Ndagatuye ABA mama Bose bo muburundi mpereye k'uwiwanje,ariko kandi nkuyemwo ABA mama bahohotera abana kubera atari Ababo canke kubera umutima mubi,vyama vyabaye.
Iyo bavuze indirimbo zifise axa yikirundi nizi apana bamwe .... baririmba ibintazi uwumu type yandika nez vrmt ikibzo aratunyoteza sana yoya na lion story n.abantu banje.. sana
Nne ga ivyiza kumwana bikora umumama gusa?? Ese aba papa ntabwo baba mubarera umwana Kombona nkumupapa ava murugo akagera ninyuma yigihugu kumpamvu zabana Numugore. Ese aho wewe ntamashimwe akwiye! Sh reka kuguma muhayagiza abagore gusa
Nice song
Abakunda ba Maman babo nkanje bmpe like tubashigikire nibo batumye tugera Aho tugeze
Umusi mukuru mwiza maman wanje . Aho uri hose ndagukunda knd ndagufise kumutima
Abakunda YOYO nkanje mumpe lik courage tukurinyuma maman wubahwe❤❤🙏🙏
Oye naringukumbuye mwana wiwacu
Abakunda ABA mama mumpe like
💝🙏💝
Uwuva nkanje ko iyindirimb irimw ubuhanga amp like abavyey batuvyay bubahwe🥀🥀🥀🥀🥀🌹🌹
Nguyu muririmvyi dukwiye kwigirako vyinshi,yoya Jamal big up
Nimba nawe ukunda mama
Mumpe like❤❤❤
Yoya '''give me likés if you love m'y artiste yoya 🇧🇮
😍😍♥️♥️♥️
Bro
love😍😍
Abakunda igihugu cabo biteko bagakunda Maman wiwe bampe like
Take your flowers🎉🎉🎉🎉🎉🎉 thank you Mr yoya
Ndagatuye ABA mama Bose bo muburundi mpereye k'uwiwanje,ariko kandi nkuyemwo ABA mama bahohotera abana kubera atari Ababo canke kubera umutima mubi,vyama vyabaye.
🫂
Yoya Jamal🔥🔥🌍🇧🇮 BURUNDI we are proud of you ❤
Abakunda cane ba maman bacu mumpe like
Imyaka myishi atakajwi kawe🎉Mama ni Mama kbx🎉🎉🎉😂😂❤❤
Nice song bro gux nyene turagukumbura tukabura uko tugira raba ugaruke gusura nyakabiga yawe🎉🎉🎉🎉
Back to back my favorite artist big up my brother
Iy song niyumwak vrm ❤❤ akira amashugwe yaw vrm 🙏🙏🙏
Komera Maman yubahwe cane harivyishi yakoz kugira geraha wiyumviriy neza cane Yoya Jamal 🎉🎉❤
IYII NDIRIMBO IRARYOSHE CANE CANEUU CANEUUUH🥰🥰🥰
Urakoze kutwibuka aba maman Big up yoya
Umuziki mwiza wagaciro wumvikana iwacu usigaye iwawe turagukumbuye Big brother and thnk you for th song
Nukuri uracaruwambere ijwi rituje!nukuri urakunzw
Akira AMA shugwe yawe 🙏❤❤❤
Nice song Brother Yoya Jamal Respect ❤❤❤
Neza cyane bamam bacyu twaridukwiye kubakunda byanyabyo pe
Pull up bro❤️🤙
Ni wowe muhanzi uburundi busigaranye please kora cyane
Yoya Jamal ,Big UP sana🎉🎉🎉🎉
🌹🌹🌹🌹💥ahongeze nivyo mfise niwe mbikesha maman 🌹🌹urumuisha wimana🙏
Good song ❤❤❤ from Burundi 🇧🇮 yoya🎉🎉🎉🎉
Yoya wariwakumbuw courage🎉🎉❤❤❤❤🎉🎉
Merci
Yoya ndakwemera ❤❤❤❤❤❤ uzoza ndyari muburundi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Vuba
Good song nubwo wipoteza ❤️❤️wew uratunyoteza nkeee
Nukur yoya arazi ivyakora sinkabandi tumuhe amashurwe🌹🌹🌹🌹🌹🌹🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮👌👌👌
Imana iguhe umugisha wongeye kunyibutsa agaciro afise kubuzima bwanje
Umenga baririmvye inkuru yanje na maman wanje❤️ I love this song 🎉 Akira amashugwe yawe maman wanje Nahimana Estella❤️
Cool up brother yoya Jamal support from Zambia 🇿🇲🤙
Oooo yoya ooo mama much respect jamal wacu Imana ikuturindire hamwe na famille yawe yose uruwagaciro kuritwe nokubaturiye isi
This Voice vrt Yoya Wubahwee .. Mama is my song 🎉🎉🎉🎉🎉
Sha yoya ego nakund indirimbo zaw iyoyo asha yaryoheye gusumba ego
NC song waaaaaaaoooooooh beautiful song love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nice song Yoya indirimbo yawe inkozeko 🎙️🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kimba umukunda Mama wawe Muhe amashurwe yiwe 🎉🎉🎉🎉🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦
Take your 🌺🌺my mum you're my everything and your soul rest in peace 😢 thanks yoya ❤❤❤
Nice song brother congratulations
This song gives me butterflies🥰"kuko inyuma y'Imana haza wowe Mama"
Even now, no one can see love me like my mother loves me🥳🎉🎊 i really love u mama 💖 ❤️
Sinzigera ndek kukwumva waba ukiri muzima cnk utakiriho , nzama ndi top fan waw kandi nisezerano ryameho🙏🙏💌💌
Merci
@yoyajamal akwiye AWARD yibihe vyose! Merci l'artiste💐 akira amashurwe yawe nawe..
Ahuri hose mama wanj💕 ndagusengera Imana ikuzigame🙏
Brooo garuka mumuziki wongere ugire aka novera kundirimbo zandikishije ubwenge vraiment 🧎🏼♂️ so
Wamye wandika neza nubu nuko.akira amashurwe yawe mama
Ngoma kali Sana kaka inabidi mwenyaheshimu ayipew kwaiyo kila mama juuh Sana kama hawakuwepo nasisi hatukuepo
One of the best musician I love from Burundi 😢 Yoya Jamal is underrated 🥺 he's an amazing vocalist ❤️ speechless.
Very underrated 😂😂😂
Sinshobora kumara umusi ntaririmvy indirimbo yaw jamal nubwo ntari burundi in our country
Kukuvuga mwizina birandenga gusa sinkabije narinkumbuye kumva indirimbo zumurundi nkawe pe
Yoooyaaaa nuko ntakimufise ngo ndakamuture😢
🫂
Maman simbimanga muvyeyi wanvyaye urander ❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌺🌺🌺🌺🌷🌷🌷🌷🌷🥀🥀🥀🥀🥀
Jamal indirimbo zawe guta akanovera si ivyazo❤🎉🎉 Akira amashurwe yawe ukihaari 🌸
Wakoze cane kutwibuts ❤ ugum uhezagirwe 🎉🎉
Urimfura @Yoya ww utwibukij agaciro kumuvyiyi yatwibaruts kuk rimw narimw birashika mu buzima tukamuh ikibanza kitamukwiy
Mama ni kirumara mu muryango ❤❤yubawe iteka ryose
Asante Yoya for your nice and constructive song dressed fowrd us
💐🌹🏵️🥀🌺🌼🌷Ayo nayawe my mom😘
Nice song my bro♥️
Nice song ❤❤❤❤❤ we miss you jamal
I like when Yoya pul out something
We really miss you mugihugu
Yoya jamani wew ndagukunda sana mbe ugeze jehe ndakunda kunviriza indirimbo eaw burimus kand ukund mama nkajew
Yoya Jamal 🤣
Mama uri kirumara yoya uravyifashemwo nezaaa. Sane turarondiriye video. by #mrkayg
Komera ntwari yacu mumyandikire no muguhibongoza ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
🎉🎉🎉Baba ndi ngo inzoga nibebi abandi ngo konzi ya kikonge NGO ababosi mumanyane ? Mwakwize gusega neza
Big up yoya. Uguma ugaragza ko ukir kwisonga
❤ Mama w'ibihe byose ibyabayeho nibizaza ❤❤Mama Imana ikomeze kutukuzigamira NTAWAMUSIMBURA ❤❣️😘💞
Nice song with incredible lyrics. Much love and respect
Mama uwambere muri Byose...Mama wewe wangize umuntu.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Maman ni burikintu mubuzima bwaburi muntu❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉 🌹 💐
Good song yoga wubahwee I Love Mama
Imana iguhe vyose vrt kuk iyondirimbo inkoze kumutima ejo nzoja kumuraba ndayimuvugiriz🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💖💖💖🌾🍀🍁☘️🌹🌿🏵️💮🌸🌷🌼🫁🌱💐🌻🇧🇮🇧🇮🇧🇮💖💖
Nice song sihari gusa yarakoz kuba Kur vyos rka ndamuh amashurwe yiw ❤❤❤
🫂
Ngoma zako zote ni zabutamu repeat yoga 🔥
❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮 Burundi is so blessed to have you 👌👌👌
The greatest talent in our country✌️💪💪💪
Voilà la vrai star nemera mur musique burundaise ..keep shining #Yoya Jamal
Iyo bavuze indirimbo zifise axa yikirundi nizi apana bamwe .... baririmba ibintazi uwumu type yandika nez vrmt ikibzo aratunyoteza sana yoya na lion story n.abantu banje.. sana
Mama wanj iyindirimbo irimukunyica kuva
Wooow Na mengi yakusema kuhusu wewe ila npate kusema Allah akupe umri mlefu kaka.
Ameen na wewe pia
Still The best Yoya.🎉🎉
Wubahwe mugenzi ijwi ryaw rirandenga umunezero ukaba mwishi
I love song nakubali sana
Nne ga ivyiza kumwana bikora umumama gusa?? Ese aba papa ntabwo baba mubarera umwana
Kombona nkumupapa ava murugo akagera ninyuma yigihugu kumpamvu zabana Numugore. Ese aho wewe ntamashimwe akwiye! Sh reka kuguma muhayagiza abagore gusa
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉 proud of you 🎉🎉 can't wait sharing this 🥳🥳🥳
From 🇹🇿 daresalam
Good song
Wa home muyinga yoya jamal merci pour cette chanson d'amour des mamans❤
Here we go big Man yoya Jamal hujawahi Kuni disappoint
Nice song. Twari twagukumbuye ❤❤
Maman deilor Akira amashurwe yawe❤❤
My fv song💜💜
🙌🏾🔥🔥🔥🔥🔥
❣📌🇷🇼
Big up bro, kca mother is the best