courage brother Imana igukomeze

  • @arseneshima909
    @arseneshima909 Год назад +1

    Abarundi turi hejuru. nice song kabisa..

  • @ereddyniyinkingiye1241
    @ereddyniyinkingiye1241 Год назад

    big congz our yoya
    we missed your projects kbx
    keep up

  • @NIYONGABOEzechiel-t2n
    @NIYONGABOEzechiel-t2n Год назад

    Welcome back Issa jamal yoya we love you in our country brdi❤❤❤❤

  • @lograpper6569
    @lograpper6569 Год назад +1

    Ntiwigera umpangusha weweee urakaze,hari nukuntu wiririmbira ikirundi cane nturi nkabarahoo😍😍😍😍😍 hejuru cne mubicuuuuu

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Год назад +1

    Eeeeeu 🔥🔥🔥

  • @MrNdanguza
    @MrNdanguza Год назад +1

    Uyu mujama numuhanga cyaneeee ndamwemera , afite amagambo meza sana.

  • @miguelamadoumuganwa
    @miguelamadoumuganwa Год назад +1

    Turakwishimiye cane kwitwa umurundi Urandika ukarema blss up brother

  • @ntegerejimanaalexandre6973
    @ntegerejimanaalexandre6973 Год назад +1

    Issa Jamal yoyo we love you so much you are the one singer in my heart ❤️ uzohora uri twari knd urakarorero keza mubahanzi b abarundi turagukunda from muyinga Burundi our country

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 Год назад +1

    Love from GOGO LOVE OFFICIAL.ndakunda indirimbo zawe kbsa

  • @remegienails
    @remegienails Год назад +1

    Yoooo tina wanj. My favorite song bro twari dukumbuye igikorwa cawe ❤🎉

  • @aliochalbintuyikeze
    @aliochalbintuyikeze Год назад

    🎉❤🇧🇮 narikumbuye yamajambo yawe

  • @medsonni3807
    @medsonni3807 Год назад +1

    Yoya wanjye disiii byiza shyahu garuka mugakino twari tugushyashyaye brother 🤝🤝

  • @Corneil7
    @Corneil7 Год назад +2

    My favorite singer from my child yoya jamal bandanya ibikorwa vyiza

  • @NadhanyNiyokwizerabutamu-kv3zs
    @NadhanyNiyokwizerabutamu-kv3zs Год назад +1

    Karb br.unarudi tena yoya!!!! Yoya ingo tukwiteze kumwe kwejo.

  • @ismahtv299
    @ismahtv299 Год назад +1

    Love from KGL

  • @musabyimanaephrem-j9f
    @musabyimanaephrem-j9f 12 дней назад

    love from Rwanda nice song big brother YoYa

  • @alhassan4534
    @alhassan4534 Год назад +2

    year sir 🚨🇧🇮🇬🇬🇬🇧🔥🔥🔥

  • @mijickwamaana8342
    @mijickwamaana8342 Год назад +1

    Yoya yoya Umu nyakabez wacu Welcome kandi muri Music Nice Song bro ❤

  • @RichardNimubona-m9p
    @RichardNimubona-m9p Год назад +1

    Umwana w umurundi twemer wubahw 🇧🇮 good song

  • @alexisbishaka335
    @alexisbishaka335 Год назад +1

    Nuwutanwa amata aremera koyera PE💪💪💪💐💐💐💐💐💐💐💐💐🎧🎧🎶🙏🎙🇧🇮

  • @wizkingfidigyaldem4575
    @wizkingfidigyaldem4575 Год назад +1

    Kwakundi nyene kabisa good music❤

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Год назад +1

    Nice song we talented yoya rispict ❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤🎼🎶🎵🎧🎻🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪💪💪👊👊👊👊✌✌✌

  • @angeakeza6542
    @angeakeza6542 Год назад +1

    Twaridukumbuy kakanovera bck again my legend nuz uratunyoteza nkuku

  • @jadixtheblacker3411
    @jadixtheblacker3411 Год назад +1

    Ndagukumbura kugira ndonke Inspiration Big Bro utakoze ntacabaye pe!

  • @erceriksen8891
    @erceriksen8891 Год назад +2

    Jamal wacu❤❤❤

  • @JamesNiyonkuru-vb1qj
    @JamesNiyonkuru-vb1qj Год назад +1

    Karibu sana twari tugukumbuye frere

  • @brucenzeyimana8731
    @brucenzeyimana8731 Год назад +1

    Bro indirimbo warayihashuye kabisa

  • @NdikumanaAccéle
    @NdikumanaAccéle Год назад

    Big up sana my brother yoya jamal myaka kadha but game niyile yile 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @OlivierManishimwe-ok7xw
    @OlivierManishimwe-ok7xw Год назад +1

    Wakupe likes zako mzee good job

  • @leonardhabonimana7520
    @leonardhabonimana7520 Год назад +1

    Yoya Jamal urakumbue Burundi kbx voice yaw kur stage ndundi irarindiriwe

  • @abubakaremusavyimana6931
    @abubakaremusavyimana6931 Год назад +1

    Good Song m'y Bro 👊🔥🇧🇮i missi You son much 😟

  • @EfuraimIrakoze
    @EfuraimIrakoze Год назад +1

    Una tuua my brother

  • @ikambere
    @ikambere Год назад +1

    Congratulations 🎉
    Nice song 🎉

  • @AbikundaIsaac-ce4lh
    @AbikundaIsaac-ce4lh Год назад +1

    ❤❤❤❤❤ yoya jamal🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @chancellineinamahoro7824
    @chancellineinamahoro7824 Год назад +1

    Mbona warabay mwiza cane nice song ❤🇧🇮

  • @Micha_Igi
    @Micha_Igi Год назад +3

    I'm just happy he's back🤧...the voice of my childhood...il a toujours la plume pour écrire 😍😍🔥🔥

  • @massudbiz9828
    @massudbiz9828 Год назад +1

    Another one 🎶🎶🎶🎶🔥🔥🔥

  • @NahimanaPrinceurban-ds8nq
    @NahimanaPrinceurban-ds8nq Год назад +1

    U didn,t dissapointed us anymore, take ur 🌹🌹🌹🌹@ God Will Make great our music industrie 🇧🇮🇧🇮

  • @evodendacayisaba1530
    @evodendacayisaba1530 Год назад +1

    Hit song 🔥🔥🔥🔥

  • @boywiskila
    @boywiskila Год назад +1

    Yoya oyoooooiiih 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥

  • @NiyomugabaJeanpaul
    @NiyomugabaJeanpaul 27 дней назад

    Nubu ndahari kbc nkwemera nibereye Rwanda ❤❤

  • @rodriguedushime
    @rodriguedushime Год назад

    Yeeeeeeeh my brother hejuruuu burundian🇧🇮🇧🇮 artist nkwipfurij igaruk ryiz Mr music ukw wandika birantesa✌️👊💪

  • @Rwandaonline1
    @Rwandaonline1 Год назад +1

    My favorite! keep moving yoya😍😍😍😍

  • @cooltechchanel5109
    @cooltechchanel5109 Год назад

    Sinibaza ko hari indirimbo wosohora ntiyohere. Kuba ndagufana kuva mubwanabwanje vyatumye indirimbo zawe zoseee nzifata kumutwe niyi itavuyemwooo❤❤❤❤

  • @humblemmanuelkim
    @humblemmanuelkim Год назад

    We keep on listening this 🔥

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial Год назад +12

    Looks like you're coming back brother! Welcome back 🙏.
    This work worth a very big support! ❤🇧🇮🤝💪

  • @nema2634
    @nema2634 Год назад

    Yoya ndamukunda nkongera nkakunda nibikogwa vyiwe❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉😢😢

  • @BigBoyMpitanjia
    @BigBoyMpitanjia Год назад +2

    Nic muri makamba Nyanza lac 🔥🔥🔥🔥🇧🇮✊🤝🤞

  • @clovisKadoniyonkuru4932
    @clovisKadoniyonkuru4932 Год назад +1

    Igikorwa cizaa braddhah👑💥

  • @hicuburundiernest3909
    @hicuburundiernest3909 Год назад +2

    Oyo oyo baherez yoya jamal!nice song my big brother yoya jamal.